Ndagarutse kugira commentaire kuri Juste Gael nawe. Nukuri ingene wamwumvirije, ukamuha ikibanza, uga respecta ama silences vyafashije kugira atange temoignage neza. Good job!
@clarissabellaterimbere60738 ай бұрын
nukur yamufashij kwiyugurur aramuh n umwany wo kuvuga.
@cocochanelle2584 күн бұрын
Que Dieu te bénisse Andy iyo témoignage yawe irakomeye canee ntivyari vyoroshe kubivuga surtout kuba rundi wavuze ivyo beshi batinya kuvuga biraboneka k ari IMANA yagusunitse kubivuga Uhezagirwe caneeeeeee
@lisaanddarlene198 ай бұрын
Bravo Andy. Tu es courageux, merci pour ton témoignage nzi neza ko iriko ifasha abandi. Na the host; chapeau à toi. Wabajije neza, uramuha umwanya wo kwi exprima.
@JeanparfaitNtiranyibagira3 ай бұрын
Yooo pil sana vwana ndumva ba p diddy barakononye😭😭😭
@williamkarekezi3369Ай бұрын
ndgaswe😂😂😂
@VaC0068 ай бұрын
It takes a great amount of courage kuvuga ivyagushikiye. You are probably at peace with yourself Kuko abarundi urabazi niho babona iki kiganiro. Peace and strength my guy 💪🏿💯
@ineskid13218 ай бұрын
Mporeee kandi mporeee caaane! C'est vraiment très courageux de partager ton témoignage dans un contexte comme le nôtre
@AlineNiyondagano8 ай бұрын
Oooh Andy mpore mpore ,je nahor nkubona mungagara sinarinziko wabbajwe bigeziyo,Yezu akwomore icogikomere cubupfuvyi nugufatwa kunguvu.ndagusabiy Ku Mana umugore atanzwe nijuru niwe yokumara iyo mibabaro kndi merci bcp k watimvye ukabivuga bifashije benshi!!!Yezu aguhezagire caaaane
@rodnzobakenga8 ай бұрын
Pole kabisa umuvyeyi wawe yagiye ukiri mutoyi twarabanye ukuri muto cane uyo muntu biransiga ukuntu shetani tutayifashe ngo tuyambike pneus izuba ryaka kko ivyo yavuze nivyo son papa yaragerageje vraiment ndishimye kumubona asigaye arumusore imana ishimwe vraiment
Imana ihora ariyo kwizera nukuri,,,,,,iyi témoignages inkoze ku mutima pe
@LarissaNininahazwe-uy3fc8 ай бұрын
Mpore basi😢😢😢😢😢😢
@Buja25738 ай бұрын
Kuri 30:40, Andy The term you were looking for is **dissociative amnesia**. This condition involves an inability to recall important personal information, usually of a traumatic or stressful nature, that is too extensive to be explained by ordinary forgetfulness.
Je te trouve tellement courageux,et les gds combats Dieu les donnent à ses gd guerrier🫂🫂🫂🫂🫂🫂 IMANA igukomez cane
@AURIN.OFFICIAL8 ай бұрын
WOWWw!!!! Tu viens de donner UNE BONNE DÉFINITION 'AGAKIZA ICARICO MUMAJAMBO MAKE CANE!!!.....👏👏BE BLESSED !!!
@sandraoselin8 ай бұрын
Andy je me rappelle de toi à l église Zion temple uri um interprète du prophète Francis Joël tatu 😢May God heal you❤
@nkurabagayaemelyne18588 ай бұрын
Merci pour le temoignage Yesu yaragutabaye agukura mu mwijima wa shetani yashaka gufutanya ubuzima bwawe ikiganiro kiramfashije cane mfise abana bato babahungu
Imana umuhezahire imukomeze Andy kuriyi temoignage atanze, ifasha benshiii babiciyemwo gutahura. Kandi nimviza cane ingene ari sincere mukubivuga, Bravo!
@sereine-marienkuyehasi30098 ай бұрын
C’est très courageux de s’ouvrir au monde et nous partager d’une blessure aussi grave et profonde 😰💔 Que le Seigneur vous donne une guérison complète 🙌🏾
@Alicianina48 ай бұрын
Merci Andy Imana igukomez ncuti biteye ubwoba.Gael naw merci ukoze ikiganiro neza cane.coup d chapeau
@juvenalndayisenga21448 ай бұрын
Chombo urumugisha nukuri kuba ushobora kwatura ivyabay....uri umuti kuri benshi. More than conquerors. Imana iguhezagir Berincuti
@kiki_official25778 ай бұрын
Sinogenda ntavuze ijambo chèr ami wilson ami d'enfance nagomba mbaze nkubarire nti mpore mpore vremant pole gose uwo muntu si il existe encore nk'umu christu uratanga imbabazi vrema c touchant et terrible ndakuzi kubera uri umurwaneza vremant mpore mpore.
