Ino video itagutwengeje uhite uja kuraba Docteur | Uyu mugore atunyongeye igisusu mwibarabara

  Рет қаралды 20,575

Bujahit Tv

Bujahit Tv

Күн бұрын

Ukaba uzi inkuru idasanzwe, Canke ahabereye ikintu kidasanzwe, umuntu afise intahe itangaje, amakuru atangaje canke ikindi wifuza ko twasangiza abakunzi ba Bujahit Tv, wotumenyesha ukaduhamagara kuri +257 68 212828 canke ukatwandikira kuri Whatsapp yiyo numero nyene, Turaza naho woba uri aharihohose muntara z'Uburundi. Ntiwibagire kugira SUBSCRIBE nimba utarabikora, kugira uze uraba uwambere mukuronka inkuru na video zacu.
#BujahitTv #BurundianMusic #Comedy
This video strictly for education purpose for the difference between the culture of the country
LIKE, COMMENT AND SHARE

Пікірлер: 160
@niyonsabaalphonse327
@niyonsabaalphonse327 4 жыл бұрын
HI! ndi mu Rwanda ariko vraiment uwo mu journaliste nda mukunze cyane,she is so kind
@user-nd7js9lt7v
@user-nd7js9lt7v 3 жыл бұрын
Cynthia ndagukunda caneeeh amada uruwambere kabisa mur buja hit tv uyu maman aranyemeje
@ndayishimiyepriscillah3719
@ndayishimiyepriscillah3719 4 жыл бұрын
Ndarize mbonye uyu mu maman ninkuko nobona mama wanj ameze nkuko abant bos baraba bakitwenger birababaje nukuri
@jimmymatabiro4872
@jimmymatabiro4872 4 жыл бұрын
Ndayishimiye Priscillah true 🙏
@gatekaange-bella2964
@gatekaange-bella2964 4 жыл бұрын
Pol sana bibaho kbsa
@user-gh8eo4eo8d
@user-gh8eo4eo8d 4 жыл бұрын
😂😂😂😂😂😂mungu wee uwo mugore yeeeee ndakumbuye isaac
@durakamil263
@durakamil263 3 жыл бұрын
🤣🤣🤣🤣🤣shaaa utoseka yobarwaye arikonubwo yobarwaye arinzayireba yosetuuuu
@justinnitezuwera4635
@justinnitezuwera4635 2 жыл бұрын
Respect regent 🇧🇮🇧🇮🤝
@shnailazer7335
@shnailazer7335 4 жыл бұрын
Thank your Amand sh jw uranyish uduh ibint bir kur otp
@germainenahimana3465
@germainenahimana3465 2 жыл бұрын
Yavuze ngo “”” NONE WAJE GUKORIKI “””” DUSIGURIRE 😂😂😂😂😂😂
@welcomeeverybody1009
@welcomeeverybody1009 4 жыл бұрын
Ubuntu munywa mwazabiretse this mom had make my day for really
@manirakizachirac2975
@manirakizachirac2975 3 жыл бұрын
Uyu muntu wavugishije nakamaramaza ntakwije 😂
@floramunezero5018
@floramunezero5018 4 жыл бұрын
Super,
@bestieannydarly6473
@bestieannydarly6473 4 жыл бұрын
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣Nancy imana irakubona tu but thx kunryohereza umusi ww nuyo mu mère so love u
@user-pd1bj6go7l
@user-pd1bj6go7l Жыл бұрын
Amen.amen.ntaconahayimanakugirabeho
@jeannekwirinda5632
@jeannekwirinda5632 4 жыл бұрын
🤣🤣🤣🤣bakunzi babudi 🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🔥🔥nice try.
@iraf2095
@iraf2095 4 жыл бұрын
Yanyoye agafu 🤣🤣🤣🤣😂😂😂😂 Nancy uyo mu mère arankuyeho
@cestjolie5574
@cestjolie5574 4 жыл бұрын
😂😂😂😂😂😂😂😂agaf'akah?
