Kugira ubandanye wironkera amakuru yabaririmvyi bo kwisi yose na cane cane abi wacu +257 nutuntu nutundi dutangaje kwisi , fyonda SUBCRIBE( Sabonnez) hamwe na LIKE ( J'aime) na SHARE (Partage)
Пікірлер: 90
@issachimiye35984 күн бұрын
Uyu numuntu wacu lolilo we love you so much brother
@balancedlifetv3 күн бұрын
❤❤❤❤❤❤
@dj-reissitolkira23433 күн бұрын
Lolilo urikudusazira nabi. Reka bavuge ivyiza vyawe apana guhora ubirata. Twese turabizi kbs mur game uruwambere yakoze vyishi vyiza. Rero ha respect izina ryae. We love you bro.
@user-kj2xh6bt5y3 күн бұрын
Lolilo uvuze ukuruu kabisaa salut 👍👍👍
@deogratiasbav3 күн бұрын
Abana bomuri 2000 ntavyo bazi Namenye Big Fizzo mundirimbo za Lolilo muri 2005 Lolilo we ni Legend in Legends
Hello my people's from burundi let spot owners regent music I am pleased to en one lolil tunampenda sana please ❤😂
@balancedlifetv3 күн бұрын
❤❤❤❤❤❤
@VokosGahimbare4 күн бұрын
Roro wubahwe kbs
@balancedlifetv3 күн бұрын
❤❤
@user-fy9pw2zr8l3 күн бұрын
lolilo reka kuba misi yose amajambo zama zako zimeicha reka abandi bashushe umwanya wanyu mwawukoreshej nabi misi yose umunwa reka kora akazi kavuge maoni yangu ni hayo tu
@balancedlifetv3 күн бұрын
😂😂😂😂😂😂
@unclelevy9952 күн бұрын
Ivya wama wasama uvuga buri musi nivyubwana kbs mbe iyo ufashije umuntu nitangazo????
@julescesarngendakumana99863 күн бұрын
ukuri kurababaza
@balancedlifetv3 күн бұрын
True ❤❤
@MrAslan474 күн бұрын
Lizzo og 🔥
@balancedlifetv3 күн бұрын
❤❤
@benboyburundi24293 күн бұрын
Ivi uyu jama anajuwa maana yakutowa Mtu kimziki?aujawai kumlipia big video wala audio alafu kila siku kelele et umetowa Mtu ww wakati wepeke yako umekuwa unajipambania?SEMA tumekuwa close Sana ila apan umemtowa kimziki stop kusema iyo kitu Lolo fanya kazi Diih fizzo is the best
@balancedlifetv3 күн бұрын
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
@ericciza9262 күн бұрын
Simba 😂😂😂😂
@zazo-bmike60823 күн бұрын
Nimba lololi yasohoye big fizzo kidumu nawe yakoziki? Kuko nibuka za sitapendatena mbarira muri kenya
@balancedlifetv3 күн бұрын
😂😂😂😂😂
@balancedlifetv3 күн бұрын
@@djalasaleh😂😂❤❤
@chaype13 күн бұрын
None ushaktse kuvuga ko wabazany uca uriyibagira coz your numbers has dropped down like crazy, from style to vocals we lost lolilo.
@balancedlifetv3 күн бұрын
😂😂😂😂😂😂
@nduwimana6694 күн бұрын
Lolilo
@balancedlifetv3 күн бұрын
❤❤
@msafiriisrael61113 күн бұрын
Lolilo wewe ulitowa fizzo haje wakati fizzo yupo kwenye game wewe bado unatembeza vima carte vya sinema ulimuka hili ujulikane
@mtotowainchi20233 күн бұрын
Naona ausikiyagi kirundi vizuri, alisema kama vile aliimba mbele yake ila kusema batu baanza kumuona niyeye njo alimuletaka mu game kumutowa ku ma vidéo
@balancedlifetv3 күн бұрын
😂😂😂😂😂😂
@balancedlifetv3 күн бұрын
@@mtotowainchi2023😂😂😂😂
@user-yy2rk4wi3p3 күн бұрын
Jewe ndibuka nkindirimbo ya baza tomkros nafizo waravuze amajambo ngo fizo yakwivye indirimbo ayijana mugwanda mbe uravyibuka kowabivuze vyahereyehehe we umeshagazima
Henda abatabazi jewe namenye Fizzo ww utarapfa unamenyekanye kandi nawe uko vyatanguye ndabizi acha kuwa unadanganya watu bwana siw wagiz fizzo uwari ahubwo wakoreshej fizzo kugira umenyekane wujinga tu
@AdB-oe9yh3 күн бұрын
Urabeshe lolilo yamenyekanye imbere ya fizzo urazobazza neza
@HervéNgenzebuhoro3 күн бұрын
@@AdB-oe9yh man sikubaza kuko jewe narinciye ubwenge avant yuko Lolilo aza muri game twahora twumviriza indirimbo za Fizzo ziri muri album yise mbarira kuri cassette ico gihe twaba mu nyakabiga abantu twumviriza cane yari Fizzzo na kidumu hm mu nyuma hasohoko Dilemme Lolilo aca arayisubiramwo kuko bamwita Nelly du Burundi barasa cane tuza kumumenya uko. Yarakundo no guca mu nyakabiga jewe na baptit frère ba lolilo ndabazi kuko twariganye
@balancedlifetv3 күн бұрын
😂😂😂😂😂😂😂
@balancedlifetv3 күн бұрын
@@AdB-oe9yh😂😂😂😂😂
@munazinelson44052 күн бұрын
Umve, ariyemereye ko fizzo yaririmvye mbere yiwe, ariko akavuga ko ariwe yamuzanye.....une contradiction. Ariko muzorabe neza, lolilo n est pas assez intelligent et encore moins sage.