Girlfriend:MissBurundi2021 Livia ati nzobakubita kuri Maïtée/twese biradukomeretsa/Livia na Maïtée❤️

  Рет қаралды 30,300

Siren Vibes TV

Siren Vibes TV

2 жыл бұрын

#girlfriend

Пікірлер: 83
@halchoo5183
@halchoo5183 2 жыл бұрын
Quand tu avais defendu ton projet,tu avais promis kuyishikana... à 18 ans tu es assez majeur pour prendre des bonnes decisions...knd n kudefenda udefenda (uvuga) ko ubishoboy uzobishikana...projet niw wayitorey niw ugira plan d affaire ukih ama objectif..donc kvga k war muto kugira ntiwatteigN tes objectifs c est pas une excuse..ahbwo vuga ko utaronse accompagnment ikwiye...organisation miss burundi itagusouteny nkuko bikwiye...hama courage meme si habaye ingorane ama critique negatif akubere une leçon ntucike intege,ne te decourage pas
@Hi5392
@Hi5392 2 жыл бұрын
33:39 “mu nfashe nfise 19 ans, muranshize imbere…”🤔😅 la meuf ntiyafashe umwanya ngo atahure ivyo yaragiyemwo… niyo ntandaro ya vyose
@willychristianbaheza8808
@willychristianbaheza8808 2 жыл бұрын
Bjr
@lavieprincendayisenga9973
@lavieprincendayisenga9973 2 жыл бұрын
Lyviaa araciye bugufi cane nkabana B'Imana.. Maïté l'accent là eeee c'est du Woow
@dativeuwimana3741
@dativeuwimana3741 2 жыл бұрын
Ndabakundaaaa Mweseeee😍❤️❤️
@guykevinnimubona8986
@guykevinnimubona8986 2 жыл бұрын
Accent ya Maïté .....wow🥰🥰
@angeleillairadukunda2599
@angeleillairadukunda2599 2 жыл бұрын
😘😘😘
@salima7729
@salima7729 2 жыл бұрын
Hosy ugumusa nimihezagiro turakunda ibikogwa utugezaho ibirikumwanya ❤️🥰🎧🎤
@riccajianadushime4327
@riccajianadushime4327 2 жыл бұрын
Basha muratesa vrt 😍🥰😘😘!!Livia na Maïtée 😍😍🥰🥰
@chrisjohn6734
@chrisjohn6734 2 жыл бұрын
Elles sont très intelligente et mature comparé à la plus part des jeunes de leur âge.courage à elles🙌
@iam-del
@iam-del 2 жыл бұрын
Girls u're just stunning😍😍😍 we love u CEO na Nyampinga wacu😘
@linanobellaumuhoza4966
@linanobellaumuhoza4966 2 жыл бұрын
Maïtééeee😍😍😍😍🔥🔥🔥...umenga ndiko numviriza umuntu afise nka 50 ans!
@gvxoitcxxx4
@gvxoitcxxx4 2 жыл бұрын
Maturité si mumyak ni mumutwee
@linanobellaumuhoza4966
@linanobellaumuhoza4966 2 жыл бұрын
@@gvxoitcxxx4 irashobora kuzanana n'imyaka aussi pour certains!!!
@rhodeisabwe6229
@rhodeisabwe6229 2 жыл бұрын
Abakobwa beza caneu baciy ubwenge🥰 mur abagaciro mu gihugu cacu🇧🇮 UHORAHO abongerereze ubucuti buri hagati yanyu ibegeze kure yibitava kuri we🌹 numva nryohewe niki kiganiro C'est la 1ère fois ndavy GF noe nshikiy ku bantu badasanzw cane Les reines de Sion👑💖
@kareziketty3170
@kareziketty3170 2 жыл бұрын
Livia she is so pretty and she is so gorgeous😍😍❤
@sandrineinamahoro7378
@sandrineinamahoro7378 2 жыл бұрын
Courage à elle vraiment. Mais qu'elle ne soit pas déstabilisée par les commentaires des autres comme ça elle peut mieux faire ses projets.
