FABLICE yakiriye ABAGWIZATUNGA bavuye muri AMERIKA//BURUNDI twipfuza/LAKE VIEW PARADISE akarorero

  Рет қаралды 58,263

UMUKUBITO

UMUKUBITO

Күн бұрын

Пікірлер
@stevemanirakiza8386
@stevemanirakiza8386 2 ай бұрын
Umuntu wese akunda ibikorwa vya fabrice ashireko like
@stevemanirakiza8386
@stevemanirakiza8386 2 ай бұрын
Aho nisawa
@abdallahjuma7997
@abdallahjuma7997 2 ай бұрын
Abantu bari bakumbuy ibiganiro vya Fabric tumenyane ivyiza bitahe Iburundi
@YourFavLady_101
@YourFavLady_101 2 ай бұрын
Yewe Fablice twari tumukumbuye nukuri🤭Je nari natanguye kwibaza vyinshi gusa Imana ishimwe ibintu biriko bigenda neza, komera cane bwana Fablice🙌 Watching from Perth (Australia)
@GiramatamanziManzi
@GiramatamanziManzi 2 ай бұрын
Buriyarero buri gihugu cyubakwa namaboko yabo cyibarutse icyo bisaba nukubiharanira Kandi ndibutsa abarundi gukorakurutakuvuga biba byiza uyuvugiwe nibikorwa ndimunyarwanda nishimiye kubona uburundi bujyambere. Ugushyirahamwe kuzabageza aho abatabifuriza iterambere bumirwa shimishijwe. Nokubona mujye nda. Bwiyungura ubushake numuhate mukubaka uburundi ❤❤❤❤❤ love you Burundi Kigali Rwanda turabemera
@niyorukizaelias8142
@niyorukizaelias8142 2 ай бұрын
Nimukomere Rwanda turabakunda.
@ايفيتادوار
@ايفيتادوار 2 ай бұрын
Merci beaucoup ❤❤❤
@pascaluwizeyimana7436
@pascaluwizeyimana7436 2 ай бұрын
Uvuze neza cane kabxa atari benshi babivuga
@JeanvierHakizimana
@JeanvierHakizimana 2 ай бұрын
Imana iguhezagire merci. ❤
@WingnyAmani
@WingnyAmani 2 ай бұрын
Komera komera natwe turabemera
@fabricenj
@fabricenj 2 ай бұрын
Waaao😊, ngo ibikorwa nkora ni ivy'Uhoraho. Bless you
@niyongirajeandamascen
@niyongirajeandamascen 2 ай бұрын
Imana irakunda abarundi n'uburundi Amahanga arakwiye kwemera.
@FabiolaNsabimana-w2h
@FabiolaNsabimana-w2h 2 ай бұрын
Team umukubito tv mwubahwe hama Fablise nawe akomere cane Imana y'uburundi ibarinde kandi ikomeze ibakoreshe ivyubuhizi kuko nico gihe.ameeeen
@karabo109
@karabo109 2 ай бұрын
I appreciate this guy! Is genius
@Hitimana-Benoit
@Hitimana-Benoit 2 ай бұрын
🎉Yeah
@niyongirajeandamascen
@niyongirajeandamascen 2 ай бұрын
Burundi hejuru cyaneee mukomerezaho birashimishije.
@SindayigayaDeo-ox8bx
@SindayigayaDeo-ox8bx 2 ай бұрын
Abantu bazoba Aho bazoba baryohewe kuburyo batera igera muritanganyika akazana imikeke atiriwe arava muhira kl ndakunda uburundi xan 🇧🇮❤
@ernestniyokwizera9998
@ernestniyokwizera9998 Ай бұрын
Juste Gaëlle Fabrice turamwemera cane Kandi nawe turakwemera cane kunkuru muguma muduha za ubaka nation Tubasavy ko mwoguma muziturons kwakundi hahandi
@fabricenj
@fabricenj 2 ай бұрын
Waaaoh akarorero keza ku muntu akunda kwisomera Bibiliya hanyuma agakora❤
@Stain23
@Stain23 2 ай бұрын
Ndi muri Canada, naringize Imisi nkumbuye ukugaruka kwa Fabrice, Nukuri Narinkukumbuye kweli!!! Mungu akubaliki sana. I hope, you and your staff had an enjoying and exciting journey, also had learned a lot of things in those three days!! Im glad to have known Fabrice!!!
