INTAHE YA CHRIS NDIKUMANA (PART4)

  Рет қаралды 54,879

Chris Ndikumana

Chris Ndikumana

Күн бұрын

Пікірлер: 155
@chrisndikumana
@chrisndikumana 8 күн бұрын
Vous pouvez suivre des petits videos et paroles d’encouragement en vous abonnant sur ma page Facebook en passant ici: facebook.com/profile.php?id=100044498286814&mibextid=ZbWKwL
@mizerohuguette5595
@mizerohuguette5595 4 жыл бұрын
Haciye imyaka ibiri nvuga konshaka kwunva temoignage ya Chris Ndikumana ariko nkatwagwa na shetani sindayunviriz none uyumusi ndayihejej yose none nunva Hari habura na partie 5 🤣🤣🤣🤣🤣🤣 merciiii bcp kuko Sina temoignage gusa hubwo ninyigisho 👌👌🙏🏻🙏🏻 ndahezagiwe narinsanzwe nkunda KANGUKA ubuho ndayigiz CRUSH ......warakoze Mana kuturungikira umwigisha nka Chris Ndikumana .... Waje hageze Ubumbayeho ntidodomba, nsenga Kandi nshima kubera Chris à Travers Kanguka😉😉 Uraduhezagira cane gose Imana izoguhembe ijuru we numuryango wawe naba partenaire Bose 🙏🏻🙏🏻🙏🏻🙏🏻 nukuri ndakozweko 🙏🏻🙏🏻🙏🏻🙏🏻merciiii encore
@malkiahouse6036
@malkiahouse6036 2 жыл бұрын
my goodness , quel témoignage !, je viens d'écouter les 4 partie. je suis bouche bé. laissons Dieu être Dieu. que Dieu bénisse Chris, l'équipe et toutes les partenaires. Merci d'exister.
@e.hgodisgood947
@e.hgodisgood947 Жыл бұрын
Urakoze cane Chris ndikumana Imana abandanye igukoresha ikwongere amavuta ibarindi ibitero vy'abadayimoni turabasengera umufasha wawe abana bawe Ndiho ababe hafi ibihe vyose
@nkenzemarieclaude9649
@nkenzemarieclaude9649 Жыл бұрын
'nc😊🎉❤
@WinnyEstellaNdayisenga
@WinnyEstellaNdayisenga 28 күн бұрын
simbona uko novuga nico noreka intahe yaweee iraryosheee iraremesha yandijije ndazunvirije zose nanjeee nfise ivyo nunvise mwaciyemwooo nanje naciyemwooo vyatumyeee nizera ko igihe canje kitarageraaa arikooo yesu aguhe kuramba kandi kuzomubona hamweee naba partainere bagufashaaa hamwee nabagushingira intaheee nfise vyinsh nakunvisekoo bizonfasha mubuzima bwanjeeee amen ingabire mwahawee nandiho ndasavye izobere icamwa abana baweee numufasha ww ndasavye kandi uhoraho ntuzonger gusonza ukundi ndiho agukomezee mwibanga mwagabiwee amen yesuuu weeee mana weee uriya weeeee habwicubahirooo amen ,amen ,amen chriss weee yesuuu azame ari icivugo caweee mukanwa kawee amen ndafise impanvu nvuze ukooo alleluaaaaaa amen urakozeee mwamiii wanjeer
@elijahragisjean3131
@elijahragisjean3131 Жыл бұрын
Nukuri Nukuri ndahiye ug'Uhoraho. Imana yatumye uca mubihe bigoye nishimwe,kuko yatumye kanguka ivuka. Nukuri dusabiye umugisha abitanga mwico gikorwa ijoro n'umutaga .yesu abahezagire cane cane Amen 🙏🏼
@uwimanapascasie6217
@uwimanapascasie6217 5 жыл бұрын
Mana weeee! amarira y'umunezero antanze imbere nkimara kumva ubu buhamya, ndafashijwe cyaneee! kandi rwose buhinduye imitekerereze nari mfite kubijyanye no guhitamo uwo tuzabana, nemereye ubushake bw'Imana gusa ngo abe aribwo buzabaho mwizina rya Yesu. Uhezagirwe iteka n'umuryango wawe mukozi w'Imana.
