#IndundiNews

  Рет қаралды 47,200

Indundi TV

Indundi TV

Күн бұрын

Пікірлер: 99
@fligencendayisaba985
@fligencendayisaba985 3 жыл бұрын
Aminaaaaa retankozi magufuri waburunfi uragahoruko mutama
@patrickbarutwanayo150
@patrickbarutwanayo150 3 жыл бұрын
Ndabashimiye cane gose kw iyo ngingo nziza cane mwafashe, Imana ibaje imbere. Mushire ibikorwa mungiro, tugendere mumategeko ivyo nivyo igihugu cacu gikeneye, Imana ibahezagire cane.
@georgechimeta6080
@georgechimeta6080 2 жыл бұрын
Our future president niw uri kukivi abandi bo bari mumakoti gusa
@mireilleirakoze602
@mireilleirakoze602 3 жыл бұрын
Nukuri mwarakoze kubikuraho kuko twari tugeramiwe pe
@nkurunzizaachel6929
@nkurunzizaachel6929 3 жыл бұрын
👍👍👍🙏🙏🙏turakibahaye papa ,uwusavye imbabazi arazihabwa.❤️❤️❤️🌹🌹🌹
@adijaamur962
@adijaamur962 2 жыл бұрын
😘😘😘😘😘 🥰🥰🥰🥰 imana iguhezagire papa wachu 😘😘😘😘🧕🧕🧕❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤💯💯
@mugwanashakamadiba8726
@mugwanashakamadiba8726 3 жыл бұрын
Bwana minister nukuri Ibikorwa birivugira..mukomereze aho,kuko birarenze hariho nibindi mutaramenya,tuzoza tubavunira akagohe.abo bantu barapfukamye munda abanyugihugu ku rwego ruri hejuru.turakeneye kumenya amahera yitwa aya parking yishuzwa ama Camions manini manini ngo na ya mairie. Ko aciye mumategeko.
@pascalnimbona5522
@pascalnimbona5522 2 жыл бұрын
Muzobanza kuyaduha mukubagirira ikigongwe mwanse naho Imana izobahana kuko ikiboshwe mwisi no mwijuru kiba kiboshwe
@JHappy-ph7vq
@JHappy-ph7vq 3 жыл бұрын
Wow 🙌🙌👌👌🙏🙏 wubahwe cane🙏🙏
@gitegagitega6543
@gitegagitega6543 3 жыл бұрын
None uwomutegetsi kobahora Bamwita uruzina Rubi bakiramvu? Varisito niyaheza bace bakumpera Igihugu kuko kuva Utanguranye na wa gitega Uranryohera Sana kibogore mzee👊✔️❤️❤️❤️✔️
@Love-vb8hz
@Love-vb8hz 3 жыл бұрын
Uyumutama ndamukunze can wigurir tukutuk ngo zan ayikarata 120000
@jeremieruhatana5034
@jeremieruhatana5034 3 жыл бұрын
Urakoze urumutegetse
@culturalofficial7199
@culturalofficial7199 3 жыл бұрын
Ivyo nivyukuri ntibiherere aho🙏🙏🤝🤝
@fabricenduwayo7059
@fabricenduwayo7059 3 жыл бұрын
Bafate mutama bayagarukane ayo mahera bivye ,turagushigikie Mutama mushikirangaji IMANA ikutuzigamire waje hagaze Turagukunda cane Nyakubahwa
@prudencensaguye9411
@prudencensaguye9411 3 жыл бұрын
Sinogenda ntagushimiye Nyakwubahwa Mushikranganji uvuze ukuri kwinshi. Imana ikuzigame muri ayo mabanga. Je vois un Burundi prosper se dessiner à l'horizon!
@bensonokola5617
@bensonokola5617 2 жыл бұрын
Aho uba ubaye umugabo niryo ibyo ntibibaho kirazira gushigikira amafuti ngo nuko arabategetsi aho bari harabandi ntamvura idahita
@dididiertuyisenge5743
@dididiertuyisenge5743 3 жыл бұрын
Komereza aho
@nahimanaonesimo1597
@nahimanaonesimo1597 2 жыл бұрын
Ba nyakubahwa turakeneye iterambere ry'amabarabara hamwe n'ibivuko kiri tanganyika Abanyagihugu baronke aho bisumamwo mutaravye ngwaha canke harya n'uko whose hotegurwa Akarorero nk'ikivuko ca Kabonga-Nyanza-Lac birateye isoni Abantu birigwa kumarigara aho Baba bariko baracakarika ,hanyuma ugasanga abategetsi bakavuga Ng'ubukene burarembeje abanyagihugu, kandi abategetsi nibo Baribakwiye kwugurura imyanya yiterambete. Murakoze.