@justineirakoze3939
@justineirakoze3939 4 жыл бұрын
Ndapfuye nagatweng😂😂🤣🤣🤣kbs knd byar biryoshe kbs👌👌👌
@kijecarorosi4149
@kijecarorosi4149 4 жыл бұрын
Lovely from Nairobi mukomere
@lydiairakoze5226
@lydiairakoze5226 4 жыл бұрын
Yooooo,uyo mama basha akabi gatwenga nkakeza 🤣🤣
@larissanininahazwe1098
@larissanininahazwe1098 4 жыл бұрын
Ndagukunda Amanda tros
@jeanbaptistentakirutimana7750
@jeanbaptistentakirutimana7750 4 жыл бұрын
Ni amazing kbx
@tricialamienne2340
@tricialamienne2340 4 жыл бұрын
Nukuri abantu baratwengeje peee 😃😃😃😃
@irleneakimana3718
@irleneakimana3718 4 жыл бұрын
Mbega ibintuvyiza
@ornellairakoze4228
@ornellairakoze4228 4 жыл бұрын
Hahaaaaa hahaaaaaaa ndamanyutseeee
@nzeyimanashemykeys1860
@nzeyimanashemykeys1860 4 жыл бұрын
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂mu Burundi dutunz vyinshi
@tharcissemanirakiza2020
@tharcissemanirakiza2020 4 жыл бұрын
🇺🇸 uyo mukobwa nimba ari mama she is so active for sure .aradushusha nico kimwe na michou miracle naho yagiye bazanye nkawe pe
@alainirakoze7131
@alainirakoze7131 4 жыл бұрын
Hahahahh ariko Nancy franchement ico kiganiro cari kiryoshee
@ithianathitirightness1361
@ithianathitirightness1361 4 жыл бұрын
Ariko Mana 😆😂😂Uyumunsi sinarinziko norara ntwenze nkuku😄😄😄😄🤣🤣🤣🤣🤣🤭🤭🤭🤭🤭
@lamanene8848
@lamanene8848 4 жыл бұрын
Nancy ndagukunze ukuntu wegera abantu uhezagirwe ❤️😘
@user-cm1wl6om7r
@user-cm1wl6om7r 4 жыл бұрын
Imbavu zaje 😘😘
@user-pd1bj6go7l
@user-pd1bj6go7l Жыл бұрын
Nukurimuratwengejecanee
@zaackoficial2269
@zaackoficial2269 4 жыл бұрын
Ariko ibintu munywa mwazabiretse kwer🔥🔥🔥
@bitangimanathierry3895
@bitangimanathierry3895 4 жыл бұрын
😂😂😂😂 banwa arcoro
@mugishalahay6050
@mugishalahay6050 4 жыл бұрын
😀😀😀unyibukije irene wa philipiter
@dieudonneniyokwizera5146
@dieudonneniyokwizera5146 4 жыл бұрын
Nukuri umuntu afise umutima wo gufasha yodufashiriza uyu muma wacu p
@EpiSinBu
@EpiSinBu 4 жыл бұрын
Ww gt ?
