Ibibazo vya FOMI Umushikiranganji wambere abashize imbere y'inama nshingamateka na Nkenguzamateka

  Рет қаралды 9,378

Indundi TV

Indundi TV

Күн бұрын

#indundinews :Inyishu z'ibibazo vy'abashingamateka Umushikiranganji wambere #Gervais_NDIRAKOBUCA abayagiye ibibera muri #fomi

Пікірлер: 8
@Carmelikizakubuntu-uy8cc
@Carmelikizakubuntu-uy8cc Жыл бұрын
komera mutama wacu ukonukuri urikuvuga wirambire turakumva cane gose
@MrTop-wj7no
@MrTop-wj7no Жыл бұрын
Kuvaho RWASA yasemereye ko intabire ya FOMI ataco iriko ifasha abarima imiceri ubu niho mukibibona?? Ntabara niyo yindi nuko muzi ko ariho muzoronka agafu kanyu FOMI mwayiharurutse ntawuyivugira igifise vyose nikimenyane abarundi barababona bihoreye
@omerntiharirizwa2121
@omerntiharirizwa2121 Жыл бұрын
Mutama wacu turagukunda gose ntury'umunwa arukosheje uramuhanura 'rondera abagronome Bose mubaze igituma batakora iyo myavu kandi un koresho bihari
@nibasumbaegide9621
@nibasumbaegide9621 Жыл бұрын
Komera
@ChristopheNdayambaje
@ChristopheNdayambaje Жыл бұрын
Dupfanye ibutike twararishe ariko twawubuze tubajije Aho bayitangira bakatubwira KO tuzowuronka kumpeshi, ivyo birasiguritse natubarize Abo muntara ya muyinga iyo bawujanye
@nazairemanirambona7049
@nazairemanirambona7049 Жыл бұрын
Korakaz nyakubahw
@siimon559
@siimon559 Жыл бұрын
HUTU
@emeryvyosenumukama6192
@emeryvyosenumukama6192 Жыл бұрын
Bwabundi na wewe uravuga ukuri. Haraho uca kumurima bikagutera isoni kuvuga ko harimwo intabire vrt
黑天使被操控了#short #angel #clown
00:40
Super Beauty team
Рет қаралды 61 МЛН
人是不能做到吗?#火影忍者 #家人  #佐助
00:20
火影忍者一家
Рет қаралды 20 МЛН
Young Lionel Messi Was Actually INSANE
14:20
VSP7 FOOTBALL
Рет қаралды 466 М.
Zelensky reveals Putin’s plan / Russia loses territory
12:10
NEXTA Live
Рет қаралды 300 М.
Amakuru makuru makuru yaranze indwi
27:23
Indundi TV
Рет қаралды 1,6 М.
黑天使被操控了#short #angel #clown
00:40
Super Beauty team
Рет қаралды 61 МЛН