No video

Intahe ibabaje cane EP1//Umugabo wanje yanciye amaboko ampoye ko navyaye umukobwa

  Рет қаралды 9,586

UMUCO WERA TV

UMUCO WERA TV

Күн бұрын

Ushaka kuraba izindi video kuri UMUCO WERA TV
Fyonda hano / @umucoweratv2021
Kurikira INTAHE hamwe n' UBUTUMWA BWIZA umusi kumusi kuri chaine UMUCO WERA TV
Ukaba wipfuza guterera iciyumviro canke ikindi cose cotezimbere chaine yacu Woturondera kuri 79 969 452(ikoreshwa no kuri whatsapp)
#INTAHE #UMUCO_WERA_TV

Пікірлер: 34
@NdibwamiMutamq
@NdibwamiMutamq Ай бұрын
Imana Ishimwe koyagutaba iyosartani ngonumugano muduhe no zafaransine mba murizimbabwe
@UMUCOWERATV2021
@UMUCOWERATV2021 Ай бұрын
Ntazomfise
@irakozebelyse2432
@irakozebelyse2432 Жыл бұрын
Yesu habwa icubahiro Imana niyokudutabara nukur 😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭
@janinabb4578
@janinabb4578 Жыл бұрын
Amen amen amen amen amen amen amen. Ishimwe nicubahiro nivyawe ibihevyose lman. Warakoze can warinze Mama. Wacu wihesheje icubahiro. Wubahwe can Man yanje 🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏻🙌🏼🙌🏼🙌🏼🙌🏼🙌🏼😭😭😭😭😭😭😭😭😭
@desirenkurunziza1279
@desirenkurunziza1279 7 ай бұрын
Imana izoguhe iherezo ry' Iza. Intahe yawe irahampaye kandi irababaje Cane, ariko irimwo icirwa gikomeye cane kukijanye no kwizera yesu Kristo neza jewe ntiryari iryambere numva iyintahe yarampaye icirwa kukwizera yesu Kristo neza ego. Ariko uyu mu maman Kristo yesu azomuhe ihezo ry'iza ❤😢😢
@hakizimananestor3128
@hakizimananestor3128 3 жыл бұрын
Ndasavye munfashe mumpuze na Francine abobishobora nitwa Nestor Hakizimana mba I Maputo
@user-vq7fe9rg3z
@user-vq7fe9rg3z 10 ай бұрын
Nukuri ndakoroye amosozi😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢
@innocentirambona2384
@innocentirambona2384 4 жыл бұрын
Imana izoguhe kurangiza amahoro
@user-ly2cc5qb8b
@user-ly2cc5qb8b 9 ай бұрын
Amen egoo warayibonye kuko niy yagutabay ;ark bibike nabo bagabo bamenye ko umugore yakira ico ahawe
@user-mc1jg3hg9e
@user-mc1jg3hg9e 9 ай бұрын
Mpolee
@alinefeyi6731
@alinefeyi6731 4 жыл бұрын
Imana ishimwe kukoyaguhaye uwomukobwa ntibibaza ko harabandi nuwomukobwa bababuze dandi Imana iragukuda
@jeanclaudeirangabiye2924
@jeanclaudeirangabiye2924 Жыл бұрын
Imana n'Imana sumwana w'umuntu dukomeze kuyizera irakora
@ggsdfgg6948
@ggsdfgg6948 3 жыл бұрын
Abantu barabaye inyamaswa none kwabagore twakira icoduha we ubundi havyara umugabo poresana
@brintchrukobe6021
@brintchrukobe6021 4 жыл бұрын
IMANA nihabwe ichubahiro kuri iyintahe yuyumuvyeyi
@izibikwiyegrace485
@izibikwiyegrace485 2 жыл бұрын
Yesu nashimwe ahabwe icubahiro koyakinzi ukaba ukiri muzima 🙏🙏🙏🙏👏👏👏🙌🙌
@jeanclaudeirangabiye2924
@jeanclaudeirangabiye2924 Жыл бұрын
Imana imuharire nukuri
@marierosemimbitso8176
@marierosemimbitso8176 2 жыл бұрын
Nihatari abahizi bariho kwr Imana izoguhijuru
@Angependo9141
@Angependo9141 Жыл бұрын
Yewegaye dutabare Mana
@Justupay
@Justupay 2 жыл бұрын
Yesu.nimuzima
@magnifiquentkrtmna320
@magnifiquentkrtmna320 4 жыл бұрын
Mbega ukuboko kw,lmana. Ndagushima Mana kubwuyu mwene data warokoye
@faisalabdallah133
@faisalabdallah133 4 жыл бұрын
Mana yanje iyintahe irandijije imana ihabwe icubahiro kwer
@erastebizimana2630
@erastebizimana2630 Жыл бұрын
Iyintahe irambabaje vyukuri,gucibwa amaboko ngo kubera wavyaye Umwana w'Umukobwa? Abitwa ingumba nabo bavuge gt?
@syldiendayisenga1513
@syldiendayisenga1513 Жыл бұрын
Isi yugarijwe n'amakuba vyukuri
@ndayiherejeemmanuella7244
@ndayiherejeemmanuella7244 4 жыл бұрын
Imana ni nziza gusa birababaje cane kandi ndakwifurije kuzoja mwIjuru kuko ufiseyo ivyiza vyinshi wabayumuhizi mubikomeye cane
@joelitangishaka6998
@joelitangishaka6998 2 жыл бұрын
Turonderere igice ca 2 tumenye ivyakurikiye ubu
@magnifiquentkrtmna320
@magnifiquentkrtmna320 4 жыл бұрын
Imana yacu ninziza cn.
@kwizerayvonne1950
@kwizerayvonne1950 4 жыл бұрын
ewee, shetani nimbi .abavyaye abahungu ko abagabo babagirira nabi
@faisalabdallah133
@faisalabdallah133 4 жыл бұрын
Nimuduhe igice cakabiri muzoba mukoze
@jesusislove9738
@jesusislove9738 4 жыл бұрын
kzbin.info/www/bejne/a3yklXRopJyHhqs
@mareimabdalla1795
@mareimabdalla1795 5 ай бұрын
😭😭😭😭😭😭😭😭😭
@jeanclaudeniyongabo7079
@jeanclaudeniyongabo7079 2 жыл бұрын
Hey guys narinifuza guhura nuyumuvyeyi bahohoteye canke mukampa numero yiwe.murakoze
@greechebrew5211
@greechebrew5211 2 жыл бұрын
KO MUTADUHAYE NUMERO YIWE?
@mmma6210
@mmma6210 2 жыл бұрын
😭😭😭😭
@hatungimanaclaudette7797
@hatungimanaclaudette7797 2 жыл бұрын
Imana izakumare umubabaro
黑天使遇到什么了?#short #angel #clown
00:34
Super Beauty team
Рет қаралды 47 МЛН
This Dumbbell Is Impossible To Lift!
01:00
Stokes Twins
Рет қаралды 30 МЛН
ibyo abagore bakora bigatuma abagabo babo babaho batishimye
23:46