@adelineishimwe3383
@adelineishimwe3383 Жыл бұрын
Uwiteka aguhezagire cane mukozi w’Imana. Intahe yawe yankozeho cane kandi yamfashije kuduza ukwizera. Blessings 🙏
@clarissabellaterimbere6073
@clarissabellaterimbere6073 2 жыл бұрын
Yesu aguhezagire kuk ndafashijwe har haciy igih kinini vyaranse konumviriza iyi ntah mug Imana ihabw icubahiro uwo niwo mwanya Imana yaranteguriy kugra numviriz intah zaw ham nongerezwe ukwizera. mu buzima bwanj
@muraraandre
@muraraandre 5 ай бұрын
Amen Amen , Ndahezagiwe rwose nizeyeko Yesu nanjye azangeza kumasezerano yanjye yose bidatinze ❤
@steveirankunda5297
@steveirankunda5297 2 ай бұрын
Que le seigneur sois loué 🎉🎉🎉❤❤❤❤❤❤❤❤
@queenjoy5087
@queenjoy5087 2 жыл бұрын
Amen Amen🙏🙏Izi ntahe ziramfashije nukuri Mana Habwa Icubahiro🙏🙏 Luc, 1:37 - Car rien n'est impossible à Dieu.
@burundiigniteit2092
@burundiigniteit2092 Жыл бұрын
HAllelujh HAllelujh Amen amen YESU nimwiza cyan. Chri iman yakwitoreye ikongere..imigisha. 🙏🙏🙏
@muraraandre
@muraraandre 5 ай бұрын
Amen Amen , Ndahezagiwe rwose nizeyeko Yesu nanjye azangeza kumasezerano yanjye yose bidatinze
@Ndikumasabo2023
@Ndikumasabo2023 Жыл бұрын
Urakoze cane Imana Ibandanye Iguhunda imigisha n'umuryango wawe.
@donahmutoni8020
@donahmutoni8020 Жыл бұрын
Warakoze kunvira ndiho pastor Chris imana iguhe umugisha cyane turagukunda
@Angehakizimana
@Angehakizimana Ай бұрын
Yoooo Iyi intahe iranyongeye Ivyiringiro muri jewe vyogusengera mutware tuzabana naho ntara mumenya kuk biranyigishine cane Mana habwa icubahiro kubwiyi natahe yumukozi wawe Chris Ndikumana iramfashije cn muri jew numvise umunezero udasanzwe nukwizera. 🙏🙏🙏
@gafarangafanny7351
@gafarangafanny7351 4 жыл бұрын
A very powerful testimony! Thank you so much for sharing! May God bless you 🙏🏾
@steveirankunda5297
@steveirankunda5297 2 ай бұрын
Amen🎉🎉❤❤ Imana Ihabwe icubahiro yoyo Yagushoboje kunesha ivyovyose😢😢😢😢bianteye kongera kuyizigira🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤
@desirenyandwi3399
@desirenyandwi3399 Жыл бұрын
Oooh NDIHO agira neza Mana urandaba ryiza nanje nkuko wabikoreye Umusavyi wawe NDIHO nahezagirwe ibihe vyose
@ingriduwamahoro8055
@ingriduwamahoro8055 2 жыл бұрын
Dieu est grand dans toutes ses dimensions 🙏🏼🙏🏼🙏🏼🙏🏼🙏🏼🙏🏼🙏🏼🙏🏼 Hallelujah
@AnnaAnna-gb2lz
@AnnaAnna-gb2lz Жыл бұрын
Amen amen
@intambwefocus
@intambwefocus 6 жыл бұрын
