KZ
bin
Негізгі бет
Қазірдің өзінде танымал
Тікелей эфир
Ұнаған бейнелер
Қайтадан қараңыз
Жазылымдар
Кіру
Тіркелу
Ең жақсы KZbin
Фильм және анимация
Автокөліктер мен көлік құралдары
Музыка
Үй жануарлары мен аңдар
Спорт
Ойындар
Комедия
Ойын-сауық
Тәжірибелік нұсқаулар және стиль
Ғылым және технология
Léonce Ngendakumana ngo amatora yimirije adateguwe neza, ntibitege imbonakazoza ya 2040- 2060
15:42
Umukinyi wakera wa Vital’o Fc yashinguranywe Iteka mw’itongo ry’abapfuye
57:56
Une nouvelle voiture pour Noël 🥹
00:28
Гениальное изобретение из обычного стаканчика!
00:31
coco在求救? #小丑 #天使 #shorts
00:29
Try this prank with your friends 😂 @karina-kola
00:18
Mu mugambwe CNDD FDD ngo ntibagiye ku rugamba kugwanira ubwoko nubwo batabibona kumwe na Ngayimpenda
Рет қаралды 48,663
Facebook
Twitter
Жүктеу
1
Жазылу 318 М.
Indundi TV
Күн бұрын
Пікірлер: 92
@melchiorntiruhenura9739
Ай бұрын
Merci bwana Ngendakumana, merci bwana Ngayimpenda. Mufatanije twokwigira imbere.-
@kanimary5642
Ай бұрын
Si ivyubu, Jérémie yamye ari Umushongantahe. Ntiyigeze avugira Mivumbi kumuvumba
@EmmanuelMinani-i4c
Ай бұрын
0:36 0:36 0:37 😊
@CyriaqueBizimungu
Ай бұрын
Uyu muntu avuga neza cane. Igihugu cacu kiramukeneye kugira ivyo ariko arashikiriza bije mu ngiro. Mu vyo ariko aravuga ntazura akaboze ahubwo araba imbere. Imana imuduhe arongore igihugu kuko araciye ubwenge❤❤❤
@RevisNduwayezu
Ай бұрын
Uvuzukur nimw mub mukenewe imvugakur nkamw merci sana ivyuvuz kubijanye na liste bloqué abenegihugu tukitorer indongozi tuzishuza ivy biyemeje
@Fitbdi
Ай бұрын
Aba batama ndakunda ingene bemera iradiyo n'a télévision (📺RTNB).Aha kuri social média ni mukanywababu.
@d.r.5350
Ай бұрын
Ibyaribyo byose abarundi muri imbere muri democracy. Dore nk’uyu aratanga igitekerezo cye avuga ko u Burundi nta democracy barageraho. Ntabwo bari bumwice. Iyo ni democracy. Reba uburyo habayeho ihererekanywa bubasha ku mwanya w’umukuru w’igihugu. Iyo ni democracy. Bravo abashingantahe. Mwamize akabuye k’abagabo. Muzigishe abaturanyi banyu.
@Radioinganji
21 күн бұрын
Yego si 100% ariko uburundi bufite democracy pe! Iki gitekerezo ntiwagitanga i Kigali ngo utahe
@arnaulddolfi20
26 күн бұрын
Mutama Ngayimpenda ni Umushingantahe Kandi w'Ijambo Kandi w'imvugakuri !
@TheddyNdayizeye
Ай бұрын
Uravugukuri wamupapawe coup de chapeau
@ndayizeyewilly4603
27 күн бұрын
Jeremie un homme très intelligent
@kanyamunezamathias5473
Ай бұрын
Nn jeremie ngendakumana yaragarutse iburundi kweli kondamwunvise umengo ari kuvugira iburundi
@EmmanuelBigirimana-f5f
27 күн бұрын
Jeremie yamye avuga ukuri kuvakera ,abwira intumva.
@Musabirema949
Ай бұрын
Ako kantu Ka Mudavadi ko mwagakuyemo ? Ngira mwanze kwimenera umuceri
@AlexisNimubona-z5z
29 күн бұрын
Nukuri avise neza
@MuhiziSimon
Ай бұрын
Cnddfdd yabaye umwanda igihe bigizayo incabwenge nka Jeremi ngendakumana
@PhilippeNSABIMANA-g8r
Ай бұрын
Uwo ntakiri muri cndd?
