😍 HangOut na David Nduwimana & Elsie: "Madame wanje ubu niwe manager wanje"

  Рет қаралды 70,019

Magazine Jimbere

Magazine Jimbere

Жыл бұрын

David Nduwimana umwe mu bihangage mu muziki wa #gospel hano mu #Burundi yatubwiye ko afise ibiteramo bitandukanye agiye gukora mu Burundi vy'akataraboneka
Ivyo rero ngo akazobikorera mu Burundi no mu #Rwanda, ndetse ngo afise n'umugambi wo gufasha urundi rwaruka ruririmba gospel

Пікірлер: 212
@timotheetimnimfasha1518
@timotheetimnimfasha1518 Жыл бұрын
En tout cas KABOSS kubwanje ni umu journaliste wa mbere azi gukoresha ikiganiro neza kurusha abandi vrema,you’re the best,you got my vote.
@teginezamilca2472
@teginezamilca2472 Жыл бұрын
Vraiment arashoboye!!!
@oliviernizigiyimana9882
@oliviernizigiyimana9882 Жыл бұрын
Nanje ndabona ivyuvuze novyemeza à100 %, abikora neza kinyamwuga vrt
@aimendikuriyo9998
@aimendikuriyo9998 Жыл бұрын
ndagushigikiye cane KABOSS Arazi kubaza neza cane
@santiananiciteretse6297
@santiananiciteretse6297 Жыл бұрын
"Nta hit ibaho mur gospel" #ipendoSound #victorious muvyumve mubishir ku muzirikany❤
@glorianikiza3940
@glorianikiza3940 Жыл бұрын
David arazi kuririmba caaane kuva muri shemeza music hama félicitations ufise umu dame mwiza
@dk28122002
@dk28122002 Жыл бұрын
She looks very loving and respectful iteka ku bavyeyi bamureze abarundi turakunda abigeme bavuga make
@niyonzimaelyse3704
@niyonzimaelyse3704 Жыл бұрын
Ikinezereye nuko nawe indirimbo ivuga Yesu yagufashije Genda ubwire abandi ko Yesu ariwe gakiza kacu❤
@nancyina5241
@nancyina5241 Жыл бұрын
Sa femme namukunze trop: elle est belle, aratuje. Aaawwnn, lovely couple 🥰🥰Nabakunze 🫶🫶🫶🙏🏻🙏🏻🙏🏻
@darcyiqbal
@darcyiqbal Жыл бұрын
I can see in her beautiful eyes how proud she is of her husband
@bajoubeto1421
@bajoubeto1421 Жыл бұрын
Eeee darcyyy😂😂😂😂 i can testify too
@darcyiqbal
@darcyiqbal Жыл бұрын
@@bajoubeto1421 is the best hang out ever I watched all 55 minutes of the interview while the long videos I hardly watch them
@Umweranda_BIHOME
@Umweranda_BIHOME Жыл бұрын
ACAAA ma Imoshenzii bruh.......😂
@innocentndikumana7042
@innocentndikumana7042 Жыл бұрын
​ 5:36 8:44
@innocentndikumana7042
@innocentndikumana7042 Жыл бұрын
​ 5:36 8:44
@agakwavu9473
@agakwavu9473 Жыл бұрын
Thank you David kutera iteka abarundi kuri performance yawe ya 2020. Imana irazi gushira umuntu mu kibanza gikomeeye.
