Uyu mugabo ni uw'ukuri...ameze neza au sens large du terme...ahezagirwe 🎉🎉🎉 ❤❤❤
@MikeJoëlIrakoze11 ай бұрын
Mindset👌🏾
@pacypn825510 ай бұрын
Bonfils merci bcp my dear ❤
@AaAa-dt8mp11 ай бұрын
Kuyindi mpwemu idasanzwe ❤❤❤❤❤❤
@jahbless-qd8lr11 ай бұрын
Merci kwa conseil
@claudinenkunzimana843511 ай бұрын
Thank you very much , GOD with us
@silvernizi779011 ай бұрын
Gael, this man is saying the truth Prix nino ziguma ziduga gusa uca ukora cane. When I 48:26 came here, one gallon was about 1 dollar now it is more than 3 dollars.
Mugabo uraba ufise n' umwete ntibiguhe icizere gusa
@theafricanhauler33964 ай бұрын
Atera Blague nka Kidumu😂😂
@NduwayoJeanclaude-rj5kl11 ай бұрын
❤❤mrci
@GG-ni1zj11 ай бұрын
Ndamukosore akantu gatoyi si vs le permettez. UK uretse ko itakiri no muri union européenne ntiyigeze iba muri schengen. Espace schengen na union européenne vyari ibintu bibiri bitandukanye kandi bitatanga les mêmes droits kuba résidents baho. Aho nshatse kuvuga ibijanye na libre circulation, (freedom of movement) uvuye muri espace schengen udafise pasport européen abongereza ntawe bigeze bemerera kwinjira iwabo peu importe la provenance y'igihugu co muri europe uvuyemwo.