BURUNDI: ABATEGETSI 13 NYUMA Y’UBWIGENGE | UBWICANYI NA KUDETA | ITURUFU Y'AMOKO NGO BATEGEKE

  Рет қаралды 20,681

GENTIL GEDEON OFFICIAL

GENTIL GEDEON OFFICIAL

Күн бұрын

Пікірлер: 72
@gentilmugisha4553
@gentilmugisha4553 4 жыл бұрын
Gentil ndakwemera cane you're clever ba Gentil bose baba baciye ubwenge mazina thank you so much uzaduhe histoire yo mu Rwanda kuva kubami nokugeza ubu
@fulgencesinzinkayo269
@fulgencesinzinkayo269 4 жыл бұрын
Gentil vrmnt merciii ayo mateka asesanguye ntayo narinzi ndi Burundi. Ndagukunda cane
@VENUSTVRwanda
@VENUSTVRwanda 4 жыл бұрын
Abakunda ibiganiro bya INYANJA TWOGAMO, twahisemo neza! Bakomeze babitugezeho twiteguye kubikurikirana!
@eigistonnynahayo7717
@eigistonnynahayo7717 4 жыл бұрын
Gentil nimpano twahwawe muraka karere gentil ndagkunda numutima wnje wise💓💓💓🙏🙏🙏🙏🙏
@blessingsjolam8162
@blessingsjolam8162 4 жыл бұрын
Amateka y'igihugu cacu Ni marefu sana
@bobtuff1060
@bobtuff1060 4 жыл бұрын
Baba mrc San duhe part 2 Mon ami
@claverndayishimiye2852
@claverndayishimiye2852 4 жыл бұрын
Bimwe ni vyo, ibindi mubikosore kweli. ( Uko umwami Ntare V yagarukanywe mu Burundi ; Ubwicanyi bwo mu ma Komine ya Ntega na Marangara 👉 Murasubiremwo mukosore) Murakoze G.G.N.
@Rwanda600
@Rwanda600 4 жыл бұрын
1987
@kagomagerard7298
@kagomagerard7298 4 жыл бұрын
coup de chapeau !
@enjoyafricatv
@enjoyafricatv 4 жыл бұрын
Urabizi kabisa. From IZINGIRO KZbin channel.
@Alex-tv9hr
@Alex-tv9hr 4 жыл бұрын
Uvuga neza histoire z'ahandi ariko iy'i Rwanda ukayisondeka! byibuze uzayandike uyibike , tot ou tard ukuri kuzatsinda.
@jaypmorgangiraneza3634
@jaypmorgangiraneza3634 4 жыл бұрын
Fantastic, talents man.
@niyotheos3695
@niyotheos3695 4 жыл бұрын
Komerezaho musaza
@jeanboscomuco5733
@jeanboscomuco5733 4 жыл бұрын
Mercii Gedeon, ariko dufashe mukuvuga Amezi uzadusobanurire kuko uko yitwa mukinyarwanda nk'abarundi ntabwo tubitahura,, 🙏🏼
@Rwanda600
@Rwanda600 4 жыл бұрын
(B)Nzero 1 ,(R)Nzeri 7, ( B) yakanga 7, (R)Nyakanga 9 Naha bikugorera kuko bija gusa. B. Ni Bdi R. Ni Rda
@jeanboscomuco5733
@jeanboscomuco5733 4 жыл бұрын
@@Rwanda600 thank you,, nyandikira vyose, ivyo ndabona bisa nivyiwacu
@user-ec4wh2hr7i
@user-ec4wh2hr7i 4 жыл бұрын
Nkurunziza ntawamugaya ubutwari kdi yerekanyeko ativuguruza cyangwango akine imikino yibiseke byamabaruwa ngo " Ntawundi niwemugabo abandibose ...." Nibura uburundi ntibuzahure nakandi kaga yego ntabyerangode ariko nagukeje muzeee RIP
@hat_elieart
@hat_elieart 4 жыл бұрын
uzadukoreree kumunyabigeni bita vicent van gough thank you
@Ntabwo
@Ntabwo 4 жыл бұрын
Ndagukurikiye Gideo
@jeandannykakunze7182
@jeandannykakunze7182 4 жыл бұрын
Thanks for news
@kakas6648
@kakas6648 4 жыл бұрын
Nagukwirikiy kuva ku nta ngo ! Haraho wibeshe,! abo bi ntega na marangara bari abahutu ntibari abatutsi !
