😏 Hangout na Lino G & Monia Fleur: just friends ?

  Рет қаралды 30,601

Magazine Jimbere

Magazine Jimbere

Күн бұрын

Пікірлер
@UwamahoroFrolence-v9s
@UwamahoroFrolence-v9s Ай бұрын
Ndashimira umuntu wankandira kugafoto Imana imuhe umugisha utarakanda nahakande kugiganiro tugere1k nukuri haraho uraba unkuye ❤❤❤
@AmbitiousTheo
@AmbitiousTheo Ай бұрын
Monia akeneye kwig kwishur mur interviews. She luck confidence.
@hittoptv
@hittoptv Ай бұрын
NtitwigeraTunanigwa 👏
@Dällãs-Films
@Dällãs-Films Ай бұрын
We Landry , pechie sio mu ex wake Monia fleur ? Mumbarize 😮
@CongeraClaudine
@CongeraClaudine Ай бұрын
Ntituvyumva neeza,momo wambaye neza cane kandi muraberanye bibandanije ntakabaya🎉
@LievinIrakoze-h5b
@LievinIrakoze-h5b Ай бұрын
Nukuri Lino G sindakubon ariko ndakumv nkumu star knd nemera xn hm courage kk urubah San ugashira imber imana knd ukubah abagutanguriy uragumuko knd longtime ya life ubandany knd ndakwemera
@jeanbaptistebizimana1
@jeanbaptistebizimana1 Ай бұрын
Mn sigay nkuna Lino G vya hatari how is simple, clever so azigumire uko arakunda kuvuga ngo nikubera Imana so nimba anayemera ayigumeko ntizomumaramaza namba ikind uwo mu tip ari kubabaza ijwi ryiwe riri down sana agomba kuriduza ikindi gihe Big Up sana all you guys Uwase nawe ndagufana tu
@girukwishakadivine9836
@girukwishakadivine9836 Ай бұрын
Iki kiganiro kirabishe vrt barakwepa ibibazo sana
@JacobChapuisantIgiraneza
@JacobChapuisantIgiraneza Ай бұрын
Kliii naw wabibony
@gloirelarissa5160
@gloirelarissa5160 Ай бұрын
Bibaz KO ari bwo bwenge ariko sivyo bica bibiha
@Vanessandayisenga-z1t
@Vanessandayisenga-z1t Ай бұрын
Monia na Rino bishura neza👌
@iteritekabenjos-xr7yv
@iteritekabenjos-xr7yv Ай бұрын
Ikiganiro catevye vuremaa😊 hama ndigufana iyi couple🎉🎉❤ ntavyubugenz😂
@KwizeraErcy
@KwizeraErcy Ай бұрын
Hangout na melanin gusto
@AnthiaLaurielleMugisha-eq8rt
@AnthiaLaurielleMugisha-eq8rt Ай бұрын
Yeap caneee
@mickaelyouna4776
@mickaelyouna4776 Ай бұрын
😅😅😅😅eweee Monia kushaka kubihisha biboneka knd le ga arashak kuvuga madam ngo ntiwisanzure abeeeeg 🤣🤌
@saidindizeye2206
@saidindizeye2206 Ай бұрын
Shaaa ufit umu stoo wa bien kandi afit mumutw kabisa, nuko nyene wantanz mais no blm keep it up guys 🤙🏽 all da best.
@NkenguburundiKenny-xn8of
@NkenguburundiKenny-xn8of Ай бұрын
The name of this couple is Linia
@NdayizeyeCedricBilly-yw1xs
@NdayizeyeCedricBilly-yw1xs Ай бұрын
Monia ndagukunda beaucoup😊
@tunganirwajoris98
@tunganirwajoris98 Ай бұрын
Monia ngo afise inda ya LinoG 🎉🎉🎉🎉🎉❤
@nab2008
@nab2008 Ай бұрын
That's the great job for u @kabossforreal and @Jimberemagazine mais je n' ai jamais pu comprendre pourquoi usanga ama Channel nkaya akora ibintu bunyamwuga ata ronka respect na support ba meritta kubera ko birateyisoni kubona aba abonnés nkiyi Channel iba ifise ningene baduh ibintu bisukuy Come on guys
@mariamsakora2818
@mariamsakora2818 Ай бұрын
Nanje ndabibona bikasiga kbx uravye iyi tv yakaboss icako ibiganiro vyabintu bisoney kandi bakomey ariko ntiduza aba abonné sinaimpanvu
@jedidjaitangivyiza2629
@jedidjaitangivyiza2629 Ай бұрын
C, est la vie bagabo ibibint nivyiza arik abisoney kensh ntibaza kubiraba
@nab2008
@nab2008 Ай бұрын
C'est tellement triste raba vrmt ibi biganiro ingene bib vyiyubashe contrairement yacakiganir baheruka kuyindi tv online ah umumenyeshamakur yarinze aheza ikiganir ababaza KO bob bakundany gus du moins vyaraboneka KO yimprovisa ibibazo ko atari yateguy
@NickFrancisDUSHIME
@NickFrancisDUSHIME Ай бұрын
🎶🚀🌍🔥
@Mr.Classic257
@Mr.Classic257 Ай бұрын
LinoG kurijewe.yaranyibagiy
@bayubahejeannoel5314
@bayubahejeannoel5314 Ай бұрын
King of creativity🎉 Kaboss 4real
@YvesBally
@YvesBally Ай бұрын
Mwubahwee 🎉🎉
@brianbs2283
@brianbs2283 Ай бұрын
