UBWICANYI BWABAYE MU BURUNDI BUSHOBORA KWITWA GENOCIDE|URWANDA RUSHINJWAMO URUHARE|GUTERANA AMAGAMBO

  Рет қаралды 19,871

GENTIL GEDEON OFFICIAL

GENTIL GEDEON OFFICIAL

Күн бұрын

#GENTILGEDEONOFFICIAL #GGO #RWANDABURUNDI

Пікірлер: 48
@Bihomebuja
@Bihomebuja 2 жыл бұрын
Aha mugihugu c'abashingantahe turakunda GGO! Génocide yakorewe abahutu! Ntibishwe n'abatutsi yakozwe n'akagwi k'inkora bara! Aha iwacu Ntabantu baserukira ubwoko babaho! Umwicanyi yaba hutu ou tutsi aguma ari umwicanyi
@mukeshimanaaline1604
@mukeshimanaaline1604 2 жыл бұрын
1paaqp0pppq
@rukoranyangabo9128
@rukoranyangabo9128 2 жыл бұрын
Harabavugako kungoma y'abahutu Urwanda rwari rubanye neza nabaturanyi..." Byahe" Ariko aba "PerEmuhutu bangaga abatutsi"
@lenardndayishimiye1665
@lenardndayishimiye1665 2 жыл бұрын
Asante, sana 🙏🙏 bwana gedeon asubuhi njema
@juvenalndayishimiye4662
@juvenalndayishimiye4662 2 жыл бұрын
Ndatangazwa nigituma ivyaba mu Burundi usanga vyasa cane nivyaba mu rwanda.abazungu baratubivyemwo imbuto mbi
@yves421
@yves421 2 жыл бұрын
Asha GGO nukuri komeza turagukurikirana cane 🇧🇮 kd turakunda amakuru yawe utanga
@NimubonaAlexis-nk7cm
@NimubonaAlexis-nk7cm Ай бұрын
Abatutsi barishwe muri kirundo
@kubwimanajonathan802
@kubwimanajonathan802 2 жыл бұрын
Mumpe izo like mpageze ndi uwa mbere
@claudebigirimana5020
@claudebigirimana5020 2 жыл бұрын
Ubutengetsi bubi nibwo bwishe
@peninnamuller9502
@peninnamuller9502 Жыл бұрын
Ugutera Ikirimba c’Umwami i Muramvya n’inde yateye Umwami? Bugarama na Busangana ninde yashoje intambara? Ntega-Marangara vyagenze gute? Ninde yasomboye Intambara?29 avril 1972 : Rumonge-Nyanza-lac, Mabanda,Makamba, Matyazo vyagenze gute? Urushigisha ararunywa uwariwe wese, ar’umuhutu canke umututsi, emera tubane neza canke tuzotikira twese. Abazungu baragiye none ntituramenya kubaka Uburundi nkuko vyahoze nakera na rindi???Ko twahana abageni mumoko, murumva ko twari dufitaniye ubumwe. Abazungu n’abanyarwanda sibo botwubakira nitwebwe ubwacu. Amen
@UbukireNyabwoTV
@UbukireNyabwoTV 2 жыл бұрын
Ni ubwa mbere numvise ikiganiro cya GGO ngasanga hari ahandi nabisomye neza neza ●||● Mukomeze mukurikire ibiganiro byiza kuri channel UBUKIRE NYABWO TV 📺
@blessingsjolam8162
@blessingsjolam8162 2 жыл бұрын
Nibutse sogokuru uvyara maman niho yiswe azira uko kwihorana ngo nuko yaciye kwishule.
@ngundachris7598
@ngundachris7598 2 жыл бұрын
1972 Imiryango yacu yarahashiriye, Onu yarikwiye gusaba ikigongwe kuko ntaco yakoze gushika uyu munsi. Abahutu ico gihe barishwe harabura ababatabara, igitangaje uyo Simbananiye aracahari ntaco yikanga.
@molengoodlever5561
@molengoodlever5561 Жыл бұрын
Yahunziki ahoyariyiga kaminuza
@Frame...
@Frame... 2 жыл бұрын
Hello 👋 Nigisha Camera 🎥, Editing 🖥️ 🎞️ ✂️ na Photography 📸 munsure hano mbigishe umwuga kanda kuri iyo foto utangire wige
@zaackoficial2269
@zaackoficial2269 2 жыл бұрын
Angah
@gospelrwandatv3839
@gospelrwandatv3839 2 жыл бұрын
Bagusure he?
@Frame...
@Frame... 2 жыл бұрын
@@gospelrwandatv3839 kuri KZbin channel yanjye kanda kuri iyo profile urakita uhagera
@chaeltvshow8584
@chaeltvshow8584 2 жыл бұрын
Harikintu nibaza, kuki ibibazo ibihugu byacu bigira, twumvako byakemurwa nabazungu koko. Twakwishatsemo ibisubizo by ibibazo byacu, kwaritwe tuba twabihembereye.?
@d.r.5350
@d.r.5350 2 жыл бұрын
Ah ok
@albertnganyira853
@albertnganyira853 2 жыл бұрын
🤝
@albertnganyira853
@albertnganyira853 2 жыл бұрын
Karagahinda gakabije ico gihe ntawamira
@hejuru_cane
@hejuru_cane 2 жыл бұрын
Nakamuna!
@desirehakizimana3031
@desirehakizimana3031 2 жыл бұрын
Nawe Simbananiye nubu,,aracahakana ko atacabaye ndetseko atanico abiziko,,,kandubuhoho yarakijijwe,,ubu nuwo muri mpwemu!!