Chris Uwiteka Imana nyir'ijuru n'isi aguhe umugisha kandi akugende imbere muri uyu murimo utoroshye yagushinze wo kugaburira ubwoko bwe. Amen
@bienveillancepacifique8768
@bienveillancepacifique8768 Жыл бұрын
Tu as été choisis par l’Eternel comme un serviteur de Dieu. Dieu et Grand et Bonté. Merci pour les témoignages inspirés. Seigneur remplie moi de ton Esprit Saint pour te louer Seigneur Jésus-Christ. 👏👏👏🔥🔥🔥🙏🙏
@yvonnemanisha9267
@yvonnemanisha9267 4 жыл бұрын
Very powerful testimony 🙏🙏🙏 May God continue to use you as an instrument. Chris you are a blessing . Imana izoguhe kuramba n’iherezo ryiza n’umuryango wawe . Kubagira n’umugisha
@mutabarukauwimpuhwenicole898
@mutabarukauwimpuhwenicole898 Жыл бұрын
🙏🙏🙏 Imana yamahoro iguhe Umugisha iguhe ibyo gusa itanga, wowe nabawe imyaka ibihumbi urakoze cyane cyane
@johnnybegood92
@johnnybegood92 6 жыл бұрын
Chris !!!! QUE DIEU TE BÉNISSE POUR TON TÉMOIGNAGE QUI NOUS RECOMFORTE TOUS.. Une vrai preuve que Dieu existe, vois et agis... Amen Prie pour Nous et MOI
@JNy-rh9yg
@JNy-rh9yg 8 ай бұрын
Ndiho abahezagire caane murakoze kudusangiza intahe yanyu utumye nongerwamo intege zo gushima mubihe bigoye bikingura Ijuru 👏👏👏🙌🙌🙌
@angedarlene1770
@angedarlene1770 4 жыл бұрын
Nukur Iman ninziza ndashim Iman ukunt impay ubushoboz bwokumviriz izintah zaw kko ziramfashij cane gos Iman umfash nanj umpeb ubushoboz nkubwumukoz w'Iman Chris Ndikumana🙏🙏🙏🙏
@GabrielNzambimana
@GabrielNzambimana Жыл бұрын
Imana reka yitwe Imana,ivyikora biratangaje,niyikwiye gushimw imyak yose.mugirumugisha,muzoronke uburuhukiro bwiza mwijuru
@NiyuhireChristabella
@NiyuhireChristabella Жыл бұрын
Ndubastwe niyintahe Imana nishimwe pe
@dushimefrancine9217
@dushimefrancine9217 Жыл бұрын
Uri igikoresho c'ukuri NDIHO yitoranirije kuko turavyumva mu mpwemu yacu ko utitumye kuko igihe cose uvuze turakorwako. Uhoraho abandanye agusiga amavuta, akuneshereze umubi mu buryo bwose, maze tuzohurire i Siyoni kuri wa musi abanesheje isi na Satani, dushima Uwera. Amen
@mjvg9441
@mjvg9441 Жыл бұрын
Ameeeeeen cne rwose iyi ntahe irandemeshej cn rwose muhezagirw IMANA ivuze iravuga
@neemanemerimana881
@neemanemerimana881 4 жыл бұрын
Amen Amen izi ntahe zawe ziranyigishije hari vyinshi mbohotseko.kandi Imana iguhezagire Imana ihabwe icubahiro kwizi ntahe zawe numvise.Imana ize iguhe ijuru.
