Fun&facts:ndabisubiyemwo abahungu bari égoïste/aba diaspora twarabavumbuye/ku myaka 35 uba wasatuye

  Рет қаралды 16,733

Siren Vibes TV

Siren Vibes TV

Жыл бұрын

#sirenvibestv #funandfacts

Пікірлер: 73
@MasabarakizaOlivier
@MasabarakizaOlivier Жыл бұрын
Au fait le probleme nuko muri culture yacu: 1) nta vya planning bijemwo. Vyose ni du jour au jour. Couple ifise iyo sens ya planning, meme avant le marriage nka question “qui va demanager?” Iba yamaze kuba aborder. 2) abago baba paysans mu mutwe bafise ama insecurite menshi. Nta mugabo qui reflechit yokwanka le progres de sa femme. 3) la famille yisuka mubiba mu ma foyers yabana babo. Abagize marriage avec de bonnes intentions birashoboka.
@Micha_Igi
@Micha_Igi Жыл бұрын
Vous exagérez😭😭musa nezaa caneee🔥🔥🔥Dacia,c définitivement ta coiffure😍‼️😍‼️
@MariamKhaila-vz1lk
@MariamKhaila-vz1lk Жыл бұрын
Madam nikita uraberew vrm !!!!top sana
@rwemachrista4971
@rwemachrista4971 Жыл бұрын
Umuntu agukunda vya vrai akwifuriza ivyiza😂with or without him. Ahubwo j’ai l’impression ko abakobwa tureka abantu bose baka decida de notre vie, twiyumvira cane numutima tandis Que abagabo biyumvira numutwe which is smart. Ahubwo abakobwa twihe valeur, dushire our happiness na values imbere hama aba partenaire bagakurikira. Mariage si PHD cnk carriere ico nzi co PHD muragumana milele hama umugabo naho? Ashobora kuguheba pr une autre qui met sa carriere avant! Let’s be smart and build our self up to success. Entre tps Nikita nuwa grave❤
@prospernahimana5790
@prospernahimana5790 Жыл бұрын
vraiment ibi biganiro bibiri mukoze bikurirkirana ,nivyingira kamaro , birimwo impanuro nyishi ,kandi biza birataanga icerekekezo
@elysefuraha4588
@elysefuraha4588 Жыл бұрын
Ndabakunda cane murakora ibiganiro vyiza cane kandi vyigisha ❤❤❤ so naje kubwanje umugore nomureka akagenda Gukora akazi
@deliciaingabire8371
@deliciaingabire8371 Жыл бұрын
Dacia today araberewe caneee 🔥🔥
@cadeauwatanga5686
@cadeauwatanga5686 Жыл бұрын
Vraiment sujet yuno munsi yari très intéressant cane kuko abantu benshi babaye muri iyo système kabisa 😀😀😃😃😃,komera @Fun and facts 🙌🙌🙌🙌,komera @Siren vibes tv 🙌🙌🙌🙌🙌 ntawundi nkamwe mu Burundi 🇧🇮,u the best guys 🫶🫶🫶🙌🙌🙌🙌,Cadeau from Sweden 🇸🇪
@itanganezadondivin4416
@itanganezadondivin4416 Жыл бұрын
Imana ibanzigamire bashaa
@itanganezadondivin4416
@itanganezadondivin4416 Жыл бұрын
Ndakunda hosy CN ♥️
@claudinebayubahe-jx8yq
@claudinebayubahe-jx8yq Жыл бұрын
Ndabakunda vrt vyimbitse murigisha knd mwaberew mwesee❤❤
@ondedonaldebagondoze9180
@ondedonaldebagondoze9180 Жыл бұрын
Je vous love trop❤mubivuze hagez bzuuu
@ElveraMIZERO-dt9wm
@ElveraMIZERO-dt9wm 10 ай бұрын
🔥Iki kiganiro vrmt🥹😫, sérieusement carampinduriye ubuzima wallah… Mufasha imitima y’abenshi nukuriii🫂 👐🏾, nzoguma ndabashimira kubw’iki kiganirooo😫♥️🫂. Vrmt merciiii bcp🙏🏾🙏🏾🙏🏾. Muraaambeee 👐🏾, FUN AND FACTS vrmt🔥🔥🔥🎊💪🏾😍😍.
