Hatangujwe indwi yahariwe intwari ku rugamba mu mugambwe CNDD-FDD

  Рет қаралды 10,236

Mashariki TV

Mashariki TV

Күн бұрын

#Burundi: Hatangujwe indwi yahariwe intwari k'urugamba mu mugambwe CNDD-FDD kuri uyu wa 14 Munyonyo 2024. Ibirori bikaba vyatangujwe no gushira ingori z'amashurwe ahari intatwemwa z'ahashinguwe zimwe mu ntwari ku rugamba kiri ku mutumba #Gifurwe muri komine #Mpanda intara ya Bubanza.
Ibirori bika vyari vyitabwe n'Umukuru w'igihugu Evariste Ndayishimiye, akongera akaba n'umukuru w'inama y'inararibonye z'uwo mugambwe.

Пікірлер: 17
@graceirakoze2868
@graceirakoze2868 2 ай бұрын
Niconkundira CNDD FDD . ❤Umukama abazigame excellence.
@elishahezekiah7049
@elishahezekiah7049 2 ай бұрын
Ntavyinsh kur cnd fdd, but amashurwe menshi ku muntu yiyumviriy iyo slogan "ntihica ubwoko ahubwo ubutegetsi bubi"big philosophy nd wisdom in this
@VianneyNibaruta-vf9iq
@VianneyNibaruta-vf9iq 2 ай бұрын
Mwaritanz kugir tubeh mwaraduciriy inger ntituzobibagir iman ibah uburuhuk bwiz
@kena8968
@kena8968 2 ай бұрын
Kweli 02:40 👏🏾
@FatumaNtirampeba-pk3yq
@FatumaNtirampeba-pk3yq 2 ай бұрын
Zibawamuchenziwe.demokarasi.irihe.vuvuzera.kirogorogo
@FatumaNtirampeba-pk3yq
@FatumaNtirampeba-pk3yq 2 ай бұрын
Kodemokarasi.komwayihambye
@INTAHETV-ni5pq
@INTAHETV-ni5pq 2 ай бұрын
mbega Reveriyano kwataboneka nimpore ?
@OscarIrankunda-k2y
@OscarIrankunda-k2y 2 ай бұрын
Harivyotugay ub muga ntituzibagira ah mwadukuy
@CizaAndre-kc6lr
@CizaAndre-kc6lr 2 ай бұрын
😢
@Huncho86
@Huncho86 2 ай бұрын
Gaswere
@NzirubusaEmma
@NzirubusaEmma 2 ай бұрын
Ewee ekleziya
@DeogratiasHavyarimana-u2r
@DeogratiasHavyarimana-u2r 2 ай бұрын
Ndipfuzako imiryango yabitangiyabandimbere..kobotohozwako bakagarukira kubasigwa kuko bakoze igikogwa.citeka
@niyorukizaelias8142
@niyorukizaelias8142 2 ай бұрын
Abasaya mwaraguruka😂😂🎉🎉
@Binegu
@Binegu 2 ай бұрын
Ntanisoni ufise
@alexandrodieumerci
@alexandrodieumerci 2 ай бұрын
NONE MURINDIYE IKI KO ABO BADUHAYE AMAHORO KO MUTABAGIRA ABERANDA!!!
@MugishaParfait-ob6rd
@MugishaParfait-ob6rd 2 ай бұрын
😂😂 intwari nyabaki bakoze iki abantu bamaze imyaka 10 mwishamba bakananirwa nogufata agatumba nakamwe ahhh
@user-nono372
@user-nono372 2 ай бұрын
None ubu niwewe ufise ubutegetsi
Боксёр воспитал дикого бойца!
01:36
МИНУС БАЛЛ
Рет қаралды 4,9 МЛН