@mugwanashakamadiba8726
Ай бұрын
Wap abanyapolitique bavuze kukintu nikiba kibabangamiye ubwabo ....
@NaborKARERWA
Ай бұрын
Je suis de l'avis de Monsieur Jérémie Ngendakumana c'est un vrai intellectuelle
@NdayizeyeIldéphonse
28 күн бұрын
Jeremy urabeshe kand Can,vyukuberavyo uhindutse ukavuga ukuri
@NdayizeyeIldéphonse
28 күн бұрын
Nta démocratie mwagwaniy Jérémy
@Ntambwe4040
Ай бұрын
None ubu hariho democracy???? Nimureke kuza muhenda abantu
@charlenehatangimana8468
Ай бұрын
Cndd fdd yagwaniye ubwoko kandi irabigaragaza nirizuba irabigendera mukwica guhohotera, kurenganya gusahura abatutsi binzira karengane bakino gihe. Tutibagiye kubapfungira ubusa
@abelardbarayisaba2585
Ай бұрын
Uravuga nabi ntuzoramba.burya NTA bahutu bapfa?? Shaaaa aho urahabeshe guko yaba h ou t imbere ya d ni fye nkuru iyo ilusaru'ishihe iwabo. Urabeshe rero,,,,,,,😢😢😢😢
@KennoKanse
7 күн бұрын
Umuntu yubahuka kubaza ngo mbe hariho ubwoko anti-democratique nkuwo aba ashaka kugera kuki?? CNDD-FDD yavuga yuko yarwwanya igisoda c'ubwoko bumwe canize démocratie ntiyigeze ivuga yuko hariho ubwoko anti-démocratique.
@gasarabwepatrick659
Ай бұрын
😂😂😂😂😂Byira koko Uhoraho ufashe abarundi Ubakangure (igikoko nabantu bihurirahe)
@EmmanuelNkurunziza-g7b
16 күн бұрын
Duheruka iterambere muntara yacu ya muramvya,ukiramutswa umugambwe,urintwari niwubahwe.
@yvesBigirimana-c9k
Ай бұрын
CNDD-FDD,yaragize ihonyabwoko ry' abatutsi.exemple,bahagarika imodoka bakarobanura abatutsi,bakabatamika amavyi ashushe yumye canke mabisa.Hama bagaca babica.
@INE801
Ай бұрын
Ngo ngwiki ?Yesu wee
@evrardmutana993
Ай бұрын
Impunzi z, ibugendana, aba séminariste bi buta... hama biriya bintu vyokugenda bikoreye indobo zuzuye amavyi kugira bayatamike abatutsi vyababereye umukoshi
@eliusbizimana7646
Ай бұрын
Iyo mvugo yawe ni extrême ntigira sens
@eliusbizimana7646
Ай бұрын
Iyo mvugo yawe ni extrême ntigira sens
@eliusbizimana7646
Ай бұрын
Iyo mvugo yawe ni extrême ntigira sens
@davidbizimana-sp4ms
Ай бұрын
Liste bloquée ifuswe vyotuma abashingamateka baduserukira vyukuri.
@CélestinNDAYISHIMIYE-d1y
Ай бұрын
Abarundi nkaba bajejwiki? Kwari kirumara!
@bandushajeanolivier3120
29 күн бұрын
Ivyo biganiro ko vyari biryoshe ariko CNDD-FDD ko mutagwanira abahutu kuberiki mwakunda kwica abatutsi ataninkoho bafise Gitega Bugendana ko mwamaze abatutsi .none ubu ko muvuga ko mwagwanira Democratien mukaguma mwiba amatora mugatoteza imigambwe iyo democratien yitwa gute kuberki mutinya Guhiganwa niyindi migambwe biboneka ko mwari kugwanira imiryango yanyu .
