CHIT-CHAT Part 13:🤝 La dépression postnatale with Monna, Van & Pamela 👌👌❤️❤️🔥

  Рет қаралды 8,162

Casoar TV

Casoar TV

Күн бұрын

CHIT-CHAT Part 13:🤝 La dépression postnatale with Monna, Van & Pamela 👌👌❤️❤️🔥
Casoar tv
Casoar Company
Nos services:
- Imprimerie
- Location des appareils
- Couverture médiatiques
-Salon de maquillage
-Production des documentaires
-Vidéographie et photographie ( mariage et autres évents
Dukorera Central building aho benshi bita kwa Kabwa bureau numéro 306F muri étage ya kabiri
Mufise ico mubaza hamagara kuri:
+46 73 614 70 72
+257 72 36 73 50
Murakoze

Пікірлер: 26
@GhyslaineMUCO
@GhyslaineMUCO 3 ай бұрын
Dépression post 😔😔bash fo en parler kuk ça fait mal avec 2 bb narayigiz ub rer j suis enceinte noe hargih numv umeng haj iy pre kuk umwn w 2 aracar umwan turaryman c bcp nukur😢
@garythebeast3056
@garythebeast3056 3 ай бұрын
Yooo muranyishe basha😂😂 abagabo bacu umenga ningwara yabo iyumugore avyaye umenga biraba wewe gusa izo comment abantu bagira zaratumye babikoze umenga nakagaye banka uruvugo kandi surwanko oya iyomyunvire yarabononye abagabo .hama kuja kwiryamana wavyaye muzokwegere abakera bazonasugurire birebire harimpanvu
@PierreClaverNDUWIMANA-d2u
@PierreClaverNDUWIMANA-d2u 3 ай бұрын
décor.....aho hantu iyoba haravomewe hakaguma hasa n'ivyatsi bibisi....niba bayihevye naho bakure ivyo vyatsi vyumye!
@floretteemerimana6424
@floretteemerimana6424 3 ай бұрын
Oui les bébés baja mucumba cabo, hama nous partageons les tâches...ndamwonkeje nawe aramuturisha umube🤷‍♂️
@sese667
@sese667 3 ай бұрын
Kandi je pense que Iburaya, umu bébé bamushira mucumba ciwe pour l'autonomiser ntagume ari trop dépendant ku Bavyeyi, kandi amenyere akivuka, kw'irarana kandi yuko abavyeyi baza bikenewe ... Kandi arya ma babyphone arafasha kuko umwana aguma ari surveillé ...
@bernicemidonzi8752
@bernicemidonzi8752 3 ай бұрын
Ntegerezwa kuraba ikiganiro kirimwo Pamella Irakoze na Erwan.... Wooow tubivuge tubisubire ikiganiro ni ciza cane kuko ndumva Erwan yinjiye cane mur'izo ngorane za postpartum (ntiyaciye hejuru hejuru) urakoze cane
@nellykwizera1989
@nellykwizera1989 3 ай бұрын
Camera baduhindurire
@PierreClaverNDUWIMANA-d2u
@PierreClaverNDUWIMANA-d2u 3 ай бұрын
images clignotantes zirababaza amaso yacu twebwe tubikurikirana
@cappucinella9120
@cappucinella9120 3 ай бұрын
Ego sha nimuba sponsoriser
@kimana8818
@kimana8818 3 ай бұрын
Sha numva mfis vyinshi vy kuvuga mugabo ndabuze aho mpera naho mpereza🙆🙆 ndashimir Imana les deux bébés mfis ma petite sœur twab turikumw mugb nah ntigez mbura uwumfash vyose nsanz ak dépression post partum katabura
@cappucinella9120
@cappucinella9120 3 ай бұрын
Mwakoze cane ikiganiro twifuza guzosubira kuraba numva tugifise ivyo twokwiga vyinshi
@user.6793
@user.6793 3 ай бұрын
Hmmm...iryo tiro basha murarinyibukije😢😢😢nanje ndibaza ko le fait k utaba uruhuka neza bizana iyo stress kumuvyeyi,merci pour le sujet muzoduhe part2,mufashe abavyeyi
@PierreClaverNDUWIMANA-d2u
@PierreClaverNDUWIMANA-d2u 3 ай бұрын
ukwibaruka ni umugambi wa Rugira. Mawe na nyogokuru na nyogokuruza n'abandi baratwihebeye.....tera impundu iyo habonetse abagwiza umuryango , mubabwire nti bacike intege bongere basubireyo babandanye. Mbege iteka ku bavyeyi !!!!
@dattymakeup5803
@dattymakeup5803 3 ай бұрын
None mow kubera muvukana niho mwaciye mwambara impuzu zisa😅 anyway naka blague gusa love you ma chérie courage😊
@buhagaingrid3883
@buhagaingrid3883 3 ай бұрын
Nanj vrem sinarinz k bavyuk mwijoro numv karyamy kab karyamy😂
@hakizimanaeduige8514
@hakizimanaeduige8514 2 ай бұрын
Ikiganiro ciza caane
@Ms-Veve
@Ms-Veve 3 ай бұрын
Merci kunyigisho😊
@mugishadorine5780
@mugishadorine5780 3 ай бұрын
Very interesting topic,thnx
@akintijeelsiedanse9523
@akintijeelsiedanse9523 3 ай бұрын
Merci pour l sujet, irubaka ❤
@BimenyimanaChadrack-ml7bl
@BimenyimanaChadrack-ml7bl 3 ай бұрын
Mo'w kanzie ❤❤❤❤❤
@anifanisha701
@anifanisha701 3 ай бұрын
Thank you❤
@BimenyimanaChadrack-ml7bl
@BimenyimanaChadrack-ml7bl 3 ай бұрын
Mo'w kanzie ❤❤❤❤❤
@OrnellaMugisha-z7j
@OrnellaMugisha-z7j 3 ай бұрын
Basha umugani wa Mona abari bafise abagabo babo hafi jewe twari a distance nahatswe gupfa
@DorineUwineza
@DorineUwineza 3 ай бұрын
Turakuzi pamechu❤❤❤❤
@roseinamwiza69
@roseinamwiza69 3 ай бұрын
We want more about mothers kbsa 🙏🙏 la depression est reelle
Bogart the Explorer and his words of wisdom | #CHITchat with Chito Samontina
30:45
Chito Samontina Studios
Рет қаралды 142 М.
The selfish The Joker was taught a lesson by Officer Rabbit. #funny #supersiblings
00:12
How Strong is Tin Foil? 💪
00:26
Preston
Рет қаралды 130 МЛН
Minecraft Creeper Family is back! #minecraft #funny #memes
00:26
"LIBIDO"IBIRYO 10 BIZAMURA UBUSHAKE MUBASHAKANYE
38:24
ISIMBI RYA YESU tv
Рет қаралды 92 М.
The selfish The Joker was taught a lesson by Officer Rabbit. #funny #supersiblings
00:12