@tanyairadukunda7808
@tanyairadukunda7808 4 жыл бұрын
Uwo mu mère yaryoheje ikiganiro alors que bitari vyateguwe kwajamwo! Vraiment sans elle ntabwo narigukunda iyi video 👌🏾
@alinemauwa4780
@alinemauwa4780 4 жыл бұрын
Yaaaaaaga Sat b wacu amateka kuyandi oyooooooo
@estellak506
@estellak506 3 жыл бұрын
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
@kikitopfashion6145
@kikitopfashion6145 4 жыл бұрын
Nancy vrt urankuyehooo neza hahahahahhaahah bugerageza ubabarire imbavu zacuu nukuri..hahahahaha
@hamedahhamedah1337
@hamedahhamedah1337 4 жыл бұрын
Uyumugore aratwenza kweli 😂😂😂
@urusaroaline8484
@urusaroaline8484 4 жыл бұрын
Turabakunda cyane ,from Rwanda
@ngogajeannedarc9083
@ngogajeannedarc9083 4 жыл бұрын
Maman stella urantwengeje mu vyeyi, hhhhhhh
@akimgateka430
@akimgateka430 4 жыл бұрын
😂😂😂😂😂😂
@eliaslias5258
@eliaslias5258 4 жыл бұрын
Ndatwenze ndumyeeeeee, ewe mama Stella weee
@ndayishimiyefloridetimu1082
@ndayishimiyefloridetimu1082 4 жыл бұрын
Uwomuvyeyi aratwenza Mugabo agomba komwomukwikirana ukamenya ukwabayeho
@abeer4201
@abeer4201 4 жыл бұрын
Sister lov lov can 😘😘
@aishadjumaphones8877
@aishadjumaphones8877 3 жыл бұрын
😍😍😍😘😘🇧🇮👌
@mamyakintore4284
@mamyakintore4284 4 жыл бұрын
Hhhhh ibivyo birimwo numuti wa corona
@mariamam5719
@mariamam5719 4 жыл бұрын
Ndagagaye neza😂😂😂😂😂
@JHappy-ph7vq
@JHappy-ph7vq 4 жыл бұрын
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣ahwiiiiiiiiiiiiiiiiiii kkkkkkkk
@methodalex2735
@methodalex2735 4 жыл бұрын
Mama weeeeee! Kabis uraz kurondera ibiganiro kabisa ,courag
@nononila4876
@nononila4876 4 жыл бұрын
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂Nancy nukur murankuyeho kbsa
@enockbahana1826
@enockbahana1826 4 жыл бұрын
Ha!!la
@user-pd1bj6go7l
@user-pd1bj6go7l Жыл бұрын
Manawee
@gezaintv8785
@gezaintv8785 4 жыл бұрын
Iyo kali na kubali
@carinahishimwe9581
@carinahishimwe9581 4 жыл бұрын
Wahorahe nancy😂😂😂
@alolaofficial670
@alolaofficial670 4 жыл бұрын
😂😂😂😂😂Muranyishe kbx
@afazarimarcel1819
@afazarimarcel1819 4 жыл бұрын
Mbega abasitari biburundi weeee kbs
@albatrossecrets8571
@albatrossecrets8571 4 жыл бұрын
hahahahahaaaaa shaaa vyar so kwl hama uzotironderer uwitwa ruchenge aba mu carama
@nenenelly7619
@nenenelly7619 4 жыл бұрын
Uranyishe
@albatrossecrets8571
@albatrossecrets8571 4 жыл бұрын
@@nenenelly7619 ndakwish gt???
@nenenelly7619
@nenenelly7619 4 жыл бұрын
Naciy mukubura
@alesnema9596
@alesnema9596 4 жыл бұрын
Inzoga zaramwishe
@nisaisabele3084
@nisaisabele3084 4 жыл бұрын
Hhhh hhhh birasekeje ariko uyu mumama ateye agahinda kweri
@mumuloganmunyura6146
@mumuloganmunyura6146 4 жыл бұрын
Nyabenda wee 😊😊😊🤞💍
@user-cm1wl6om7r
@user-cm1wl6om7r 4 жыл бұрын
Hahaha hahaha😂😂
@cestjolie5574
@cestjolie5574 4 жыл бұрын
Kwair n'ik? uy mumam yaborew cane kwel, daaah....arik'aborerw nez tho since she ain't fight wiv nobody💪🏿💪🏿💪🏿🤙🏿🤙🏿🤙🏿👌🏿👌🏿👌🏿👏🏿👏🏿👏🏿👏🏿.