@sportpremium8298
@sportpremium8298 4 жыл бұрын
Bro ndakunda ibiganiro vyawe Ukomez uduhe ibiganiro nkibi
@jastinpaul2510
@jastinpaul2510 4 жыл бұрын
Komera urazikuvuga
@felitriciatv7690
@felitriciatv7690 4 жыл бұрын
Nubwambere mbonye documentaire yawe igize ama ni like angana uku.uwo ndenzako Ferdinand wigashishije nibazako yoba yavutse 2000 ibintu biri muriyi documentaire ntibihuye nagato na histoire yigihugu c'u Burundi. Sylvie Kinigi ngo yar'umusirikare!!!🤔 Domitien ngo yararongoye Frodebu !!🤔 Ngo président Bagaza yafatanije na Bikomagu mu kwica Ndadaye!!🤔.NDENZAKO FERDINAND yaguhemukiye yakubwiye ibitarivyo
@patrickndayishimiye4557
@patrickndayishimiye4557 4 жыл бұрын
Wageragej gusesangura, wibagiy Sylvestre Ntibantunganya, kndi ubwoko bwa Buyoya si bwo wavuz, reka nguhe 7,5/10 wari kuhigira imice 2 usesangur neza. Thx bro ndakwemera, gusa kgb? Top secret ? Mossad kandi nabonye ejo gusa sinabashe gushirako commente
@gabrielmanirakiza6731
@gabrielmanirakiza6731 4 жыл бұрын
Ivyahandi urigora ukabivuga ariko ivy'iwanyu murwanda ibica iruhande.uzotubwire ivy'ihonyabwoko ryabahutu bo murwanda wongere utubwire n'ingene indege ya président Habyarimana. Wongere uzotubwire iwarondeye indépendance y'urwanda
@hakizimanamdiatrice2294
@hakizimanamdiatrice2294 4 жыл бұрын
Gently ndakwemera cane wahorurumuhanga Arikubu harivyishi utatohoje neza Banza utohoze neza ntega namarangara Abapfuye Abaribo???? Sabatutsi papa tohoza neza .ivyuburundi biragoyegusa wagerageje arimwo ivyowavuze arukuri gusa vyishisukuri uzutohoze neza witonde
@ericndabaneze4523
@ericndabaneze4523 4 жыл бұрын
Dukunda ibiganiro vyawe Uri umwigisha mwiza
@reginemukashema4357
@reginemukashema4357 4 жыл бұрын
Vraiment. Yari akwiye igihembo mu ijuru. Atanze neza pe!
@onesphoregafushi5693
@onesphoregafushi5693 4 жыл бұрын
Ivyo wavuze urakwiye gusubira ugasoma canke ukabaza neza kuko huzuyemwo ibitari vyo. Naho harimwo ibiri vyo harimwo n'ibinyoma!!!
@ndarishikijejeandedieu8860
@ndarishikijejeandedieu8860 4 жыл бұрын
Aho wagakoreye ibiganiro Kino kirakunaniye kabisa kuko uwaguhaye amakuru yaguhaye amakuru atariyo yuzuye ububeshi gusa. Urayasubiramwo ubaze neza
@Russell_ivan5656
@Russell_ivan5656 4 жыл бұрын
Abeshe Iki se? Yavuze byose uko byagenze uvuye ku kwikukira kwa Burundi Ntare-Micombero-Bagaza-Buyoya-Ndadaye-..... Gusa Yavuze in details....
@Russell_ivan5656
@Russell_ivan5656 4 жыл бұрын
Numvise impamvu CNDD-FDD ifite Vision 2065!
@uwanyirijuruprosper7120
@uwanyirijuruprosper7120 4 жыл бұрын
None wowe ko ntacyo uratubeshya ngo tubimenye
@martinhabimana
@martinhabimana 4 жыл бұрын
Aho yabeshe nihehe? Mbe kuberiki mudakunda ko bavuga amakuru nyayo mugashaka ko bavuga ivyo mwishakira? Ngaho gira ico umukosora ngaho twumve.
