Inyuma yaho twari tumaze imyaka niyindi twihatira kwumviriza motivations from those white people Imana itwegereje mutima atuyagira tugatahura tudashizemwo za concentrations zindimi mvamahanga!! I think that everyone who uses to have a listening to the English motivations this motivation from mutima is totally the same and quite powerful 🎉🎉 uwumvise amajambo akomeye nkanje asigego reaction thank you @mutima ibi twari tubigwaye muburundi ababituvugira en kirundi
@TonnyLnice6 күн бұрын
Iki kiganiro maze kucumviriza gatatu kdi nubu nzogisubira🥰🥰
@VianneyNduwimana-q4iАй бұрын
I have learnt a lot from this interview thanks both Mutima& jG may God bless you I'm really like this🙏🙏🙏
@clovisishimwe2166Ай бұрын
Kumunsi yose ikiganiro ca mutim ntegerezwa kucumviriza nambae écouteurs ndi ahantu hajenyene kndi ntekany. Ndamukunda Can
@UmugenzimediaАй бұрын
Uyu ni motivation yacu inyuma yubukomedy adushika kumutima hose ❤❤
Mutima Ntabwo yari comedy gusa Motivation Ni nama nzinza urakoze papa mutima✊🏻✊🏻✊🏻
@FunvideosTV-p7qАй бұрын
That is why I’m here brother GJT
@NziraphАй бұрын
JG - urakoze kw’ izina des jeunes et familles Burundais. Mutima, you’re an incredible smart, wise human being, most importantly, you have a gift of leadership! Amashule yose - secondaires and universities bakwiye kugutumira ubuhishe! This is top! Congrats young brother!
@charlyuwampojeje21 күн бұрын
Kuvuga yuk' umwana w'umuntunzi adasohoka ni Kuvuga iki? Hubwo vuga yuko utazi aho hantu basohokera mw'ijoro, za muvuga ivyo mwatohoje. Kandi ntugasuzugure iyo wavuye mutima kk ivyufise ubu sivyo warufise imbere. Abo bana babakene uvuga bahe amahoro kk imana irababona ntacubasuzugura sabo wavyaye ntuzi nejo habo. Merci🙌🏾.
Emuta Mukomre cane After 2 month,muduha ibiganiro vyuyu Mutama,afita Big capacity yu buzima ,impanuro zukugne of life. Big up bwana Mutima.🤙 page to page ✌️🇦🇺
Kurinduru. Ikibazo kiriho n'uko umuntu arose amahera aca yibaza ko arose ubwenge busumb ubwabandi. None ukagira harico weho wahinduye kubuzima Imana yari yarakwandikiye ko uzobamwo. Kira noneho n'abana b'abakire baraba imbwa nkuko n'umukene avyara umutunzi. Ibanga rikomey n'uko atawumenya uko ejo hazomera. Nawe nyene wavyivugiy ko ivyakubayeko atanakimw wari wateguye. Rero reka kurenza umunwa abantu
@rretro2042Ай бұрын
mu vyo yavuze vyose, ibi nivyo wasigaranye?
@claudepascal2290Ай бұрын
Rondera amahera cne upunguze amashavu muta
@genestekwizerimana7816Ай бұрын
NO his is telling the truth 100/100 cause nowdays most of people don't want to work they want to eat sitting waiting the money from others like relatives especially and so on ,......so please let's work hard and change our mind sets guys you can't reach anywhere or achieve anything while sitting or waiting from others.