@girukwishakadivine9836
@girukwishakadivine9836 2 жыл бұрын
Waoh! elles sont très très intelligentes,en plus j'aime bcp les emissions d Siren Vibes
@michaellalyssellehakiziman6261
@michaellalyssellehakiziman6261 2 жыл бұрын
Iyiii émission wooooooowww😍😍😍😍😍😍Livia go ahead sha mwizaaa💥💥
@chrisjohn6734
@chrisjohn6734 2 жыл бұрын
43:58min Maïté ati"iyagiye muri orphelinat photo afata siyo kumanika pour faire la pub de la misère yabo bana" voila une chrétienne cette livia!!matthieu 6:3-4 quand ta main droite donne..,ta main gauche elle même ne doit le savoir!!abantu muja kwifotoreza kubo muriko murafasha...mwikebuke parceque ces gens ont aussi une dignité a garder.courage miss 2021🙌
@nathalieineza3307
@nathalieineza3307 2 жыл бұрын
Ndabashimiye❤️😍😍bari mature🤩🤩
@angeleillairadukunda2599
@angeleillairadukunda2599 2 жыл бұрын
Livia & Maïtée bisouuuuuussssssssss mur bezaaa cneee
@Ida35715
@Ida35715 2 жыл бұрын
Nibabareke mwibereho sha muratesaa 🔥😍
@passynz295
@passynz295 2 жыл бұрын
Lyvia ng uratwenza?? Sawaa😄🤦‍♂️ Maité la Couz...👍👌
@phanuelofficial
@phanuelofficial 2 жыл бұрын
Waaaoooo ikiganiro cari gitovye #Livia and #Maïte 🇧🇮
@MBA20102
@MBA20102 2 жыл бұрын
L'intelligence de Maïté irarenzeeeee😍😍😍😍 am amazed
@boscondayizeye3074
@boscondayizeye3074 2 жыл бұрын
Maitie congratulation mon amie tu es une fille très très intelligente tres patience soit bénie
@cynthiairakoz1921
@cynthiairakoz1921 2 жыл бұрын
Livia on t'aime, je ndagukunda vrm.en tout cas you are blessed.uraryoshe.
@luckyjeanjoris9200
@luckyjeanjoris9200 2 жыл бұрын
Abatumire courage muri Beza ku mubiri no mu vyiyumviro! Murashoboye.
@Hi5392
@Hi5392 2 жыл бұрын
Agafaransa ka Maïtée😍😍😍 Courage!!!
@cadeauwatanga5686
@cadeauwatanga5686 2 жыл бұрын
Abo bakobwa barafise ubwenge vrment 👐🙌
@nellaernicamugisha7128
@nellaernicamugisha7128 2 жыл бұрын
Muratesa mwese🥰😍
@ornellaakimana9331
@ornellaakimana9331 2 жыл бұрын
Les filles vraiment courage à vous
@giselen3118
@giselen3118 2 жыл бұрын
En tout cas cette émission était enrichissante
@burundishallsmile1day109
@burundishallsmile1day109 2 жыл бұрын
Tshooo🤦🏽‍♂️Inda ziravyara! Abakobwa Beeeza 😳 Mbega Uri mubi NTUTUMIRWA aho muri Studio? Mbona mutuzanira ba Mazi ya Teke gusa 😍 Muradu connecta Sha Hosy😜
@darlenekanyamuneza6266
@darlenekanyamuneza6266 2 жыл бұрын
Vrt muraryoshe hahah 🥰jew narabony commentaires zibi murazibona cne vous les stars gusa sishigikiy abazigira ziracana intege💔
@ehppardellen6658
@ehppardellen6658 2 жыл бұрын
❤Love you Maïté and Lovia courage🎉
@gakeboranda3223
@gakeboranda3223 9 ай бұрын
Nineza cane❤❤
@lucksonbonfilsbrown907
@lucksonbonfilsbrown907 2 жыл бұрын
Beautiful ladies
@vaninandayikeze5521
@vaninandayikeze5521 2 жыл бұрын
Maïté un vrai leader ds toute sa splendeur😍😍🤌
@sandrineinamahoro7378
@sandrineinamahoro7378 2 жыл бұрын
Vraiment elle est très intelligente,courage à elle.