@dadinkusu5874
@dadinkusu5874 5 жыл бұрын
Puisse Dieu te bénir abondamment et te fortifier davantage. Tu es une bénédiction pr bcp, le canal par lequel Dieu passe pour nous toucher, l'instrument utilisé pour mouler nos cœurs et faire de nous la meilleure version de nous-mêmes. Je suis nouvelle sur kanguka et je sens que très prochainement nzoshingira intahe. Intahe yawe yo nyene n'inyigisho ikomeye cane. Que Dieu vous comble de ses bienfaits (toi et tous ceux qui te sont chers) et que sa faveur ne s'éloigne jamais de vous. Merci pour tout! Je m'appelle Jeanne, Dadi Nkusu est mon mari. Merci pour tout!
@DraqeesonChikot-m5x
@DraqeesonChikot-m5x 25 күн бұрын
Imanihabwicubahiro kubwintahe saw numvise uhoraho arashimangiy ukwizera kwanj. Ndiho azabahe iherezo ryiza .
@KeKe-vp8nl
@KeKe-vp8nl 4 жыл бұрын
Mungu nakupenda sana tena sana kubanumvirije iyintahe ya chris nagomba kuyumviriza satani akasamaza nkasanga nahevye kuraba sindayirangije ariko uyumunsi ndayihejeje shimwa mana yanje nsanze iyintahe igomba gusa nivyiwanje naciyemwo ariko biciye Muri kanguka naratabawe ubundimu mashimwe mana habwicubahiro ❤️❤️
@UwimanaHelena
@UwimanaHelena Жыл бұрын
Ndagukunda cyane umwuka wimana arikumwe nawe Imana Ikomeze kubana nawe Ikomaze kugushyigikire murikigihe kigoye
@NIYUBUNTUMECHACK-jw2db
@NIYUBUNTUMECHACK-jw2db Жыл бұрын
Imana ihabwicubahiro kukwizibikwiye, uragahezagigwa ncuti imana igukomeze Kandi iziguhekurangizaneza
@nahimanapatrick2579
@nahimanapatrick2579 Жыл бұрын
Imana ibandanye igukomeza .amen
@dancilemariam828
@dancilemariam828 6 жыл бұрын
Yesu we icubahiro cibe ica Ndiho oh Imana ninziza yabahuje nkuko yahuje Maria na Yosephu Chris Imana yakwitoreye ikongerere imigisha erega kwisi ntibyoroshye erega na yesu yari umwana wimana ariko abantu ntibamwemeye njyewe nkunda inyigisho zawe riranfasha Imana igume kugusiga amavuta kandi igushoboze muri byose
@angejolienice4009
@angejolienice4009 Жыл бұрын
Umwami yesu aguhezagire,iyintahe irankomeje cannee,umwami yesu akugirire nez🙏🙏🙏🙏🙏
@baudunekwizera6842
@baudunekwizera6842 5 жыл бұрын
Imana ikongere imisi yo kubaho ugume utwigisha no kutwereka inzira ija mwijuru, iyo ntahe inyigishije vyinshi hari ivyo naciyemwo.
@Twese.01
@Twese.01 6 жыл бұрын
Imana iguhe umugisha Chris igukomeze mu gikorwa cayo intahe yawe iranyubatse cane kuva kuri part 1,2,3,4 .
