Hagiye gutangwa ibihano ku bantu baca mu bice vyatewe mwo amashurwe mu gisagara ca Bujumbura.

  Рет қаралды 4,144

Mashariki TV

Mashariki TV

Күн бұрын

#Burundi: Urwaruka ruhurikiye mw'ishirahamwe "ça nous concerne tous" rwifadikanije n'urwaruka rwo mugisagara ca #Bujumbura mu gutera amashurwe kw'ibarabara Boulevard de l'Uprona mu ntumbero yo gushariza igisagara nk'uko tubishikirizwa na Jadot Nkurunziza arongoye iryo shirahamwe.

Пікірлер: 31
@AmisoMuyohira
@AmisoMuyohira 12 күн бұрын
Nivyizaa gose 👍👍
@pamelaf4951
@pamelaf4951 7 ай бұрын
Courage benegihungu❤❤
@Martin-xf1bw
@Martin-xf1bw 7 ай бұрын
Neza cane. Ni bongere bahane kandi bihanize abata ubucafu mw'ibarabara n'abihagarika aho bitagenewe mugabo les quartiers zigwize les toilettes publiques. Murakoze
@lazzR1935
@lazzR1935 7 ай бұрын
Aho rero nisawa ko Se Barundi yabakoze ku maso ubu mugiye kukigarurirako🎉🎉🎉🎉🇧🇮🇧🇮🇧🇮🤍🤛🏾🤛🏾🤛🏾🤞🏾🤞🏾🤞🏾👌🏾💪🏾
@fistonmanirakiza5428
@fistonmanirakiza5428 7 ай бұрын
Barakwiye gutangisha amande kugira birya bibanza bizoshobore gusa neza umuntu wese ahonyora birya bibanza akwiye gutangishwa amande igisagara kizogirwa neza n'abakibamwo
@pamelaf4951
@pamelaf4951 7 ай бұрын
Nanj nivyimbon kbs
@therenceserieuxnkurunziza
@therenceserieuxnkurunziza 7 ай бұрын
aho vyavugiwe ni kera ivyo mu Burundi ahubwo biratwengeje! Amajambo ni menshi ibikorwa navyo ni bike.
@dzelbahnijmb1765
@dzelbahnijmb1765 7 ай бұрын
Nkibi vyo gutera amashurwe mu gisagara mbona ari vyiza cane. Courage.
@DianaCiza-zc7or
@DianaCiza-zc7or 7 ай бұрын
❤❤❤❤❤🎉🎉🎉
@Hello-gr8fg
@Hello-gr8fg 7 ай бұрын
Ogwo gwaruka nibaze baruhemba urabe ko batobigira akazi kaburimisi, nayahandi ntaco mbona nimba hatahari Company kama ko gutanga akazi ko kusukura igisagara bizoba vyabananiye
@christella5092
@christella5092 7 ай бұрын
None mwarimwarindiriyiki??mpaka H.E NEVa arinde kubamaramaza kuriya??😂😂😂😂😂
@phocasndayikeza2892
@phocasndayikeza2892 7 ай бұрын
Umutama araho naw ntarya umunwa yarabasomey
@n.rforleayle6999
@n.rforleayle6999 7 ай бұрын
Nabata ubucafu harihohose akwiye gutozwa amande .
@cedricrukundo7229
@cedricrukundo7229 7 ай бұрын
❤❤❤
@emmanuelnibaruta5834
@emmanuelnibaruta5834 7 ай бұрын
Hakenewe inyigisho nibihano
@stansiyomana1239
@stansiyomana1239 7 ай бұрын
Ivyo bikorwa ni vyiza cane. Hari akageso nabonye mumavideo y'igisagara ca Bujumbura ntakunda kubona ahandi. HARI ABANTU BAGENDA LE LONG Y'AHO BATEYE AMASHURWE, KANDI BARI BAKWIRIYE KUJA MURI TROTTOIRS. Ivyo rero vyotera amasanganya kuko abantu baba bivye inzira yagenewe imodoka.
@emilebihibindi5822
@emilebihibindi5822 7 ай бұрын
Dufs igisagara gikenye vyose ivyo muri mwo ni zr iyo bipfuy hejuru nohansi birapfa ni mwubak amabarabr ubwambr.
@jisilenechurweryimana5340
@jisilenechurweryimana5340 7 ай бұрын
Nukuri niciwacutigikunde
@fidelehakizimana598
@fidelehakizimana598 7 ай бұрын
Mwaramutse ibihano sivyo bikenewe oya hakenewe imyigisho tukamemyako ubusitani ari ineza yacu .nayo ibihano wapi imyigisho
@burundishallsmile1day109
@burundishallsmile1day109 7 ай бұрын
✊🏾🇧🇮
@dzelbahnijmb1765
@dzelbahnijmb1765 7 ай бұрын
Abanyamaguru nabo bakwiye gutuganirizwa aho bakwiye guca kugira badahonyora mu mashurwe.
@HappyForestTrees-gc6hs
@HappyForestTrees-gc6hs 7 ай бұрын
Nago nakorera kubusa igihugu kiratunze mutange amahera nabyagusa igihugu gitanga amakori
@VYIZIGIROFiston
@VYIZIGIROFiston 7 ай бұрын
Gusa batwubakire amabarabara hose neza Hama twikorer ibintu
@Tutsicental
@Tutsicental 7 ай бұрын
They heard Kigali is the cleanest
@romaman737
@romaman737 7 ай бұрын
kigali is not cleaner than Gaborone Botswana so ziba
@Tutsicental
@Tutsicental 7 ай бұрын
@@romaman737 hahaha, 😂 zibuka wamushenzi we
@BénjaminNDIKUMANA-g1g
@BénjaminNDIKUMANA-g1g 7 ай бұрын
Guma kukivi
@VYIZIGIROFiston
@VYIZIGIROFiston 7 ай бұрын
Abarundi barayamaze igito kitabwa iwabo tuzovyikorera tutate kur red tabara hamw n CDD fdd nkishav numva mfashe uwuciy munzir itariyo nogufat unkubise nuguruze urubanza
@Tutsicental
@Tutsicental 7 ай бұрын
Eden Noah 😂😂😂😂
@christella5092
@christella5092 7 ай бұрын
YES
Ivyo utari uzi kuri kahise ka Bujumbura
6:33
Yaga Burundi
Рет қаралды 6 М.
Кәсіпқой бокс | Жәнібек Әлімханұлы - Андрей Михайлович
48:57
Umwizero watanzwe ku banyagihugu b'i Bujumbura badafise amazi
6:07
Mashariki TV
Рет қаралды 4,8 М.