Oya pe umupaka nibo bawufunze ahubwo bawufunge burundu bandiru bagume iwabo natwe abanyarwanda tugume iwacu! Erega ntacyo u Rwanda rukeneye ku burundi. Asyiii
@user-mq9kd7sk6f9 күн бұрын
Abarundi n'abanyarwanda turavukana. Iyo politike mbi yo kugara imbibe ntaco imaze. Abambere babijejwe ni bande? Bene kjgara izo mbibe. Abanyagihugu nta kibazo.
Abanyarwanda baza kurondera ubuzima muburundi hariki bafise iki? Nta gitoro, nta dolari, namahera yuburundi Ari hasi cane, ICT yuburundi iri hasi cane, umutekano ntawo, umwanda mwinshi, ubujuju bwinshi mukurondera amahera, ..... Abanyarwanda baza iburundi mu iraha kurya ayabo no kwigisha abarundi imikorere kuko abarundi baracyahumye ni inyanda ni abanenwe baracyafunze mumutwe, icyo Bazi ni ugushyira imbere amoko no kwica gukobagura no kutagira intahe. Nta butabera
Ubuse ibyabateye gufunga imipaka cyavuyeho gusa birangoye ibyo mu Rwanda nu Burundi
@jeanberchmasnizonzima60588 күн бұрын
ivy ubikuyehe?
@silidio9 күн бұрын
Nareke kubabesha ukobarikumwe ntahobihuriye nivyo avuga bari muvya EAC bari Kongo Tanzania Uganda Kenya Uburundi S Sudan . Rero ntavyimishikirano kuvy'uburundi n'urwanda vyarimwo reka kubesha.
Ariko se abarundi ndetse n abanyarwanda bakoze genocide mu Rwanda bari mu Burundi barangana iki? Ko bo mutabafata ngo boherezwe mu Rwanda cyangwa ngo bacurewe urubanza aho bari.