Niwewe murundi wenyene azi ubwenge. Iterambere ni industrie si amazu. Twotuma tuba mumazu asanzwe ariko dufise ubuzi n’amafaranga
@jbosconduwayoofficiel8776 ай бұрын
Projet yose itanga akazi. Bamwe bubake uburaro abandi bakore amahinguriro, abandi borore, abandi barime. Urumva abantu ntiboja mu kīntu kimwe
@nahimanafiston65186 ай бұрын
None iyo si industry???ntabantu bahawe ubuzingaho?
@philemonniyoyandemye49426 ай бұрын
Ntimuramenya gutandukanya industrie na Service? Kwubaka ni service. Gukora isima ni industrie. Ariko ntituvuze kwo kwubaka ari bibi, navyo ni vyiza. Ariko ngaho abariko baratera imbere, ni abakora iyo sima mukoresha, abakora ivyo biyo, abakora amakaro, abakora ayo maferabeto. Mumenye gutandukanya kuba Consommateur no Kuba Producteur. Service zo kwubaka ni consummation. Abakora ibikoresho vyo mukoresha mukwubaka nibo baProducteur. Ntagihugu gitezwa imbere no kuba Consommateur gusa
Amahoro Gaël, ndashima ibiganiro ukora biraryoshe kandi birafasha iterambere ry'uburundi kubona ivyiza not ibibi, ariko uwo mu camera man wawe arakwiye kuza arafata full video yaho hantu après muhejeje kugira tour yizo nzu icanz na interview akayikamera wenyene kugira montage muze murerekana neza ivyo muvuga kuko haraho umubaza ibibazo ariko tukipfuza kubona ivyo avuz ko arivyo si non umengo sivyo
@JustineNizigiyimanajustine6 ай бұрын
Nzanzu zaheze
@fierceharpy46366 ай бұрын
nizere yuko hari abazokwiyumvira kwubaka amazu agerekeranye gusumba kugira muri apartement imwe habe imiryango au moins nitatu
@jilu10956 ай бұрын
Kumbe vyabint bimeze neza
@bahemajavan47166 ай бұрын
None amabarabara mashasha n,inganda usines ko umukubito mutavyerekana?
Umukubito ndakuramukije ntunzi ariko nagira ndakwisabire Numero ya Fabrice muzoba mukoze please
@jacquelinesibomana25516 ай бұрын
Uwomuntu arazi kuryosha inkuru
@YosuwaSabuhungu-yd3qz6 ай бұрын
Ababoss bubahwe kabisa
@adelebutoyi6 ай бұрын
amahoro
@burundishallsmile1day1096 ай бұрын
Uko muganira Mwokina Ninde neza muri hamwe😂
@nemelsa85846 ай бұрын
Non muri iyo mitrac ko mutatwereka amahinguriro muriko murategurira urwaruka rwa 2040 non izo visions zanyu kuki zidashira imbere batoya?
@ebenaebena97366 ай бұрын
Habaye Dubai kubera izo nzu indwi 😂
@theophileniyongabo7816 ай бұрын
MUTRAC courage knd plan zanyu ziri tres moderne nuburyo ziboneka neza kuruta zirya plan za Fabrice.Muri professional biraboneka knd tres moderne.Courage Gael
@nahishakiyewilliam62256 ай бұрын
Bro urabeshye ngo zisumba plan za fablice ntasoni 😂