@shadiahshadiahshadiahshadi4060
@shadiahshadiahshadiahshadi4060 2 жыл бұрын
🙏🙏🙏🙏🙏reta nkozi reta muvyeyi mwubahwe
@didiermartinmugisha4506
@didiermartinmugisha4506 3 жыл бұрын
Kora Mutama 👏🏾👏🏾👏🏾👏🏾👏🏾👏🏾👏🏾
@bnjamindayisaba1326
@bnjamindayisaba1326 3 жыл бұрын
Imana lbahezagire papa
@alainwalterrwota9687
@alainwalterrwota9687 3 жыл бұрын
Jewe ndakwemera uvuga neza kandi ukuri
@nelsoniranyibutse3833
@nelsoniranyibutse3833 3 жыл бұрын
Mubashire k'umurong mwarimwaratevy ahabaratubohey amaboko imugongo ntimworeba!
@abelnduwayoofficial
@abelnduwayoofficial 3 жыл бұрын
Uwumutama ndamukunda basi.akwiye kuzoba président nawe
@singejejechantal8105
@singejejechantal8105 3 жыл бұрын
Ndakwemeye mutama
@christineniyonkuru7137
@christineniyonkuru7137 3 жыл бұрын
irambire mutama nitwe tubizi twomotse irambire waje hageze ndagukomeye amashi 😍👌👌❤
@fatumantirampeba8186
@fatumantirampeba8186 2 жыл бұрын
Muragafamuta.bayeretamvyeyi
@kumurunditv6994
@kumurunditv6994 3 жыл бұрын
Mwubahwe 🙏
@jean-marienkurunziza8198
@jean-marienkurunziza8198 3 жыл бұрын
Nukuri iyongingo ifashwe irumutse ntawutoshima komera mzee
@carlabari9825
@carlabari9825 3 жыл бұрын
Saba nikindi kigongwe cabavyeyi wahekuye muri 2015. Ubusuma; ubwicanyi nibazako arivyo biranga iyi ntwaro yanyu. Birababaje cane kwiyita Leta mvyeyi uravye aho igihugu kigeze.
@Sirila18
@Sirila18 3 жыл бұрын
Waba uri kuri moto ukabona imihimbiri yiruka ku moto ngo bayitoze amahera ukururuka moto nayo bayifashe ukariha nabo baca batoramwo ayabo. Ni baduge kurima canke bige imyuga kuko kwiruka inyuma y abamotari si umwuga. Komera MUTAMA.
@eddykiyago7790
@eddykiyago7790 3 жыл бұрын
Burya ndakeneye ko noronka numéro zanyu nkabashimira
@bonfilsbasabose3245
@bonfilsbasabose3245 3 жыл бұрын
Muburundi tuzatwaronka intwari imeze nka nyakwigendera Magufuli.
@bonaventurehaizimana2455
@bonaventurehaizimana2455 3 жыл бұрын
Ndivuza kweli
@arsenmugisha7912
@arsenmugisha7912 3 жыл бұрын
Ndakwemera nukuri kunging ufata mugab j ndimpfuza KO mwomp umubonano jw bara ndenganya cane
@nizirazanajules3884
@nizirazanajules3884 3 жыл бұрын
Amashi meshiiiii Haribo nabagitoza amahera bita ayimbuga bakayatoza uwiguriy moto bakamusaba kurihira aho ayiparikinga bigakorwa nabamotare bagenziw cane cane igitega
@landrypaternearakaza6467
@landrypaternearakaza6467 3 жыл бұрын
👍🏿👏🏿
@ericmusuku7865
@ericmusuku7865 3 жыл бұрын
Ba" Nyakubahwa" n'ico ukoze !Wubahwe kandi courage, kuko ibikorwa ni vyinshi
@onesphornshimirimana7453
@onesphornshimirimana7453 2 жыл бұрын
Nyakubahwa mwirambire mubikoraneza abafise ikibazo nkanj twobibariza cerekanye na pasiporo kuri pafe cabay ndanse mudufash mukorere kuri pafe mubirabe neza.
