CADEAU RAVELLE:ayo naboneye mu RWANDA siyo! Abasore b' i Kigali ntiboroshe// NYAMA sinzi uwayamuhaye

  Рет қаралды 6,193

FRESH TV 257

FRESH TV 257

Күн бұрын

Пікірлер: 50
@richardsalamandre3917
@richardsalamandre3917 7 ай бұрын
Bonne présentation.Courage Cadeau Ravelle
@angerubeneirakiza1628
@angerubeneirakiza1628 11 ай бұрын
Icobikoze Muduha ama Images meza Vrt👌👌 Cadeau We Love you ❤️❤️❤️❤️❤️🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@danielniyoncuti5124
@danielniyoncuti5124 11 ай бұрын
Respect Cadeau ubirimwo neza utanze ikiganiro nkumu journaliste❤❤
@MimiMireilleOfficial
@MimiMireilleOfficial 11 ай бұрын
Courrage daughter ❤ proud of you ❤
@NadiaIrakoze-u9e
@NadiaIrakoze-u9e 11 ай бұрын
Nice❤❤❤❤
@afsamossi830
@afsamossi830 11 ай бұрын
Nukuri turamukand sana abirimwo neza ngayo mashugwe yiwe kbs❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉
@danielniyoncuti5124
@danielniyoncuti5124 11 ай бұрын
Iyi TV rr mugutanga amakuru twibaniye runtu nanje❤❤❤ respect DICO
@gitumvagenevieve8806
@gitumvagenevieve8806 11 ай бұрын
Ravelle uvuze ukuri abarundi no mu mahanga ufise ubumwe vraiment twoshika Kure Kandi turashoboye.Nyama ivyo yavuze biteye isoni.nkatwe twigishije abazi ubwenge barasigurira abandi Ako niko ka gatima k'ubumwe niko dukeneye Kandi urya ugaya Kenshi usanga umukeneye
@Nadinekwizera
@Nadinekwizera 11 ай бұрын
Film za Amédée vraiment nizubwenge kbsa🎉🎉🎉
@MugiranezaAkimana
@MugiranezaAkimana 11 ай бұрын
Ahubwo kuba waravuye i Kigali habuze umusore numwe ukugumana wowe na Mimi byarambabaje ntegereza kubaza nimbaribigwari kuko iwacu mu Rwanda turabakunda cyane
@danielniyoncuti5124
@danielniyoncuti5124 11 ай бұрын
Wari washoye🤦🤦
@apprentissageniyongabo3916
@apprentissageniyongabo3916 11 ай бұрын
Komera shaaa Rabelles. Tera imbere
@NduwarugiraMediatrice-ej7cc
@NduwarugiraMediatrice-ej7cc 11 ай бұрын
Turakuramukije Cadeau wacuu.i Cadeau y'igihugu🥰🥰🥰
@KamarizaViolette-zm5bw
@KamarizaViolette-zm5bw 11 ай бұрын
Courage mukobwa mwiza
@ImfuraCadeau
@ImfuraCadeau 11 ай бұрын
Turitiranwa disi❤❤❤❤❤
@GgfFdj-o1f
@GgfFdj-o1f 11 ай бұрын
Kado upunguz kugum ukinisha ibisuko ikidede nibikomo urinber yacamera😂 gusa❤❤ to nbo karakanyuzemwo mubandany mugubwenez nukondanakwikundira.
@AhishakiyeAline-t9m
@AhishakiyeAline-t9m 11 ай бұрын
Urakunzwe. Cane courage.❤❤
@NdayikezaNovence-wi1le
@NdayikezaNovence-wi1le 11 ай бұрын
Munyarutse,, turamutegereje uwo mwigeme ,, turamukunda
@mellykayebekaofficial3377
@mellykayebekaofficial3377 11 ай бұрын
Nibanyarutse Shaaa 😂😂😂
@mellykayebekaofficial3377
@mellykayebekaofficial3377 11 ай бұрын
Nibanyarutse Shaaa 😂😂😂
@NdayishimiyeClaudine-x5m
@NdayishimiyeClaudine-x5m 9 ай бұрын
Waoooo cadeau ravelle disi ndamukunda ukakameze ukakina film ndamwifuriza ubuzima burimwamahoro 11:06
@emelinenegamiyimana4103
@emelinenegamiyimana4103 11 ай бұрын
mukomeraw♥️
@GisèleNikwigize
@GisèleNikwigize 5 ай бұрын
Courage sha cadeau❤❤
@OZOSTUDIOS
@OZOSTUDIOS 11 ай бұрын
Courage cadeau Ravelle 🎉🎉❤❤❤
@FatemaSafi-p2v
@FatemaSafi-p2v 11 ай бұрын