@joliengalulangidu2031
@joliengalulangidu2031 Жыл бұрын
Soit béni homme de DIEU TON DIEU M A GUERRI MERCI JÉSUS CHRIST
@jolie1039
@jolie1039 2 жыл бұрын
Imana iguhe imigisha chris ku ntahe zanyu ziranyubatse zose uko ari 4 nazikurikiranye lmana n'lmana ibihe vyose🙏🙏🙏
@sabellaelsa628
@sabellaelsa628 6 жыл бұрын
Imana sindayimenyera imbera shasha amanywa nijoro 😢😢
@naomendayishimiye2214
@naomendayishimiye2214 2 жыл бұрын
Habwa Icubahiro Mana Data kubw iyi ntahe y intsinzi ku bakunzi ba Kanguka twese ! Imana Data Ishimwe cane kubw urwo rugendo rutoroshe wagize muvyeyi kugirango Kanguka ivuke ,abana n abantu bayo mw 'isi yose dutabarwe. Tuyisaba ngo Yoyo Yatanguye uyu murimo wayo Iciye muri wewe Ize Yame Ikuja imbere muri vyose kugeza Ikujanye mw ijuru kuruhuka wisaziye neeeeza nka sogokuruza wacu Aburahamu. Amina kandi amina
@BeoLe-v5f
@BeoLe-v5f Жыл бұрын
Amen 🙏🙏🙏 imbaraga zawe mana
@lievinniyongere
@lievinniyongere Жыл бұрын
Chris,Imana lkomez kugukoresha ivy,ubuhizi warahezagiwe kbx
@diomedentakarutimana5195
@diomedentakarutimana5195 9 ай бұрын
Excellent témoignage
@jacquisombeni9690
@jacquisombeni9690 5 жыл бұрын
Umwami wacu YESU CHRISTU abandanye aguhezagira cane. Yagucishije mubihe bigoye ariko nkuko muri Yesaya 41:10 ( my bible verse) NDIHO yabanye namwe, isezerano ryiwe niry'ukuri. May GOD BLESS YOU more!
@banquemondialekinshasa8540
@banquemondialekinshasa8540 Жыл бұрын
Imana yamahoro yaguhamagaye ihabwe icubahiro
@musabyimanadative5463
@musabyimanadative5463 6 жыл бұрын
Chris Imana iguhezagire cyane, ibyawe mbisanishije nibyange numva hari aho bihuriye kandi ungaruyemo gukomera Imana ikomeze kubana nawe rwose
@fabregasniyo5871
@fabregasniyo5871 2 жыл бұрын
Amen Amen Amen Imana ishimwe kubwawe murakoze cane🔥🙏🙌
@nadinendayisenga232
@nadinendayisenga232 Жыл бұрын
Imana ihezagire Chris umukozi wayo adusengera atatuzi
@athanasenijimbere4031
@athanasenijimbere4031 Жыл бұрын
Imana ninziza ibihe vyose.
@noellaniyonsaba6081
@noellaniyonsaba6081 4 жыл бұрын
Imana igukomeze igihe kuramba izintahe zawe zirankomeje gose zintwaye ahandi hantu🙏🙏🙏God bless you
@ruthnabaasa6595
@ruthnabaasa6595 3 ай бұрын
Hallelujah Hallelujah Hallelujah Hallelujah Hallelujah Hallelujah ♥️
@cynthiairera-ku7xq
@cynthiairera-ku7xq Жыл бұрын
God bless you Imana ize ingihe iherezo ryiza
@aloysniyibizi3603
@aloysniyibizi3603 Жыл бұрын
Intahe zawe ibice byose bine biranyubatse. Tureke ugushaka kw'Imana gukorerwe muri twebwe. Ndiho agukomereze umurimo.
@RitaNintunze
@RitaNintunze 3 күн бұрын
Urera MANA ndafashijweeeeee IMANA yo mwijuru ihabwe icubahirooooo
@cassandrabt1340
@cassandrabt1340 6 жыл бұрын
Uhoraho akomeze aguhe umugisha kandi agusige amavuta yayo. Intahe yawe iranyubatse cane. Isaha y'Imana n'ibanga ryayo, ikora igihe cayo kigeze.🙏🙏
@niyubahwearchel9368
@niyubahwearchel9368 4 жыл бұрын
Nunvise intahe yose imana ninziza cane kabisa murakoze cane kutubwira intahe yanyu
@NininahazweMathilde
@NininahazweMathilde 10 ай бұрын
Imana nimana kweli ikutuzigamiliie amen
@toureissifou8309
@toureissifou8309 Жыл бұрын
Longue vie à vous Pasteur Chris
@ShineCynthiaGogo-ov6qu
@ShineCynthiaGogo-ov6qu 3 ай бұрын
Ndahezagiw Can Nino ntahe imbereye ninyigisho ngiye ngukunda Can kanguka
@uwasezawadi8316
@uwasezawadi8316 Жыл бұрын
Imana ishimwe cyane kandi ikomeze igihe umugisha
@eliane7564
@eliane7564 Жыл бұрын
Yoooo uri Alufa na Omega Yesu kristoooo
@urabonamana3504
@urabonamana3504 6 жыл бұрын
Amen amen yesu n'umugabo. Ubuhamya buramfashije.
