Emerysun ipiripiri iramuturiye umuhogo live 🤣🌶️🔥

  Рет қаралды 13,966

Best of 257 Official

Best of 257 Official

11 ай бұрын

‪@emerysun3366‬ yitavye muri sentare ya Karababa yishura ibibazo bigoye.
Karababa "vuga ukuri canke ubabwe" ni concept ya Bestof257 inspiré de Hot ones yo muri States.
Raba ibiganiro biheruka na ‪@mowkanzieofficial990‬ ‪@IryTinaDaQueenaOfficial‬ ‪@iammasterland‬ uryoherwe
#bestof257 #karababa Best of 257

Пікірлер: 86
@BernardNAHISHAKIYE
@BernardNAHISHAKIYE 8 ай бұрын
Kwel karababa!!! Ninoma
@gc_da_promoter
@gc_da_promoter 11 ай бұрын
Izi Videos zirerekana the Funny side of our stars😂😂
@godsgrace6820
@godsgrace6820 8 ай бұрын
Alvin ndamukunda ingene ari igisazi ariko Kiri honnête et sincère
@alvinsmithofficial
@alvinsmithofficial 11 ай бұрын
Hello mwese nabonye commentaires zanyu ngo duhindure ibibazo ndibaza ubu tuzobasaba ko muduha ivyiyumviro vyama questions kugira tuze turafashanya nkabakunzi bikiganiro cacu canyu #Karababa
@ingabiregyslaine4827
@ingabiregyslaine4827 11 ай бұрын
Yes mwoza mwerekana foto yumutumire muzotumira.kugra tubafash kubaha ama questions
@ingabiregyslaine4827
@ingabiregyslaine4827 11 ай бұрын
Yes mwoza mwerekana foto yumutumire muzotumira.kugra tubafash kubaha ama questions
@munezeroaurore6791
@munezeroaurore6791 11 ай бұрын
Pardon Alvin ndashaka kumenya imisi yiyo emission yawe ntikizancike ubundi ndabona ugez kure
@cocochanelle258
@cocochanelle258 11 ай бұрын
Alvin uranyosha iyi émission vrmnt mais pliz muhindure ama questions yama ariyayandi nyene kandi ni make agahera umwanya utarahera
@Christa_Ingabire
@Christa_Ingabire 11 ай бұрын
Ati wabay deviergé😂😂😂 Alvin nukuri wew ndagukunda😂😂😂❤❤
@Billy_charlesIteriteka-cf7od
@Billy_charlesIteriteka-cf7od 11 ай бұрын
Oyo karababa yarimwo vibe gusumba izomaze kuraba
@kirezianique7535
@kirezianique7535 11 ай бұрын
Ooo My Alvine urantwengeje cane I love this show kabisa
@ali-ckizofiolivierarakaza9284
@ali-ckizofiolivierarakaza9284 8 ай бұрын
Ewan Alvin uranryohera san vt ibiganiro vyae biraryosh p.
@schekemgakiza7061
@schekemgakiza7061 9 ай бұрын
Alvin wewe kweli i want t meet you one day ninaza mur country
@Eddy-cremeItangivyiza-tp4jj
@Eddy-cremeItangivyiza-tp4jj 10 ай бұрын
❤❤🎉🎉😂😂😂😂 sha harikintu ndahakuye ntarinzi kwl😮😮😮
@Bestof257Official
@Bestof257Official 10 ай бұрын
Wow, nivyo twashaka natwe
@user-xt7bp5xg7j
@user-xt7bp5xg7j 11 ай бұрын
Kabix ❤❤❤ emery sun ni legend
@schekemgakiza7061
@schekemgakiza7061 9 ай бұрын
Alvin jewe uraryoher
@mugishaevangeline8095
@mugishaevangeline8095 11 ай бұрын
Ndasetse pee nukuri😂😂😂😂😂😂😊😊umuntu aca murivyinshi sha umuntu avyibutse yorira😢😢 Alvin urakunzwe gose kk urumucapu sana uri umu no stress 😊😊😊😊❤😊❤😊❤😊
@glorianikiza3940
@glorianikiza3940 10 ай бұрын
Emery sun hejuru caane
@lareineminah1353
@lareineminah1353 11 ай бұрын
Umugore wanje niwe wambere twakundanye man😂😂😂Abandi yari gutigitaaa😅😅😅 Alvin😂😂😂
@Olimalkey123
@Olimalkey123 9 ай бұрын
Emery sun aranyishee😂😂😂😂😂😂 numu legend kabisaa😂
@lydi791
@lydi791 11 ай бұрын
🤣🤣🤣🤣🤣iyi Emission iranyijiye imbavu