@bebehafsa1141
@bebehafsa1141 Жыл бұрын
Ndabakunda trop 👌👌
@nonokeke7995
@nonokeke7995 Жыл бұрын
Ndabakunda kubi😘 Yesu acunge impande zose👏
@erinajohannabizindavyi714
@erinajohannabizindavyi714 Жыл бұрын
Nikita ngo barya bahungu barira twarabahinyuyee😂😂😭
@kyjojennish8679
@kyjojennish8679 Жыл бұрын
Eehh Darleneee namanuke 🤦🏾‍♂️🤦🏾‍♂️🤦🏾‍♂️🤦🏾‍♂️
@owanaishimwe
@owanaishimwe Жыл бұрын
Muraberewe les dames 😍💯
@belysebutoyi5658
@belysebutoyi5658 Жыл бұрын
Bonjour les amies préférées barakaaa bashitse ngaha barabakorerako babura gukundana bibazako bazany za bakozi ahwiiiii amumarana iminsi aba yamaz kumenyera
@FideliteNininahazwe-cg1iz
@FideliteNininahazwe-cg1iz Жыл бұрын
Hosy ndagukund cnee❤️
@tuyizereclaude8546
@tuyizereclaude8546 Жыл бұрын
Bsr bantu banjye ndabakurikiye❤
@arlinekuradusenge4279
@arlinekuradusenge4279 Жыл бұрын
Im number one😂😂😂hosy ndacitanze😅😅😅😅
@laetyn6456
@laetyn6456 Жыл бұрын
Dacia très fanny. Hari ukuntu mpora mpagarara klk part nkakuraba urenganye si mubuzima busanzwe uri sérieuse.
@l.thimotheeniyomukiza7422
@l.thimotheeniyomukiza7422 Жыл бұрын
N essayez pas de donner des leçons à partir de vos blessures...donnez vous le temps de guèrrir mes chères dames...BZU
@Ida35715
@Ida35715 Жыл бұрын
Urumva ushatse kuvuga ko bose uko ari 4 ngaho buzuye Blessures? 😂
@abiabelg8055
@abiabelg8055 Жыл бұрын
Uyiciye umurya
@marlymana2590
@marlymana2590 Жыл бұрын
@@Ida35715 je me demande le rapport avec l'émission hubwo 🤔
@habibapristie1881
@habibapristie1881 Жыл бұрын
😂😂😂🤭
@gacutimariefreddyne6419
@gacutimariefreddyne6419 Жыл бұрын
Ndabakunda cane.None basha Gretta arubatse???murateeesa vrm Madame Nikita❤❤Vrm ndabakunda san❤❤
@alny1935
@alny1935 Жыл бұрын
Nikita👌🏾
@mahoroenieraissa-ud3te
@mahoroenieraissa-ud3te Жыл бұрын
JW hosy ndafis idée yo kugur thérapie n'abakobw bababarir murukundo cnk Bahemukiwee vrt birakwiy k baja hmwe kugir Ama dépression ari mubantu agabanuk 🙏😂😂 munsapoting nikorer umwuga
@josianendayizeye2707
@josianendayizeye2707 Жыл бұрын
Yooo ndagushigikiye pe uzompereko
@elianekwizera5834
@elianekwizera5834 Жыл бұрын
Iterambere kuri micro. Top vrema
@franciskiyuku3547
@franciskiyuku3547 Жыл бұрын
Mugira émission nziza. Pour moi, mariage barayigizayo (reporter)
@laetyn6456
@laetyn6456 Жыл бұрын
Hosy. Uraberwe vrt. Jolie coiffure , belle paire de boucles d'oreilles. ❤❤❤
@laetyn6456
@laetyn6456 Жыл бұрын
Hama miss Gretta uri keza cane
@dylan2227
@dylan2227 Жыл бұрын