@djumayussuf8895
@djumayussuf8895 3 жыл бұрын
😙😙😙😙😙😙😙fatiraho mutama korumuti ntihagire uwubacika
@irambonasandrine9135
@irambonasandrine9135 3 жыл бұрын
Uwutobishima yoba yitwa uwande?
@jnkb257tv5
@jnkb257tv5 3 жыл бұрын
Musigaje igisata ca asirasi guko umunyagihugu muto ayagonzwe ntarihwa kakaba akamiranwe n'ingoma , ikindi gisata ni groupe ladak baduza imoto kukwezi kukwezi kandi baranguza amahera yabene gihugu bakabatangisha amahera imbere hagahera amezi abiri canke atatu umwenegihugu atazi ivyamahera yiwe ari mworaba mukabaza igituma batokoresha amahera yabo tukagura ivyo tubona?
@Nkurunzizagabriel123
@Nkurunzizagabriel123 3 жыл бұрын
Komera Mutama wararivumereye turaruhuka
@gilberthayarimana8589
@gilberthayarimana8589 3 жыл бұрын
Urumugabo pé garukira abene gihugu nyakwubahwa
@djumayussuf8895
@djumayussuf8895 3 жыл бұрын
Imyaka15 batwiba nanone twaramba kwel
@nyamurwahashashevincent1924
@nyamurwahashashevincent1924 2 жыл бұрын
Ivyo nivyukuri gusaba ikigongwe: nyamararero uwusaba ikigongwe neza vyarivyizako asubiza ivyoyanyaze,ari leta nayo mukwerekanako ikunda anyagihugu bayo yobaha inshumbushanyo.murakoze
@tinaniyonzima8544
@tinaniyonzima8544 3 жыл бұрын
Ego nukuri umu taxi vélo
@nifashaalexandre3108
@nifashaalexandre3108 3 жыл бұрын
Ntako ndobivuga 🤣👏👏🙌👏🙌👏🤝
@inkoranetv
@inkoranetv 2 жыл бұрын
Biteye ubwoba ariko bigaragaza impamvu bamwe bakomeza GUKIRA cyane ABANDI bagacyena cyane!!! kzbin.info/www/bejne/aGPYp3R_bNV7hpI
@aliclauclau4208
@aliclauclau4208 2 жыл бұрын
KOMERA MUTAMA WACHU.KUBITA IBISUMA VYOSE.
@jeansibomana212
@jeansibomana212 3 жыл бұрын
Komera urumugabo
@bizumuremyiarmandbertin7170
@bizumuremyiarmandbertin7170 3 жыл бұрын
Muhezagirwe Mutama
@donarldjerry94
@donarldjerry94 3 жыл бұрын
Ubuhise bwariko bugwana na Adventist gusa🥱
@munezerosamantha295
@munezerosamantha295 2 жыл бұрын
Reka nimoto bajaje namakinga kuko turarenve iyingingo wazanye yaraduciye imigongo
@hakizimanageorges8753
@hakizimanageorges8753 3 жыл бұрын
Ikindi twobasaba banyakubahw KO mutworoherez natwe turik turav mu bihugu vyiwacu dutaha bakareka tumaze iminsi muma hôtel kuk sibose bataha bafise uburyo bwokurih hôtel harih abahura n'ingorane bakura ayo mahera natw mutwibuk umuntu ashikir mu muryango wiw mwodupima Hama mukaturek tugatah
@semutovalentin4469
@semutovalentin4469 3 жыл бұрын
Nukuri murakoze cane Banyakubahwa Ariko duracafise ikibazo gikomeye aho turiha stationement Muri mairie.hama dushitse kuri parking bakadusaba ayandi Mahera ngo nayimbuga kugira wemeregwe gupakira Kandi agatozwa nabo musangiye umwuga.aho rero aba taxman bigira ngo nabakera bakabikorera abaje kugira bakorere hamwe aho basaba 2000 fbu ahandi 1000fbu ahandi 500fbu.ikibazo ayo mahera ajahe?kugira ube muribo ngowemeregwe guparkinga ngaho Ukariha 200000fbu nukuri ntivyoroshe.murakoze bavyeyi komugiye kuraba uko mwodufasha
@charlesdudu2168
@charlesdudu2168 3 жыл бұрын
