HATOWE INYANDIKO ZO KWIYAMIRIZA

  Рет қаралды 21,200

URUGENDO NEWS

URUGENDO NEWS

Күн бұрын

Пікірлер: 59
@kambirigicalinie-x9r
@kambirigicalinie-x9r 2 ай бұрын
Mwiriwe Mr Daniel, mukuduha amakuru, uzohore ubanza utegure mugusoma kugira ntusubire kubikora nkuko wabikoze mu gusoma iryo kete.
@AzadRichard
@AzadRichard 2 ай бұрын
Vyagucanze mugisha,abarundi turazinanye cane,kunyaye uraza kubivugira muburundi
@JustineNizigiyimanajustine
@JustineNizigiyimanajustine 2 ай бұрын
Womugirante murota kwimana 😂😂😂😂 uje kuja mucirore wirabe neza kuziru ryawe uza gusenga imyenge iraba hasi
@SylivestreNtibantunganya
@SylivestreNtibantunganya 12 күн бұрын
Umve daniye about hakwiyeko abafunzwebose bobakurayo bakabashira ahabandi bavuye nigoru banza mbona
@s.m849
@s.m849 2 ай бұрын
Ndashimiye!!!
@jeanboscokavamahanga1713
@jeanboscokavamahanga1713 2 ай бұрын
Wubahwe🙏🙏🙏🙏
@AghHh-v3f
@AghHh-v3f 2 ай бұрын
Ntibarara barakizura bazimanuye gute nibonyene babigize barafitse Abanyezamu bimbonerakure 😮😮😮😮
@jeandedieukayobera1605
@jeandedieukayobera1605 2 ай бұрын
Mugicagute❤❤
@Jospindusabe
@Jospindusabe 2 ай бұрын
Uyo roza wama ushiramwo avuga ko aba cndd bakoze ihonya bwoko,we ko atarigera yemanga iryo we n'abo mu bwoko bwiwe bakoze 72 ni 93?ko akunda cane uburundi natahe tumubone afashe iyambere mwibarabara duheze tumukurikire nayo ivyo gutunga urutoke abandi no gushuka urwaruka kwihereza amabarabara babihagarike.kuko bo bocara mu ma diva yabo bagura mumahera bivye abenegihugu baraba kuri tv ingene ugwaruka gwicirwa mumabarabara
@MartinNiyukuri-n2t
@MartinNiyukuri-n2t 2 ай бұрын
Karabaye 😁😁😁😁😁 ngomwibutura bibajije kokabaye?? Ngira yariyigwariye kambiyombiyo gusa wew MUGISHA uradutwenza imbavuzacu zimirije kugira ikibazo
@OthmanNgendankazi
@OthmanNgendankazi 2 ай бұрын
mugisha wew urikirofa gutukigihugucakuvyaye
@SylivestreNtibantunganya
@SylivestreNtibantunganya 12 күн бұрын
😂ndagutwenze
@CESARIEHAKIZIMANA
@CESARIEHAKIZIMANA 2 ай бұрын
Ati mw'ibarabara 😅 Mbega mw'ibarabara bahakura inyishu y'ibibazo? Tangura ja imbere turabe🎉
@Sirila18
@Sirila18 2 ай бұрын
AHO UMUNTU W UMUMENYESHAMAKURU ADASHOBORA GUSOMA INYANDIKO YANDITSE N IMASHINI. NTATEGURA? ARATEYE ISONI. ATARABA PREZIDA ,NTA MPUZU YO MUNSI YAMBARA? MURAGAYANA. UMUKURU W IGIHUGU ABA ARI SEBARUNDI NI UKUMWUBAHA .
@AzadRichard
@AzadRichard 2 ай бұрын
Hapfuye Adolphe ba adolphe turacahari,akogakecuru kagomatwa mukuvuga ngokazoja mwibarabara
@ERICKSHIANYULA
@ERICKSHIANYULA 2 ай бұрын
Nyokuru uraza nukuri tugende abapolice n'abasoda nabonyene bararushe babura Aho baca
@NimubonaDesire-uc7pe
@NimubonaDesire-uc7pe 2 ай бұрын
Mbebasha uwavuga tuj mwibarabara ari mugihugu???? Cank arihanzuyoooo huuuuuuuui!!!!!