Sha sinogend ntavuz kur iy topic kuk nanjy ndumurundi but ub simb buja ham ndi mur relationship a distsnce ic novug nuk muvyumv kumw numukunz waw mwo ceda kbs kuk uraz ko abarundikaz batorosh mug ak karorer mwatanz yuk twovyar abana mumyak itanu je suis contre kbs iy mysk ni myinsh kur jew tu😂😂
@emerynkurunziza2951
@emerynkurunziza2951 Жыл бұрын
Hama mariage nakazi nibintu 2 bitandukanye ntakazi kokubuza kugira Mariage. Hama ikindi kubana na Famille nivyiza cane ntacotuma udatumako Famille nkuwo muntu. Hama icoguhitamwo umuntu abona ikimufiye akamaro nimba wohitamwo akazi kuruta uwo muzobana ubuzima bwawe bwose .ushobora kuronka akazi karuta ako kambere woba waruronse.
@josianendayizeye2707
@josianendayizeye2707 Жыл бұрын
Hosy uwo mu burundi nuwo kuvyara jewe iyo cas yaranciye imbere umu type yarongoye umuzungukazi bavyarana umwana umwe hosy akorera business aha mais encachette rero yarakeneye uwatungira aha
@laetyn6456
@laetyn6456 Жыл бұрын
Hama nikita kira ngeni
@Twese.01
@Twese.01 Жыл бұрын
Wavuye mu burundi waragize mariage, bivana nama pays, parrainage ifata entre 6 mois et quelques années. Procédures za immigration ntizama zoroshe akantu gato muri dossier gashobora kuyisubiza inyuma imyaka myishi. Ariko ,peu importe la situation, kutazana uwo mwagize mariage ngo mubane n'ububegito.
@igirukwishaka-gl9wx
@igirukwishaka-gl9wx Жыл бұрын
Muzotumire abakobwa bavuge ivyo bintu kuko mwebwe nuko mubafise shaa ubu ivyiyunviro biri kukazi ariko dushaka abatarubaka twunve ico bahitamwo
@user-re2ih3is3p
@user-re2ih3is3p Жыл бұрын
Nukur ndumviyeh nanj ndabirimw kwel
@nadegekamikazi
@nadegekamikazi Жыл бұрын
Nkunda inseko ya Nikita
@isidorinsabimana410
@isidorinsabimana410 Жыл бұрын
Oya bayita Ibutura canke Ikabutura murantwenza bantuze mwe
@ericknduwimana3715
@ericknduwimana3715 Жыл бұрын
Umudiaspora aje gushaka iburundi nuko ahari yabuze aboyocinyija. Hanyuma uwuri burundi aronse umu diaspora, ntarukunde ruba ruhari, nimiteka mitwe.
@Twese.01
@Twese.01 Жыл бұрын
Vyose biterwa na priorités z'umuntu, umugabo /umugore, vyose mwavyumvikanye mukundana mushobora gukora mariage akazi akandi kakazoboneka.Iyo ako kazi kari kure naho ni bon kuja gukora mukazopanga mariage plus tard . Mais, il ne faut pas oublier yuko kuba absent izo deux ans ou un an hariho abandi bazoboneka bari hafi bari prêts kugira mariage bagutware uwo wakunda kandi yagukunda kandi bibavuyeko. IBIBINTU NTIVYOROSHE ,NI CHOIX IRI DUR😅
@abouwallace999
@abouwallace999 Жыл бұрын
Carrier kwanza aba mariage ni benshi bazoza m carrier igusiz bibabiheze..,...