@nduwimanachanisse3408
@nduwimanachanisse3408 4 жыл бұрын
😂😂mavuzangu
@majaliwajerome7809
@majaliwajerome7809 4 жыл бұрын
hahahahahahahaha mbavu zangu jamanieeeee
@assiakwinnj4910
@assiakwinnj4910 4 жыл бұрын
MAMA sitera😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
@aishahernandez4201
@aishahernandez4201 4 жыл бұрын
😂😂😂😂niatari
@niyinezerezaloyih4860
@niyinezerezaloyih4860 4 жыл бұрын
😂😂😂😂😂😂mbavu zangu jyamani
@fanilaakimana6653
@fanilaakimana6653 4 жыл бұрын
😂😂😂😂imbavu zanj mukam
@divixephraim8144
@divixephraim8144 4 жыл бұрын
Amanda cute kbs
@gatekaange-bella2964
@gatekaange-bella2964 4 жыл бұрын
Ngo mumufatuko nikwari🤣🤣🤣🤣
@jasmineerica6872
@jasmineerica6872 4 жыл бұрын
Jesus Christ 🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
@user-xd1qs1qn6t
@user-xd1qs1qn6t 4 жыл бұрын
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣 ariko umuvyeyi araho yaragasomy mpaka nubwenge buranyika
@user-bm2lm1dt1l
@user-bm2lm1dt1l 4 жыл бұрын
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂mbavu zang
@elizamutoni7790
@elizamutoni7790 4 жыл бұрын
Uyumunyamakuru azakazi kabisi
@carinenibizi1627
@carinenibizi1627 4 жыл бұрын
Nosi nagupendasana
@jombaway723
@jombaway723 4 жыл бұрын
😁😁😁😁
@parfaitcishahayo2508
@parfaitcishahayo2508 4 жыл бұрын
Kuva kuri 10:40 umusaza yabajije ikibazo naho womengo yagiciriye hagati kirakomeye. Abamenyeshamakuru muciyumvireko
@hassena8059
@hassena8059 3 жыл бұрын
🤣🤣🤣🤣
@sabushimikeannonciate8769
@sabushimikeannonciate8769 4 жыл бұрын
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂mbavu zangu 😂😂😂😂
@abelnduwayoofficial
@abelnduwayoofficial 4 жыл бұрын
ndapfuye nugutwenga. nacy ndabona uje neza nutuntu dutwenza kabisa
@jeanclaudeniyongabo8430
@jeanclaudeniyongabo8430 4 жыл бұрын
Ngobazozivyarira mumpimbaa
@abelnduwayoofficial
@abelnduwayoofficial 4 жыл бұрын
Nancy bawe urumusani nukuri
@guenoleizere9254
@guenoleizere9254 4 жыл бұрын
Nancy Imana irakubona vrt😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
@anifaanifa3837
@anifaanifa3837 4 жыл бұрын
🤣🤣🤣🤣
@bariyaysaif18
@bariyaysaif18 3 жыл бұрын
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰
@chadiamossi151
@chadiamossi151 4 жыл бұрын
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
@ndayikezemireille9211
@ndayikezemireille9211 4 жыл бұрын
Hiiiiii nez ndpfuye
@enockado9040
@enockado9040 4 жыл бұрын
Ikimbabaje naba jeunes nkabo mbona badashobora no kwishura ibibazo bisanzwe nkibaza u Burundi bwejo buzoba bumez gute? Abana nabo mbona ubuzima butaboroheye nkibaza nabo kubwakazoza kabo ukwo u Burundi bwejo buzoba bumeze. Abarundi muri hirya no hino nabari mugihugu muze duhaguruke twubake kazoza kigihugu cacu duhereye muguha education nziza abana bato kuko aribo kazoza kigihugu cacu ejo.
@wen9323
@wen9323 4 жыл бұрын
Abo ba jeunes ntubarenganye ahubwo uyo journaliste niwe mbona avuga nkigipfamutima .Wewe wobaza ikibazo uhahamutse umengo uvuye mu kirere hama bakagitora gute?
@enockado9040
@enockado9040 4 жыл бұрын
@@wen9323 Muvyeyi sinzi imyaka ufise ariko ico nokwishura nuko uyo mu journalist yakoze neza akazi kiwe nkumu journalist ari muri entertainment niko yagomba kubikora ahubwo abo ba jeunes uburyo bishura ibibazo bisanzwe birababaje kuko bigaragara ko capacity yubwonko bwabo mukwiyumvira itagutse niyompamvu Leta y'u Burundi yarikwiye guhindura politic igakora politic nziza iteza imbere education nziza kubana bakiri bato bakazokura bari capable yo kwishura ck guhangana nibibazo kko nibo Burundi bwejo.