@vaninandayikeze5521
@vaninandayikeze5521 2 жыл бұрын
Livia courage uzobatangaze sh🥰🥰
@chaniazaninka4434
@chaniazaninka4434 2 жыл бұрын
Maïtée😍😍👌👌
@tubeturiririmbira
@tubeturiririmbira 2 жыл бұрын
Nakunze abo batumire banyu. Nibaza ko bakwiye gushigikirwa cane muri iyo ngingo yabo yo gushinga ishirahamwe rifatiye ku mitahe
@ladislasjotoriniyongabo962
@ladislasjotoriniyongabo962 Жыл бұрын
Nukuri muratwubatse mu Mutwe ndabashimiye murazi ubwenge murigisha
@nduwimanadivine2981
@nduwimanadivine2981 2 жыл бұрын
Maïtée love u hama agaciro gasigura :kari akantu baha Umwami aciramwo
@herveniyonkuru549
@herveniyonkuru549 Жыл бұрын
J'aime bien
@niyondavyiangesalvatrice9796
@niyondavyiangesalvatrice9796 2 жыл бұрын
Woooww
@davemiguel710
@davemiguel710 Жыл бұрын
tres matures vrm
@salima7729
@salima7729 2 жыл бұрын
Ham uzosubir uturonderer yoya Jamar uzobukoz mwiza wacu
@gladysmugisha5892
@gladysmugisha5892 2 жыл бұрын
Hosy merci kuba mwabatumiye abo Bantu ❤️nukuri Jew nabigiyeko vyinshi
@limageplustv9422
@limageplustv9422 2 жыл бұрын
Maïté Oohh très intelligente👌
@chelissatuyisabe9844
@chelissatuyisabe9844 Жыл бұрын
Nukur murkobw bincabwnge gos ossy merc bcp
@appolinemalaika4157
@appolinemalaika4157 2 жыл бұрын
Afise leadership itey ubwoba a son age vrmt
@nanina6428
@nanina6428 2 жыл бұрын
Murazana monna walda avec sa copine
@hortenseiradukunda6226
@hortenseiradukunda6226 2 жыл бұрын
Monna arazamaz kugira girlfriend 😌
@clebertmuhoza
@clebertmuhoza 2 жыл бұрын
Nzoze Hosy ndépose ngire #Boyfriend ✍🏽🤲🏽 Mbona utumira abakobwa gusa
@sirenvibestv
@sirenvibestv 2 жыл бұрын
Dutumira abakobwa gusa kubera ari ikiganiro cabakobwa🙌🏽
@BernardNAHISHAKIYE
@BernardNAHISHAKIYE Жыл бұрын
Abarundi turagowe!! We ushobora Kuba urikukivi buja je nibera i mwaro nzomenya gute ko utarikukivi? Vyiza twohanurana kuko uwudakoz abafise impamvu kand projet ecrit ntaho ija!! Miss niwirambire
@angebigabwa2379
@angebigabwa2379 2 жыл бұрын
I supported you guys for your project me too I want to join you guys
@iranzifanny9008
@iranzifanny9008 Жыл бұрын
Miss wac ndamukunda basha
@Kelly-dv1cw
@Kelly-dv1cw 2 жыл бұрын
💖💖💖💖💖💖💖
@bernardsindayihebura2765
@bernardsindayihebura2765 2 жыл бұрын
Bash har ikintu mudtahur Miss 2022 na 2021 bokora kumwe gute ? N'ama projet yabo ntiyar amwe
@ndayishimiyeferdinand3668
@ndayishimiyeferdinand3668 2 жыл бұрын
Yarabikwiriye uyu mumiss 201
@ani_ellandku3798
@ani_ellandku3798 2 жыл бұрын
Mac team jw ndabakuy😂😂😂
@chelseagrettaiteka4660
@chelseagrettaiteka4660 2 жыл бұрын
Maitée wacu sh😂♥️
@ani_ellandku3798
@ani_ellandku3798 2 жыл бұрын
@@chelseagrettaiteka4660 chedoua wabny twszw😂
@reinemo6727
@reinemo6727 2 жыл бұрын
Aratsovyeuu🥰
@ani_ellandku3798
@ani_ellandku3798 2 жыл бұрын
@@reinemo6727 trop 🥰
@appolinemalaika4157
@appolinemalaika4157 2 жыл бұрын
Maitée uzovamwo ikintu gikomey ...ufise uburongozi mur wewe