@kanamugirekeza8 ай бұрын
Imana iguhe kuzoronka force yogu healinga courage thank you for sharing your testimony… Juste Gaël, you have my respect thank you for giving him a safe space kugira atange témoignage yiwe nabandi barundi bazoze barakurabirako bige guhora uyundi muntu ariko aravuga 🙌🙌🙌🙌 merci encore
@bdreams27938 ай бұрын
Mutama Mpore cane kabisaa m abana bacu imana ibafuke cane M uri umu star kabisa kwatura bingana aho nubuntu bw Imana
@colombeirakoze19698 ай бұрын
Umuntu ntakizwa icakora,akizwa icari👌👌👌👌 merci kuvuga uku kuri
@Ingrid-w9y8 ай бұрын
Wakoze kudusangiza ibihe bitoroshe wabayemwo Andy. Mpore mpore. Imana iconyikundira iromora ibikomere vyacu. Komera kuyishingira intahe ingene yakubohoye. Urakoze gukiza ababoshwe nako kabi kabishe n'imiryango mu kingiye mwe na Gael imana izobibahembere igikogwa Ciza mwakoze
@karangwa23158 ай бұрын
uyu muhungu yitaye neza mukiganiro ntacyo navuga kuri uyu mugabo yafashe courage yo kuvuga ibintu nkibi ndabizi ko hari abantu benshi cyane babina badashobora kubivuga bravo ufashije benshi cyane c enorme c que tu fais pour les gangs qui parlent Kirundi & Kinyarwanda ariko biraboneka ko byagukomerekeje cyane kandi byaguszemo imvune zo mumutima zikomeye ariko kuvuga ibi bintu birakwiye ko nabantu bamenya ko bibaho
@kezah17038 ай бұрын
Big hug to Andy...May God heal you.. you are so courageous. Juste you are a great listener. Warakoze cane
@doomedinscrolling35878 ай бұрын
Merci pour ton poignant témoignage cher jeune homme, bisaba inguvu gusangiza inkuru nkiyi surtout muburundi ! Ukomere cane kubivuze warakize kandi turashimiye juste Gael numu journalist mwiza cane
@dollarswiz2578 ай бұрын
Abadayimoni bafise amayeri meshi kandi bari très persévérants,nimba akiriho uzomubwire ijambo ry'Imana n'umukozi wa satani wo kugwego go hejuru
@christineuwimana-v6e8 ай бұрын
Imana ishimwe ko yakurokoye, urafashinjabantu knd urahumuye amaso kubakumva, vyose rero nukwiherezi Mana nokwitwararika uruvyaro tukarwaminzako amaso mubihe vyose, ego kuja kuramukanya mumiryango haraba amasanganya yomwibanga nanje vyarambayeko umukobwa kumukobwa narinki myaka 11 knd kuri mutoya wanje wo kwa maman wacu bibonekako wewe yarabibayemwo nku mu metre kuko iwabo batunga abantu beshi rero Imana iziko iturokora, nisanze ntasubirayo kubaramutsa muri vacanse kandi umuvyeyi wu mu maman narakimubwiye arantahura ingituma nanka kujayo
@bibikiki84378 ай бұрын
Mbega inkuru ibabaj Pole sana muhungu mwiza wa Yesu. Kuba ubivuze birakuruhura some how.
@Christa_Ingabire8 ай бұрын
Pole sana Yesu yomore ico gikomere ufis burundu😢😢😢
@nijembazisevigne63498 ай бұрын
Imana iguhe umugisha utagabanyije
@MagnifiqueMANIRAMBONA8 ай бұрын
Pole Sana frère Andy.Imana Ihabwe Icubahiro Yagukuye ahohantu habi .kandi Yaguhaye inkomezi zokubivuga.
@HoHnot-py1nj8 ай бұрын
yesuweeeeeee hezagira uyumuhungu wawe atanze intahe kugira ng benshiiibabohoke kuvyamushikiye nawe😢😢😢kand Gael.nawe yesu aguhumugisha ingabire yawe uyikoresha neza murufasoni ntangere🎉🎉🎉🎉❤
@kanyangeassumpta58328 ай бұрын
Abavyeyi ha umwanya, mubaganirize,mubagire abagenzi kugira mu gangner leur confiance. Les mamans Iyo role muyikore 🙏👏🏽.
Gael wakoze cane gukora umwuga neza vyatumye umutumirwa ashobora gutanga ubuhamya mumuteze amatwi mudaca mumajambo .Good job Gael
@teginezamilca24728 ай бұрын
Merci pour le grand courage kumutumire...mpore mpore🫂 Merci aussi kuri Juste Gaël ukuntu yitwaye kuri empathie kuri écoute iri attentionnée...Big shout out to you man👊
Yoo Pole sane .. Love from Rwanda! Uzaze natwe utuganirize!
@felykanyange79098 ай бұрын
Imana Iguhe Inkomezi Andy. Bisaba courage kugira témoignage nkiyo muri contexte y i Burundi.