@hermenegildempawenayo279
@hermenegildempawenayo279 2 ай бұрын
Ntagih adatogwa ariko ntatsinda .
@Sirila18
@Sirila18 2 ай бұрын
N imyanya atsindiye ,Rwasa ntayitora. Iryo jwi womuha woba urihora iki?
@Martin-xf1bw
@Martin-xf1bw 2 ай бұрын
Mureke izo propagandes zishaje: muri vyose n'a hose umwimbu uva mu bikorwa! Hamagarira abantu kugwiza umwimbu ivy'abategetsi ubireke kuko twese ntitwoherera mu butegetsi. Capeni kazi!
@ErickBaraka-rc4zx
@ErickBaraka-rc4zx 2 ай бұрын
Aho ushaka amadorari turungitse ati tugwize umwimbu kataburongozi dufise uwomwimbu uzovugirande
@NibigiraSimeon-j7c
@NibigiraSimeon-j7c 2 ай бұрын
Turabaramukije ,mbe mwotubwira aho izodarapo zari zihagaze ?murakoze.
@GilbertBangirinama
@GilbertBangirinama 2 ай бұрын
Reverieno Ubu ameze nkumusazi kuko umwanye wabo uriko ubaheranaa
@veroniquekubwayo5169
@veroniquekubwayo5169 2 ай бұрын
uyo gwasa bose nikimwe niyaja kubutegetsi nawe azohinduka kuko umurindi wese ashakira indatiwe
@irakozebelyse2432
@irakozebelyse2432 2 ай бұрын
Mugisha kotutakironka amakuru y haguruka kuri whatsap vyagenze gute?nokuri KZbin ntayomugishirako
@AirtelCom-y4i
@AirtelCom-y4i 2 ай бұрын
Kirapanze mugabomurabeza kuko abarundi barabona kandi sibijuju nibihingurigwiwacu biraburakweri
@omerntiharirizwa2121
@omerntiharirizwa2121 2 ай бұрын
Mutama burya jewe sinaribwavuge mugabo abarundi ntibamikw'ijambo'imana niyo icung'uburundi
@SinzinkayoJackson-iv6ns
@SinzinkayoJackson-iv6ns 2 ай бұрын
Wew urihatari intambara ibay muburundi wovyina
@NdayisengaElda
@NdayisengaElda 2 ай бұрын
Nimpamo uyumunsi urantwengej ngongiki 😂😂😂😂😂😂😂 umunsi urasekej
@WozaMan-eo7wg
@WozaMan-eo7wg 2 ай бұрын
ahubwo ntihapanzigihugu hapanzichanyoko mwankamanyama ibibavyose namwe abahimbili bimbonelamunyo mulashikigwatu
@GilbertBangirinama
@GilbertBangirinama 2 ай бұрын
Ayoma drapo nibo bayamanuye kuko nibo bakijura
@CizaBerechimans
@CizaBerechimans 2 ай бұрын
Ntibvyoroshe ibintuvyaraduze kumasoko wagirango turiburayi ntawunzi ukobizogenda imana ibidufashemwo
@DavidNdavyorabona
@DavidNdavyorabona 2 ай бұрын
Cmzz ntabwo yonerwa ningorane zabegihugu kuko bishira kubutegrtsi batatowe none umuntu yihaye ubutegetsi sgatera coup d'etat amajwi yabanyagihugu bahejj gutora amajwi aharuw bakabona ntaco banze ubwonyene bacabakubita coup d'etat uwatowe namajwi arabananir guhindur bagatangaz ngobatsinz kumajwi yuwatsinz none abobantu harico mwobitegako?
@GabrielNSENGIYUMVA-hv6ii
@GabrielNSENGIYUMVA-hv6ii 2 ай бұрын
Ukobirikos ntimugumuk mubikoz bizobasubir k'umutw.
@manirampaaugustin8500
@manirampaaugustin8500 2 ай бұрын
Ababibonye botubwira
@GabrielNSENGIYUMVA-hv6ii
@GabrielNSENGIYUMVA-hv6ii 2 ай бұрын
