Igihinda kivuye mw'Ijuru cururukira ku bahungu n'abakobwa mu gikorane i Gishiha||Buzuzwa Mpwemu Yera

  Рет қаралды 8,753

MEIRRA Tv

MEIRRA Tv

2 жыл бұрын

Kurikirana ingene Ubushobozi budasanzwe bwa Mpwemu Yera bwasutswe ku misore n'inkumi mu Gikorane cabereye muri Misiyoni ya Gishiha, bahejeje kwihana no kwatura ivyaha vyabo. Wongere utahure n'itandukaniro riri hagati y'ubushobozi bw'abadayimoni n'ubwa Mpwemu Yera.
Kurikirana izindi videos zigizwe n'indirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe n'ibindi uciye ngaha 👇
/ @meirratv
Mukaba mufise kimwe mur'ivyo duhejeje kuvuga aho hejuru, canke mwipfuza kutwunganira no kuduterera mu buryo ubu canke buriya kugira ngo dushike neza ku ntumbero yacu, murashobora kuturondera kur'izi numéros zikurikira:
+257 79 24 16 79 (WhatsApp)
+257 79 08 91 49 (WhatsApp)
YESU KRISTO ABAHEZAGIRE!

Пікірлер: 88
@nadinendayishimiye-ob7rr
@nadinendayishimiye-ob7rr 5 ай бұрын
Amen amen amen imana nishimwe cane gose
@meirratv
@meirratv 5 ай бұрын
Amen 🙏💖
@anithanininahazwe4589
@anithanininahazwe4589 4 ай бұрын
Mbegibihe vyiza icompa nanj bikashikako amen🙌🙌🙌
@meirratv
@meirratv 4 ай бұрын
Imana iguhe ico umutima wawe wipfuza!
@sabkabr7949
@sabkabr7949 Жыл бұрын
Amen Amen umuriro wa Mpwemu yera urariho
@meirratv
@meirratv Жыл бұрын
Amen🙏💖
@DesireNICOYITUNGIYE
@DesireNICOYITUNGIYE 8 ай бұрын
Amen Ndafashijwe
@meirratv
@meirratv 8 ай бұрын
Amen 🙏💖
@YvetteKankindi
@YvetteKankindi 3 ай бұрын
Iman itugwiriz abakozi bimbaraga Amen
@meirratv
@meirratv 3 ай бұрын
Amen 🙏💖
@user-bi8zj5vv5y
@user-bi8zj5vv5y 3 ай бұрын
Amena Amena nanje Mana ntundengane
@meirratv
@meirratv 3 ай бұрын
Amen 🙏💖
@FeniasNtirenganya-hd8vd
@FeniasNtirenganya-hd8vd 3 ай бұрын
Imana iguhe umugisha past Samson muvyey wacu mu Ruyigi nyamutobo ntende
@meirratv
@meirratv 3 ай бұрын
Amen 🙏💖
@nk.p.9503
@nk.p.9503 2 ай бұрын
Urakoze, Yesu ! None abo bose bahagurutse kwihana bahora basenga aho cank bari abashitsi...😊
@meirratv
@meirratv 2 ай бұрын
😊
@idrissaalissa3025
@idrissaalissa3025 10 ай бұрын
Amen
@meirratv
@meirratv 10 ай бұрын
Amen 🙏💖
@ManirakizaMuhamed-ii1rv
@ManirakizaMuhamed-ii1rv Жыл бұрын
Imana izeiguhe iherezoryiza ize iguhekubana na Elia urakabona inkovu za yesu kristo
@meirratv
@meirratv Жыл бұрын
Amen 🙏💖
@user-ew3uk8fm8q
@user-ew3uk8fm8q 5 ай бұрын
Imana iracakora ntiyigeze ihindagurika wa muriro nuburaka❤
@meirratv
@meirratv 5 ай бұрын
Amen 🙏💖
@felixcitegetse3845
@felixcitegetse3845 Жыл бұрын
Imana iracari yayindi. Haleluyaaaaaaaaaaaaaaa
@meirratv