@SindayigayaDeo-ox8bx
@SindayigayaDeo-ox8bx 2 ай бұрын
❤❤
@FiftyD
@FiftyD 2 ай бұрын
thanks Gael, uzorabe umuntu yoza aragira traduction uronse umuntu avuga indimi zo hanze. vyoba vyiza. hama ibindi thans
@Sirinteriordesign
@Sirinteriordesign 2 ай бұрын
Ico ciyunviro cuko hoboneka izo nzu zubakishijwe imbaho nico kuko ziba zinakomeye kandi zozimbukira abarundi muri rusangi 👏🇧🇮💯
@NiyonyeneLoyce
@NiyonyeneLoyce 2 ай бұрын
ivy bibayeh nanj vyonshimisha
@KasendrLukadi-pj7xy
@KasendrLukadi-pj7xy 2 ай бұрын
Fait un hôtel là-bas et une piscine en haut avec une view du lac ça sera fantastique
@TuyisengeFrolbert
@TuyisengeFrolbert 2 ай бұрын
Uwomugabo yubaka amakapani yubahwe aravuga ibintu akaryohera kwr
@Bigenergy94
@Bigenergy94 2 ай бұрын
Juste Gael kingeleza baba😂😂😂❤
@egidenduwimanabaharia9104
@egidenduwimanabaharia9104 2 ай бұрын
Yaani na Mimi nimechanganikiwa,amemwaga kiingereza chote🙌
@evelynenkurunziza287
@evelynenkurunziza287 2 ай бұрын
Kuba kugeza uyumunsi maze kuba ndimubafise umutahe muri one afrikaa numva mpema nezaa😂😂😂❤❤❤ fabuhomes kumutimaa
@epitasnshimirimana6657
@epitasnshimirimana6657 2 ай бұрын
Juste Gaëlle congratulations for the emission
@Stain23
@Stain23 2 ай бұрын
Mu Gihugu cacu niho hambere ho gukorera Business, And i hope to take one day chat in person with the most important now in Burundi, Esp when talking bout Investment!!! Ndimo nkumva vy'ukuri!!! That's why we need to learn Business
@georgesounds
@georgesounds 2 ай бұрын
You're right
@gabrielmanirakiza6731
@gabrielmanirakiza6731 2 ай бұрын
Fabrice Manirakiza ndakwite cadeaux du ciel
@edmondniyonsavye2485
@edmondniyonsavye2485 2 ай бұрын
Wow umukubito oyeee!! Hongera sana bro Gael you've done it 💪🎉
@sese667
@sese667 2 ай бұрын
Gaël kucongereza numva ari sawa 💪💪💪
@Aimeéelyncamuhizi5084
@Aimeéelyncamuhizi5084 2 ай бұрын
Ndatahije juste Gael kucongerezaaa nti big up
@jchuma5417
@jchuma5417 2 ай бұрын
Fb IMANA ikurinde kweli 🙏🙏🙏🙏💯🇧🇮💚
@LameckNgabo
@LameckNgabo 2 ай бұрын
Isengesho ryanje nukwo Imana yokurinda RPA nabakozi bayo nabayoboke bayo Amen ❤❤❤❤❤
@jeanclaudendayizeyee
@jeanclaudendayizeyee 2 ай бұрын
Amen
@Mworoha_2025
@Mworoha_2025 2 ай бұрын
Amen
@alees4907
@alees4907 2 ай бұрын
Ameeen ikomez imwiman❤
@mvmezerosamira3960
@mvmezerosamira3960 2 ай бұрын
Fablice arashoboye. Imana ikuje imbere nawe uyikurikire❤❤❤🎉🎉🎉🙏🙏🙏
@FelixSibomana-d4i
@FelixSibomana-d4i 2 ай бұрын
Ivyiza cane gose 👍
@Uwondi1
@Uwondi1 2 ай бұрын
Vyizacane Imana ibazigame murikomutujanahantuhezacane.Turabashigikiye Imana izigame Uburundinabarundi Iduhumutimawogukundigihugucacu.Imana ituberumutabazinumuburanyi itugabire Amahoronumutekano MuBurundi❤❤❤
@haragirimanachristian8562
@haragirimanachristian8562 2 ай бұрын
Courage courage Fabrice...kora usige izina mu gihugu cakwibarutse...naje ngiye kubarondera.