@aldaiteriteka84
@aldaiteriteka84 11 ай бұрын
Hagiyemwoo vengeance murukundo rwa @Emerysun3366 😂😂😂😂😂
@ngkidzdancers
@ngkidzdancers 10 ай бұрын
Alvin 😅😅😅😅
@-sx9lp
@-sx9lp 11 ай бұрын
Moral ya bien😅😅😆😁👌😍
@user-pb4gz3dt4z
@user-pb4gz3dt4z 10 ай бұрын
Alvin igisheshe😂
@stevekubwimana2119
@stevekubwimana2119 6 ай бұрын
😂😂😂😂😂iki kiganiro nicibisazi guys ndatwenz nduma
@munezeroaurore6791
@munezeroaurore6791 11 ай бұрын
😂😂😂😂😂 ati Rihhana😂😂😂
@clarissabellaterimbere6073
@clarissabellaterimbere6073 11 ай бұрын
noooo Alvin yayihinduy comédie mu mpera😂😂😂urakoz kuntwenz
@lydia_wamaana
@lydia_wamaana 11 ай бұрын
Kanawasha🌶️
@bsderrick
@bsderrick 11 ай бұрын
08:25 wari mugacupa kbs!
@godsgrace6820
@godsgrace6820 8 ай бұрын
Ako kantu ko gutaha mumvura karanyishe😂uzoje gukina film
@jacquesntabagara2702
@jacquesntabagara2702 6 ай бұрын
😂😂😂😂😂 ngo uyahastwe kugwa kurugamba.
@IsaacNDAYISENGA
@IsaacNDAYISENGA 9 ай бұрын
hama alvin uwo mudem mukorana naze aragerageza abe active mukiganiro
@IsaacNDAYISENGA
@IsaacNDAYISENGA 9 ай бұрын
alvin gabanya iryo terabwoba ngo warikingiye aho ntihobura abagukorerako😀
@jospinhavyarimana2222
@jospinhavyarimana2222 11 ай бұрын
uwo muntu womucarana NDAMUZI🤣🤣🤣Pole sana Sun
@irakozeshakiru1131
@irakozeshakiru1131 11 ай бұрын
❤❤❤❤❤❤❤
@ali-ckizofiolivierarakaza9284
@ali-ckizofiolivierarakaza9284 8 ай бұрын
Ewan komera cn
@ingabirechantrene2933
@ingabirechantrene2933 11 ай бұрын
Asha muhindure ama question gusa show yariryoshe
@lydi791
@lydi791 11 ай бұрын
😂😂😂😂😂😂
@alainrukundo8563
@alainrukundo8563 11 ай бұрын
Carikiryoshe vraiment
@Bestof257Official
@Bestof257Official 10 ай бұрын
Meresiii
@safian.9518
@safian.9518 11 ай бұрын
Baramuvyoye?😂😂
@aimablemunyarugo639
@aimablemunyarugo639 11 ай бұрын
None Alvin uvuga ibya kanyamerican ariko ntuvuge aho wakuye umuti cgw wokubihemba mn gerageza kwel 😂😂😂😂😂😂😂
@kiki_official2577
@kiki_official2577 8 ай бұрын
😂😂😂😂
@lydi791
@lydi791 11 ай бұрын
😂😂😂😂Urukundo gubahwe
@ChannyQueenofficial
@ChannyQueenofficial 9 ай бұрын
😂😅😅🤣❤️❤️❤️
@evelynensanga3330
@evelynensanga3330 11 ай бұрын
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
@josuekhalifa8745
@josuekhalifa8745 11 ай бұрын
Muze muzane B face😂😂😂😂😂😂😂
@Bestof257Official
@Bestof257Official 10 ай бұрын
Sawaaa
@chealsteampari6091
@chealsteampari6091 10 ай бұрын
Ibirat vyamapin vyubahw🤣
@meghan_shn
@meghan_shn 11 ай бұрын
Nakabona Émission iyi ni final😂😂😂
@evelynensanga3330
@evelynensanga3330 11 ай бұрын
Irarenze vraiment😂😂😂
@belyseinagateka8279
@belyseinagateka8279 11 ай бұрын
mugire ama question ari fort sana
@Saleh-mg8fr
@Saleh-mg8fr 11 ай бұрын
😂😂
@lydi791
@lydi791 11 ай бұрын
🤣🤣🤣🤣ati barambabaje na bandi narabakoreyeko
@DabratRukundo
@DabratRukundo 11 ай бұрын
Muze murahindura ama question
@benignenibitanga2051
@benignenibitanga2051 11 ай бұрын
Ikikiganiro ntikizosubira kuncika kiratesa la vache naw araryosh inintu🎉
@Bestof257Official
@Bestof257Official 11 ай бұрын
Merci ku rukundo
@kenykimmhrwe3235
@kenykimmhrwe3235 11 ай бұрын
31:25 😂😂😂😂
@kyjojennish8679