@meirratv Жыл бұрын
Amen 🙏💖
@boscomugisho5762
@boscomugisho5762 Жыл бұрын
Kuva ku musi wa pentecôte ukageza n'ubu umurirobwa Mpwemu Yera uracariho. Meirra TV Yesu abakomereze amaboko ndabakunda cane
@meirratv
@meirratv Жыл бұрын
Amen. Namwe Yesu Kristo abahezagire cane 🙏💖
@MucowimanaFloris
@MucowimanaFloris Ай бұрын
Nanje bimbeko Amen
@meirratv
@meirratv Ай бұрын
Amen 🙏❤️
@nk.p.9503
@nk.p.9503 2 ай бұрын
Urakoze, Yesu !
@meirratv
@meirratv 2 ай бұрын
Amen 🙏💖
@NibigiraClaude
@NibigiraClaude 5 күн бұрын
Muhezagirwe paste
@meirratv
@meirratv 5 күн бұрын
Amen 🙏💓
@gedeonirakoze926
@gedeonirakoze926 11 ай бұрын
Ooooooh Mana ibibintu birakwiye Nanje birampimbaye Mana Nanje ndavyisabiye
@meirratv
@meirratv 11 ай бұрын
Imana ibiguhe!
@gedeonirakoze926
@gedeonirakoze926 11 ай бұрын
@@meirratv Amen Amen murakoze caaane
@MarioLopez-bh3no
@MarioLopez-bh3no Жыл бұрын
que precioso aunque no le entiendo su idioma pero se que es predica adelante es la orden del Señor Jesucristo
@meirratv
@meirratv Жыл бұрын
👏💓
@IrambonaElyse-rl6gw
@IrambonaElyse-rl6gw 26 күн бұрын
It is about the coming of the HoLy Spirit
@niyokwizigirwadenise6558
@niyokwizigirwadenise6558 2 жыл бұрын
Imana,ihabwe,icubahiro,kubitangaza,agenda,akora,amen,amen🙏🙏🙏⛪
@meirratv
@meirratv 2 жыл бұрын
Amen Amen Amen 🙏❤️
@zamzamalhanayy5505
@zamzamalhanayy5505 2 жыл бұрын
Amen Amen Amen 🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
@meirratv
@meirratv 2 жыл бұрын
Amen🙏💓
@francoishabonimana446
@francoishabonimana446 2 жыл бұрын
Uhoraho Ahabwe icubahiro 🙏🙏🙏⛪🕊️🌴 Amen Amen Amen
@meirratv
@meirratv 2 жыл бұрын
Amen Amen🙏🙏❤️❤️
@mawadhqoronoalanzi4657
@mawadhqoronoalanzi4657 2 жыл бұрын
Amen nizeturarushe🙏🙏🙏
@meirratv
@meirratv 2 жыл бұрын
Amen🙏
@ZacheeNiyongabire
@ZacheeNiyongabire Ай бұрын
@meirratv
@meirratv Ай бұрын
Amen 🙏❤️
@misagoelias
@misagoelias Жыл бұрын
Amen Umuriro wake vrmt Kugira duhangane naba sataniste biki gihe!
@meirratv
@meirratv Жыл бұрын
Amen 🙏💖
@achelniyimbabazi2964
@achelniyimbabazi2964 2 жыл бұрын
Turashimiye meira TV. Imana ibakomereze amaboko
@meirratv
@meirratv 2 жыл бұрын
Amen🙏💓
@user-hl5mh5qx1v
@user-hl5mh5qx1v Жыл бұрын
Bizoba intibagigwa ivyo yesu yadukoreye
@meirratv
@meirratv Жыл бұрын
Ni ukuri 🙏💖
@marcndayishimiye2736
@marcndayishimiye2736 2 жыл бұрын
Ubu bushobozi nibwo Kabisa
@JeanclaudeNsengiyumva-xe8go
@JeanclaudeNsengiyumva-xe8go 10 ай бұрын
Manaweeeee yesu abihererwe icubahiro cane
@meirratv
@meirratv 10 ай бұрын
Amen 🙏💖
@DeoBizimana
@DeoBizimana 9 ай бұрын
Muhezaryigw
