Рет қаралды 17,359
#Burundi Kuri uyu wa gatandatu abarundi barahimbaje umunsi wahariwe gukunda no gukundisha igihugu, bongera bibuka imyaka 4 irangiye imboneza mu gukunda no gukundisha igihugu, umuhisi #Petero_Nkurunziza ashengeye. Kurikirana ingene ibirori vyagenze