@osok7259
@osok7259 Жыл бұрын
Je retiens de l'amour après iki kiganiro❤ u burundi bwanje buri riche dans tous💯🇧🇮
@noellatheartistdoctor
@noellatheartistdoctor Жыл бұрын
Congratulations to you both…I love this for you🥳🥳🥳
@irakozenasra3924
@irakozenasra3924 Жыл бұрын
Imana igume ibaja imbere, they are just awesome🥰
@davidmupenzi8997
@davidmupenzi8997 Жыл бұрын
Majina David ,nashukuru sana baba Mungu awabariki sana 🇨🇩🇨🇩🇨🇩🇨🇩🇨🇩🇨🇩🇨🇩🇨🇩Congo Goma mon pays
@mbonihankuyejimmypeter5490
@mbonihankuyejimmypeter5490 Жыл бұрын
Merci bcp bro David et vraiment felicitation kurugo washinze
@user-gj4ff3sy8o
@user-gj4ff3sy8o Жыл бұрын
WAOOOOH rindira wihanganye vous inspirez bcq
@AlthrayhQw4-kq4ru
@AlthrayhQw4-kq4ru Жыл бұрын
David ufise umugore mwiza
@sosokeza809
@sosokeza809 Жыл бұрын
Ndabakunze cyane 😍😍😍 mukomez mugire urugoo rwizza ❤
@niyonsengaprimitive
@niyonsengaprimitive Жыл бұрын
Congratulations David ❤❤❤to much
@CynthiaIrakoze-dk7jz
@CynthiaIrakoze-dk7jz Жыл бұрын
Waouuuuuuh baratesaaaa😊😊😊 caaaan kaboss sh wubahweee Imana iguh umugish urazan ibiganiro vyubaka vrt Knd vyungura ubweng
@jeannedarcizere7757
@jeannedarcizere7757 Жыл бұрын
You look beautiful together 😍🥰 Blessing over your marriage Muri beza cane🇧🇮
@sauvenigaba7870
@sauvenigaba7870 Жыл бұрын
Waoooo uyu mumama ni mwiza💖💖💖congratulation to this family
@estherqueen6214
@estherqueen6214 Жыл бұрын
Nice to see you David. Now married. God has been good to you. Stay faithfull. Warakuze nikonovuga. 😊 congratulations.
@mugisharita3109
@mugisharita3109 Жыл бұрын
Thank you very Much Kaboss I love this family gusa ariko aribigira ikirundii David😮😮😮😮😮❤❤❤❤❤❤❤
@oscarnimfasha6069
@oscarnimfasha6069 Жыл бұрын
Je viens de m'abonner grâce à cette emission avec David un artiste de Gospel
@oseendayi5046
@oseendayi5046 Жыл бұрын
This conversation is awesome 👏 i love it 🥰
@rashchrisirakoze469
@rashchrisirakoze469 Жыл бұрын
Ikiganiro kiryoshe cane😍❤️!Ndakunda David ubuho nsubiye kumukunda cane mpejeje Kuraba iyi Hangout!May God bless his family abundantly!
@didiniyo1063
@didiniyo1063 Жыл бұрын
Amazing family 💘 God protect you
@thierryirakinga1463
@thierryirakinga1463 Жыл бұрын
Eeh David ari cool 😎👌 kabisaa Imana ikomeze kumukoresha ivy'ubuhizi
@mejairakoze1031
@mejairakoze1031 Жыл бұрын
Waouw mbega vyiza shn courage bro
@Cycy129
@Cycy129 Жыл бұрын
Wow❤❤❤❤is so wonderful 🎉
@madozoe3161
@madozoe3161 Жыл бұрын
Iki kiganiro kiri just Whaoo😍 ndahigiye vyinshi cane kandi vyiza muri make nafashijwe👍 thank you sana Kabosi👏
@ndeanaeddy
@ndeanaeddy Жыл бұрын
Wow thank you gee @Kabos Twebwe bakora gospel abo nivyirore vyacu 🙌🏿 #FureshiSana Congratulations again Sir @David&Elsie
@ornelladushime2888
@ornelladushime2888 Жыл бұрын
Baraberanye😍😍
@gloriaS127
@gloriaS127 Жыл бұрын
Ooo barakeyee mu maso.bararyoshe kuraba!! Ijwi rya David 😍
@aliceakimana1547
@aliceakimana1547 Жыл бұрын
Waouh gakiza kanje nkomezi zanje , Imana ikongere amavuta David
@yannwenge108
@yannwenge108 Жыл бұрын
😭😭😭😭❤❤❤ Yesu aguh umugisha iry jwi nariheruka kera🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇸🇪🇸🇪
@Artirakoze
@Artirakoze Жыл бұрын
What a beautiful girl !!
