Burundi: ikiyago na Rose Paula Iribagiza

  Рет қаралды 23,655

Isanganiro

Isanganiro

Күн бұрын

Пікірлер: 21
@thiagomoreira5897
@thiagomoreira5897 2 жыл бұрын
Queen of Burundi
@VanessaMct
@VanessaMct 10 ай бұрын
Mama ndagukunda ❤❤❤🇴🇲🇧🇮
@kaburagad7268
@kaburagad7268 3 жыл бұрын
Murakoze cane RTIsanganiro . Tugendere ibanga ryo gukundana, twirinde ihorihori. Umwami Mwambutsa yavuze neza cane" Ntimwihore, mbuze umwana umwe sinshaka kubura abandi" 👏🙏
@burundishallsmile1day109
@burundishallsmile1day109 3 жыл бұрын
Ubumwe Ibikorwa Amajambere This mother is✊🏾🇧🇮
@sammarley1413
@sammarley1413 Жыл бұрын
Umwana wumwami koko. 87 ans ubwenge ubwiza peaceful and smiley
@jdni9684
@jdni9684 3 жыл бұрын
Uyu muvyeyi arakoze cane ku mpanuro nziza aduhaye twebwe Abarundi!
@ghislaincyusa7436
@ghislaincyusa7436 2 жыл бұрын
A 87 ans, vous êtes très belle. Presque sans rides!!
@kananisarafe8582
@kananisarafe8582 2 жыл бұрын
Urakoze Mama naje ndakwinze ukuboko. Ntabwoko buvuga ururimi rumwe.
@sammarley1413
@sammarley1413 Жыл бұрын
5:47 uyo yamwungururuje ubugira gatatu yamukuye imatana amumanukana ibujumbura numuntu yitwa said sef sultan al muharmi akomoka kubarabu ba oman yavukiye iburundi ndetse abaho ubuzima bwiwe bwose iburundi nimva yiwe iri imakamba. Yamushikanye mubuyenzi baca batandukanira aho nibwo bwabanyuma . Uyo said. Seif we yitavue imana entre 1974 1976 Uwadugije idarapo ryuburundi ubwambere nuwitwa kiyogoma yabamubirimba rumonge uyo naramumwiboneye ndetse niphoto narayibonye yuwo musi aduza idarapo.
@chriskanti
@chriskanti 3 жыл бұрын
Mukomere cane Radio isanganiro
@afifeburundi
@afifeburundi 2 жыл бұрын
Princesse Rosa-Paula akwiye kwankika igitabo kuri ivyo bintu vyerekeye kurondera indépendance !
@mdbosco1640
@mdbosco1640 2 жыл бұрын
🥰🤙
@signolinegateka
@signolinegateka 3 ай бұрын
Yavuze neza caane, kandi atanze impanuro nziza kuba jeunes. Twosaba ko mwomuha ikindi kiganiro agasigurira abarundi bagifise ubujuju bw'amacakubiri ko mu Burundi ata bwoko buhari twese turi bamwe.
@marthedusabe3865
@marthedusabe3865 2 жыл бұрын
Nibyo Koko muvyeyi urukundo nirwo rwambere,
@rosehakizimana8691
@rosehakizimana8691 2 жыл бұрын
Rose Pauls est la petite soeur du Prince Rwagasore
@KirangaHouston
@KirangaHouston 3 жыл бұрын
Nimushire ahabona ikiganiro cose..turabibasavye. Hari ibintu yavuze kuvyerekeye ABASWAHILI..ndukeneye kuvyumva.
@KirangaHouston
@KirangaHouston 3 жыл бұрын
Harivyishi yavuze.. Nimugishireko.. Turabasavye🙏
@Beautiful-Place
@Beautiful-Place 2 жыл бұрын
Ikiganiro ciza kabisa
@privatniyokwizera4792
@privatniyokwizera4792 2 жыл бұрын
Ndashimishijwe nukwumva ukunda igihugu cawe kugeza wumva wokigumamwo
@josianenagito6072
@josianenagito6072 2 жыл бұрын
Burundi -- - I Rosa Paula Ilibagiza.. Muhirwa ✓ Marchandise kubera Akazi Kunguka. RWAGASORE. ......ru. agasore ...... umusore unanutse......udafite ingufu. Muslim. Clothes .....clothes ........Nyerere. Mu gihe cya Independence nyuma y' uko u Rwanda.rwigenze. Igitega no utundi turere. bateye imbere. Jacqueline ikibyalirano cyo kwa Mwambutsa. Gov.umwami fake researcht for tortured must end now to joebiiden. Joe bideni byakomeye. How and when USA decided to be evil. To steal Afrika gaz for USA burn it goes with no immigration no immigrants. Thanks. What nation was attacked first.
Isanganiro:Amakuru yo ku wa 14 Nero 2025
18:12
Isanganiro
Рет қаралды 1,7 М.
Support each other🤝
00:31
ISSEI / いっせい
Рет қаралды 81 МЛН
Don’t Choose The Wrong Box 😱
00:41
Topper Guild
Рет қаралды 62 МЛН
Agnès Bararunyeretse yoba apfana iki n'umuganwa Rwagasore?
20:22
INTWARO Y'UBWAMI BWA MWEZI GISABO
28:20
TV RTNB
Рет қаралды 23 М.
L'AMOUR INDEFECTIBLE - Princesse Esther Kamatari
48:16
PAM Channel TV
Рет қаралды 25 М.
Isanganiro: Amakuru yo ku wa 13 Nzero 2025
16:30
Isanganiro
Рет қаралды 2 М.
Menya vyinshi ku rupfu rw'Umuganwa Rudoviko Rwagasore
5:55
Mashariki TV
Рет қаралды 48 М.