@noellaniyonzima6039
@noellaniyonzima6039 4 жыл бұрын
Kabisa intahe yawe iranyubatse ,IMANA ni Yaaaaaaaa !!! IMANA ibongere inkomezi mu buntu bwayo
@dorianenibasumba7917
@dorianenibasumba7917 Жыл бұрын
Sinzi uko bigenz ndayumvis ndarira 😭. Mana habwa icubahiro 🙏🏻
@DioniseNtakirutimana
@DioniseNtakirutimana 5 ай бұрын
Imana nihabwicubahiro yarakoze.
@gustavesengamali8139
@gustavesengamali8139 Жыл бұрын
sinari bwumvirize intahe yawe.numva nashijwe kuburyo ntosobanura.
@DianeNahimana-rx6xz
@DianeNahimana-rx6xz Жыл бұрын
YESU NASHIMWE Amen Amen 🙏
@jacquisombeni9690
@jacquisombeni9690 5 жыл бұрын
GLORY TO GOD FOREVER AND EVER! GLOIRE A DIEU ETERNELLMENT! ALL THANKS BE TO THE ALMIGHTY.
@innocentnsengiyumva2303
@innocentnsengiyumva2303 2 жыл бұрын
Amen 🙏 mukozi wimana
@hyacintheniyukuri2173
@hyacintheniyukuri2173 Жыл бұрын
Imana ibandanye ibagirira neza.
@LéopoldKwizera
@LéopoldKwizera 16 күн бұрын
Îmana iguhezagire cane ,intahe yanyu iradufashe
@MiladySalvine-lc7bv
@MiladySalvine-lc7bv Жыл бұрын
Amen amen😂 kandi bishoboker uwizer
@seiboukoffi1286
@seiboukoffi1286 2 жыл бұрын
Que DIEU vous bénisse homme de Dieu
@koussiafidele8016
@koussiafidele8016 2 жыл бұрын
Long Vie a vous l'homme de dieu 🙏🙏🙏
@habicigombahygor8351
@habicigombahygor8351 2 жыл бұрын
Urakoze cane iyo ntahe iranfashije
@RizikiIngabire
@RizikiIngabire 4 күн бұрын
Mana nanje nditeze kuzongirira neza unkize aya marira yaburi musi😢😢😢😢😢😢
@gikundirobricha
@gikundirobricha Жыл бұрын
Iman ishimw can kubitangaz yakoz can
@manirakizadeosamuel3192
@manirakizadeosamuel3192 5 жыл бұрын
Que Dieu vous fortifie! Il est si merveilleux notre Dieu!
@eliane7564
@eliane7564 Жыл бұрын
Imana ibahezagire caneeeee
@claudemoubouengou3772
@claudemoubouengou3772 Жыл бұрын
Bjr papa svp prié pour moi je me sens malade et pour ma vie spirituel et mes etudes
@ndabunguyejimmy6779
@ndabunguyejimmy6779 5 жыл бұрын
Imana ishimwe cane
@runylouise5623
@runylouise5623 6 жыл бұрын
Uwiteka akomeze aguhezagire mukozi w' Imana; uradufasha cyaaneee!
@shemaauxiliatrice3285
@shemaauxiliatrice3285 2 жыл бұрын
Amen and amen, God is good all the time 🙏
@irakozechristelle1780
@irakozechristelle1780 Жыл бұрын
Ameen🙏🙌🙌🙌🙌🙌
@basaboseberahino7351
@basaboseberahino7351 4 жыл бұрын
Ndafise ikibazo Jew ndahejeje izi temoignages zose ukwo ari zine None birashoboka ko umuntu avuganq na christ en privé?