@wen9323
@wen9323 4 жыл бұрын
Enock Ado 😂😂😂 Reka Reka numu journaliste nawe ari mucatumye bananigwa
@alfrednshimirimana4316
@alfrednshimirimana4316 4 жыл бұрын
🤣🤣🤣🤣🤣🤣
@manirakizaalfanabbas5242
@manirakizaalfanabbas5242 4 жыл бұрын
😂😂😂😂😂😂😂😂
@rahmhfranh401
@rahmhfranh401 4 жыл бұрын
Ariko mwanyishe ibavuzaje gusa
@vanyahmed8937
@vanyahmed8937 4 жыл бұрын
Uwomumama ndamuzi
@annickniyokwizera1414
@annickniyokwizera1414 4 жыл бұрын
😆😆😆😆😆
@pridenciennesabimana5661
@pridenciennesabimana5661 4 жыл бұрын
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
@arlettehakizimana5412
@arlettehakizimana5412 4 жыл бұрын
haaaaaaaaaa
@madinantiyonguru9110
@madinantiyonguru9110 3 жыл бұрын
N
@dancetraditionnelduburundi5771
@dancetraditionnelduburundi5771 4 жыл бұрын
Uyomumama arabetes peeee
@kennywest3326
@kennywest3326 4 жыл бұрын
Ni so ndq
@isaacngendakumana9044
@isaacngendakumana9044 4 жыл бұрын
Ariko rero nawew urabe uzuraregera pee!none nkivyo nibiki!zuvuga utuje!
@bnkazoza9972
@bnkazoza9972 4 жыл бұрын
Ntiyumva kabisa
@ndichristine8393
@ndichristine8393 4 жыл бұрын
None ushaka avuge nka padili erega numu Journaliste bimenye
@bnkazoza9972
@bnkazoza9972 4 жыл бұрын
@@ndichristine8393 mbega ivyo mwihaye nibik? ubu rero ushak utwemez ko *stiques zumu journaliste akora neza kwariz zo kuvuga nkuwacometswe muri prise?yes gucangamuka nivyiza mé apana nkuko nagabanye gato vrmt ibintu agira ntibijany nuko ameze
@gakwayatresor2097
@gakwayatresor2097 4 жыл бұрын
@@ndichristine8393 numu animateur sumu journaliste
@janetniyogushima2091
@janetniyogushima2091 Жыл бұрын
Turashaka numero zanyu
@musorejeanbaptiste8811
@musorejeanbaptiste8811 4 жыл бұрын
Interview n'abantu basaz naw ntucusara Mme, il faut maîtriser vos émotions knd ukagabany kwigira umu star kurush abandi! Ugahez ukababaz ibibazo wateguye utuje cane
@abdullally3733
@abdullally3733 4 жыл бұрын
Mtangazaji unaziguwa mbona awo washikaji hujawauliza majina yao
Ayyuu Surprise goone | Shanan isheetti badhaasa ajaa’ibaa argatte|
8:21
Dr Nafyad Getu Official
Рет қаралды 48 М.
Heartwarming moment as priest rescues ceremony with kindness #shorts
00:33
Fabiosa Best Lifehacks
Рет қаралды 38 МЛН
Playing hide and seek with my dog 🐶
00:25
Zach King
Рет қаралды 33 МЛН
Slow motion boy #shorts by Tsuriki Show
00:14
Tsuriki Show
Рет қаралды 8 МЛН
MBEGA INTAHE ITEYE AGAHINDA😭 YA MADAME JACQUELINE HATUNGIMANA
32:01
MMINO WA SIONE PODCAST - EPISODE 37 - LEFA AFRIKA -  Finding Light in Darkness
3:05:33
Umwanya wo gutwenga | Bujahit Quiz Part 8 Na Run town Deejays
15:51
天使妈妈拍到了什么大家吓一跳?#火影忍者 #佐助 #家庭
0:23
Аниматоры в форме СПЕЦНАЗА: Именинника разыграли
0:21
Собиратель новостей
Рет қаралды 3 МЛН
😹😹😹
0:19
Татьяна Дука
Рет қаралды 19 МЛН
La emociones de Bluey #歌ってみた #bluey #burrikiki
0:13
Bluey y BurriKiKi
Рет қаралды 24 МЛН
HE’S BACK! 😰
0:11
HeyItzPuppies
Рет қаралды 7 МЛН