@asilesteamtv6917
@asilesteamtv6917 Жыл бұрын
Ivyomuviga nisaw ariko mukuri kwanje ndumusore ariko ukuntu mbona abasore bazana abakobwa aha iburayi nibintu biteye ubwoba kuko abakobwa babarundikazi baza hano cank baba hano muri rusangi umenga nama démos bigatuma abahungu tutararongora dutinya nkanje kubwanje ikintu cokurongora vyaramvuye mumutwe kubera ukuntu mbona nababazanye babayeho
@tovchantalnduwantakarutima1694
@tovchantalnduwantakarutima1694 Жыл бұрын
Dacia l'a bien dit...Ni compromis peee...Ndakunda ibiganiro vyanyu...Muhezagirweee
@stellandacayisaba7267
@stellandacayisaba7267 Жыл бұрын
Igihe cose ushaka gukora ikintu c'ingirakamaro mubuzima bwawe, kirazira kwiyumvira ngo société izovuga iki ?
@didiniyo1063
@didiniyo1063 Жыл бұрын
Wicaye ntitukubona haguruka
@evelynenshimirimana3872
@evelynenshimirimana3872 Жыл бұрын
Abana batangwa n'Imana mes chers amis, idashimye kuguha ntaho womukura naho wokwiruka si yose ukayimara!!!
@didiniyo1063
@didiniyo1063 Жыл бұрын
Haguruka turabe ukuberewe hosy hama tuze kugura
@nkzenest4748
@nkzenest4748 Жыл бұрын
Umushitsi aduze aka volume
@jospinhavyarimana2222
@jospinhavyarimana2222 Жыл бұрын
Jwe Ntamugore notumako aze kuba Hanze! Pe, bcp des burundaises muriyorobeka! Mushitse hanze muca muvyura ingeso kubera muba mushitse muri monde mutamenyereye! Uwutararyamana numuzungu aca avyipfuza et pourtant Kenshi um Diaspora agira marriage kugira Aronke Foyer numuntu yo mufasha kugira Ikigega curugo et pourtant abarundikazi nabanyarwandakazi mubigira I dili
@josianendayizeye2707
@josianendayizeye2707 Жыл бұрын
Yooooo Jospin uraturenganije vrt ego vrt barahemuka Arik Kuvuga twese sivyo.ahanini ikosa numugabo arikora wewe uzotora umwana agiheza ushure akeneye ambiance ngumujanye hanze erega nta décision yurugo abarafata .urantumako urabe hama uzogira commentaire yivyo ubona,,😀😀😀
@irleneakimana3718
@irleneakimana3718 Жыл бұрын
ariko muriko muvungisha ukuri pe
@belysebutoyi5658
@belysebutoyi5658 Жыл бұрын
Uraberewe vrt
@cubahirodadyqueen4560
@cubahirodadyqueen4560 Жыл бұрын
Mbe umuntu aba uwuwundi comment ? Akazi imbere ya vyose
@Ida35715
@Ida35715 Жыл бұрын
Let me tell you something, umutype ntimuratwarana, hama agaca akubuza ku poursuiva carrière yawe motif ngo ashaka mariage. Nawewe ukamuha raison en disant "abahungu basanzwe bari egoiste de nature" my sister RUN! Iyo égoisme akweretse aho niyo egoisme azokwerekera mu nzu hageze izindi compromis. He is a whole red flag 🚩 kiretse akubujije, akakwereka des raisons zitarimwo égoisme aho niho wo ceda.