@jgateka8 ай бұрын
sending lots of love and prayers your way Andy💓💓💓💓
@ghysmirrah168 ай бұрын
Oh mpore cane Andy! Kandi YEZU Ashimwe cane Yagukijije! Et merci bcp pour ton courage no gushaka gufasha abandi. Et bravo Gael, émission wayi dirige neza cane. sujet yari très sensible nawe tu as été très professionnel, et respectueux mu kuntu wumvirije umu uinvité utamuciramwo. kandi wamubajijie neza cane.
Respect kuri Wilson agiz courage yogu sharinga story yiw....iyi émission ikwiy kuraba bcp plus abavyeyi kugira bamenye uko begera abana malgré ama responsabilités menshi baba bafis
@sarahgahomera84728 ай бұрын
Merci Andy d’avoir partagé,Mpore et bravo d’avoir pu. Uri umutsinzi nokurushaho
@chelha8 ай бұрын
Bravo et prends courage Man of God, You're blessed beyond the measure ,thank you for sharing the story 🙏 ça va aider plus que tu peux l'imaginer
@ck81378 ай бұрын
Tres courageux !! Uhoraho agukizee forever!
@janetkamikazi18618 ай бұрын
Merci pour l'emission et merci Andy pour ton courage.
@bsninja38898 ай бұрын
Bonjour, merci pour l'émission. En Occident on appelle dissociation ivuye kuri choc émotionnel. Quand c'est de l'oublie bayita amnésie traumatique. Avec le temps biraduga, bigaca bigirira nabi ubuzi ukuze. Benshi ino bariko barabicamwo kandi benshi barakira nka votre invité. Merci à lui
@christiemielladutasha8 ай бұрын
Il est très courageux ❤
@iradukundaange-kessy53618 ай бұрын
Thank you for sharing Andy🎉❤ Wakoze gutsinda Devil, Ukabivuga, Sivyabose Yes But you did it, Kandi bizofasha nabandi, super proud of you Bro❤
@arsenemugabo14368 ай бұрын
Wilson ndamuzi kuri St Albert ariko umukozi w’Imana mwiza muri Groupe Biblique
@JoselyneIrakoze-f1g5 ай бұрын
Sha nanj nivyo ndamuzimwo kwl kur solidarite yararongoy groupe biblique Gus nyen Imanishimwe koyabisohotsemwo yabisohotsemwo
@Saleh-mg8fr8 ай бұрын
😢😢😢😢😢urakoze turafashijwe😢😢😢 Imana iguhe imuhisha
@innocentemukangoga-jh6oj8 ай бұрын
Mpore mpore! Ababyeyi bagomba kuba inshuti z,abana babo mbere yo kuba ababyeyi.
@NtirenganyaJoseph-db2mr8 ай бұрын
Birababaje 😢😢
@JacksonNathaniel8 ай бұрын
Brother dh pole sana ila chakumshukulu mungu kwakua uliweza kuacha❤❤❤❤
@niyongabojules37848 ай бұрын
Merci Juste Gaël! One of your best interviews ever! ❤
@kalyka41078 ай бұрын
Mpore kandi bravo d'oser!
@PatrickGN-p9c8 ай бұрын
Thanks Andy❤
@Sk-ii7ou8 ай бұрын
Tu es vraiment courageux kubona washoboy gu temoigna ibintu nkivyo, benshi barahora, j espère ko bizofasha benshi cane kd bigatera un changement kuko ibi bintu vyogufatwa kunguvu umuntu akiri umwana nivyinshi cane kuruta uko twokwibaza, Imana iguhezagire
@bdreams27938 ай бұрын
Umaze kumva ngo my dear
@Bbbbbbbhfj8 ай бұрын
Aho usanga utazi n'ico bisigura
@Adidja2578 ай бұрын
Gael watekereje biteye ubwoba courage kandi wakoze cane Andy kutwigisha abavyeyi tuhabere maso tuzokwame tuganiriza abana😢😢😢 😢😢😢😢
@NicoleUmutesi-vf8md8 ай бұрын
Im sorry brother, what happened, happened dont look on continue this mission of talking about it may be it can help alot of people who might have had that violence or are having the same fate right now .thanxs
@belyseiriho57628 ай бұрын
Courage Andy ,Christo akomez kugukiza igikomere nukuri
@ornellairakoze35128 ай бұрын
🥺🥺🥺🥺🥺Mporeeee cane.....ukomere🙏
@stellandacayisaba72678 ай бұрын
Imana ishimwe ko wabivuyemwo hari abandi baca babigumamwo
@aimeesandrineuwimana21468 ай бұрын
So.sad vraiment i have a friendly of Mine even him m a raconte le meme histoire mais lui vyar grave pm kubrr ntivyorosh yaragiy no kwamuganga 😢... reo nabahungu baragira ibibazo pe Imana idufashe cane