@AlexisNimubona-z5z
29 күн бұрын
Burya umuntu avuye .mubutegetsi aba ASA nuwuvuye mwishure
@JeanTangishaka
Ай бұрын
Mwagwaniye Abahutu mureke kubesha
@niyonkuruinnocent8270
Ай бұрын
Jeremie est un homme integre.Il est juste
@KennoKanse
7 күн бұрын
Za listes bloquées ni ziveho lero na za chiffres bloqués 40%/60%ou50%/50% na zo nyene ziveho, ibanga risa n'irindi !!😂💩.
@ladislasmasabarakiza1012
Ай бұрын
Mwotugaya mworeka , muriko murasaza kandi ABA poillicimes ni babandi, kandi hazogera igihe muja HASI abana banyu bakubitwe kuko mwaratwigishije n'ingene tuzokora umuti
@NestorIrakoze-x3g
Ай бұрын
Komufita abize kaminuza benshi vyase gute kwigihugu kuronka ivyankenegwa?Nyimba igihugu gifitincabweng ariko zitoshobora gutunganiriza abenegihugu ivyobakeney izoncabweng ntizobarizo abo mwakumiriy nizoncabweng
@MuhiziSimon
Ай бұрын
Cnddfdd iheruka indero n'urutonde ikiyobowe n'umunyabwenge nka Jérémie
@pablonsanzumuhire2024
Ай бұрын
Mutama turakeneye UNIVERSITY kuko 40% Y,urubyiruko igezeko muri Kaminuza tuzahinduka.anategeko ni aratuma tubaho nkuko Kandi abategetsi bamenyeko ari abakozi ntimwiyite abachefu mumenyeko Umuturage ariwe mutegetsi......
@HassanJoo-xq3cd
Ай бұрын
Urubyiruko niki?sigura mukirundi.
@DjbizocuCuthizo
28 күн бұрын
Asha uyu mutama imana imuhe kuramba
@charlenehatangimana8468
Ай бұрын
Ntagihugu cuburundi kizopfa giteye imbere kigitwarwa ukwo gitwawe. Ishari, amacakubiri, urwanko, indambi, kamwana wamama nivyo biyoboye igihugu
@iradukundajimmy-thierry7930
Ай бұрын
Jermie ,deviendra Président un jour x
@NdayizeyeIldéphonse
28 күн бұрын
Uburundi buragow bugufise abantu bahisha ukuri bakuzi
@GeorgesNshimirimana-s1q
Ай бұрын
None NK,Uwo mutama n,iki cotuma batamuhereza ngw,ayobore ? Conditions zose Uwo mugambwe wexigea arazikwije !
@abelardbarayisaba2585
Ай бұрын
Numvirije imvugo ya minani ndumvaa ko afise ubushingatahe
@GiseleUwera-m6g
Ай бұрын
Mutama reka kubesha urakuze si agashesheshwarumuri, mwararwaniye ubwoko bimwe biboneka. Muribuka mutegera imodoka zitwara abagenzi ko mwakura abantu b'abatutsi mumiduga mukabica abahutu mukabareka bakabandanya?
@hassann4209
Ай бұрын
CNDD FDD murakwiye kuja muzabukuru nka UPRONA na FRODEBU.
@NimbonaSalome
Ай бұрын
None cndd fdd kobavuga neza ariko ivyobavuga bikabananira gukurikiza??
@EdinaChiwamba
Ай бұрын
Uyu niwe akwiye kuba umuvugizi wabarundi Bose kuko nintwari arabana abagowe
@PhilippeHARUSHIMANA
Ай бұрын
Ubu democrasi iriho gusumba mur 1993 guko Ubu umukuruwigihigu atowe nabanyagihugu aratwara gushi abanyagihugu bonyene bamwikuriye ntaprezida Ubu muzosubira kwicira mugipara mumakambi yagisirikare kumwe mwabigira mwanigiye democrasi mugipara muhejeje ngo democrasi yishwe namacinya ntituzompfa tuvyibagiye
@JeanTangishaka
Ай бұрын
Politike ni ububeshi gusaaaaa
@iga2023
Ай бұрын
Uvuga neza
@sigasiratv8396
Ай бұрын
Amahoro Bibiriya mwiitagoriro 1/26 I'mana tahantu ivuga ubwoko ivuga ko yaremye umuntu mwishusho yayo nimube abarundi
@mugwanashakamadiba8726
Ай бұрын
Ivyo vya bible navyo nigitabo cuzuye mwo politique canditswe nindyadya za ba romani
@barutierikkaganza2748
Ай бұрын
Abarundi tumaze guhaga abategitse ubu dukeneye abarongozi sinon twaba tukiri nko muri cagihe cubukoroni
@Aliyahfanuel-e1b
Ай бұрын
mvega ayo ma couleur ya rouge bleu avuye he???