Kand ivyobintu muvug bidusubiz inyum.
@jeanbaptistehatungimana8120
@jeanbaptistehatungimana8120 2 ай бұрын
Hari bapasteri babahemu kuko benshi bakorera kuzimu ntimuce rero mujeneraliza hariko abariko barakorera imana data wo mwijuru ngwiraje guhora. Amen
@ERICKSHIANYULA
@ERICKSHIANYULA 2 ай бұрын
Yari yafashwe n'umuriro w'lmana
@victorntakirutimana3535
@victorntakirutimana3535 2 ай бұрын
Amasho vyansize,nta rwasa
@MartinNiyukuri-n2t
@MartinNiyukuri-n2t 2 ай бұрын
Ngahorero!!!!!!!!🤣🤣🤣🤣🤣 Rekantore agatebe🧘
@EuphraimNiyonzima
@EuphraimNiyonzima 2 ай бұрын
Turagukunda ariko kuramwo gutukana amakuru yawe agire akanovera.semuzeze gihebe uvuge politique neza
@AkimanaJeannette-tz1to
@AkimanaJeannette-tz1to 2 ай бұрын
None bozimanura gute kandi imbonerakure zirara zirakizura?
@NijimbereBienvenu-zp4hw
@NijimbereBienvenu-zp4hw 2 ай бұрын
Nizombonerakunyazabigizekugizebararonke ugwitwazo
@SikituAsumani
@SikituAsumani 2 ай бұрын
Hhhh
@NinaZouzou-p4d
@NinaZouzou-p4d 2 ай бұрын
Harabavye
@scolasticaamwai
@scolasticaamwai 2 ай бұрын
Oy
@Elianne-ih8zf
@Elianne-ih8zf 2 ай бұрын
😂😂😂😂❤❤
@AudoMutoni
@AudoMutoni 2 ай бұрын
ABARUNDI turakwiye kwikangura tukikurako intwaro mbi
@ERICKSHIANYULA
@ERICKSHIANYULA 2 ай бұрын
Ntabe yarakinokora birya biso
@AkimanaJeannette-tz1to
@AkimanaJeannette-tz1to 2 ай бұрын
Mwikabutura uranyishe🏃🏃
@WozaMan-eo7wg
@WozaMan-eo7wg 2 ай бұрын
imbwa adorphe imbwa nkulunziza nawe kopo nabasigaye balinyuma tu 😅😅😅😅😅 haligihe bizobagola kwiba kobunyoni atalihubu ntawuzoja kwiladiyo
@MaranathaInteyiteka-nh9cz
@MaranathaInteyiteka-nh9cz 2 ай бұрын
😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅
@gervaisntirenganya470
@gervaisntirenganya470 2 ай бұрын
Wewe vyaragucanze igihugu kirapanze nkurunziza yasize aciyumugani ati uwuzorukarisha ruzomumwa
@ErickBaraka-rc4zx
@ErickBaraka-rc4zx 2 ай бұрын
Sha imana Yaba ihaniraho ati igihugu kirapanze Neza nayo turiko tubona urakamukurikira ubone ayariko arabona
@Mwavitachantal-w7q
@Mwavitachantal-w7q 2 ай бұрын
​@@ErickBaraka-rc4zx😂😂😂😂😂😂❤❤mubwire iyonyatsi
@gervaisntirenganya470
@gervaisntirenganya470 2 ай бұрын
@@ErickBaraka-rc4zx ntimukombako muzicwa nintuntu nkintunguru ntakindi
@Kiwait-jo7is
@Kiwait-jo7is 2 ай бұрын
Kometa
@johnsiulapwa9454
@johnsiulapwa9454 2 ай бұрын
Semuzeze amaderapo asudiriye kubiti nukuntu bakizura Ninde yorikorako
@SteveIzaband
@SteveIzaband 2 ай бұрын
😂😂😂😂❤
Un coup venu de l’espace 😂😂😂
00:19
Nicocapone
Рет қаралды 11 МЛН
РОДИТЕЛИ НА ШКОЛЬНОМ ПРАЗДНИКЕ
01:00
SIDELNIKOVVV
Рет қаралды 3,9 МЛН
Ku nama : ni igiki Hon. Agathon Rwasa azokorera abarundi niyatorwa ?
1:00:38
Un coup venu de l’espace 😂😂😂
00:19
Nicocapone
Рет қаралды 11 МЛН