Umushikirangaji wa Mbere yabwirije ISABU kurondera imbuto zirobanuye zimbuka abenegihugu bipfuza

  Рет қаралды 21,519

Mashariki TV

Mashariki TV

Жыл бұрын

Umushikirangaji wa Mbere yabwirije ikigo gikora ubushakashatsi ku burimyi ISABU n'ikigo kijejwe gukurikirana imbuto ONCCS gukora ibishoboka abarimyi bakaronka imbuto zirobanuye zimbuka bipfuza

Пікірлер: 17
@jeanpierrentunzwenayo578
@jeanpierrentunzwenayo578 Жыл бұрын
Umushikiranganji wambere je ndamwemera 100%100
@jeanpierrentunzwenayo578
@jeanpierrentunzwenayo578 Жыл бұрын
Abo Nibo bagabo dukeneye mugihugu ko badutwara
@bukuruaslam4171
@bukuruaslam4171 Жыл бұрын
Nyeniteka Ministre wacu wambere Imana ikuje imbere mubikorwa urimwo vyo kuba umukozi akorera neza igihugu camuvyaye!
@domithillenizigama1051
@domithillenizigama1051 Жыл бұрын
Nukuri uvuze neza cane abenegihuguhugu bubu baraciye ubwenge rekabimenye
@jeanchristophenduwayezu
@jeanchristophenduwayezu Жыл бұрын
Mutama komera komera ndakwemeye🙏
@ndikumanajeanpaul3045
@ndikumanajeanpaul3045 Жыл бұрын
Komera mutware mwiza.
@rukundojms2309
@rukundojms2309 Жыл бұрын
Yavuga ukuri , nukurip . Nuko batumva ariko azobakosora
@lovepeace5460
@lovepeace5460 Жыл бұрын
Nyakubahwa, natubarize ivyitangwa ryimisegetera muri zone kinama, quartier buhinyuza, abanyagihugu baranditswe, ariko imisegetera amaso yaheze munzira.
@stiveirakoze3264
@stiveirakoze3264 Жыл бұрын
Wubahwe gose
@stevenkwaya7293
@stevenkwaya7293 Жыл бұрын
C est des graine OGM (mosanto)
@reverienkwizerimana3696
@reverienkwizerimana3696 Жыл бұрын
Amabanga urayakwiye peee
@isaiehavyarimana7369
@isaiehavyarimana7369 Жыл бұрын
PAN 53 Tuzibone kubwishi! 9 a 11 tonne par hectare numwimbu ushimishije kuburyo twotsinda vyihuse inzara! Gutera ubu variete bwimbuka 2 tonnes par hectare nuguta umwanya! Nakuruguture abo bahinga bacu basabe ibikenewe hama natwe twironkere imbuto tugwanye agasuzuguro. Uwutisumira ntawutamusuzugura!
@burundishallsmile1day109
@burundishallsmile1day109 Жыл бұрын
🎩
@emilebihibindi5822
@emilebihibindi5822 Жыл бұрын
Ukuru
@desirenitoreyimana7162
@desirenitoreyimana7162 Жыл бұрын
Imbutozibigori zimbuka nibazoka narongedisi
@dzelbahnijmb1765
@dzelbahnijmb1765 Жыл бұрын
Kunda uyu mugabo cane.
#IndundiNews|Gervais NDIRAKOBUCA asaba ikigongwe abarundi bose
15:08
Зачем он туда залез?
00:25
Vlad Samokatchik
Рет қаралды 3,3 МЛН
Slow motion boy #shorts by Tsuriki Show
00:14
Tsuriki Show
Рет қаралды 8 МЛН
Abaniga
8:29
Yaga Burundi
Рет қаралды 16 М.
Agnès Bararunyeretse yoba apfana iki n'umuganwa Rwagasore?
20:22
Зачем он туда залез?
00:25
Vlad Samokatchik
Рет қаралды 3,3 МЛН