La prochaine, il faut que vous testez le son et les micros avant de filmer. Bon travail et courage pour les prochaines
@mikebuntu6019
@mikebuntu6019 Ай бұрын
Umu legend twaramubuze😂😂
@darcyiqbal
@darcyiqbal Ай бұрын
Kabossain wari ufise akazi gakomeye vraiment abo bajama bari réservés sana
@boscoconkunze1068
@boscoconkunze1068 Ай бұрын
Linog and monia ndabemera saaana🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤
@ManigiraNezahamisa
@ManigiraNezahamisa Ай бұрын
Nawapenda mweote ❤❤❤❤
@IrakozeMicheline-j3h
@IrakozeMicheline-j3h Ай бұрын
Iyo nindirimbo nimuduhe
@NIWENCUTIDaniel
@NIWENCUTIDaniel Ай бұрын
respect kuri wewe @Kaboss4real.... shut out to @Lino-G and @MoniaFleur ... May God bless your Couple beyond your EXPECTATION....
@AimeParfaitNishimwe
@AimeParfaitNishimwe Ай бұрын
Great couple🎉❤
@NellyHabumugisha
@NellyHabumugisha Ай бұрын
Courage💪
@MrhavertzNtwari
@MrhavertzNtwari Ай бұрын
ndabon bigeze kure
@GenevièveNijimbere-l3y
@GenevièveNijimbere-l3y Ай бұрын
Kaboss ga mana ndamukunda ukuntu ameze kwl yirabira
@guyarseneiteriteka11
@guyarseneiteriteka11 Ай бұрын
Fav couple ❤🔥 🔥 🔥
@yannicklassava4202
@yannicklassava4202 Ай бұрын
My Ghetto Blood never disappoint us🔥🔥
@channeldon-g7v
@channeldon-g7v Ай бұрын
Melanine for the next
@egidentezicimpa1595
@egidentezicimpa1595 Ай бұрын
🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🙌
@صالحالصوافي-غ5و
@صالحالصوافي-غ5و Ай бұрын
Kaboss nkunda ibiganiro vyaw
@Bigisiaka
@Bigisiaka Ай бұрын
Buga man like zanyu 😂
@امنهالسناني-ث4س
@امنهالسناني-ث4س Ай бұрын
Nakuona wewe 😂😂😂
@GatweeBulobe
@GatweeBulobe Ай бұрын
Good job bro
@elianusmiburo2483
@elianusmiburo2483 Ай бұрын
We landry promoter ibintu wakorey LinoG lmana izobikubaze nukuri
@confitbienius6903
@confitbienius6903 Ай бұрын
Iyi hang out wapii kbsa , aba bantu baje gukina ibintu badashoboy, badashobora ku vivant, barakwepa ibibazo , ntanakimwee bari kwishura Ibi vyo kw actinga sivya bose , arabantu batirekura bakoreshe interview bisanzw ureke ama films kaboss
@Philos352
@Philos352 Ай бұрын
Kaboss iyu nkavyabibamba m mwuga iki kiganiro ntaco washobor kuk aba bajama barakwep ibibazo san
@MORGAN_INFINITY2
@MORGAN_INFINITY2 Ай бұрын
Nc❤
@mwene-data
@mwene-data Ай бұрын
Lino G mubwir aze aravug yicishij bugufi vrt ,sivyiza kwishur nab vrt ab journaliste uk ushats
@AmedeeAhishakiy
@AmedeeAhishakiy Ай бұрын
Kwel n ❤
@MugishaAnge-q8f
@MugishaAnge-q8f Ай бұрын
❤❤❤❤❤❤
@elianusmiburo2483
@elianusmiburo2483 Ай бұрын
Kuki mutegur ikintu nkiki arik ntimubikor neza?amajwi yarari hasi cn gos
@RichardNiyoyigenera
@RichardNiyoyigenera Ай бұрын
Waw good
@mdbosco1640
@mdbosco1640 Ай бұрын
❤❤
@EricNshimirimana-x9o
@EricNshimirimana-x9o Ай бұрын
Nn baraban nkumugore numugabo cnk bimeze gt?
@JackieloveKingbuja
@JackieloveKingbuja Ай бұрын
😏😏❤
@NTAGéorgette
@NTAGéorgette Ай бұрын
🌹🌹🌹🌹🌹💯🤜🤛😎
@Nidivin
@Nidivin Ай бұрын
❤🔥🇧🇮❤
@thehpofficial8621
@thehpofficial8621 Ай бұрын
Vous feriez des bons acteurs de cinéma, mec. c'est ridicule kutubesha dukuze. mais courage gro 🫵🏾
@jamessiyoni2996
@jamessiyoni2996 Ай бұрын
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@Slime-s5p
@Slime-s5p Ай бұрын
😂
@bizaskezimana-he2sk
@bizaskezimana-he2sk Ай бұрын
Like xose ndazibone
@ansnimbona8139
@ansnimbona8139 Ай бұрын
ibibintu kumengo nagakino, biri fake ukuntu , kumenga ntibari deep yivyo barimwo, ndabamera bose ariko nikaba aragakino barimwo ntibiri credible kabis
@violetteniyongabire3859
@violetteniyongabire3859 Ай бұрын
❤❤
Quando eu quero Sushi (sem desperdiçar) 🍣
00:26
Los Wagners
Рет қаралды 15 МЛН
Что-что Мурсдей говорит? 💭 #симбочка #симба #мурсдей
00:19
It works #beatbox #tiktok
00:34
BeatboxJCOP
Рет қаралды 41 МЛН
Monia Fleur - Naolewa (Official Music Video)
3:20
Monia Fleur
Рет қаралды 834 М.