Imbabura nyabwonko ikorwa n'uruganda SGEC yoba ifise akabirya akahe?

  Рет қаралды 1,114

Mashariki TV

Mashariki TV

Күн бұрын

#Burundi: Timothée Nicoyangereye asanzwe ahingura imbabura nyabwonko ku murwa mukuru wa poritike i #Gitega, asaba Reta ko yomwongerereza umutahe kugira ngo uruganda rwiwe rushobore guhingura imbabura nyinshi mu gihe hibonekeza ubwinshi bw'abazikenera.

Пікірлер: 8
@DominiqueNdikumana
@DominiqueNdikumana 4 ай бұрын
Bravoooo Jeww ndagusavye tuvugane iyo mbabura ndayironke vubaaa
@davidntawuguranirimana7056
@davidntawuguranirimana7056 4 ай бұрын
Bravo, komerezaho
@Kaesvstriomphe
@Kaesvstriomphe 4 ай бұрын
Vraiment courageux urumw mubivejuru hejuru cane turakwishimiy ahubwo abaz kwinvestissa bazeee ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@AimableNDAYISHIMIYE-nz9xf
@AimableNDAYISHIMIYE-nz9xf Ай бұрын
Mukomere caane, none mugisagara ca Bujumbura twozironka gute ?
@jacksonhatungimana6685
@jacksonhatungimana6685 26 күн бұрын
Bravo, d'abord banza iduhe, muturonse Num tel zanyu
@suavisndihokubwayo-cc3id
@suavisndihokubwayo-cc3id 4 ай бұрын
zana inimero
@davidntawuguranirimana7056
@davidntawuguranirimana7056 4 ай бұрын
Duhe izo Numero dutangure kugura
@KennoKanse
@KennoKanse 4 ай бұрын
Tu es un vrai génie, twaronse ba Bill Gates mu burundi NTA gisivya.
Бенчик, пора купаться! 🛁 #бенчик #арти #симбочка
00:34
Симбочка Пимпочка
Рет қаралды 3,1 МЛН
Хасанның өзі эфирге шықты! “Қылмыстық топқа қатысым жоқ” дейді. Талғарда не болды? Халық сене ме?
09:25
Демократиялы Қазақстан / Демократический Казахстан
Рет қаралды 325 М.
Сюрприз для Златы на день рождения
00:10
Victoria Portfolio
Рет қаралды 2 МЛН
Igikorwa co kugura umwimbu w'ibigori  ANAGESSA coba cagenze gute?
23:40
Umwenegihugu Muhwanya Jéremie yanyazwe inzu arasaba kurenganurwa!
6:28