Ivyo vyerekanako mwishinga mwiyicariye muri Office mudakora ico abenegihugu babatoreye gukora kuko nkamwe muri mu ma office uhereye kuri President mwakagomvye kuba mwaramaze kubibona uhereye kuva intwaro nshasha igiyeho none ntampinduka tubona abarundi bakwiye kubasuzuma hanyuma mumatora akurikiraho bazahitemwo uwobashirira mungiro
@Love-vb8hz
@Love-vb8hz 3 жыл бұрын
Nukur imana yomwijuru ihezagire uyo mutware
@Love-vb8hz
@Love-vb8hz 3 жыл бұрын
Ingingo nziza can baratwivye can ngwayimbuga rek rek nkwikarata
@ndikuriyoelie3750
@ndikuriyoelie3750 3 жыл бұрын
Nyakubahwa ndirakobuca umbabarire kuba ntavuze amazina yawe yose nukuri turashima ingingo mumazigihe mufata kuneza yabene gihugu uburundi haragezeko twokwiruhutsa nkupwene gohugu hasigaye ahantu habiri mudufashije tuziruhutsa burundu twibagire zmarira twarize mugumirizaho mutama imana ikongere onkomezi inagukingire mubiganza vyayo
@samynibitanga5678
@samynibitanga5678 3 жыл бұрын
Mutama nitwari vyukuri igihugu kiba gikeneye intwari nkizo ninkamagufuri vyukuri
@inezabrunel8374
@inezabrunel8374 3 жыл бұрын
Hubwo abo basuma nibaryozwe ivyo bivye vyose mutugarukire kbs
@arikumwenayoalexandre1338
@arikumwenayoalexandre1338 3 жыл бұрын
Amashi menshi can
@louis8474
@louis8474 2 жыл бұрын
Korerwa intiba ishushe wa mwicanyi we
@mabakoaisha2473
@mabakoaisha2473 3 жыл бұрын
Urakoze mutama bari baraturembeje Aba taxi velo baguma baba bahohotera
@nahimanaonesimo1597
@nahimanaonesimo1597 2 жыл бұрын
Ayo mafaranga yegeranijwe ,nace Akoreshwa gusanurwa kwamabarabara yo mumaporovensi, Ahakenwe gusanurwa ni yasanurwe. Kugira amabarabara amere neza.
@vianeyniyokwizera4303
@vianeyniyokwizera4303 3 жыл бұрын
Abarundi baribakwiy kukubonerak bakiga ukabigish
@bigirimanajean6146
@bigirimanajean6146 3 жыл бұрын
Kubwanje nguhaye umudali wazahabu. Vyari nihenze. Shiraho pancarte aho dufatira bus.hama ayo majanajana bariha burisaha barihe rimwe kumusi ariko aje mukigega ca kera. Nukuri birabaje kukabarabara yahez, irya bubanza nryose uherereye kuri cotebu, ryarashize. Komera. Kora nkumuhisi président magufure.
@leonardmisago3043
@leonardmisago3043 3 жыл бұрын
Mubategetsi bose dufise niwe uri kukivi! Intore ntiramba.
@mosesnshimirimana690
@mosesnshimirimana690 3 жыл бұрын
Bandanyikivi nyakubahwa
@nininahazweclaude7888
@nininahazweclaude7888 3 жыл бұрын
Komera mutama mugorore ibintu kuko hari ibintu vyishi vyari vyarayangaye muri iyi myaka 15 iheze. L'ETA mvyeyi nkozi mwaje hageze.
@abdirahmannganji4065
@abdirahmannganji4065 3 жыл бұрын
Reta.mvyeyi.nukuri.murintwari.kurugamba.ndabashigikiye.ijoronumurangonubwengebwanjebwose
@havyarimanaemmanuel2826
@havyarimanaemmanuel2826 3 жыл бұрын
Wirambire mutama
@issajamali5991
@issajamali5991 3 жыл бұрын
Niwe twari twabuze mugihugu komera turagushigikiye
@rukundoalainkelly5168
@rukundoalainkelly5168 3 жыл бұрын
Babwire mutama.
@learnfastenglish1510
@learnfastenglish1510 3 жыл бұрын
Leta mvyeyi yaje hageze, Jew narayaga naba taxivelo bakarira ngene babahatira kuja muri nyamashirahamwe kunguvu kandi ataco babafasha naho bagira ingorane
@mireillemizero1377
@mireillemizero1377 3 жыл бұрын
None imyaka cumu na.... mwobisigura gute?
