Umviriza indirimbo R Flow na Mukuru wiwe Christian baririmbiye Papa wiwe inyuma yo kwitaba Imana😭 kzbin.info/www/bejne/l6rRmmOopM1pprcsi=zFDxjgWqotdzWxES
@DonarceneMUCO6 ай бұрын
Condoléances Chèr frère R flow Kazi ya Mungu haina kosa❤
@vanessagateka-nb7dm6 ай бұрын
Abavyeyi ba R flow bose bari bakundana bari bagize umuryango mwiza wuzuye urukundo ❤❤❤❤❤ wari umuryango w'urukundo vraiment ❤ Imana Ibandanye ibakomeze cane
@elvisiteriteka12216 ай бұрын
R flow vrt ubundi nsanzwe ndagukunda reo ndaguhojeje kandi na grd frère wawe muri fort vrt kurukundo mwakunda papa wanyu mukagira inguvu zo kumuririmbira naho atagihari mwakoze ibintu vyiza kandi mukomeze muriryo ragi rya papa kuko murabana bumuco pe Reo je naje ndumva nkuyemwo icigwa kandi merci kwemera kuvuga uko papa yarameze yabaye umuvyeyi❤ wakarorero❤
@bibikiki84376 ай бұрын
Pole sana batoto ba Papa Vénant. Votre Papa était un agréable Monsieur yakunda abantu cane. Ndamwibuka mwebwe mukiri bato cane muba kuri 7 mu Nyakabiga 1. Courage à vous, embrasse votre maman 🙏🏿🇨🇦🇧🇮
R flow,Christian.mwihangane ivyi Mana igomba nivyo vyiza,k knd urupfu kumu gororotsi ninyungu,rero mwihangane mu kore neza namwe nkuko Papa yakoze kugira muze musubire gu hurira mwijuru
@urlichdylan57636 ай бұрын
Mwihangane 🙏
@EvelyneNduwimana-r7l6 ай бұрын
Bibondo, urukundo, uguca bugufi, nugukunda ibikorwa vya Venant Kajimunda, mumenyeko bizobabera itara, inkinzo, binaire inzira zirenze igihumbi mutokwibaza pour vous et votre chère maman Rosa. Twese twaguye mugahundwe avec la mort subite de votre Papa ariko mwabiririmvye neza" il a combattu le bon combat" Urakoze cane Hosy kunyumvisha aba basore bafise ubwitonzi nkubwa Venant na Maman Roza, leurs parents.