@radiologueabelard135
@radiologueabelard135 Жыл бұрын
Intro ya Kboss iraryosha ibintu kbxa🇧🇮👏👏👏👏👏👏👏
@meghan_shn
@meghan_shn Жыл бұрын
Hejuru cyane🚀🚀🚀 mukozi w'IMANA
@irakozecedric1146
@irakozecedric1146 Жыл бұрын
Imana itanga neuza shahuu🙌🙌
@fridolinribatiro4064
@fridolinribatiro4064 Жыл бұрын
Emission ya Fureeeshiiii saaana. Asante Sana Kabosi na David kwa upande wangu nimejifunza mengi sana.
@audryclever9273
@audryclever9273 11 ай бұрын
I'm verry happy cause this interview🌹❤🙏
@eddylevisirakoze2376
@eddylevisirakoze2376 Жыл бұрын
Déjà introduction yatumye numva noryama ndavye iyi vidéo yose Ndakiye vyinshi cane🙏🙏 Urugo rwabo rugume rusosaaa🎉
@simeonkubwi1968
@simeonkubwi1968 Жыл бұрын
She is truly happy for having you ..congrats
@yvineniwengabire4732
@yvineniwengabire4732 Жыл бұрын
Wow wow.David nari mukumbuye,aranampezagira cane mundirimbo.Ndamukeje kuba yararonse numufasha bakundanye
@divinemunezero8209
@divinemunezero8209 Жыл бұрын
Glad that I watched this. Jewe nkuyemwo kuba umwizigiriwa aho uri, Dieu t'élevera au moment due Lui-même a fixé, tuba loyal, intègre..David agire ikiganiro kirekire sasa pour partager son expérience natwe twige. merci Magazine Jimbere
@DesireMukamarakiza
@DesireMukamarakiza 9 ай бұрын
Good Mr David you are cool boy so God blessed
@chadiaarakaza4368
@chadiaarakaza4368 Жыл бұрын
Oooo😍😍😍bratesaaaa
@pamchanneltv
@pamchanneltv Жыл бұрын
Excellent show Kaboss big up sana
@vanessagateka-nb7dm
@vanessagateka-nb7dm Жыл бұрын
Émission ya bien sana #kaboss😍
@mukizaedrick9221
@mukizaedrick9221 Жыл бұрын
Uyu mupetit arazi kubaza kabisa Kandi abaza ibintu bikenewe. big up bro
@angegateka6732
@angegateka6732 Жыл бұрын
Imana igirira neza bose 🎊🎊imana ikorera ku mwanya wayo 🙌🏾
@rubirikamusabwa7178
@rubirikamusabwa7178 Жыл бұрын
I am much blessed
@user-pw7jf6nu8r
@user-pw7jf6nu8r Жыл бұрын
Félicitations ku rugo rushasha musa neza cane Imana ibubakire muze musazane. U're truly blsd .. Madame Nduwimana nawe arushirizeho kwirekura mu Mana hari ivyiza gusa ❤ merci kaboss uri uwa grave nawe cane
@mamaal6949
@mamaal6949 Жыл бұрын
She's soo cute& humble May God bless your mariage
@aime-pacifiquenahumukiza8154
@aime-pacifiquenahumukiza8154 Жыл бұрын
Asante sana Kaboss, David and Elsie, story yanyu irahuye ni yu mu baby wanje, the first contact emwe nuko nuko
@hygorininahazwe8058
@hygorininahazwe8058 Жыл бұрын
Haleluya narahariw naracunguy nkumwan wiman
@dididivine8850
@dididivine8850 Жыл бұрын
Afise umugore mwiza bashaa Imana irakora nezaa
@Floxa9030
@Floxa9030 Жыл бұрын
Rholaaaa ses yeux là 💖💝trop chouette ❤️
@mamaal6949
@mamaal6949 Жыл бұрын
Oh my God u can see love in her eyes
@malkiahouse6036
@malkiahouse6036 Жыл бұрын
It's all about Jesus, Amennnn. May God protect your heart. Umutima w'Imana. ❤. And nice couple. You are beautiful.