@JeanvierHakizimana
@JeanvierHakizimana 2 ай бұрын
Imana imuturindire ningabire Imana baduhaye yokubaka Uburundi ❤❤
@BlandaIranzi
@BlandaIranzi 2 ай бұрын
Narinkumbuye fabrice😢😢.Imana yakoze kumugarukana
@user-nk3ue2cs4k
@user-nk3ue2cs4k 2 ай бұрын
This company should build another modern, well organised city of GITEGA according to a master plan.
@denisentamakiriro9685
@denisentamakiriro9685 2 ай бұрын
Gaël kucongereza disi! Courage shahuuuuu
@B-Y-N
@B-Y-N 2 ай бұрын
Imana ukomeze ihezagira igihugu cacu ciza c Burundi 👏👏👏❤️❤️❤️❤️🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇦🇺🇦🇺🇦🇺🇦🇺
@ManigiraNezahamisa
@ManigiraNezahamisa 2 ай бұрын
Gaer wubawe pe 😂😂😂😂 urumwongereza ❤❤❤
@habibumasenga6213
@habibumasenga6213 2 ай бұрын
Wapi ahubwo nature aho ninyegeza😂😂😂😂
@Lessons20230
@Lessons20230 2 ай бұрын
Imana ihabwe icubahiro kubwa Barundi
@BizindavyiSalvator
@BizindavyiSalvator 2 ай бұрын
Gaël courage ku mukubito🎉🎉🎉
@tk-padonniyonsaba
@tk-padonniyonsaba 2 ай бұрын
Fablice na BlackMan 👏👏👏👏♥️♥️♥️
@habimanapascal4443
@habimanapascal4443 2 ай бұрын
Urakamererwa neza nawe❤
@hategekimanamariespeciose5701
@hategekimanamariespeciose5701 2 ай бұрын
Ndagukunda pe
@claudegahimbare-oc9ij
@claudegahimbare-oc9ij 2 ай бұрын
Umukubito hejur caan❤
@fabiennizigiyimana
@fabiennizigiyimana 2 ай бұрын
Ntibikundira ko ndengana ikiganiro ca fablice😮
@ntirenganyavumilia4369
@ntirenganyavumilia4369 2 ай бұрын
Nanje nuko nkibona ikiganiro ca Fabrice sinorengana.🎉
@bukururamadhan2442
@bukururamadhan2442 2 ай бұрын
Gael big up 😂😂 uzoze uraraba umuntu agufasha ikingereza turakwemera
@habonimanasadick9830
@habonimanasadick9830 2 ай бұрын
Uburundi bugira bube Uburundi Koko
@manudiofficial
@manudiofficial 2 ай бұрын
✊🏿✊🏿✊🏿✊🏿✊🏿terimbere Burundi 🇧🇮 bwacu
@arnoldkennytuyisabe1833
@arnoldkennytuyisabe1833 2 ай бұрын
Fablice Manirakiza FLYBZ ❤
@munezerotheodore2231
@munezerotheodore2231 2 ай бұрын
Big up Gael
@julesspencer517
@julesspencer517 2 ай бұрын
Nipfuza ko fabrice yogira investment muri energy na agriculture kubera ko abarundi benshi nta access bafise kuri electricity
@ToyiT.Francinne
@ToyiT.Francinne 2 ай бұрын
Mungu Akubariki sana kaka kwakazi❤
@MugishaEmelyne
@MugishaEmelyne 2 ай бұрын
