Umujama wacu ni sawa , n'umu leader kabxa yubahwe. Dukeneye abafise umutima wo gukunda igihugu. Arik rer ni muduhe na partie ya kabiri mwabiciriy ahatariho
S E afise intumbero nziza zuguhindura igihugu ariko abansi navyanyamushinya nibenshi! Nakore ukonyene habe guhana ikibiriraho! Service de renseignement zikorere mubisata vyos, uwuvyonze ahanw direct, uwutariko akora atahe direct!
@esperancendayishimiye22736 күн бұрын
Uwo nimba ariwe mukuru wa ville ya Bujumbura yanyivye 3million. Ahubwo yarakwiye gupfurwa.
@niyikizaelysee650517 күн бұрын
Nyamara president NEVA ni umuganga cyane. Policy afitiye uBurundi ni nziza cyane ahubwo abarundi muramutengiha. Naho ubundi uyu mu president arashoboye pe!
Uwuciye ubwenge yabonye ahukuri kuri. Mbega ubona uyomumere yarikudoma urutok kumuntu ataco bahuriyemwo? Mbega iyomvug ya Jimmy ubona isanaho atazuyomumere?? President narabe afashuyumuvyeyi
@BernardSanga-x9h12 күн бұрын
Muheshimiwa lais wajumuia yamungano waburundi tunakuomba utendeye haki hio mama mana mukuu wajiji labujumbura anajeuri
@onesphoreniyokwizigira601816 күн бұрын
Love You bra ah abagenzi banyita never ❤️
@irambonaarseneflorent878718 күн бұрын
Ikigano ukiduhe cose❤
@FlorenceTuyisenge-m2e14 күн бұрын
Président wacu twaraguhawe nkumugisha urankakarenganyo uri sérieux cane ndanagukunda cane wirambire Dawe
@mykeke325514 күн бұрын
Amatora yegereje twes turikangura No mukuvuga tugaca bugufi 😂😂😂😂
@Prosperhabprosper18 күн бұрын
Juste Gaël wubahwe cane uvugisha ukuri❤❤❤
@mugishaevangeline809515 күн бұрын
Inyishu yuwo.muvyeyi mana yanje😢😢😢😢😢imana imworohereze nukuri😢😢😢😢😢😢
@AriellaUwizera17 күн бұрын
M'y country ❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@isaacru7516 күн бұрын
Président turamwemera aravuga nuko ambwira abatumva abafuzwe Bari bafise uruhusha rwo gusohoka kandi Bari Bari kuri liste natange uruhusha babashore ntacovyomara bagumyeyo hari abashaka KO utukwa kandi ushoboye nashaka kukubonekesha nabi
@RutareIrambona-gh1d16 күн бұрын
Intumva zamaho
@Babocip17 күн бұрын
Mbega President!!!! Nta jambo rirenganura abarengana afite!!!! barambabaje!!!! Ntakurenganurwa! Wa mubyeyi we uteye ikigongwe! Barakunyaze pole! Genda wiyubakire i burayi cg ahandi!
@NzoyihayaFiston15 күн бұрын
Se Barundi Imana ikuzigame Igukomeze
@goodness223418 күн бұрын
Komeza amasendika, Société civil, journalisme, kwigisha abakozi amategeko abagenga kugira bumveko uwubakoresha ko arumukozi nkabo, atonda kukazi nkabo, asivye acerewe, canke yafatiriwe nayandi mabanga, abakozi bose barikukazi bategerezwa kubimenya. Kandi ugerageze ibintu vya administration n'ubutunzi ko vyoba electronise/informatiser. Kuko Ndumva vyinshi bigorana itohoza kuko vyandikwa kumpapuro bitagira trace. L'informatisation des affaires de l'Etat birakemura ibibazo bitari bike, kandi niterambere ryihuta.
Gael @Umukubito, ugeze ku rundi rwego pe. lA qualité de la video est tres bonne. Duhe suite y'ikiganiro ntaco twakurikiranye pe. Ndabona Cari kiryoshe
@ndayijeanclaude509416 күн бұрын
Ohoooo hovyo
@TuyikezeRamadhan17 күн бұрын
Thanks for your feedback
@NtuyahagaJeandeDieu-i6l17 күн бұрын
President,nuhere kurabo bavuze barigutoteza abenegihugu,nka Maire de la ville mukorereko bimwagiriye umusezerere. Raba ration ko yagabanutse kuva urekuje abanyoroto,itagabanutse birukane ababijejwe.....