@meirratv
@meirratv 9 ай бұрын
Amen 🙏💖
@marcndayishimiye2736
@marcndayishimiye2736 2 жыл бұрын
Naje ndahembutse💃💃💃💃💃💃💃💃💃💃💃
@meirratv
@meirratv 2 жыл бұрын
Imana ishimwe 🙏🙏❤️❤️
@marcndayishimiye2736
@marcndayishimiye2736 2 жыл бұрын
@@meirratv Ameeen
@nk.p.9503
@nk.p.9503 2 ай бұрын
Muga uyo mu past avuga igifaransa mur bo bantu..😮
@meirratv
@meirratv 2 ай бұрын
🙏💖
@solivanmelodocanto2053
@solivanmelodocanto2053 2 жыл бұрын
Aleluia, Jesus Cristo!...
@meirratv
@meirratv 2 жыл бұрын
Amen🙏💓
@hakizimanaleonard635
@hakizimanaleonard635 Жыл бұрын
Ayiiiweee yesu🤦‍♂️ibih vyiz 🇧🇮🇴🇲
@meirratv
@meirratv Жыл бұрын
Amen🙏💖
@ManirakizaMuhamed-ii1rv
@ManirakizaMuhamed-ii1rv Жыл бұрын
nukuri ivyobint biratyoshekand binezereye umutimawanj
@meirratv
@meirratv Жыл бұрын
Amen 🙏💖
@emelynekwizerimana5158
@emelynekwizerimana5158 Жыл бұрын
Imana Ikomeze uyumukoziwayo
@meirratv
@meirratv Жыл бұрын
Amen 👏💓
@ezezetuyifootcr7andsport904
@ezezetuyifootcr7andsport904 2 жыл бұрын
🙏🙏🤦🤦🤦🤦Amen
@meirratv
@meirratv 2 жыл бұрын
🙏💓
@ManirakizaMuhamed-ii1rv
@ManirakizaMuhamed-ii1rv Жыл бұрын
'ukudusengeratwrbwe uhwzrukagxikigihekibish imana ikatwatsa tugakubiya ibisiga kuko vyadaze
@meirratv
@meirratv Жыл бұрын
🙏💖
@joshuaking5883
@joshuaking5883 9 ай бұрын
Imana ishimwe kabisa
@meirratv
@meirratv 9 ай бұрын
Amen 🙏💖
@ezilairambona
@ezilairambona Жыл бұрын
Ubushobozi nibwo kabisa Imana inkomeze nukur
@meirratv
@meirratv Жыл бұрын
Amen 🙏💖
@nsenga_cento
@nsenga_cento Жыл бұрын
Yoba ari pastor Samson??
@meirratv
@meirratv Жыл бұрын
Ego cane ni we!
@emmanuelsmith-jz2sc
@emmanuelsmith-jz2sc 8 күн бұрын
Amen
@meirratv
@meirratv 8 күн бұрын
Amen 🙏💓
@lionelnijimbere228
@lionelnijimbere228 Жыл бұрын
Amen
@meirratv
@meirratv Жыл бұрын
Amen 🙏💖
IMISI Y'UKUTAMENYA IMANA YARAYIRENGAGIJE||Pasteur Salvator
27:42
Stay on your way 🛤️✨
00:34
A4
Рет қаралды 22 МЛН
World’s Largest Jello Pool
01:00
Mark Rober
Рет қаралды 89 МЛН
Playing hide and seek with my dog 🐶
00:25
Zach King
Рет қаралды 34 МЛН
UmuKristo wese akwiye kumenya iri banga rihishuwe~ Pasteur Oscar | #apocalypse @laviechretiennetv
56:26
LA VIE CHRÉTIENNE TV / Ubuzima bw'Umukristo
Рет қаралды 435
Guhindura ikibanza mu gusenga By Pasteur BAKUNDUKIZE Gérard
46:15
Jaloliddin Ahmadaliyev - Kuydurgi (Official Music Video)
4:49
NevoMusic
Рет қаралды 10 МЛН
Taxi
3:06
Sadraddin - Topic
Рет қаралды 155 М.
Jaloliddin Ahmadaliyev - Erta indin (Official Music Video)
4:32
NevoMusic
Рет қаралды 1,5 МЛН
Sadraddin - Taxi | Official Music Video
3:10
SADRADDIN
Рет қаралды 489 М.