@habibapristie1881
@habibapristie1881 2 жыл бұрын
😂
@angebigabwa2379
@angebigabwa2379 2 жыл бұрын
Please invite other friends of Livia and Maite we want to see them together that’s will be fun and nice 👍🥰🥰
@nzizaprotv7143
@nzizaprotv7143 2 жыл бұрын
oya vrema nta jalousie irimwo ariko abarundi tube tuvugisha ukuri atakudefanda ibintu nawe ubona biri claire uko tuguma tutavuga uko ibintu biri umuttu ntiyokwikebuka vyukuri miss wacu regne yiwe ntaco yakoze sukumwanka turamukunda nafume atubwira koyabuze support aho twobitahura
@chrisjohn6734
@chrisjohn6734 2 жыл бұрын
Nukuraba icatumye atabikora!!yobe atatonse les sponsors yemerewe naho?ikindi naco na president wiguhugu ivyavuga azokora hakorwa 30 ou 40% kandi we abafise na budget yigihugu cose.ibintu vyugushaka gukora miss burundi nkaho ariwe aje guhindura igihugu tubireke.yakoze ivyashoboye kurwego rwiwe no kuburyo yarafise.mureke uyu mwana kumu jugea nkaho yari president wigihugu aje guhindurira ubuzima abantu
@obedejulius1649
@obedejulius1649 2 жыл бұрын
Umviriza basha yaco muducanga unomwaka batuzaniye hatari ngo barab'imigambi none ubwiza ntibarabe n'imigambi babatoreye ntimukore none mugomba bigende gute ...honyen'uvuze ngo narimfise 19ans nta sens bigira
@niyomutabaziisabelle3053
@niyomutabaziisabelle3053 2 жыл бұрын
Ikiganiro kiraryoshe
@sirenvibestv
@sirenvibestv 2 жыл бұрын
🥰🥰🥰🥰
@doucenoellaishimwe1951
@doucenoellaishimwe1951 2 жыл бұрын
Na ba papa banyu nabo n'abasoda. Abavyeyi nabo b muvuga ivyo bakora.
@dsamdsam518
@dsamdsam518 2 жыл бұрын
Miss Burundi 2021 Livia est très belle et présentable même a l'étranger 🥰! Ariko 2022 peut être ko ata Miss dufise mais soyons patients jusqu'en 2023 birashoboka na jury ikazoba yahindutse🤷‍♀
@ngabireyimanadivine4727
@ngabireyimanadivine4727 2 жыл бұрын
Tu te trompes vraiment nuwa 2022 ari présentable qd même et elle très intelligente et mature
@dsamdsam518
@dsamdsam518 2 жыл бұрын
@@ngabireyimanadivine4727 Oui bien sur elle est intelligente et mature mais elle n'est pas belle par rapport a celle de 2021! Et d'ailleurs ugereranije na barya birikumwe muri finale urabona ko mu bwiza nawenu batandukanye ariko nta kundi nimba harabayemwo amanyanga turindire mu mwaka uza kandi turizera ko jury izoba yahindutse hakajaho iyindi!
@nibitangaaime192
@nibitangaaime192 Жыл бұрын
@@dsamdsam518 kugir mwiza sik guter imber. Ub batoy uwund kand uw 2022 yakoz vyinsh kubry na première dame yamushimiy kuk agez kur niveau y guhingur am parfun
ПРОВЕРИЛ АРБУЗЫ #shorts
00:34
Паша Осадчий
Рет қаралды 6 МЛН
Beautiful gymnastics 😍☺️
00:15
Lexa_Merin
Рет қаралды 15 МЛН
This is not my neighbor  Terrible neighbor! #funny #zoonomaly #memes
00:26
Highlight FINALE MISS BURUNDI 2021
6:19
Miss Burundi Officiel
Рет қаралды 10 М.
ПРОВЕРИЛ АРБУЗЫ #shorts
00:34
Паша Осадчий
Рет қаралды 6 МЛН