@TheAidide
@TheAidide Жыл бұрын
None ndababaze mbega muremera ko umugabo by nature afise ubushobozi bwokubana nabagore benshi dushaka mubivugeko koko abagabo turabishoboye
@PrincEloge
@PrincEloge Жыл бұрын
🤣🤣🤣😂😂😂
@dylan2227
@dylan2227 Жыл бұрын
Nope on n’est pas egoiste kbs bit the tooic ir interesting mug if she decide to go with me ni bon adashats nah ntakund
@didiergatabazi4382
@didiergatabazi4382 Жыл бұрын
Nikita ndabona yarasamye inda iyo bubu yambaye binteye amakenga
@anny_ornella_chanisseigira7543
@anny_ornella_chanisseigira7543 Жыл бұрын
Asha nanj mbona atwite pe
@evelynenshimirimana3872
@evelynenshimirimana3872 Жыл бұрын
Ninaco gituma bigora abubakanye kuguma muvyo umwe wese yiyemereye atagahato imbere y'amategeko n'isinzi ry'abantu rikoranye. Jew nimumbwire mu masezerano ya mariage aho bavugamwo abana???
@umuhozajustine2964
@umuhozajustine2964 Жыл бұрын
Kuvyara numurimo mwitumo 😂😂😂
@evelynekaneza
@evelynekaneza Жыл бұрын
Jewe ndabikundira mugabo mbona ataho mutaniye nabagore biburaya
@evelynenshimirimana3872
@evelynenshimirimana3872 Жыл бұрын
Wapiii, mariage ni union volontaire entre un homme et une Femme selon amategeko, kwa padiri naho bavuga ngo mubay umugore n'umugabo ntaho bavuga abana. Rero kubera tuguma twitiranya ibintu nicogituma bizaguma bitugora tukabura nico dufata.
@mugenzikakunze
@mugenzikakunze Жыл бұрын
Nabakobwa mu ba diaspora hari bamwe na bamwe bafise izo ngeso.agataha kuronder Umu type I burundi mais ntagire procédure nimwe yokumuzana akamubesha ko biri en cours. Haruwo nzi vyagenze uko ,Umu type arateba aramenya ubwenge arishikana hanze iyo Madame ari . Erega yaranse kugire procedure y’a parrainage yamubwiye ngo niyi menye kurya yaje asabe ubuhungir nkabandi mwibaze !! Nukuraba neza bantu mwubakira kure
@bulbukinindo243
@bulbukinindo243 Жыл бұрын
ubu akazi kanyu mukora, biragaragara , muri aba influenceuses de divorce, ivyo biva kuki?? ABO BAHUNGU BABAPFUBURA? IZO PENIS ARTIFICIELS REKANA NAVYO? UMUGORE YUMVA KWATOJA KUBAKA URWIWE MURUKUNDO? UBUPFASONI? aho muriko mwigisha iki?? Hosy nabagenzawe mureke guhuvya urwaruka
Lp. Последняя Реальность #107 РОДНОЙ ДОМ [Финал] • Майнкрафт
1:08:20
MrLololoshka (Роман Фильченков)
Рет қаралды 1,4 МЛН
Получилось у Миланы?😂
0:13
ХАБИБ
Рет қаралды 557 М.
THEY made a RAINBOW M&M 🤩😳 LeoNata family #shorts
00:49
LeoNata Family
Рет қаралды 43 МЛН
КАК ДУМАЕТЕ КТО ВЫЙГРАЕТ😂
00:29
МЯТНАЯ ФАНТА
Рет қаралды 9 МЛН
تجربة أغرب توصيلة شحن ضد القطع تماما
00:56
صدام العزي
Рет қаралды 59 МЛН
🤔Какой Орган самый длинный ? #shorts
00:42
Что не так с воздухом в Корее?
0:45
Александр Снитовский
Рет қаралды 349 М.
Базовый iPhone 16
0:38
Romancev768
Рет қаралды 250 М.
Новые iPhone 16 и 16 Pro Max
0:42
Romancev768
Рет қаралды 756 М.
Finger Heart - Fancy Refill (Inside Out Animation)
0:30
FASH
Рет қаралды 1,6 МЛН
Самые спортивные страны #сша #ссср #китай
0:52
Послезавтра
Рет қаралды 456 М.
THEY made a RAINBOW M&M 🤩😳 LeoNata family #shorts
00:49
LeoNata Family
Рет қаралды 43 МЛН