@lydianshimirimana276
@lydianshimirimana276 4 жыл бұрын
@@Russell_ivan5656 ego kwl naj ndabitahuye
@upwardmove
@upwardmove 4 жыл бұрын
Abarindi ndabakengurkiye
@jastinpaul2510
@jastinpaul2510 4 жыл бұрын
Abatutsi bahaye bagirakudeta ntamarasoyarikumeneka kuko niko babisikanya kubutegetsi kudeta niryabakoze muri 1993 kuko baciye bamugandagura kuko yarumuhutu ntabahutu bishe muri 1993 kuko abasoda bari abatutsi
@marieclaire234
@marieclaire234 4 жыл бұрын
Ntabwo twunvise aho Domicien Ndayizeye yagiye,, yasimbuwe na Pierre Nkurunziza bigenze bite?kubera iki yashyizweho n’itegeko Nshinga? Merci 🙏
@davyfernand6182
@davyfernand6182 4 жыл бұрын
Yatwaye intwaro mfata kibanza kugira ategure amatora mu myaka ibiri nivyo bumvikanye i Arusha kugira intambara ihere nabari mw'ishamba batahe ubwo rero Domitien yateguye amatora ariyo late Nkurunziza yamugize umukuru w'igihugu
@marieclaire234
@marieclaire234 4 жыл бұрын
Merci
@mireillemizero1377
@mireillemizero1377 4 жыл бұрын
Harimwo ibitari vyo n'aho vyinshi ari ivy'ukuri.
@UbukireNyabwoTV
@UbukireNyabwoTV 4 жыл бұрын
Ibi biganiro biracukumbuye cyane || Gusa ntugende udakoze SUBSCRIBE kuri iyi channel yitwa UBUKIRE NYABWO TV
@joharisaleh9961
@joharisaleh9961 4 жыл бұрын
Uwamuhaye amakuru biterwa naho abogamiye
@ndereyimanadenis9541
@ndereyimanadenis9541 4 жыл бұрын
Harimwo amakosa meshi. Woza urabanza gutohoza neza.
@prospermuhimpundu5294
@prospermuhimpundu5294 4 жыл бұрын
Janti turagukunda kubiganiro mudutegurira nashaka ngusabe mudutegurir uko kiriziya yashitse Mu Burundi nuruhara yagize muri politique yu Burundi murakoze
@davidirasubiza7742
@davidirasubiza7742 4 жыл бұрын
Bibaye byiza wakomereza aha ukaguma online kuko kurinjye ukoze Radio nkiyi ibiganiro bigakomeza online byanshimisha. Kimwe gisimburwa n'ikindi. Ariko mfite agatekerezo uzakoreshe application ya android inyanja.
@nimubonainnocent9766
@nimubonainnocent9766 4 жыл бұрын
Ndakunda ibiganir vyawe ariko ndashaka ibiganiro bivuga kuri jenoside yakozwe murwanda
@irakozeblaise1067
@irakozeblaise1067 4 жыл бұрын
Ndagukunda ariko ndipfuza uzoduhe ikiganiro cokuri génocide yakozwe murwanda hamwe ninyuma ya génocide ivyakurikiye
@uwanyirijuruprosper7120
@uwanyirijuruprosper7120 4 жыл бұрын
Ndagukurikiye Gentil Gedeon
@jeansinamenye9301
@jeansinamenye9301 4 жыл бұрын
Ivyo biganiro vyanyu turabikunda cane,turavyumviriza kenshi n'umugenzi wanje
@mireillemizero1377
@mireillemizero1377 4 жыл бұрын
Kinigi Sylvie ntiyari umusirikare yari umukenyezi yabaye uwa mbere abaye Ministre wa mbere.
@blessingsjolam8162
@blessingsjolam8162 4 жыл бұрын
Nkunda uko MUTUGEZAHO amakuru
@mushinzimanadamascene8064
@mushinzimanadamascene8064 4 жыл бұрын
Urisanzurepe
@jeanpierrenzohabonimana3485
@jeanpierrenzohabonimana3485 4 жыл бұрын
Burya abanyarwanda ndabakunda ndabakunda niwe munyamakuru nemeye uzi akahise k'uburundi neza cane.