@kyjojennish8679 11 ай бұрын
🤣🤣🤣🤣🤣🤣Alvinn
@bajoubeto1421
@bajoubeto1421 11 ай бұрын
😂😂😂😂😂kuva mwakagira iy emission iki kiganiro nico cambere kiryoshee kurusha izindi😂😂😂😂😂 oft you guys made my day🤣🤣🤣🤣 gusa nyne fo ko muhindura ibibazo
@nahimanajohnson2221
@nahimanajohnson2221 11 ай бұрын
❤❤❤❤❤😂😂😂😂
@cyriaquendihokubwayo4086
@cyriaquendihokubwayo4086 11 ай бұрын
Donc biraryoshe ako ndipfuza ko mwohindura ibibazo donc hamw umuntu mumutumira mwamutohoje neza muzi amakuru kuriwe mukamubaza neza kubimwerekeye vyoba b1 nih borya ipiripiri ikwiye
@Bestof257Official
@Bestof257Official 11 ай бұрын
Egooo
@ngkidzdancers
@ngkidzdancers 10 ай бұрын
Ngo emery sun ynjiza 2 dollars kur KZbin😅😅😅
@Bestof257Official
@Bestof257Official 10 ай бұрын
🤣🤣
@aliceniyo1642
@aliceniyo1642 11 ай бұрын
Inryanrya ngo ngwiki?be muvugisha ukuri bro....aho wumva umutima wawe ugushingira intahe ga emery?Imana ikubabarire ntuzi ivyuriko uravuga k ejo bizokuzanira izindi ngaruka mbi kuruvyaro rwawe....Henda abandi
@mupatagenerald5009
@mupatagenerald5009 11 ай бұрын
Nibazako harivyo muzinanyemwo, ukobamuvuga nibazako yoba ariwewe wamuhemukiye
@lydi791
@lydi791 11 ай бұрын
🤣🤣🤣Alice sha wosanga Emery ni Ex wawe
@ChachaChany
@ChachaChany 11 ай бұрын
@@lydi791 ahubwo ngira niwe bavyarany urya mwana
@lydi791
@lydi791 11 ай бұрын
@@ChachaChany 🤣🤣🤣
@nellykwizera1989
@nellykwizera1989 11 ай бұрын
Reka nshire muri français ngira niho nobitahura
@user-jq6sv9vd1r
@user-jq6sv9vd1r 11 ай бұрын
😅😅😅😅😅😅
@thadeebonny3105
@thadeebonny3105 11 ай бұрын
ico kiganiro nivyiza cane ariko muzoze muhindura ibibazo kuko mubaza ibibazo bimwe misiyose
@clarissabellaterimbere6073
@clarissabellaterimbere6073 11 ай бұрын
😂😆😂😂ndagufan Alvin uko wimerey
@floreennikwigize4055
@floreennikwigize4055 11 ай бұрын
Alvin wubahwe❤
@majamberejackson6956
@majamberejackson6956 11 ай бұрын
Emery yoba umu acteur mwiza kabisa. ni observation maze kugira depuis la chanson ARABESHA ya Meili
@cynthianihezagire9903
@cynthianihezagire9903 11 ай бұрын
Eee har na film namubonyemo akina neza pe🎉
@dianebiha3318
@dianebiha3318 11 ай бұрын
Uwo mukobwa avuga buhoro, ibibazo vyiwe ntivyumvikana
@coolboy1262
@coolboy1262 11 ай бұрын
Alvin arasar at bakubwir ngocish ngah uciy unyibuts aknt karah
@omansaham6362
@omansaham6362 11 ай бұрын
Merci beaucoup 😂😂😊
@lydi791
@lydi791 11 ай бұрын
😂😂😂😂Alvin nivyo ya ragorana no muri primaire
@duraduura3726
@duraduura3726 11 ай бұрын
😂😂😂
@FlorienneKantungeko-fy2vu
@FlorienneKantungeko-fy2vu 10 ай бұрын
😂😂😂😂😂
Position ukunda cane n'iyihe Kim Nana ft @alvinsmithofficial#karababa
40:22
Best of 257 Official
Рет қаралды 24 М.
Cool Items! New Gadgets, Smart Appliances 🌟 By 123 GO! House
00:18
123 GO! HOUSE
Рет қаралды 17 МЛН
Пранк пошел не по плану…🥲
00:59
Саша Квашеная
Рет қаралды 5 МЛН
Sigma girl and soap bubbles by Secret Vlog
00:37
Secret Vlog
Рет қаралды 8 МЛН
‼️ABSENCE YA KOFFI OLOMIDE NA PARQUET EBENDI MAKELELE
37:21
Votre Soleil ☀️
Рет қаралды 1,9 М.
Cool Items! New Gadgets, Smart Appliances 🌟 By 123 GO! House
00:18
123 GO! HOUSE
Рет қаралды 17 МЛН