No video

Ibirori vyo gushira ingori zamashurwe ku ntatemwa yumuganwa Rwagasore, inyuma y'imyaka 61 agandaguwe

  Рет қаралды 5,614

Mashariki TV

Mashariki TV

Күн бұрын

Ibirori vyo gushira ingori z'amashurwe ku ntatemwa y'umuganwa Rudoviko Rwagasore (Mausolée du Prince Louis Rwagasore), mu birori vyo kwibuka imyaka 61 irangiye iyo ncungu y'intahe yo kwikukira Rudoviko Rwagasore agandaguwe. Ibirori vyari birongowe n'umukuru w'igihugu Evariste Ndayishimiye

Пікірлер: 2
@niyubahwearcher5995
@niyubahwearcher5995 Жыл бұрын
Ntaho twikukiye ariko umenga ntaho twavuye birateye isoni kubona igihugu atandege gifise 2022 abana kwishure bicara hasi 2022 😁😁😁😁😁😁😁😁🤣🤣🤣🤣🤣
@dzelbahnijmb1765
@dzelbahnijmb1765 Жыл бұрын
Nihatari
Мы сделали гигантские сухарики!  #большаяеда
00:44
小丑把天使丢游泳池里#short #angel #clown
00:15
Super Beauty team
Рет қаралды 46 МЛН
КАКУЮ ДВЕРЬ ВЫБРАТЬ? 😂 #Shorts
00:45
НУБАСТЕР
Рет қаралды 3,4 МЛН
The Match That Made Zinedine Zidane Retire
14:37
BR7 Football
Рет қаралды 1,7 МЛН
Mohammad bin Salman: Prince With Two Faces
54:00
Show Me the World
Рет қаралды 5 МЛН
😅 Womuheba canke ntiwomuheba ?
4:03
Yaga Burundi
Рет қаралды 7 М.