@habibumasenga621318 күн бұрын
Gabriel rufyiri wikoze gushira Ahabona ikibazo cubutunzi ❤
Ese mu Burundi mu bijyanye. Na justice mwaba mufite uburyo bw'ikoranabuhanga mu gutanga ibirego kuburyo umuntu ashobora gukurikirana dossier ye kuri murandasi bidasabye Aho uhurira n'aba juges cg abagenza cyaha.?
@ntungwanayoodette75218 күн бұрын
Nukuri president avuzukuri nkanje ndiko nzembagizwa kubintu biboneka ko ndimukuri ubuho ngo bagira babitware muri sentare Kandi kwa opeg barabonyeko ndimukuri na ma gistr abinako ndimukuri nn ngo bandungike muri senate Kandi narikurenganura nkahabwa utwanje
Uburundi ntabutungane bufise, bwarononekaye guhera hasi gushika hejuru ahatwarumiwe 😢😢
@Christa_Ingabire15 күн бұрын
Ntubeshe nukuri 😢😢
@gilbertmabula487417 күн бұрын
Hari abategetsi bibagira ivyo bajejwe bagshira ivyabo imbere nimba president arinda kubakangura bisinzoriye kuvyo bajejwe muga bakavyuka iyo abanyigihigu bavuze numva ataho turiko tuja kabisa abaduserukira bamwe biberey mwitiro babavuze bagashira Imana imbere kosora ahagoramye nkuko muri imbere yabenegigu hako muhamgana nabo vyerekana ko Hari agahaze mumabanga
@ThamiKhundula18 күн бұрын
Uyu mere de la ville ninryarya kuki umuntu atanze akari kumutima ngo nukukwifatira? Mere de la ville arasinziriye nahindurwe ntakuntu akora ikintu c isuku aruko president arinze kuvuga 😢Mere de la ville uradindiza iterambere ryigihugu
@Kantungoda18 күн бұрын
None Maire de la Ville niwe ajejwe iterambere ry'igihugu 😢
Uwu mupfasoni arashobora kuba ababaye Ariko nyakubahawa Maire wa Bujumbura, ariko n'ubgambere twumvise umuntu amwagirije ibintu vyo guhohotera abarongoye
@jimmydelphinsabukwigura309217 күн бұрын
Nta muntu w'umu diaspora yamwagirije kumuzuruma amahera y'inzu ???
@Irene2809218 күн бұрын
Umukuru w igihugu yitondere abarundi, jimmy ni umukozi, la veille femme doit être sous une mission
@habibumasenga621318 күн бұрын
Jimmy yoba ahubwo ajejwe kugurisha igihugu cacu kuko uvuzeko ari umukozi urihenze dusigurire ukuntu mugisagara ca bujumbura nyumbakumi atavuga ikirundi? What hel is that aba Congolese bakeneye passport zacu baca kuri Jimmy we need to weik up ataruko turiko twikwegera ikara mugashamba in twenty years to come tuzohura nakidya ikibazo c rwanda na Congo
@MarieGorethMujawayezu-f3g18 күн бұрын
Irene, ne dites pas la vieulle femmes, c,est une mere comme votre mere, Elle merite le respect, jimmy n,umukozi mwiza, Kandi nintore, nikosa arikoze arikora mubugwaneza, ahubgo natabare uwo muvyeyi, kuko Jimmy arabishoboye. Binaniye Jimmy ntanuwundi yobishobora, sinumva nigituma arinda kumuvugira mu Ruhame. Svp ntusubire kuvuga la vieulle , umukecuru yamara? Rekareka kwubaha ba mawe birakenewe
@Irene2809218 күн бұрын
@@MarieGorethMujawayezu-f3g Veuillez m excuser si cette mere est la votre. Cependant, dire qu elle vieille n est pas une insulte. Mais ca se voit que la mere est un peu orgueilleuse, peut etre du a son statut social. Pour le reste nous tous serons vieux un jour.
@MarieGorethMujawayezu-f3g18 күн бұрын
@Irene28092 gusaza n,iteka, kandi abasaza n,abahirwe, hariho abatahagera, uwo muvyeyi si maman, ariko ndakunda ,kandi ndatinya cane abantu bageze muzabukuru, kandi uyo muvyeyi ni bareke kumu decouragea a son age agishaka gukora c,est genial, nukuri si ndamuzi, ariko Jimmy azwi nabenshi wanashaka positivement, mugabo arashobora kugwa muri erreurs kuko il est human kandi le monde est corrompu par le diable, burya bicaranye ,bakamenyana mukiganiro harava mwo solutions, hakubaka ubucuti. Bose baka repara amakosa yahabaye. Reka guteteka umwe kuko muri twese ntawuzi ukuri. Dutanga comment gusa