@hoppyjerry
Ай бұрын
Ubu dufise abategetsi nta burongozi bahari
@Radioinganji
21 күн бұрын
Niba mutinyuka gutanga ibitekerezo nkibi bikarangira ahubwo mufite akazoza keza. Watinyuka kubwira FPR mwicaranye ngo mwarwaniye ubwoko?😂😂
@MugishaDeedat
Ай бұрын
Bareke birire , ndakeka batozohaga vuba . Ntanuko bizogenda ngo bahagarike , gusa bazopfa haze abandi ariko hazoza abo baforomye ,,, tuzama uku
@hangiroetincelle8167
Ай бұрын
V8 ni iki? Mbega ubujuju? Ngo V8
@francoisniyongabo2967
Ай бұрын
Jérémie : maturité po
@MugishaDeedat
Ай бұрын
Nta democratie ihari , ahubwo ubu turi mubwoko bukaze , abo , abo , abo , ubwoko ntibukiri na hutu , tutsi , ahubwo ubu ni cndd fdd ,sha biragoye kabisa . Twarinjiriwe ntakuntu vyose bigira mukarwi nahonyene katarimwo umutima mwiza
@alexndihokubwayo8010
Ай бұрын
Cndd fd nta demokarase irimuburundi mugikumirana munzego zigihugu mukivugango charabavunye nkukumengo nitongo ryabaso wanyu mwikebuke
@jchuma5417
Ай бұрын
Bose nabatengetse kweli 😢😢😢😂
@nduwimanamariana3091
Ай бұрын
Muri kudusamaza kubera inyungu zanyu ariko vyose bizohera. Politique art de mentir
@AudaceNdayiragije-q8v
Ай бұрын
Nonewewe uhashakakako iki kwataritongo ryabaso twembwe twaraki gwaniyekuko kuko caratuvunye kubona amabariyeri yokutwaka karangamuntu yarahavuye ndashima jewe nawe giragwawe nzoyoboka uwutantoteza
@pablonsanzumuhire2024
Ай бұрын
Ntamuntu uhoraho ,igihoraho ni Igihugu
@AudaceNdayiragije-q8v
Ай бұрын
Uvuzukuri kuko micombero nabuyoya ntabahari mugabo uburundi burahari
@NdayisegaKorod
Ай бұрын
Mutareste umuperezida azotwara nkimyaka30uburundi buzoguma hasi
@AudaceNdayiragije-q8v
Ай бұрын
Urihenzecane yemwe mbegawewe wangana iki igihebica ndandaye yapfanye nabahutu bangahe ntegana marangara konarinkuze habayiki hishwe abatutsi aryamagufa bazura nayabatutsi gasha?
@gihamyaonline
Ай бұрын
None utekerezako Ntega na Marangara ibyahabereye byatewe n'iki?
@NzosabaJeanbaptiste
Ай бұрын
Hamwabarindi bokwitozakugatwekabo twocaduterimber
@nzibavugadjuma4049
Ай бұрын
Kuramwo ayo makosa wanditse, uhaye wandika witiranya amazina
@Aliyahfanuel-e1b
Ай бұрын
mbega kugira dukure amatiku mu barundi, mbega ubwo bwoko bavuga bwatanguye kubaho ryari? jewe nasomye igitabo c' umuzungu canditswe mu mirongo indwi, gisigura ko abatutsi ari umuryango nk' abahima, nk' abenengwe, nk' abashubi,.... umuryango ya clan y' abatutsi wacitse ubwoko gute?? ninde sekuru yamubwiye ubwoko bwiwe? Burya ngo kuroga umuntu ni kuja mu mutwe w' umuntu ukanushiramwo ibitarivyo! n' ubwo buhutu n' ubututsi bwarozwe abarundi, mubukure mu matwi y' abarundi. Mbega ko havugwa amasezerano Arusha, muzoduha karangamuntu ziriki ubwoko imaginaire nko mu Rwanda, abantu bicwa kubera ubwoko buri kuri karangamuntu! mbega iyo agenda ya 204o ni nde yayishinze???
