Agnès Bararunyeretse yoba apfana iki n'umuganwa Rwagasore?

  Рет қаралды 17,259

Isanganiro

Isanganiro

Жыл бұрын

Benshi Ntibamuzi ariko ni Mushiki wa Rwagasore.Uyo ni Umuganwakazi Agnès Bararunyeretse Umukobwa w'Umwami MWAMBUTSA BANGIRICENGE.

Пікірлер: 20
@gastonmodestkaziri2566
@gastonmodestkaziri2566 Жыл бұрын
Madam Agnes, you have spoken the truth! God be with you Mama.
@user-nk3ue2cs4k
@user-nk3ue2cs4k Жыл бұрын
umuganwa w'umutima buntu. Imana ikomeze kukurinda. Ppl like this lady cannot lead our nations, elle est trop noble 🙏🏾🙏🏾🙏🏾
@Sensibilite
@Sensibilite Жыл бұрын
Nsabe Radio Isanganiro izoturonderere ido n'ido ryiyicwa ry'Umuganwa KAMATARI ka MUTAGA
@kananisarafe8582
@kananisarafe8582 Жыл бұрын
Abishe Rwagasore nibo nkwezi y'ingorane ziri mu Burundi,yaraje guhuza abarundi kuva kumuto gushika kumukuru. Bitigishe duhinduke twubake igihugu cacu
@undertakerbaatiti9657
@undertakerbaatiti9657 Жыл бұрын
Ndakunda Cane maman Annabel kuko numuvyeyi atuje Cane Jewe turayaga Cane naramukunze bivanye nuko yifata Jewe naragendanye Cane numukobwa wiwe imisi ou tarimike mugabo simbesha yari umuvyeyi mwiza Cane habaye nikibazo hagati yanje numukobwa wiwe ntawundi nitura atariwe nubwo yarikure yacu
@user-hu9ym7vg6n
@user-hu9ym7vg6n 3 ай бұрын
❤❤❤❤
@jeannendimubakunzi3585
@jeannendimubakunzi3585 Жыл бұрын
Ikiganiro ciza, nkoramutima.Namana agahinda kuko aba bantu bagiye bakiri bato, bajana imigambi myiza myinshi emwe heureusement que d'autres generations ont suivi et continuent à suivre, surement que certains leur ressemblent
@alfanidesire9931
@alfanidesire9931 Жыл бұрын
Bon ikiganiro cari ciza, mugabo ntimwabajije neza... hari vyinshi twari kumenya biciye muri uyo yamubonye,
@hangiroetincelle8167
@hangiroetincelle8167 Жыл бұрын
Kuki muvuga ngo " Ba, ba ,ba" ni bande bamwishe? Kuki badafatwa?
@rudasongegwa7187
@rudasongegwa7187 Жыл бұрын
Uwo mumama arampimbaye cane numuganwa kazi adateye amazi! abo nibo twari dukeneye ! nka presida yarakwiye gutumako akabagira aba conseillés biwe, naho botonda kukazi rimwe mukwezi. adandi ningwiza murongo.
@privatniyokwizera4792
@privatniyokwizera4792 Жыл бұрын
Mwubahwe
@motherofthegreatlakes6297
@motherofthegreatlakes6297 Жыл бұрын
Aba Colonists baje kwica gusahura no guteranya. Rwagasore ntiyakunda uBurundi gusa, y akunda Afrika, yarindera ukwikukira kw’igihugu mukarere kibiyaga bigari. Aba bikigi babona ko Ludoviko yari umwansi waba colonistes babona ko agiye kubakura amata mukanwa. Les pions babo barabafasha. Le reste is history
@Sensibilite
@Sensibilite Жыл бұрын
Na Merchiol NDADAYE bamuhakije kenshi kuva atsinze amatara kimwe na Rwagasore
@georgettenahimana1695
@georgettenahimana1695 Жыл бұрын
Iragi ry' urukundo! Gusenyera ku mugozi umwe! Ubutaha, muzobaze Muka Ngendandumwe ijambo yiyumvira! Ava mu ba ganywa! Bo kwa Ruvuna rwa Ntare!
@luhyafinest8921
@luhyafinest8921 Жыл бұрын
Rwagasore tuzohora tumwibuka
@jeanboscosindayigaya5418
@jeanboscosindayigaya5418 Жыл бұрын
Baravukana
@abdoulnzeyimana306
@abdoulnzeyimana306 Жыл бұрын
Ego vraiment baravukana
@salvatornzikoruriho3187
@salvatornzikoruriho3187 Жыл бұрын
Ikiganiro cari kiryoshe kandi kirigisha
Ikiyago k'ubuzima bwa politike bwa  Melchior Ndadaye
38:26
Isanganiro
Рет қаралды 4,4 М.
Burundi: ikiyago na Rose Paula Iribagiza
12:33
Isanganiro
Рет қаралды 22 М.
МАМА И STANDOFF 2 😳 !FAKE GUN! #shorts
00:34
INNA SERG
Рет қаралды 3,9 МЛН
Мы никогда не были так напуганы!
00:15
Аришнев
Рет қаралды 4,2 МЛН
Just try to use a cool gadget 😍
00:33
123 GO! SHORTS
Рет қаралды 85 МЛН
😍 En exclusivité : Rosa Paula Iribagiza, la soeur de Rwagasore
3:56
Isanganiro: Amakuru yo ku wa 29 Ruheshi 2024
14:08
Isanganiro
Рет қаралды 1,4 М.
Bob RUGURIKA na Léonidas HATUNGIMANA bavuga ibijanye n'intwaro ya Evariste NDAYISHIMIYE
1:06:58
Radio Publique Africaine Ijwi ry'Abanyagihugu
Рет қаралды 26 М.
Imiryango : Nyene urugo yotaha ryari mw’ijoro?
47:48
Isanganiro
Рет қаралды 409
Témoignage de Dr Alphonse Rugambarara / Son père est rescapé de 1993
42:10
KU KIVI DU 20 05 2016/ ANCIEN PRESIDENT JEAN BAPTISTE BAGAZA
28:40
Ntare Rushatsi House TV
Рет қаралды 87 М.
МАМА И STANDOFF 2 😳 !FAKE GUN! #shorts
00:34
INNA SERG
Рет қаралды 3,9 МЛН