@MomoMomo-ry2uk
@MomoMomo-ry2uk Жыл бұрын
Imana ishimwe nukuri
@uwimanagisele4605
@uwimanagisele4605 6 жыл бұрын
Ndiho akomeze agusige amavuta Chris! Yatumye ubuzima bwanjye buhinduka biciye muri Kanguka n'ibindi Imana izabikora. Intahe yawe yanyigishije byinshi
@aliceuwayisaba3993
@aliceuwayisaba3993 Жыл бұрын
Imana yarakoze kukurema birahagije!
@anitanyandwi7724
@anitanyandwi7724 Жыл бұрын
Yesu akongere inkomezi 🙏🙏🙏🙏
@ALICEMUGISHA-s3w
@ALICEMUGISHA-s3w Жыл бұрын
Imana irakomeye
@AVTBESTGENERALTRADINGLLCAVT
@AVTBESTGENERALTRADINGLLCAVT 5 жыл бұрын
Nukuri Imana Igukomereze Amaboko 🙌🙌🙌🙌
@EvelyneTuyisenge-wy1kn
@EvelyneTuyisenge-wy1kn Ай бұрын
Thank youuuuu so much
@kwizerains8774
@kwizerains8774 6 жыл бұрын
Urakoze caneee , harico inyigisho ikomeye nkuyemwo.
@SamiraUmutoni-sc9sr
@SamiraUmutoni-sc9sr Жыл бұрын
Halleluyah 🙌
QUI M'A TOUCHE  by Chris NDIKUMANA
1:11:20
Chris Ndikumana
Рет қаралды 1,6 МЛН
INTAHE YA CHRIS NDIKUMANA (PART1)
31:05
Chris Ndikumana
Рет қаралды 124 М.
ROSÉ & Bruno Mars - APT. (Official Music Video)
02:54
ROSÉ
Рет қаралды 247 МЛН
бабл ти гель для душа // Eva mash
01:00
EVA mash
Рет қаралды 6 МЛН
А что бы ты сделал? @LimbLossBoss
00:17
История одного вокалиста
Рет қаралды 12 МЛН
KANGUKA YO KU WA GATANDATU 29/06/2024 par Chris NDIKUMANA
37:18
KANGUKA KIRUNDI
Рет қаралды 39 М.
ISOKO Y'INKOMEZI by Chris NDIKUMANA
52:56
INYIGISHO ZA CHRIS NDIKUMANA
Рет қаралды 57 М.
KANGUKA DE SAMEDI LE 2/11/2024 par Chris NDIKUMANA
38:34
KANGUKA FRANÇAIS
Рет қаралды 104 М.
OU ES TU ? by Chris NDIKUMANA
1:15:25
Chris Ndikumana
Рет қаралды 822 М.
INTAHE YA CHRIS NDIKUMANA (PART 3)
32:03
Chris Ndikumana
Рет қаралды 55 М.
KUGENDERERWA NA NDIHO by Chris NDIKUMANA
57:09
INYIGISHO ZA CHRIS NDIKUMANA
Рет қаралды 99 М.
KANGUKA 30 min de Prière No stop, pasteur chris Ndikumana
30:38
Rehoboth Édification
Рет қаралды 266 М.
UKWEZWA  by Chris Ndikumana
1:08:00
INYIGISHO ZA CHRIS NDIKUMANA
Рет қаралды 39 М.
REKA NDIHO ABE NDIHO by Chris NDIKUMANA
1:02:24
INYIGISHO ZA CHRIS NDIKUMANA
Рет қаралды 62 М.
ROSÉ & Bruno Mars - APT. (Official Music Video)
02:54
ROSÉ
Рет қаралды 247 МЛН