Faustin Ndikumana aragiriza amashirahamwe ya Reta y'Uburundi gusesagura ubutunzi bw'igihugu

  Рет қаралды 7,554

Indundi TV

Indundi TV

Күн бұрын

#indundinews :Mu kiganiro n'abanditsi n'abamenyeshamakuru ishirahamwe rihimiriza abarundi guhindura ingendo #PARCEM ryaratoye utunege bimwe mu biri mu cegeranyo c'umugambwe uri K'ubutegetsi #CNDD_FDD banavunira n'akagohe Reta y'Uburundi

Пікірлер: 26
@niyonkurusalim2186
@niyonkurusalim2186 5 ай бұрын
Nukuri hatabaye kutivanga muri comerce kwabategetsi bamw bamw ntac tuzogerako kbsa.
@irangabiyejuste8427
@irangabiyejuste8427 5 ай бұрын
@HabaAugustin-fs2sd
@HabaAugustin-fs2sd 5 ай бұрын
Igihe ubujuju bwitiranijwe nugukunda igihugu ,ubwenge buhinduka icaha.niba reveien avuga ugugu nkaburya mugakoma amashi ubwo rero mwihanganire ibiba
@alny1935
@alny1935 5 ай бұрын
Mutama, wavuga ntiwavura! dd ntavyo ishoboye . Time will tell.
@sorryasante5342
@sorryasante5342 5 ай бұрын
Nakubali musaza urimvuga kuri kweli ❤❤❤❤❤❤❤
@ndikumanajeanpaul3045
@ndikumanajeanpaul3045 5 ай бұрын
Abadutwara boza barumviriza ivyiyumviro vya Bose
@ProsperNtamarerero
@ProsperNtamarerero 3 ай бұрын
Uravuze ukuri mutama
@ericndikumana1504
@ericndikumana1504 5 ай бұрын
Bien dit
@ChristelAbikunda
@ChristelAbikunda 5 ай бұрын
❤❤
@SamuelBikorimana-o2k
@SamuelBikorimana-o2k 3 ай бұрын
Cha nukuri hoboneka abavuga ukuri nkawa bagasenyera kumugozumwe tworera imbere
@justincodyy6058
@justincodyy6058 5 ай бұрын
This is our future president….
@allbujahits5896
@allbujahits5896 5 ай бұрын
Uyu magabo, needs to be protected all cost. Kuko uyu aratahura diplomatic and economic development. Our government failed us and doesn't know know how to lead.
@boashamah3642
@boashamah3642 5 ай бұрын
Mu burundi ntaterambere vyabo bagabo barimwo batwara igihugu ahatemba
@justincodyy6058
@justincodyy6058 5 ай бұрын
2027 we need this guy as president…..
@Nkangata
@Nkangata 2 ай бұрын
Iyaba impanuro, ivyiyumviro ushikiriza, ivyigwa Faustin atanga Ku barongozi, bafata akanya ngo wumvirize, bategere , babifatireko, nta nkeka igihugu cotera imbere
@nizigamaeric3824
@nizigamaeric3824 5 ай бұрын
Wavuga ntiwavura
@historia1217
@historia1217 5 ай бұрын
Publicité ya primus zitahari
@MupendaJaphet
@MupendaJaphet 5 ай бұрын
Nibara mubategetsi p
@SadunBazotunga
@SadunBazotunga 5 ай бұрын
Uburundi bugeze aho umwasi ashaka mwakino gihe.Ko muri 2015 twari mubihano ariko idorari koryabone rizimbutse gusumba ubu ,igitoro ko twakironka kandi twari mubihano. None ubu naho turi mubihano kugira ibintu bibibe akaga nkuko ibintu bimeze? Amatara namazi ibujumbura vyabaye ingorana ,none benedata ya visit Burundi izokunda gute mugihe igisagara cigihugu bujumburu ata mazi ,amatara twifitiye ninde muntu azokwemera kuza ahantu atamabarabara meza ahari. Ivyi gitoro vyovyo vyarabaye ndanse rero biragoye gutegera uko ibintu biriko biragenda. Abarundi dukwiye kwemera yuko ibindi bihugu mukarera biriko biradusiga.ingorane za Burundi iyo bavuze ingorane duhita duvunga amaso tukigira nkatabona. Birabaje kuba abantu bubaka urugomero gumuyaga nkiba rugasenyuka rutaranakoreshwa numusi numwe , amabarabara abomoka hataraca numwaka ,ataribusuma no gukingiranira ikibaba none ibi nibiki? Ntakuntu wovuga ngo turi muri Edeni mugihe kwoyunguruza kumunya gihugu vyabaye ndase kubera ibura ryigitoro.
@elvishavyarimana6587
@elvishavyarimana6587 5 ай бұрын
Ukuri kwinshi muri video imwe
@dieudonnendabaneze3761
@dieudonnendabaneze3761 5 ай бұрын
Emwe ntanumwe yokwitega iteramber mu gihugu rivuy ku ngoma des ex tribalo-terroristes génocidaires kuko nubwabo ntibatey imber mu bwonko même un imbécile ne croît pas en leurs escroqueries politiques.
@justincodyy6058
@justincodyy6058 5 ай бұрын
Uburundi buzotera imbere aruko fdd bose bapfuye tuka basobako….fddd ntabwenge bwo kuyobora igihugu hafise…naba rimyi ….
@nsabimanaolivier
@nsabimanaolivier 5 ай бұрын
Mutama,uvuzukuri gukwiye,none nkokubuza circulation y'inrya muntara,ngo birabujijwe kandi ivyo warimye atari urumogi,navyo biri mubisubiza igihugu inyuma,kuko bakomeza urudandazwa rwo mukinywabi,kuko vyari vyiza ko bareka umwidegemvyo intara zigahana hana imfungurwa
@HakizimanaJacques-d2e
@HakizimanaJacques-d2e 5 ай бұрын
Uvuzukuri twetugumiza kwumigw
@ukosataniarikuvurugaabantu8602
@ukosataniarikuvurugaabantu8602 5 ай бұрын
Umuru Wigihugu ubwambere ntiyemerewe kudandaza, canke ngo kurimisha ngwaronke ivyokurya kuko abafise budget ikwiye neza itunga umuryango. Kandi abashinga mateka bakuru nabo ntibavyemerewe kuko ninacogituma abahora arabafanya biyashara baricaye kuko ntaho baca abanyamugambwe barazibiye. Hamwe baretse gukora ibitarivyabo bigakorwa nabafise ingabire yavyo ivyotubona bitaboneka vyosubira kuboneka. Ikijanye niterambere naco kirikure cane kuko ibarabara rifatanya intara zitatu ritagira ikaburimbo urumukuru Wigihugu ntubone ivyo wumva wobibona ryari tuvuze ukuri????
@Christophentiryica
@Christophentiryica Ай бұрын
Wavuga ntuvura mugabonukwizera
Agashavu karaniga  kubaguze amatongo y'amanyanga mu Maramvya
19:17
Крутой фокус + секрет! #shorts
00:10
Роман Magic
Рет қаралды 29 МЛН
Incredible: Teacher builds airplane to teach kids behavior! #shorts
00:32
Fabiosa Stories
Рет қаралды 11 МЛН
Inside Out 2: ENVY & DISGUST STOLE JOY's DRINKS!!
00:32
AnythingAlexia
Рет қаралды 15 МЛН
Ivy'ibiturire n'intwaro ibereye bimeze gute mu Burundi ?
27:16
Indundi TV
Рет қаралды 10 М.
Крутой фокус + секрет! #shorts
00:10
Роман Magic
Рет қаралды 29 МЛН