Ndakunda ukuntu abakozi bawe,avant yuko mukora projet Habanza Kuba inama
@thadeousturuho977024 күн бұрын
We're proud of you Fabrice.
@mundanamaria6198Ай бұрын
Komera komera turakwemera❤💪🙌
@dashtvshow650Ай бұрын
Hezagigwa Fabrice comment from 🇺🇸
@jchuma5417Ай бұрын
Mube mube kweli 💯👋🏿
@songamberetv2219Ай бұрын
Very humble ❤
@LeonardNdayisenga-k3vАй бұрын
Komera cane fabrice turakwemera
@jva03tv49Ай бұрын
Umuhanuzi yavuze ko uburundi buzoba pradizo ndabona Kandi igihugu cImana ntiyabeshe ndavye apôtre Chriss uko bariko bamwita yesu nkabona Fabrice mbambona ejo Ari heza
@bizomenyimanaelias5455Ай бұрын
komera bwana fablice
@oswaldnikobamye5617Ай бұрын
Indundi tubasabe muze muturonderer GASAPE nawe atibarire kuri ya internet yiw kubera ivya starlink vyovyo nivy,abifise ntaco vyaj guhindura kumwenegihugu muto ahubwo iyo starlink sinzi ico yaj gukora kuko connexion zimez neza muga zizimvye mu Burundi zari zihari. Muzoturonderer GASAPE vrt kirya gikogwa cari ciza caaane kubera yari yiyumviriy ko hoza connexion internet yorohereza umuntu muto niryo ryitwa iterambere kubera igihe hari akagwi kabantu bakeya bamez neza abandi benshi turemvye iryo ntateramber nicogituma uca uguma wumva havugwa ko dukeny kandi nivyo p
@B-Y-NАй бұрын
Imana iguhezagire cane 👏👏👏👏❤❤❤❤❤
@evelynenkurunziza287Ай бұрын
Kuba uyulunsi ndikurutonde rwabafise umutahe muri one afrika numva ntesa😂😂❤
@niyorukundosamuel6296Ай бұрын
❤❤❤😂aho ndagufanaa
@christinehamenyimama5357Ай бұрын
Uko nukuri❤komora
@anesie7938Ай бұрын
Ico kibazo naco ni ciza kandi uko mbona uwo mu jeune atari igito. Nta nakimwe atishura. Gusa restons dans l’atmosphère de la foi et dans la perspective de changement des mentalités pour le développement.
Yezu azomurinda muri vyose,Ubu i Burundi haramahoro.
@NIKI96-h6yАй бұрын
None inyankaburundi si abarundi cank ni aba Nigeria
@LameckNgaboАй бұрын
Imana ikurinde aba MSD na RPA amen❤❤❤❤
@ibrahimcongeram.806Ай бұрын
😂😂😊😊 Amen!!!!
@johnnininahazweclaudeАй бұрын
😂😂😂😂😂😂😂
@TitusJunior-q8iАй бұрын
fabrice manirakiza twarabasavye number yanyu kugra tuyage uko two zana uryamutahe wibihuumbi ijana nabitatu number irihehee
@ibrahimcongeram.806Ай бұрын
Genda muri Google ubaze One Afrika investment funds barakwereka i number zabo zose canke ugende kuri Banki ubabwire ko ugiye gutanga umutahe baragufasha.