INTAHE itangaje caane ya Hosy wa Siren Vibes TV || Ivyo tutamenye vyoose incuro yambere arabitubwiye

  Рет қаралды 30,079

Isaac Tv

Isaac Tv

7 ай бұрын

Kugira ubandanye wironkera amakuru yabaririmvyi bo kwisi yose na cane cane abi wacu +257 nutuntu nutundi dutangaje kwisi , fyonda SUBCRIBE( Sabonnez) hamwe na LIKE ( J'aime) na SHARE (Partage)

Пікірлер: 49
@DidiLeGrand
@DidiLeGrand 7 ай бұрын
Courage madame Hosy hejuru cn niho nkwipfurij❤
@lauritanicole4410
@lauritanicole4410 Ай бұрын
Hosy hejulu canee
@Kms2050
@Kms2050 7 ай бұрын
Courage Sha Hosy, ndakunda abapfasoni bazi kwironderera ubuzima. I appreciate you a lot. Biranezera kubona umurundikazi yiteza imbere.❤️😊😊
@user-zf9px2nq4d
@user-zf9px2nq4d 7 ай бұрын
Uyumudada hosy ndamukunda can gose nibiganiro akora ndabikunda can ahubwo nanje hosy nzoze umpakazi?ariko sinize mugabo uwomwuga ndawushaka mama wobukoze can kandi ndafise intahe nini yubuzima naciyemwo wonfasha nkazoyitanga wobukoz dada wacu urimboneza yacu kubamama canke kubigeme🙏🙏🙏🙏❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️✅️✅️✅️✅️
@oscarbaramfatanya6775
@oscarbaramfatanya6775 7 ай бұрын
Ndashimiye Hosy ku kiganiro atanze kandi vyagenze neza cane. Nshimiye abamutumiye. Ariko mukoreshe amajambo y’ikirundi cane kuruta kuvanga indimi z’abanyamahanga. Hariho abadatahura izo ndimi. Murakoze cane.
@user-ui9vo2ij6l
@user-ui9vo2ij6l 7 ай бұрын
Hosy ndagukunda cane knd courage❤❤❤
@jeanneumutesi9617
@jeanneumutesi9617 7 ай бұрын
Murakoze cane gutuzanira Hosy ❤turabakunda mwese
@user-pm3ck6zf1s
@user-pm3ck6zf1s 7 ай бұрын
Courage Hosy💪 you're the best, Ndagukunda❤
@claudinendayizeye4619
@claudinendayizeye4619 7 ай бұрын
Hosy urumu Maman wicanbwenge ❤️❤️❤️Imana ikomez kukwagurir amayira
@sandrine6562
@sandrine6562 7 ай бұрын
Osy vraiment kabisa ndagukunda uricitekerereze kuri twese
@nancyina5241
@nancyina5241 7 ай бұрын
Asante kabisa; courage courage Isaac TV, PJ classic FM, na Hosyyy 🎉🎉🎉🤙🏾🤙🏾🤙🏾👏🏽👏🏽👏🏽👏🏽
@bechouingabire4818
@bechouingabire4818 7 ай бұрын
Hosy ndagukunda tu es une femme courageuse
@veritecanada
@veritecanada 7 ай бұрын
Hosy courage ma fille. Tu as été fantastique
@hadijasalim7769
@hadijasalim7769 7 ай бұрын
Hosy irakoze ndagukunda chr urakora cane kandi nkunda ukuntu wifata❤❤❤
@rg4631
@rg4631 7 ай бұрын
Hosy ni inspiration kubandi ❤
@user-xk4ec4xk5p
@user-xk4ec4xk5p 7 ай бұрын
Hosy courage,ndakunda ibiganiro vyawe vraiment.
@user-qk2dx9qv5t
@user-qk2dx9qv5t 7 ай бұрын
Hozi ndagukunda ❤❤
@ClaudineNiyongere-pi2nw
@ClaudineNiyongere-pi2nw 3 ай бұрын
@kellyberniceakimana6585
@kellyberniceakimana6585 7 ай бұрын
Courage Madame Hosy ❤
@user-dg4yh7cp7h
@user-dg4yh7cp7h 7 ай бұрын
❤ndahukunda cane josy
@gakeboranda3223
@gakeboranda3223 5 ай бұрын
❤❤
@violetteniyongabire3859
@violetteniyongabire3859 7 ай бұрын
Host ndagukunda❤❤
@user-hu6mf9fe8n
@user-hu6mf9fe8n 7 ай бұрын
Hosy🎉 hejuru cane❤
@AaAa-dt8mp
@AaAa-dt8mp 7 ай бұрын
Wooooa ❤❤❤❤❤❤❤
@user-qq6mv6vh3e
@user-qq6mv6vh3e 7 ай бұрын
Hosy ❤
@elvynedusabe5816