@feltinaoman4672
@feltinaoman4672 2 жыл бұрын
🙏🙏🙏
@euphraimndayitazire4731
@euphraimndayitazire4731 2 жыл бұрын
Right
@HB-vj5zo
@HB-vj5zo 2 жыл бұрын
Mpora nibaza kuki ONU yumvise Ayo majambo y'ubwicanyi buriko buba I BURUNDI ntirungike abaza kuraba ivy'arivyo? Ngo babuze n'ubwo bwicanyi. Kuko ndibaza ko hari ibibazo Uburundi bwagiye bugira bwavuye kw'ubwo bwicanyi butigeze bukurikiranwa ngo ababikoze babihanirwe, none raba twabivukiyemwo, tugira tubisaziremwo.
@candidomambuda1408
@candidomambuda1408 2 жыл бұрын
Buvuga ukuri nubu Burundi butwaw na bahutu Rwanda abatutsi
@akimanalionel7756
@akimanalionel7756 2 жыл бұрын
Iyo nkuru ntayo watohoje neza mugenzi
@umurirowampwemu3275
@umurirowampwemu3275 2 жыл бұрын
Ikitari co ni ikihe?
@ingobyiiduhetse968
@ingobyiiduhetse968 2 жыл бұрын
Natanzwe Sha mumeze mute tprf bigezehe kontamakuru duherutse
@albertnganyira853
@albertnganyira853 2 жыл бұрын
Karagahinda ico gihe ntawamira
@jeanclaudentirandekura2635
@jeanclaudentirandekura2635 2 жыл бұрын
None wowe ga Gédéon, mwe ko muri abanya Rwanda, mwasesenguye imiterere ya génocide, urumva ivyabaye 1972 haraho bihuriye nayo? Uriya Nkundabagenzi njya mwumva mu itegurwa ya génocide mu Rwanda.
@haleemhhaleemh707
@haleemhhaleemh707 2 жыл бұрын
Abahutu nabanyamahoro abatutsi ntamaho bama bafise bama bafise akantu kokwinubana nokwicana iburundi intambara ikomey yarabay arik umengo ntacigez Ubu turasagir nabatwiciy abacu knd ntavyo kwihor dufise burundi oyé twikundanir knd twubahwe abahutu abatutsi twikundanir nakare amoko ntituz iyo vyakomotse muri bibiliya ntabiriyo même nomuri Coran murimak hutu tutsi ababote ntituz iyo vyakomotse
@lobservateurthinkrwanda6512
@lobservateurthinkrwanda6512 2 жыл бұрын
Ubwo ariko ni abahutu bo mu burundi
@emmanuellairambona3749
@emmanuellairambona3749 2 жыл бұрын
Amahoro no kugira neza biba mu muntu. Uvuga ngo abahutu n abanyamahoro... Abatutsi ..... Hariho aba tutsi batavugwa banyegeje aba hutu muri 1972 Ububi no kugiranabi si ubwoko ni umuntu kugiti ciwe
@datadavi1810
@datadavi1810 2 жыл бұрын
Twe turi abarundi turi bene burundi abanyarwanda ntibazotuma tugira amoko ntibizokunda kandi birababaje kuko amoko niyo yatumye haba ibibazo mubihugu vyacu. Muzorabe iyo uburundi buriko burakora ibiza Rwanda rugira Ishari. Ntuzumva bavuga Francine Niyonsaba canke ivyiza evariste Akora.gusa twe ntabwo tuzigera twandukirwa namoko naho vyogenda gute
@ingabirearmel7373
@ingabirearmel7373 2 жыл бұрын
Abo bagabo bacokoranye nka bungere
@claverndayishimiye2852
@claverndayishimiye2852 2 жыл бұрын
Part1
@fulgenceirambona6319
@fulgenceirambona6319 2 жыл бұрын
Njankwemera mutama urumukozi pe
@bigirindavyideo8698
@bigirindavyideo8698 2 жыл бұрын
Ni Simbananiye apana Simbahaniye
@ndihokubwayoaudace6352
@ndihokubwayoaudace6352 2 жыл бұрын
Sha abazungu nabantu babi cane
@rivuzimanareverien3453
@rivuzimanareverien3453 2 жыл бұрын
nukuvuga iyushaka kumenya ukur kuvyo wavuze wari kurondera ikiganiro simbananiye yagiranye na BBC imvo nimvano kk ivyo yavugiye kur onu nivyo yishuye bbc ntibihuye kumara abantu ho barabamaze
@candidomambuda1408
@candidomambuda1408 2 жыл бұрын
Inkuru wahora ukora xari nxiza ariko winji ibitinjirika kuko hari ivya mayi murere Jonas neza
小路飞嫁祸姐姐搞破坏 #路飞#海贼王
00:45
路飞与唐舞桐
Рет қаралды 29 МЛН
Help Me Celebrate! 😍🙏
00:35
Alan Chikin Chow
Рет қаралды 83 МЛН
Who’s the Real Dad Doll Squid? Can You Guess in 60 Seconds? | Roblox 3D
00:34
⬇︎UMUGAMBI WO GUTEGURA JENOSIDE YAKOREWE ABATUTSI MBERE Y’1994
53:44
MUHIRE MUNANA OFFICIAL
Рет қаралды 45 М.
Despre Revoluție cu autorul Andrei Ursu
1:13:41
Zaiafet
Рет қаралды 279 М.
小路飞嫁祸姐姐搞破坏 #路飞#海贼王
00:45
路飞与唐舞桐
Рет қаралды 29 МЛН