IGITORO. PRESIDENT NEVA NA H. GABRIEL RUFYIRI IVYO BAVUZE KUBIJANYE NOGUTORERA INYISHU IGITORO

  Рет қаралды 13,523

Waka Light TV

Waka Light TV

Күн бұрын

Пікірлер: 20
@emmanuelvhakizimana4190
@emmanuelvhakizimana4190 5 күн бұрын
Muramuha iyi video ayisubiremwo ayirabe ariwenyene hama yihe amanota.
@nizeyimanaernest-pc3jy
@nizeyimanaernest-pc3jy Күн бұрын
Igisata c' ingezi conyene gitunganijwe neza, coyinziza amahera yagaciro atari make.
@PacifiqueRema
@PacifiqueRema 5 күн бұрын
Ariko mutananigwa iyi piano ije gukora iki mukiganiro?
@CorneilleManirakiza-o8z
@CorneilleManirakiza-o8z 5 күн бұрын
Rufyiri wubahwe
@nahindoreraemmanuel5214
@nahindoreraemmanuel5214 5 күн бұрын
Turashigikiye gose Nyenicibahiro. Abanyuruza itunga nabahagurukire ahereye kuri OBR bn'Umushikiranganji was finance bavuga ko boba baranyuruje itunga. None ko bakuwe barasubije Ayo banyuruje? Ibiciro vy'ibifungurwa bisubirwemwo. Ibiciro vyama pièces asigaye azimvye. Akororero. Muri janvier pneus ya hiace yagurwa 200000 Ubu risigaye rigurwa plus de 500000. Ibiciro nibisubirwemwo
@arnauditeriteka
@arnauditeriteka 5 күн бұрын
Iyo piano mwasuzemwo iriko iranderanga
@nshimirimanainnocent-ge6kz
@nshimirimanainnocent-ge6kz 5 күн бұрын
uyo mukameramani usubiye kumuzana uzokubitwa🙄
@NicodemCiza
@NicodemCiza 5 күн бұрын
Umu cameramen siwe kabisa
@diagfinamix1861
@diagfinamix1861 3 күн бұрын
Nyene chanel niwe afise computer idakwije for uploading.
@SINZINKAYOGerard
@SINZINKAYOGerard 5 күн бұрын
None ko président Ari we ajejwe umutekano, ubutungane abo bivugwa ko bivye ubwo butare vyagenze gute ngo ntabafate?Abo bari muri Ayo mashirahamwe ajejwe kwimba ubwo butare batarishe reta ntibazwi?kubera iki badafatwa??barakwiye kureka kuza baraduha inyishu zigaragaramwo ukuri kuziguye
@tungaaaron7570
@tungaaaron7570 5 күн бұрын
Ubazi bakure urafise ubudahangangwa
@LéonardNyangoma-v4e
@LéonardNyangoma-v4e 5 күн бұрын
Wp kwl uyumuns ndabon cameraman ntiyavyitwayemw nez
@GerardNyandwi-y3n
@GerardNyandwi-y3n 5 күн бұрын
Yakameye nabipe ntibibona
@nshimirimanainnocent-ge6kz
@nshimirimanainnocent-ge6kz 5 күн бұрын
Muzoba mumbwira 🤣😂
@jumahamenyimana
@jumahamenyimana 5 күн бұрын
President arakwiye guhana yivuye inyuma abo bose bononera igihugu atavyo kuvuga ngo abanyagihugu abe aribo abisunurirako kuko we afise ububasha bwose n,inguvu zose zo kubarwanya ahandi ho womenga aratinya Igihugu kirimwo intagondwa hategerezwa gukora dictature kuko ngo akari mukanwa k,imbwa gakugwayo n,UBUHIRI
@DONATIENSUKA
@DONATIENSUKA 5 күн бұрын
🎉
@DeliciaHereTv
@DeliciaHereTv 5 күн бұрын
Nyenicubahiro, ntabwo urugamba rwigitoro rurwanwa nabenegihugu! Ikindi iyuvuze ngo abatunze V8 nibo bamaze igitoro knd uziko cortège yawe ari amaV8 gusa ubwo abateza ingorane nawe ntiwoba urimwo?? Nyakwubahwa ingwano utarwanye ari wowe nyenicubahiro ntabwo umuturage womuri Cendajuru azayishobora ahubwo yishoye mwiyo ngwano ni kumuca umutwe. Nyenicubahiro ukwiye guca umuco wokudahana wuzuye mu burundi.
@octaveiragena956
@octaveiragena956 5 күн бұрын
Ahubwo iyo avuga abo ba V8 umenga ico gitoro bakibahera kuri gusa
@mulangilakabwarebenson5128
@mulangilakabwarebenson5128 5 күн бұрын
Ivyo biziki akes nta nisoni n'imyaka umaze ukora????
@MrNuurofficial
@MrNuurofficial 4 күн бұрын
Utari umu content creator ntiwomenya impamvu yabikozuk
I'VE MADE A CUTE FLYING LOLLIPOP FOR MY KID #SHORTS
0:48
A Plus School
Рет қаралды 20 МЛН
SLIDE #shortssprintbrasil
0:31
Natan por Aí
Рет қаралды 49 МЛН
Xeer Ciise: Maxaa Ka Dhigay Mid Caalami ah?
1:06:12
Xogmaal Media
Рет қаралды 49 М.
I'VE MADE A CUTE FLYING LOLLIPOP FOR MY KID #SHORTS
0:48
A Plus School
Рет қаралды 20 МЛН