@elvynedusabe5816 7 ай бұрын
Nkunda ukuntu uguma uri smart.kure cane niho nkuifurije
@kellyakimana6643
@kellyakimana6643 7 ай бұрын
Bonne Emission Mon frere 👏👏
@user-hs9kt7fw6s
@user-hs9kt7fw6s 7 ай бұрын
Hosy❤
@nadinenathan8257
@nadinenathan8257 7 ай бұрын
Courage…. Uri akarorero
@MurorunkweHawa-ry8im
@MurorunkweHawa-ry8im 7 ай бұрын
Hosy❤❤
@eliaswingi3209
@eliaswingi3209 7 ай бұрын
Nta vibes nkibona iwawe
@user-ys9ul8yd1y
@user-ys9ul8yd1y 7 ай бұрын
Hosy ndagukeje ingene witwaye mu kiganiro.ndagushimiye ingene wabahishije projet utarakora
@mariamsakora2818
@mariamsakora2818 7 ай бұрын
Abarundi dufise imitima mibi ntidukundana bakunda umupfu gusumba abazima niyompanvu bavuga ivyiza vyumuntu iyo yapfuy atagihari rer iyonges abarund turayifise
@ntungwanayoodette752
@ntungwanayoodette752 7 ай бұрын
❤❤❤
@ahmedyusuf6
@ahmedyusuf6 7 ай бұрын
Isaac turakumbuye inkuru za dorcas wamwan aciy ubweng
@christabellainakaneza7783
@christabellainakaneza7783 7 ай бұрын
❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@user-cw1kx2ko3f
@user-cw1kx2ko3f 7 ай бұрын
Courge
@itekachristadivine8993
@itekachristadivine8993 7 ай бұрын
Hosy❤❤❤❤❤
@user-gs4nu7dp8m
@user-gs4nu7dp8m 7 ай бұрын
Emission itononekariye muri enregistreur c'est facile de faire une copie d'émission ds l'ordi ou ds une autre carte mémoire avant de faire les montages.
@kevinnsabimana3788
@kevinnsabimana3788 7 ай бұрын
Akantu ko hanze karababesha basha iyo comparaison mwamana ya USA ,canada canke Europe murayindako nukuri kandi bizobakwegera 😅
@claudiatuyisenge5603
@claudiatuyisenge5603 7 ай бұрын
Role model Hosy❤
@christophehabumuremyi6640
@christophehabumuremyi6640 7 ай бұрын
Hossy tera imbere nk umuzinga
@christophehabumuremyi6640
@christophehabumuremyi6640 7 ай бұрын
Gusa iyo ari ikiganiro c ikirundi gerageza muvuge ikirundi bishitse mugakoresha ijambo ry ururimi mvamakungu gerageza mubisigure mu Kirundi
@evelynenkurunziza287
@evelynenkurunziza287 7 ай бұрын
None uyo wundi mumenyesha makuru ko atavugaa?😂😂😂
@kimkeza
@kimkeza 7 ай бұрын
Muze muravuga ikirundi sinzi franc english .vuga kimwe mureke kuducanganya .
@kwizeraanitha5281
@kwizeraanitha5281 7 ай бұрын
Uteye isoni nimba Uzi ikirundi gusa😢
@lydi791
@lydi791 7 ай бұрын
​@@kwizeraanitha5281isoni yiki rero aho wosanga ataco umusumba muvy ubuzima busazw ngo yoteyisoni
@merryirankunda3003
@merryirankunda3003 7 ай бұрын
❤❤
@user-tq6iq4vk4v
@user-tq6iq4vk4v 7 ай бұрын
ОДИН ДЕНЬ ИЗ ДЕТСТВА❤️ #shorts
00:59
BATEK_OFFICIAL
Рет қаралды 9 МЛН
NERF WAR HEAVY: Drone Battle!
00:30
MacDannyGun
Рет қаралды 51 МЛН
KINDNESS ALWAYS COME BACK
00:59
dednahype
Рет қаралды 122 МЛН
Mariage Trésor et Inès (1)
44:07
Top Netteté Studio
Рет қаралды 16 М.
Mutima na Mkombozi Lucifer, mu giteramo « TWENGA NA MUTIMA Show
17:31
#KuKAYI : Bibaho ko abavyeyi baja muri Gestion y'urugo rw'abana babo ?
1:41:22
Rtd.Gen j.KABAREBE ASOBANUYE UKO BARWANYE URUGAMBA RWO KU MURINDI W'INTWARI
29:24
ОДИН ДЕНЬ ИЗ ДЕТСТВА❤️ #shorts
00:59
BATEK_OFFICIAL
Рет қаралды 9 МЛН