Mana yanje uwomuhungu nintumwa ku Burundi 🇧🇮 Fabrice IMANA iguhe kuramba turagukeneye cane❤
@Hitimana-Benoit
@Hitimana-Benoit 2 ай бұрын
IYAMUTUMYE IRAMURINZE KANDI NTAWUMUKORAKO NTIBISHOBOKA❤ IMANA IMBERE🎉
@cheriewanje5415
@cheriewanje5415 2 ай бұрын
Waaaw imana ikuje imbere Fablice ! Jewe narafashe ingingo yogutaha kubera ingene Fablice arata Uburundi bwacu bwiza kandi dukunda, Gaël ndagusavye umpe contakt zawe, kuko ndagukeneye kubera intahe yanje nzoyiitanga kumukubito!❤
@cheriewanje5415
@cheriewanje5415 2 ай бұрын
From Sweden
@sogoTown
@sogoTown 2 ай бұрын
Fabri ndemeye ko nanje ndagushigikiye Nzoshira cash mu kwubaka isoko nkuru ya Bujumbura
@kwizerajustine3822
@kwizerajustine3822 2 ай бұрын
Simba nshaka KO ikiganiro ca fabrice na Gaël gihera❤❤❤❤ nukuri Imana Ibahe umugisha
@nijimbereaimable9947
@nijimbereaimable9947 2 ай бұрын
Imana ibarinde imikoshi🎉🎉🎉🎉
@oscarfashionbuja1267
@oscarfashionbuja1267 2 ай бұрын
Umukubito ibintu murigukora nik uyundi mpwemu kabisa fablince nakarorero kuginhugu cacu lmana imujimbere ndemeza neza niyashigikingwa har iterambere igihugu kizoshikako lmana imujimbere🇧🇮🙏
@Inyigisho432
@Inyigisho432 2 ай бұрын
Waouuuhhh;!!!!!
@Hitimana-Benoit
@Hitimana-Benoit 2 ай бұрын
Fabrice Nshimye cane ko uri téléguidé n'Uhoraho! Ivyo bahora bavuga k'uburundi ko bugiye gusabwa n'amakungu! Big up saana🎉!
@AudryIteriteka-h1r
@AudryIteriteka-h1r 2 ай бұрын
Courage muhungu wigihugu turakundanda ibikorwa vyawe
@allydavy6919
@allydavy6919 2 ай бұрын
Uyu abe umukuru wigihugu
@Razielnine4news
@Razielnine4news 2 ай бұрын
Bonjour mes Amies! Umunyarwanda ushaka gushora umutahe muri Investment ya nyu birashoboka? Ndibarije mbarije nabandi batavuze .Fabrice azadusubize Courage vraiment
@ibrahimcongeram.806
@ibrahimcongeram.806 2 ай бұрын
Egome birashoboka muturanyi wacu wokwegera abarongoye Ubaka Nation group canke abatwara One Africa Investment funds ariko ubungubu baracaha amahirwe abarundi ubwambere hama ikiringo bihaye nicahera bazoca baha uburenganzira Abanyamahanga nabo batangure gushiramwo imitahe .
@dj_clover257
@dj_clover257 2 ай бұрын
Muri One Africa Investment Fund Nibazako Hataragera Ko Abanyamahanga Bashiramwo Imitahe, Nihagera Azobitangaza. Ariko kuzana Imitahe Birashoboka Mumigambi Yawe Yose Bwite. Cnk Kugiti Cawe.