@mireillemizero1377
@mireillemizero1377 3 жыл бұрын
Uwutwara iyo association canke coopérative arazwi abagize inzego zayo barazwi, kuri iyo mpamvu ni bayasubize atakirinze gusabwa
@adijaamur962
@adijaamur962 3 жыл бұрын
Imakiguhezagire mukore nakare ukuri guchamuziko ntigusha koramutama
@KP-ou9zp
@KP-ou9zp 3 жыл бұрын
ntavyikigongwe nibayagarukane akoreshwe mukubaka ayomabarabara
@happyhappy5255
@happyhappy5255 3 жыл бұрын
Nibakore nkabandi
@Agasobanuye-xc3ud
@Agasobanuye-xc3ud 3 жыл бұрын
Vyogumuku bizogenda neza turabishigikiye
@louisnduwimana7133
@louisnduwimana7133 3 жыл бұрын
Komera mutama
@fabriceniyomwungere5941
@fabriceniyomwungere5941 3 жыл бұрын
Komera mutama kuvakera twashaka abatware nkwamwebwe.
@elianneigiraneza9998
@elianneigiraneza9998 3 жыл бұрын
Ntiwumva kowakozumuti kosora
@sourcedusavoir1182
@sourcedusavoir1182 2 жыл бұрын
Ibintu 6 umuntu yokwirinda gukora kugira agere kwiterambere.raba hano:kzbin.info/www/bejne/fZSYqamPjdWXsLM
@bertinsociologue6953
@bertinsociologue6953 3 жыл бұрын
Nihatari Abo gahera sibamw kabisa nibenshi ndabaha pol naj karahez 😭
@brightonfaraja5945
@brightonfaraja5945 3 жыл бұрын
Mugiz neza cn.icob ciza nuko mwokwubaka amaparking kugirang ayo mafranga bahora batoza yaje mukigega ca leta
@alesnema9596
@alesnema9596 3 жыл бұрын
Umuhisi magufuri abobose yaca abatoza amande yiyomyaka cumi nigifungo ataburofa 10year biba kweli mubabina ntimuvuge??
@ernestngabirano3526
@ernestngabirano3526 3 жыл бұрын
Komera
@mireillemizero1377
@mireillemizero1377 3 жыл бұрын
Bafate muyishuze muyasubize "abenegihugu"
@saidikassi3459
@saidikassi3459 3 жыл бұрын
Komera mzehe wacu Y amassociation ya fake turayatey ivyatsi ipuu
@eliasniyongabire4011
@eliasniyongabire4011 3 жыл бұрын
Babwire mutama nibaduge badusange ruguru turime twese bakuramaboko mumpuzu kurya batakoze bahebe
@vianeyniyokwizera4303
@vianeyniyokwizera4303 3 жыл бұрын
Mutam weweurashoboye kwer
@happyhappy5255
@happyhappy5255 3 жыл бұрын
Hindura ibintu mutama, ayo mahera muyabake kuko yuzuye kuma compte. Nabasuma
@brunochilole6850
@brunochilole6850 2 жыл бұрын
Babwire mutama
@nininahazweclaude7888
@nininahazweclaude7888 3 жыл бұрын
Komera mutama mugorore ibintu kuko hari ibintu vyishi vyari vyarayangaye muri iyi myaka 15 iheze. L'ETA mvyeyi nkozi mwaje hageze.
Life hack 😂 Watermelon magic box! #shorts by Leisi Crazy
00:17
Leisi Crazy
Рет қаралды 80 МЛН
Osman Kalyoncu Sonu Üzücü Saddest Videos Dream Engine 262 #shorts
00:20
Kluster Duo #настольныеигры #boardgames #игры #games #настолки #настольные_игры
00:47
Mom had to stand up for the whole family!❤️😍😁
00:39
Agathon Rwasa ibi nivyo asaba leta kugira ubunyonyezi bugabanuke
9:18
UMVIRIZA UBUBI BW'ABAHABARA N'IMIKOSHI BATERA.
58:48
HUNGA ICAHA MINISTRY
Рет қаралды 138 М.
Life hack 😂 Watermelon magic box! #shorts by Leisi Crazy
00:17
Leisi Crazy
Рет қаралды 80 МЛН