Nehemia yakunda I gihugu ciwe Naho yarinyagano rero uri igipfu wewe udakunda I gihugu cakwibarutse ababagizibi banezereje Imana nabantu
@roohabzroohabz32474 жыл бұрын
Ariko koko Evaliste wari wemerey Adiventiste ko ikibazo cabo ugiy kugikemura nn nawe uje gushigikira Joséph koko ntimwohagarika bino bintu koko vya Adiventiste vyo kuja muri défilé y'igihugu kuko ivya reta ni vy'Imana ntibivangana
@cesariehakizimana4294 жыл бұрын
Jeho numva wewe wokwigumira Ku Mana yawe abandi ukabareka mu gihe boba babijamwo ata gahato ,umwe wese azobazwe ICO yaranguye mu butumwa imana yamutumye mw'isi.kandi nibaza KO abadiventiste nabo nyene bakunda igihugu cabo nk'ingabire Imana yabahaye .
@burundishallsmile1day1094 жыл бұрын
Igihugu n'icimana, Independence ni iyi gihugu Intwaro y'agahotoro ya Gikoroni, ntiyaraba umukirisu.. Yaraba Umurundi. Barabiryosha cane. Batarimwo, indépendance ntiyoryoha !