@Jeanine_8077
@Jeanine_8077 2 ай бұрын
Abarundi nibicucu ntibazi icyo bashaka,washora cash ukanona barakwishe batitaye kuri investment warubazaniye
@songamberetv2219
@songamberetv2219 2 ай бұрын
Niwe uri ikijuju ariko ntibitangaje uri muri babanyarwanda bogejwe ubwonko nugwanko mbe nkubaze rujugiro yari umurundi? Rwigara yari umurundi? So bugabanya urumogi unwa​@@Jeanine_8077
@ibrahimcongeram.806
@ibrahimcongeram.806 2 ай бұрын
@Jeanine_8077 ikicucu niwewe wambwakazi w umunyarwandakazi. Harayo urazana ngo bayakwibe kufa guhoha nkaho uhaze indinganizo????
@emmanuelnshimirimana7246
@emmanuelnshimirimana7246 2 ай бұрын
Imana ishimwe kabisa twararonse incabwenge yu murundi ndagukunda fabric urateje igihugu cacu imbere imana iguhe kuramba
@tomborathomas2124
@tomborathomas2124 2 ай бұрын
Umukubito wubahwe kabsa urashoboye cane pokea maua yako❤
@Stain23
@Stain23 2 ай бұрын
Uri ntore kabx!
@AzizaNzeyimana-j1e
@AzizaNzeyimana-j1e Ай бұрын
Korakora turabakunda cané
@niyihamvanyecanesius3262
@niyihamvanyecanesius3262 2 ай бұрын
Ubu ni sawa yamajwi murayakosoye
@justinb3355
@justinb3355 2 ай бұрын
Courage @Juste Gaël! Your English is better than I thought so keep it up mate!
@simeonniyamahoro6775
@simeonniyamahoro6775 2 ай бұрын
good
@NduwimanaEmmanuel-iz7qd
@NduwimanaEmmanuel-iz7qd 2 ай бұрын
Ivyiyumviro bizima kbs mukuyaga🎉🎉🎉
@Jastans-di5xn
@Jastans-di5xn 2 ай бұрын
Aho uzusanga hari abarundi bababisha bitera isha ivyo arigukora.Imana ikurinde with your dream
@giranezaarmelle3618
@giranezaarmelle3618 2 ай бұрын
I wish the government would start considering building roads.
@IsmaelNsabi
@IsmaelNsabi 2 ай бұрын
Congratulations fb 🇷🇼
@JamesNduwimana-ik1de
@JamesNduwimana-ik1de 2 ай бұрын
Umukubito , hejuru cane. Ba Landry nibaze barabe ivyo Gaël akoreye umuzungu😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
@sijemoct1216
@sijemoct1216 2 ай бұрын
nahora ndagukunda fabli, ubuho wongeye izindi 50% ku rukundo ndagufitiye, mw ijambo rimwe uri Intumwa y Imana ku Burundi peeh.
