Aba jeune bo mu bdi bari mu birori kubabwira gukora umengo uramugoye , gusa neza, téléphone nziza no gusohokera ahantu heza nivyo bibari mu mutwe !! Merci ku kiganiro naho biri kure kubona la jeunesse burundaise yarahinduye ivyiyumviro
Merci.ego cane cane kwubaza abageze kure uko babigenje impanuro boduha
@jeanmicheljamy93282 жыл бұрын
Ndibutse Dada ko nemeye kukuzanira aba clients😅
@lisaanddarlene192 жыл бұрын
Egooo urazi ko imana izokumbaza😅😅
@DavyHatunga2 жыл бұрын
Ikiganiro gikenewe cane 👌🏽💯
@lisaanddarlene192 жыл бұрын
Merci
@lisaanddarlene192 жыл бұрын
Merci
@jhumigas2 жыл бұрын
Ni vyo créativité irakenewe, na entrepreneuriat. Irya mpanuro ya plan A na plan B ni yo n'ubundi. Nari niteze ko muvuga n'ibijanye na finance, hano mu Burundi si benshi bazi ingene ivy'amahera babiharura, bakayabika, mbere bakayabika ahantu asigara arakora akunguka. Ubwo nta kandi ka video mwotera akenge abanyagihugu ku bijanye na vyo?