@user-ge9em5fb7g
@user-ge9em5fb7g 5 ай бұрын
Waaaoouuuhh David et Elsie ndabakunze❤
@billyveritebuntu-pg6us
@billyveritebuntu-pg6us Жыл бұрын
Good job 🎉🎉
@isconderagakura6420
@isconderagakura6420 Жыл бұрын
I wish to know how to play guitar serious 🎸🎸😔😔 anyway love u guys&proud of you
@angelnzeyeyo9821
@angelnzeyeyo9821 Жыл бұрын
We do love you David ❤
@angecheillaigiraneza9766
@angecheillaigiraneza9766 Жыл бұрын
This couple guys😨♥️🎊
@dieudonnensabimana3295
@dieudonnensabimana3295 Жыл бұрын
Merci David guserukira Uburundi muri Australia nokukiganiro ciza uduhaye
@clovislight
@clovislight Жыл бұрын
Merci sana uri karorero Kuri benshi
@user-ey4st7yp8s
@user-ey4st7yp8s 9 ай бұрын
Oooh I,am happy to meet you ,see mr David worship 🙏 that married Again is had byyour wife beautiful 👍👍👍👍👍👍👍
@nduwimanaappolinaire4832
@nduwimanaappolinaire4832 Жыл бұрын
Numugisha ugeretse kuwundi
@naomieofficial2869
@naomieofficial2869 Жыл бұрын
Basha iyi couple iratesaaaa vrt nciy ndabarwara pe je vous aime très fort 🥰😘
@carinemanirambona2708
@carinemanirambona2708 Жыл бұрын
Congratulations David you got a beautiful wife ❤
@claudinekezimana2779
@claudinekezimana2779 Жыл бұрын
Haleluyaaaa Akiamungu Uvuze Ukuri Uvuze Neza
@aldenmoore6243
@aldenmoore6243 Жыл бұрын
👍Fureshi sana Nice #HangOut👌
@deliedricekumugisha2827
@deliedricekumugisha2827 Жыл бұрын
Wooouh😍 vous êtes vraiment adorable ❤@kaboss merci bcp kutuzanira ababantu🙏nize vyinshi🙌Uhoraho akomeze urukundo rwanyu🥳🥳
@dianenahigombeye8117
@dianenahigombeye8117 Жыл бұрын
Kaboss uru wambere ukuntu utanga ikiganiro
@alicehabarugira4820
@alicehabarugira4820 Жыл бұрын
Kaboss respect san introduction je number
@sumanyisaidate3077
@sumanyisaidate3077 Жыл бұрын
Nice sis,ndabakunda👌
@laurettemunezero1730
@laurettemunezero1730 Жыл бұрын
Murakoze kukiganiro ciza. Ndakibonye juste ubu nyene ariko ndabona hahez 11jours kibaye. David, congratulations sana kwubaka urwawe. Indirimbo zawe zirampezagira cane, nanje nakirijwe muri Life Centre nari muri Campus Mutanga, ndahakumbuy cane. Uzoze kugira concert muri Queensland- Brisbane. Kandi thanks a lot kuguma uhesha iteka Uburundi igihugu cacu. Be blessed.
@niyomwungerechadrack68-
@niyomwungerechadrack68- Жыл бұрын
My favorite artist 😅😮
@chadindayishimiye5280
@chadindayishimiye5280 Жыл бұрын
Heleluya this man of God is an inspiration to this generation🙏
@user-fh1zx5be3u
@user-fh1zx5be3u Жыл бұрын
kzbin.info/www/bejne/fYrQZX6uobSNn7M
@yannwenge108
@yannwenge108 Жыл бұрын
Izo regard Uhoraho abagirire neza muzokwame murabana uko 💜🫡🥰🥰respect kbsa bro big up kbsa mujane ntumusige😉😉😉
@katimanojustin9606
@katimanojustin9606 Жыл бұрын
Interview ya Fureshi sanaaa🥰🥰👌💥💥
@irankundaloouissy9779
@irankundaloouissy9779 Жыл бұрын