Ngho da😂😂😂😂😂 kagirinkuru nduhe😂😂😂😂
@lydinoirakoze3184
@lydinoirakoze3184 11 ай бұрын
Abarundikazi ndabakunda kabisa 'rekana niryamico yabanyagwanda.
@FrancineMukamisha-xg4il
@FrancineMukamisha-xg4il 11 ай бұрын
Ndagukunda cane
@claudettenininahazwe9364
@claudettenininahazwe9364 2 ай бұрын
Arakina neza nayahabwe ndamu❤❤❤
@amedeemanirakiza9201
@amedeemanirakiza9201 11 ай бұрын
Isaha yose ndiko numviriza ikiganiro.mukama
@BukuruBeatrice-lf2in
@BukuruBeatrice-lf2in 11 ай бұрын
Ndakwikundira mwana w,
@ChachaChany
@ChachaChany 11 ай бұрын
Ngo ngwiki sha warahatswe kweri mu Rwanda ntiboroshe ncuti
@GraceNiyokindi-ov4jk
@GraceNiyokindi-ov4jk 11 ай бұрын
Usengera hehe koko mumumbarize.
@JustineWitonze-q3y
@JustineWitonze-q3y 11 ай бұрын
😂😂😂rekura twiteramireko❤❤
@mellykayebekaofficial3377
@mellykayebekaofficial3377 11 ай бұрын
😂😂😂 kumengo mumurindiriye muri beshi 🤣🤣🤣
@justinedudu
@justinedudu 11 ай бұрын
❤❤❤❤❤
@AudreyNiyodusaba
@AudreyNiyodusaba 11 ай бұрын
😂muga nyama yubahwe vrt ntiyabeshe nne ikintu nyamukuru bakuyeyo nicashe wumva ngotwakuyeyo vyishi vyishi ivyawe bitagirizina😂😂😂
@DELICIAIRAKOZE-gi2cq
@DELICIAIRAKOZE-gi2cq 11 ай бұрын
Wewe ntutahura ntanagato
@AudreyNiyodusaba
@AudreyNiyodusaba 11 ай бұрын
​@@DELICIAIRAKOZE-gi2cqwutahura kutaciyubwira ivyobadondaguye bakuyeyo 😂😂nimbatabwengira
@freshtv257
@freshtv257 11 ай бұрын
Ukeneye Cadeau Ravelle: +257 68 62 90 60
@danielniyoncuti5124
@danielniyoncuti5124 11 ай бұрын
Sinogenda nagushimiye Cadeau ukuntu kuri page yawe ya FB utagara ushirako ama posts knd ugasom commentaires ukanazishura biratuma aba fans bagukunda
@jeannenirere743
@jeannenirere743 11 ай бұрын
Ntaratera imbere umusi imana yamuhinduriye ntazosubira kuzisoma
@نوفالقحطاني-و4غ
@نوفالقحطاني-و4غ 11 ай бұрын
😂😂😂😂😂😂😂😂
@bukeyenezaeloi9589
@bukeyenezaeloi9589 10 ай бұрын
Haii
@IcoyanditseEmilienne
@IcoyanditseEmilienne 2 ай бұрын
Nibakurek nukuri ndagukund kl
@bukeyenezaeloi9589
@bukeyenezaeloi9589 10 ай бұрын
Ariko uyomukobwa, ntasa nabarundikazi, burya abarundikazi, bakunda kuba, Beza, ariko azubwenge, aganira neza
@KangeyoesperanceKangey-wb4iz
@KangeyoesperanceKangey-wb4iz 5 ай бұрын
Uwo simwiza none ?
@danielniyoncuti5124
@danielniyoncuti5124 11 ай бұрын
Dico mbariza Cadeau atabeshe nyene ntaka nume yasize i Kigali kaka rendez vous kulusore wikigali?
@NiyongaboChristophe
@NiyongaboChristophe 11 ай бұрын
None gusiga Num sibisanzwe?erega ari kwisoko😅
@jeannenirere743
@jeannenirere743 11 ай бұрын
Natwe mbona bayidushiriyeko da
@bukeyenezaeloi9589
@bukeyenezaeloi9589 10 ай бұрын
Haii
Trick-or-Treating in a Rush. Part 2
00:37
Daniel LaBelle
Рет қаралды 45 МЛН
Из какого города смотришь? 😃
00:34
МЯТНАЯ ФАНТА
Рет қаралды 1,9 МЛН
Walking on LEGO Be Like... #shorts #mingweirocks
00:41
mingweirocks
Рет қаралды 7 МЛН
Motorbike Smashes Into Porsche! 😱
00:15
Caters Clips
Рет қаралды 23 МЛН
AFARTANKII (40) QISO OO UGU SAAMEYNTA BADNAA_2022 iyo 2023_ SHEIKH MUSTAFA.
3:26:03
IFTIN BROTHERS STUDIO
Рет қаралды 2,4 МЛН
Trick-or-Treating in a Rush. Part 2
00:37
Daniel LaBelle
Рет қаралды 45 МЛН