@leoncendenzako8934
Ай бұрын
nn.iyodemokarasi irahar kwer
@PascalNgabonzinza
Ай бұрын
Jeremie Ari hé ubu en politique ?
@GeorgesNshimirimana-s1q
Ай бұрын
Jérémie wewe Ur,umugabo kabisa ! Umugabo ntahabw,Ijambo muburundi kweri !
@MugishaDeedat
Ай бұрын
None mwagiye kurwanira ubukene ? Ko mbona igihugu mwakiriye nabi
@DeogratiasSINZINKAYO
Ай бұрын
Pourquoi tu parles seul?
@niyongaboepipode5883
Ай бұрын
!!!
@NDAYIRAGIJECôme
Ай бұрын
Urumugabo kabisa
15:42
Léonce Ngendakumana ngo amatora yimirije adateguwe neza, ntibitege imbonakazoza ya 2040- 2060
Indundi TV
Рет қаралды 29 М.
57:56
Umukinyi wakera wa Vital’o Fc yashinguranywe Iteka mw’itongo ry’abapfuye
Indundi TV
Рет қаралды 2,8 М.
00:28
Une nouvelle voiture pour Noël 🥹
Nicocapone
Рет қаралды 9 МЛН
00:31
Гениальное изобретение из обычного стаканчика!
Лютая физика | Олимпиадная физика
Рет қаралды 4,8 МЛН
00:29
coco在求救? #小丑 #天使 #shorts
好人小丑
Рет қаралды 120 МЛН
00:18
Try this prank with your friends 😂 @karina-kola
Andrey Grechka
Рет қаралды 9 МЛН
27:08
PAPA SAVA EP1175:AFERI IRASWASE!BY NIYITEGEKA Gratien(Rwandan Comedy)
Niyitegeka Gratien
Рет қаралды 83 М.
26:55
Umushikiranganji amenyesha ko iry'Umukuruw'igihugu yavumereye ariryo ribahagurukije
Indundi TV
Рет қаралды 8 М.
29:47
Aba nyamigambwe bamenyesha ko ibiturire, n'amategeko adakwiye arizo nzitizi z'imbonakazoza 2040-2060
Indundi TV
Рет қаралды 21 М.
55:41
Gabriel Rufyiri ahamagarira Umukuru w'Igihugu gukoresha ububasha afise muguhasha abanyoni
Indundi TV
Рет қаралды 70 М.
20:09
Gabriel Rufyiri amenyesha ko atagikozwe azosubira imyiyerekano ya we nyene
Indundi TV
Рет қаралды 89 М.
21:57
Habuze iki kugira igiturire kiranduranwe n' imizi mu Burundi: Turiko tuja hé?
Indundi TV
Рет қаралды 16 М.
37:16
Igandagurwa rya Ndadaye : colonel Alfred Nkurunziza arabeshuza ivyavuzwe na général Rugigana
Tele Renaissance
Рет қаралды 42 М.
IGITAMBO CYA MISA YA KABIRI KU WA 22/12/2024 GITURWA NA NYIRICYUBAHIRO ANTOINE CARDINAL KAMBANDA
Pacistv catholic church Rwanda
Рет қаралды 341
54:59
UMUZUNGU YATUNGURANYE,RIB YAFUNZE ABAJURA BIBISHAGA AMAYERI AKOMEYE😳AMAMILIYONI & PHONE BYAGARUWE👏
MAX TV
Рет қаралды 91 М.
10:01
Yabaye UMUSIRIKRE UDAKINA Ari naho havuye IZINA "NDAKUGARIKA" Usimbuye BUNYONI ni MUNTU KI?
ABAYO Yvette Sandrine
Рет қаралды 36 М.
00:28
Une nouvelle voiture pour Noël 🥹
Nicocapone
Рет қаралды 9 МЛН