Number One 🥰🥰
@YvesNishimwe-dz1py
@YvesNishimwe-dz1py 9 ай бұрын
Ndamwemeracn
@maniragabaeric1558
@maniragabaeric1558 Жыл бұрын
Kaboss vrt 👌👌👌 biratesa cane
@jilu1095
@jilu1095 Жыл бұрын
Ariko biraryosh kwel lman ibubakire ❤❤❤
@EgideNzoyikorera-fy7ui
@EgideNzoyikorera-fy7ui Жыл бұрын
I love this familly
@orlankevyirambona4720
@orlankevyirambona4720 Жыл бұрын
Elsiee bamugoye kbs kuja Caméra 😅😅, Kaboss Respect🙌🏾
@ndtmagic8987
@ndtmagic8987 Жыл бұрын
Tnks kaboss uraturonderera ya couple yawamukobwa mugufi n'a wamuhungu muremure nayo imaze imisi Iri hit
@sauvenigaba7870
@sauvenigaba7870 Жыл бұрын
Wwe journaliste u are the best one😁😁😁😁ingo sha kwa Yesu kuko bazokwirukana mumusigiti😂😂😂😂💖💚
@leleirl
@leleirl Жыл бұрын
I'm blessed with this hang out 😭🙏❤️
@uwimanafrancine
@uwimanafrancine Жыл бұрын
Nice ❤
@emmanuellairambona3749
@emmanuellairambona3749 Жыл бұрын
Iyi couple ya David na Elsie 👌❤❤❤❤
@irakozepaul6058
@irakozepaul6058 Жыл бұрын
Genda ufise umugoree mwiza kbs
@memeniyonzima9343
@memeniyonzima9343 Жыл бұрын
Amen
@johnsondomitien4774
@johnsondomitien4774 Жыл бұрын
David nongeye kumukunda ukundi inyuma yo kuraba nkumviriza kino kiyago, Imana ikomeze kumukoresha ico yamuhamagariye,izonamuhe ijuru
@ascherbuntu8361
@ascherbuntu8361 Жыл бұрын
Birahimbaye caane, ikiganiro ciza caane. Urugo rwiza kandi Serugo n'umugisha kubarundi banezerwa nindirimbo zo guhimbaza Uhoraho, baba abari mu Burundi 🇧🇮 eka n'abari mumahanga. KABOSS wumva ivyabakizwa vyacu bitaryoshe? Kizwa utwinjiremwo 100% udutunganirize ivyo tunemezanya mukwizera. Good job
@irakozeshakiru1131
@irakozeshakiru1131 Жыл бұрын
Muribeza ❤❤❤❤
@Umweranda_BIHOME
@Umweranda_BIHOME Жыл бұрын
vibe ya DAVID ni 6G 🔥🔥🔥🔥🔥🇧🇮❤
@CobayedeChrist77
@CobayedeChrist77 2 ай бұрын
"Yesu ni wewe nizigira" un chef d'oeuvre. ❤️. Eeeeeh David bila auto-tune. Uko n'a don respect 🎉. Mike mzuri 💯. Un journaliste de qualité. Bcp de bonheur à vous !
@aimeesandrineuwimana2146
@aimeesandrineuwimana2146 Жыл бұрын
Fureshiiiii sanaaaaaaaaaaaaaaa 🔥🤭🤭🤭🤭 courage kaboss
УГАДАЙ ГДЕ ПРАВИЛЬНЫЙ ЦВЕТ?😱
00:14
МЯТНАЯ ФАНТА
Рет қаралды 3,8 МЛН
Double Stacked Pizza @Lionfield @ChefRush
00:33
albert_cancook
Рет қаралды 80 МЛН
Who has won ?? 😀 #shortvideo #lizzyisaeva
00:24
Lizzy Isaeva
Рет қаралды 64 МЛН
MARIAGE Idasanzwe y’umuririnvyi  mpimbaza MANA #Davidtresor & Elsie
48:48
🔥#HangOut @Stylozoff :''Sinkija Gusenga kubera ubu Star 😳''
34:23
Magazine Jimbere
Рет қаралды 15 М.
Narahariwe live concert Gaby Kamanzi
5:13
Kapital Sound Tv
Рет қаралды 1,7 М.
Zaake ne banne: Bakkiriziddwa okweyimirirwa
5:17
Akawungeezi
Рет қаралды 971
David Nduwimana - Ni Wewe Nizigira (Full Worship Album)
42:31
УГАДАЙ ГДЕ ПРАВИЛЬНЫЙ ЦВЕТ?😱
00:14
МЯТНАЯ ФАНТА
Рет қаралды 3,8 МЛН