@IninahazweOnesphore-g1n
@IninahazweOnesphore-g1n 2 ай бұрын
Nivyiza mukomeze kwubaka Burundi gusa muze murubaka ndende
@VivienUwimana
@VivienUwimana Ай бұрын
Courage Monsieur Fabrice,hoboneka abandi 10 nkawe
@AllyDangoteMvugusi
@AllyDangoteMvugusi 2 ай бұрын
Just ndagukunze cane gose knd ndakunda kubikogwa vyaw ukora courage
@nduwapasikapaterne344
@nduwapasikapaterne344 2 ай бұрын
Uwo akwiye ba mudahusha bo gucungera ubuzima bwiwe kk iyo ntwari niyo gukingigwa kabis turagukund Fabrice courage
@bukurufreddy28
@bukurufreddy28 2 ай бұрын
🙋🙋🙋🙋🙋🙋
@hakizimanaelie8916
@hakizimanaelie8916 2 ай бұрын
Hezagirwa Fabrice na Gaël bandanya mukora ibikor 'inka u Burundi bwacu bube nka Singapore ❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@AssanWattar
@AssanWattar 2 ай бұрын
Gail kwel ndemeye you are welcome to Canada to prepare interventions
@Umusandawe
@Umusandawe 2 ай бұрын
Huge fan 👊🏿👏🏿
@Isa3th
@Isa3th 2 ай бұрын
Fabi IMANA yakuduha ikudutungire wubahwe inkofero nakuye 👏 wubahwe pe pe pe
@EmeryNIYIMBONA
@EmeryNIYIMBONA 2 ай бұрын
kazi kazi
@pascalmanirambona9201
@pascalmanirambona9201 2 ай бұрын
Intumwa yimana fabrice!hama ndipfuza kuyaga Fabrice vyokunda gute?mumfashe gae
@kingdomwatchmanministries2230
@kingdomwatchmanministries2230 2 ай бұрын
Icongereza😂
@blaisepascalngendabanka4019
@blaisepascalngendabanka4019 2 ай бұрын
Nukuri nakaroruhore nimbavyukuri ivyotubona arukuri nimwubahwe kubikorwa vyanyu🙏🙏🙏🙏🙏
@RyabuyeJeanMarievianny
@RyabuyeJeanMarievianny 2 ай бұрын
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇿🇦home sweet Home nyumbani kwanz
@WillyNzaba
@WillyNzaba 2 ай бұрын
Make some noise to Juste Gaël Ariko abikora neza
@bayubahejeannoel5314
@bayubahejeannoel5314 2 ай бұрын
Kumbe juste gael arazi icongereza
@Hitimana-Benoit
@Hitimana-Benoit 2 ай бұрын
Ega yarize!🎉 Waruziii😂
@reverandmanirakiza4978
@reverandmanirakiza4978 2 ай бұрын
Vrement mumirimo mutibagira Amabarabara guys
@L.Light257
@L.Light257 2 ай бұрын
Mumpe like aba fans ba hushur'umuhushuro
@EdedierMpundu
@EdedierMpundu 2 ай бұрын
Kandi ico kintu azociyumvire gushira piscine hejuru abantu baraba ubwiza bwikiyaga gusa urumva yoba ari hôtel
@TitusJunior-q8i
@TitusJunior-q8i 2 ай бұрын
mwubahwe kbs murashoboye
@Truthy-f2d
@Truthy-f2d 2 ай бұрын
sinon mubindi vyose vraiment Fablice ni impano y' Uhoraho nukuri, twese dukeneye kugira ivyiyumviro nk'ivyiwe!
@khanwkk
@khanwkk 2 ай бұрын
Gaëlle hejuru cane ndakwifurije kugerakurecane.
@JonasMacumi-ie9xv
@JonasMacumi-ie9xv 2 ай бұрын
Komeza gutera imbere nkumuzinga
@ernestmbanzendore1219
@ernestmbanzendore1219 2 ай бұрын
Good news to Fabrice and Gael. Umukubito muza imbere kabisa
@Em_pro-v1r
@Em_pro-v1r 2 ай бұрын
Gael urakamererwa neza
@NyandwiWiliso
@NyandwiWiliso 2 ай бұрын
❤❤❤❤❤❤ komera
@kingjameskj111
@kingjameskj111 2 ай бұрын
Gael, nakahe kabirya usigaye ukoresha kugirango ijisho ribe ritirabura?
Revue de presse Ahmed Aïdara du 31 Janvier 2025
9:39
2A TV - LA CHAÎNE DU PEUPLE
Рет қаралды 4,4 М.
Правильный подход к детям
00:18
Beatrise
Рет қаралды 11 МЛН
СИНИЙ ИНЕЙ УЖЕ ВЫШЕЛ!❄️
01:01
DO$HIK
Рет қаралды 3,3 МЛН
REAL or FAKE? #beatbox #tiktok
01:03
BeatboxJCOP
Рет қаралды 18 МЛН
Правильный подход к детям
00:18
Beatrise
Рет қаралды 11 МЛН