Ibibaza Umushikiranganji..,|Inyishu z'ibibazo

  Рет қаралды 16,216

Indundi TV

Indundi TV

Жыл бұрын

#indundinews :Birabujijwe KO Umuzungu, umunyamahanga yiyerereza mu gihugu hagati atabifitiye uruhusha...

Пікірлер: 21
@ronaldonsabimana9888
@ronaldonsabimana9888 Жыл бұрын
Murakoze cane,tugiye kuja hamwe tuze muduhe Aho turima gusa cankuzo na ruyigi ni Kure kubona inyungu vyosaba abahinga babinonosoye
@ronaldonsabimana9888
@ronaldonsabimana9888 Жыл бұрын
Umuco mutanze kuvy ibiciro vy inyankenerwa ni Sawa cane..yubahwe chef de Quartier buhinyuza aragerageza gukurikirana neza Ivy ibiciro ikibazo nuko ciment igurirwa Kure Aho adatwara ubundi twari kuba dutomboye
@jeanclaudeharerimana8228
@jeanclaudeharerimana8228 Жыл бұрын
Avuga neza nyakwubahwa,niyubahwe
@nduwimanafabrice9775
@nduwimanafabrice9775 Жыл бұрын
Igihugu ko gisigay kitwara abagabo bababaye hemwe nkuyu mutama ntafyina kabisa
@nduwimanafabrice9775
@nduwimanafabrice9775 Жыл бұрын
Muta murimboneza pe muzokibogora kunguvu
@nshimirimanamike1591
@nshimirimanamike1591 Жыл бұрын
Nyakubahwa bikorukonyene uburundi nihoturotera imbere
@assumaninshimirimana5579
@assumaninshimirimana5579 Жыл бұрын
bije mungiro niho nigisagara kizoba ciza
@hakizimanajames-hm6xt
@hakizimanajames-hm6xt Жыл бұрын
Ivyo nivyo Mutama Martin nimubakorereko bakore isuku
@melchiadehishakiye8639
@melchiadehishakiye8639 Жыл бұрын
Ttg
@mpawenayojacob
@mpawenayojacob Жыл бұрын
35000 mucibitoke ikorerwa
@jilu1095
@jilu1095 Жыл бұрын
Wubahwe mutware ukwonukuri najew ndashak ahokurima
@MahadiaIrankunda-nw1im
@MahadiaIrankunda-nw1im Жыл бұрын
V
@doomedinscrolling3587
@doomedinscrolling3587 Жыл бұрын
Ariko none Uburundi buri Nyabagendwa gute nimba mudashaka abanyamahanga babutemberera ?? Canke mutange itegeko clair rivuga ko muburundi ingenzi zitemerewe kuhaza, none iyo ntara y’Ibusiga wewe utagezeyo bisigura ko atawundi woshikayo ? Ca fait vraiment mal kwunva iyo message jew nciye ncika inguvu Jew nari ndindiriye ko muvuga muti karibu muburundi mwese duterimbere dutezimbere nabanyagihugu . We still have a long way to go Kandi ngira nibarize ico kibazo umukuru wigihugu nabonye ariwe afise ishaka ryoguteza imbere igihugu .
@nsafelix
@nsafelix Жыл бұрын
Abo bazungu mugihugu hagati aba aje gukora iki? arico aje gukora cumvikana nisawa mugabo ivyo bibanza guca muri ministere za etranger na interior. wewe ko adapfa kwinjira mubihugu vyabo
@hitimanajeanpaul770
@hitimanajeanpaul770 Жыл бұрын
Gira,ntiwamutahuye neza!! Wewe ushaka abanyamahaga bidegevye!! Ngo nuko bafite Visa!?
@doomedinscrolling3587
@doomedinscrolling3587 Жыл бұрын
@@nsafelix jewe nari nunva vyoba vyiza batumenyesheje ibibanza bigendwa nabanyamahanga nibitagendwa , kugira umuntu ntarwe mwisanganya atabizi nukuri. Ariko ndunva bigoye gutahura Nuko mukomere
@doomedinscrolling3587
@doomedinscrolling3587 Жыл бұрын
@@hitimanajeanpaul770 ego cane vyoba ari vyiza burya iyo umwidegenvyo ari wose hose biba aribintu vyiza cane kandi bigira akamaro kugihugu nabagituyemwo
@nzeyimanamoise1276
@nzeyimanamoise1276 Жыл бұрын
Hisungwa amategeko
@hazikotv592
@hazikotv592 Жыл бұрын
Aba congomani nabo bariko bagura Ama parcelle ibuja
@saidindizeye2206
@saidindizeye2206 Жыл бұрын
none ifaranga si iryabo
@musoniandre8934
@musoniandre8934 Жыл бұрын
Umushahara.boabona.uwayaguha.yogutungakweli😂
WHAT’S THAT?
00:27
Natan por Aí
Рет қаралды 13 МЛН
Amakuru yo ku mugoroba | Tariki 25.07.2024
25:59
RwandaTV
Рет қаралды 7 М.
ISUKARI : Kugira isukari iboneke mw'ihinguriro SOSUMO bigenda gute na gute ?
25:24
kubwa PARCEM igiturire kiri muvya mbere bisinzikaje igihugu
25:12
как попасть в закулисье в schoolboy runaway
0:51
КАЧЕЛИ ИЗ АРБУЗА #юмор #cat #топ
0:33
Лайки Like
Рет қаралды 4,2 МЛН