@KMandela88
@KMandela88 4 жыл бұрын
Urakoze musaza Gideon, gusa urumvako ukurikije ibyabaga mubavandimwe babarundi byashyiraga kuri Genocide kko urumvako arimuriyamyaka murwanda hategurwaga Genocide yakorewe abatutsi murwanda. Turagushimiye nshuti ukomeze kutugezaho amakuru meza kd asobanutse atarimo ibihuha. Courage.
@jastinpaul2510
@jastinpaul2510 4 жыл бұрын
Ntare ntiyagarutse yagarukanywe kunguvu
@evelynbulaya1081
@evelynbulaya1081 4 жыл бұрын
Wihenze kuri genocide yakorewe abahutu indwi nakabiri .wavuzek yakorew abatutsi.
@ntakiyirutafdfied3517
@ntakiyirutafdfied3517 4 жыл бұрын
Wahora ukora amatohoza arko kw'iyi haraho utatohoje neza peut-être
@jeandannykakunze7182
@jeandannykakunze7182 4 жыл бұрын
Urakora muta
@euphraimparfaitmanariyo4076
@euphraimparfaitmanariyo4076 4 жыл бұрын
Usanga ivyo wama uvuga wita ukuri, aruko biba bicukumbuye ? Ntakigenda kuko ntaKuri kurimwo😊
@marinahastalavista8502
@marinahastalavista8502 4 жыл бұрын
Jew Gentil iyageze kuburundi simbankeney nokumwunv kuko avug ivyatazi kbs
@ericbasharmanirakiza8899
@ericbasharmanirakiza8899 4 жыл бұрын
Sha vyinsh yavuze nukuri kwabaye,kirets udukosa duke usang yihenze nkumwaka vyabayemwo ,ikindi nkaho yavuze ngo Sylvie kinigi ngo yar umusirikare or yar umushikiranganj wambere,cank ww wariko wunviriza ikindi kiganiro
@euphraimparfaitmanariyo4076
@euphraimparfaitmanariyo4076 4 жыл бұрын
Eric bashar Manirakiza vyinshi sivyo si non naw nukubaza rero
@crescentndayizeye1274
@crescentndayizeye1274 4 жыл бұрын
Uyumunyagwanda arambabajekabisa ukuntu twahoratumwemera akabavuzububeshi nkubu ngo sylvie kinigi umusirikare ngo bagaza yafashanije nabikomagu, ngwabatutse ibihumbibitanu ntegamarangara, ngo republika yamatyazo .
@Russell_ivan5656
@Russell_ivan5656 4 жыл бұрын
Keep up bro I have ur number I will call u This is the truth!!!
@ericndabaneze4523
@ericndabaneze4523 4 жыл бұрын
Dukunda ibiganiro vyawe Uri umwigisha mwiza
@theogenekayiranga7440
@theogenekayiranga7440 4 жыл бұрын
Ni mwiza cyane rwose. Ureke abandi bavugq title ihabanye n'ibiri mu nkuru
Inryane z'amoko zatanguye ryari mu Burundi ?
8:34
Yaga Burundi
Рет қаралды 6 М.
#EP_01 Amoko n'imiryango y'Abarundi
26:01
Indundi TV
Рет қаралды 8 М.
Каха и дочка
00:28
К-Media
Рет қаралды 3,4 МЛН
Une nouvelle voiture pour Noël 🥹
00:28
Nicocapone
Рет қаралды 9 МЛН
Mom Hack for Cooking Solo with a Little One! 🍳👶
00:15
5-Minute Crafts HOUSE
Рет қаралды 23 МЛН
PAPA SAVA EP265:SINAKUYAGIRA BY NIYITEGEKSA Gratien (Rwandan Comedy)
11:55
Niyitegeka Gratien
Рет қаралды 279 М.
Amoko mu Burundi yaje gute?, Mbega kera yariho?
13:04
Indundi TV
Рет қаралды 882
How did Turkey change Somalia's fate?
23:42
TVNET X
Рет қаралды 684 М.
Каха и дочка
00:28
К-Media
Рет қаралды 3,4 МЛН