Intahe ibabaje ya wa MUGORE ya feta DIVORCE//Abagabo bambereye ibigeragezo kuko//ingorana uhura nazo

  Рет қаралды 5,996

UMUKUBITO

UMUKUBITO

Күн бұрын

Intahe ibabaje ya wa MUGORE ya feta DIVORCE//Abagabo bambereye ibigeragezo kuko//ingorana uhura nazo
‪@NtareRushatsiHouseTV‬
#diaspora #divorce #ubuzima

Пікірлер: 37
@jeanneumutesi9617
@jeanneumutesi9617 Жыл бұрын
Courage Mwiza Gael ibiganiro vyawe biratwubaka ariko abantu nkabo baba bakeneye ubufasha bamuduha Lumcash yiwe canke phone kugira tugire ico dufashije bene wacu
@jean-claudeminani6156
@jean-claudeminani6156 Жыл бұрын
MUKUBITO. Please, Please, Please!!!!!!!!!! Tuze turigishanya: Ijambo GUTERA INDA si imvugo ibereye nagato!!!!!! Mumvugo rupfasoni baravuga bati: Yasamye IMBANYI kandi ntibavuga ngo afise INDA bavuga ngo ARIBUNGENZE.
@adolpheniyibizi4252
@adolpheniyibizi4252 Жыл бұрын
Harakwiye abomufata mumugongo mubijanye nuburyo ko yipfuza gukora.
@JeannetteManirambona-o6m
@JeannetteManirambona-o6m Жыл бұрын
Komera mwenewCu imana ikuje imbere
@carmellanishimwe558
@carmellanishimwe558 Жыл бұрын
Une femme courageuse courage Imbere niheza🥰🥰
@sarahfeni1866
@sarahfeni1866 Жыл бұрын
Unteye kurira nukuri 😭😭 Mpore sister,, ntaho I mana itokura umuntu, Uri umu damu w intwari pe
@iratubonastam2248
@iratubonastam2248 Жыл бұрын
Pole sana sister.
@duraduura3726
@duraduura3726 Жыл бұрын
Yoooooo nn umuntu yomuronkagute?? Uyumudam jewe damukeneye cn❤❤
@aurorebukeyeneza641
@aurorebukeyeneza641 Жыл бұрын
Ndikumburiye ubuyi bwawe nibitumbura vyawe sha Fifi...IMANA NINZIZA❤❤❤❤
@irakoze3762
@irakoze3762 Жыл бұрын
😂😂😂😂Imana irakubona mucorere bas
@aurorebukeyeneza641
@aurorebukeyeneza641 Жыл бұрын
@@irakoze3762 MPa numéro ziwe none aline
@Patrickpajos-ph8ie
@Patrickpajos-ph8ie Жыл бұрын
IMANA iguhezagire cn gos maman courage bizogend nez uraduhay inspiration
@juddygael1569
@juddygael1569 Жыл бұрын
Imana ihezagire ibiva mumaboko yawe urumuvyeyi mwiza
@mireillemizero1377
@mireillemizero1377 Жыл бұрын
Félicitations ma belle. Tu es une brave dame. Uraciye ubwenge
@niyomukizabele7373
@niyomukizabele7373 Жыл бұрын
C'est une femme audacieuse
@raoulirakoze3031
@raoulirakoze3031 Жыл бұрын
Abafise mufashe Uwo mukenyezi🙌🙌
@jimcolinmatonde6039
@jimcolinmatonde6039 Жыл бұрын
Très courageuse 👏
@dynanikiza1551
@dynanikiza1551 Жыл бұрын
Hello ubukwiy gushirako numero umuntu akamufash ukwashoboy merc
@cedrickthebarber
@cedrickthebarber Жыл бұрын
Mungu ni mwema kila wakati
@msafiriisrael6111
@msafiriisrael6111 Жыл бұрын
Kazi kazi 🇧🇮🇿🇦
@olivenkunzimana6377
@olivenkunzimana6377 Жыл бұрын
Bonjour Gaël, Ivyo ukora nivyiza cane vyubaka bigahindura benshi. Ndagusabe uzohore ushirako contact y'umutumirwa kugira ngo hagize uwifuza kumufasha muvyiyunviro canke matériellement vyorohe kumuronka.
@nduwimanaaisha8734
@nduwimanaaisha8734 Жыл бұрын
uyikeneye ntayo wobura gusa aze arashirako numéro vyoba vyiza
@amofesa8166
@amofesa8166 Жыл бұрын
Courage maman
@AaAa-dt8mp
@AaAa-dt8mp Жыл бұрын
Ntmbwire kabaye abisi nukotwabaye😢😢😢courage maman
@fafsfffff839
@fafsfffff839 Жыл бұрын
🤲🤲🙏🙏👍🇧🇮🇧🇮
@irankundachartieret658
@irankundachartieret658 Жыл бұрын
Kora nzoza kukuresha umaze kumenyera business ariko umaze kwahukana 4 bizongora kuguha impeta ring
@josephinendayishimiye1757
@josephinendayishimiye1757 Жыл бұрын
Komera ko wiyunvira akazi uzobaho
@AgaciroMediatv257
@AgaciroMediatv257 Жыл бұрын
umukubito muvyara wa AGACIRO MEDIA
@arakazashabani3295
@arakazashabani3295 Жыл бұрын
Urintwarikazi
@happyhappy3493
@happyhappy3493 Жыл бұрын
Courag ubu ndigay ngukurikinana san kw
@clairemugisha
@clairemugisha Жыл бұрын
Uranyubatse
@Alex-cb4rt
@Alex-cb4rt Жыл бұрын
Ndi umunyarwanda ukunda Uburundi n'abarundi, nkurikira iyi Channel ariko ndagira munsigurire iri jambo mu kinyarwanda ababizi" intahe ni iki mu kinyarwanda" murakoze
@deniseirankunda8795
@deniseirankunda8795 Жыл бұрын
Intahe bisigura ubuhamya
@Alex-cb4rt
@Alex-cb4rt Жыл бұрын
@@deniseirankunda8795 urakoze
@DianeDiane-i7x
@DianeDiane-i7x Жыл бұрын
Nukwihagaciro utakihaye ntawukaguha muvyeyi
@NdayizeyeAmina-pr3jl
@NdayizeyeAmina-pr3jl Жыл бұрын
Allah akomeze akuba hafi muri vyose harigihe uzobaho wishimye nabawe
@christainc.5217
@christainc.5217 Жыл бұрын
Niwubahwe nuko kweri iyudandazutwawe nivyiza cane
Life hack 😂 Watermelon magic box! #shorts by Leisi Crazy
00:17
Leisi Crazy
Рет қаралды 73 МЛН
OYUNCAK MİKROFON İLE TRAFİK LAMBASINI DEĞİŞTİRDİ 😱
00:17
Melih Taşçı
Рет қаралды 13 МЛН
小天使和小丑太会演了!#小丑#天使#家庭#搞笑
00:25
家庭搞笑日记
Рет қаралды 45 МЛН
Life hack 😂 Watermelon magic box! #shorts by Leisi Crazy
00:17
Leisi Crazy
Рет қаралды 73 МЛН