"Ugeze kuri étage ya 2"..., ni gu kosora mukavuga muti: "ugeze, mwigorofa ya 2". Etage n'igifaransa. Bravo les gars j'ai adoré...je vous souhaite d'aller toujours de l'avant, d'avoir encore plus et de concrétiser tous vos rêves.
@@user-lq7yn4oc7i Ego ni igiswahili, muga na Union Africaine yatoye yuko ari igiswahili kizoba ikirimi ca Africa. Kandi umurundi naho yoba atarize, umubwiye igorofa arumva ivyarivyo. Umubwiye étage...si bose bamenya ivyarivyo. Muga, nari natanze iciyumviro gusa...c'est son Hôtel, il fera ce qu'il veut.🙂
@boscoconkunze10683 ай бұрын
Good job gasape l love you ❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉knd intambwe ninziza ndabon Ibintu bigez kuyindi mpwemu
@user-zi7ow9bo9q3 ай бұрын
Wauuuh.hotel nziza cane.terimbere gasape
@maniratungageorge67973 ай бұрын
Waoh iyo hôtel yubahwe pe 🎉ndose hôtel nzoshikiramwo muntara yanje ya Gitega❤uburundi bwacu burimwo ivyiza❤🎉
@genestekwizerimana78163 ай бұрын
Ninaza I Burundi nzoza kuyiraramwo nukuri . keep it up brother Gasape.
@user-bh8yq9bf3v3 ай бұрын
Yezu acunge mwenewacu kubikorwa vyiza birimwo inyigisho za kazoza❤
@iratubonastam22483 ай бұрын
Gasape Imana ibandanye iguha imigisha nje aho nzohaza vraiment harandyoheye.
@floridendayishimiye56413 ай бұрын
Kweri narahagiye igihekinini bafata umuntu neza cane ndimuri Australia ❤ndabakunda
@dianeinamwiza3 ай бұрын
Mbega umugabo azi kudandaza,nubwambere ndavye ngaheza video y,umuntu agirira publicite inzu canke hotel.Uguma ushaka kuraba,tres captivant,ntaco atodandaza pe,mana
@user-uw7zb2wx3e2 ай бұрын
Nanj babiri nashimye ukuntu avuga .reka duhing into tudug igitega
@user-uw7zb2wx3e2 ай бұрын
Hinge OBR ikabobw Ako gasandugu 😂😂
@user-uw7zb2wx3e2 ай бұрын
Vacation i gitega kbsa ❤😊
@user-uw7zb2wx3e2 ай бұрын
Welcome zitatu 😂 ila Gael
@user-eq7yp1pq2x3 ай бұрын
Komera cane bwana Gasape turakwemera cane
@user-jl9nn5dw9x3 ай бұрын
Ninziza mutam turakwemer❤❤❤
@lilianeerica33182 ай бұрын
Courage cane vrt isa neza cane amarangi meza atuje atamena amaso pee❤❤❤❤
Na marketing nturi moindre Mr the owner,c'est pas mal kandi uri detail-oriented 🎉🎉
@NkunzimanaKevin-ck7lv3 ай бұрын
Gasape Imana Imuhezagire ni umunyabwenge cane.
@siradjosow11363 ай бұрын
Gasape hejuru hejuru cane cane gose sasa impande ya salon muzoshireyo niduka ry'impuzu z'uruzungu niza souvenir from burundi hama salon muzongereko abatunganya imishatsi n'inzara z'abadamu naka bijouterie kutuntu twigisirimu hama natwe n'aba sister tugiye kurondera abo dukura ibyinyo hahahhahahahha . Any way i love you anough dear. Uhezagirwe n'Imana n'ababyeyi b'uburundi n'urwaruka rwejo hazaza.
@user-qq6mv6vh3e3 ай бұрын
Bon idee
@carinemanirambona27083 ай бұрын
Parking 🅿️ yishiremwo imirongo kuri burimodoka ibisigaye nivyiza cane.