Ibirori Vyaranze Ihimbazwa ry'Isabukuru y'Imyaka 60 Iheze Uburundi Buronse intahe y'Ukwikukira

  Рет қаралды 14,142

Burundi Bwiza

Burundi Bwiza

2 жыл бұрын

Itariki imwe Mukakaro 2022 Uburundi bwari buramutse buhimbaza imyaka 60 iheze buronse intahe y'ukwikukira.
Ivyo birori vyari vyitabwe n'isinzi ry'abantu hamwe n'abanyecubahiro batandukanye bo ngaha mu gihugu cacu hamwe n'abandi bari baje bava mu makungu baje kwifatanya n'abarundi kwigina iryo sabukuru.
Kuri uwo musi nyene abasirikare hamwe n'inyamiramabi barabiciye biracika aho bagize idefile y'agakura.
#Ukwikukira
#BurundiBwacu
#BurundiBwiza

Пікірлер: 6
@user-ct8ec5co1e
@user-ct8ec5co1e 8 ай бұрын
Nibyiza cyane kabs
@Mpkk3550
@Mpkk3550 2 жыл бұрын
Vyiza
@ITERITEKAEmas
@ITERITEKAEmas Ай бұрын
Mana uzumfashe haze hagere igihe nnj mbe Nishimye ndi mungabo zigihugu
@hakizimanaizahaki8971
@hakizimanaizahaki8971 2 жыл бұрын
Cane
@realsamaritannurse6675
@realsamaritannurse6675 2 жыл бұрын
Mbega ibihe 😂😂😂😂🤦 kzbin.info/www/bejne/omjIeH2srNR7ick
Best Toilet Gadgets and #Hacks you must try!!💩💩
00:49
Poly Holy Yow
Рет қаралды 21 МЛН
39kgのガリガリが踊る絵文字ダンス/39kg boney emoji dance#dance #ダンス #にんげんっていいな
00:16
💀Skeleton Ninja🥷【にんげんっていいなチャンネル】
Рет қаралды 8 МЛН
Jumping off balcony pulls her tooth! 🫣🦷
01:00
Justin Flom
Рет қаралды 26 МЛН
Amakuru y'Ijwi ry'Amerika 19h30 ku isaha yo mu Rwanda no mu Burundi
30:00
My cat gave me a very strange plate #cat #cats
0:32
Prince Tom
Рет қаралды 63 МЛН
The poor girl couldn't take care of the cat 😢😔
0:38
Ben Meryem
Рет қаралды 8 МЛН
Nika loves to eat chicken #cat #cats
0:17
Princess Nika cat
Рет қаралды 78 МЛН