Intahe ya Ngabire Ange Channelle - Igitangaza ca mbere cabaye mu buzima bwanje igihe nkizwa...

  Рет қаралды 6,670

Heritage TV Burundi

Heritage TV Burundi

Күн бұрын

Пікірлер
@prudencenduwimana2872
@prudencenduwimana2872 Жыл бұрын
Très très vrai gukira ibikomeye harimwo une grande partie ya nyene gukomereka c'est très formidable
@kanyamunezafrancine2287
@kanyamunezafrancine2287 Ай бұрын
courage ma chère Ngabire, Imana igufiseko umugambi mwiza mwiza cane
@FrancineBigirimana-fb7tx
@FrancineBigirimana-fb7tx 4 ай бұрын
Ndafashijwe n intahe yawe.Yesu ni mwiza yomora ibikomere
@ClaudineUwimana-d5v
@ClaudineUwimana-d5v Ай бұрын
Madame ngabire Imana iguhezagire ku ntahe yawe ira mfashije narinzi ko arijewe mfise ikibazo nkico
@ARMELHAKIZIMANA-n8t
@ARMELHAKIZIMANA-n8t 8 ай бұрын
Imana iguhezagire kuntahe uduhaye !lmana izoguhe iherezo ryiza muvyeyi !
@EzlaTuyizere
@EzlaTuyizere Ай бұрын
Mana yanje ndaryohew kwumva intahe yawe ndagukunda Imana iguhezagire ndagukunda kumutima wawe mwiza ugira nimpuwe nyishi yesu ashishikare kukugirira neza nukuri ufise urukundo muriwewe ntubeshe ndagushingira intahe ufise agakiza muri wewe
@fannygracenirera
@fannygracenirera 2 ай бұрын
Témoignage très reconfortant M6 bcp Ngabire
@GilberteMpenduburundi
@GilberteMpenduburundi 6 ай бұрын
Urakoze muvyeyi kuriyo ntahe ihambaye, ni ukuri irubaka cane. Imana ininahazwe cane kuco yakoze.
@mutembayirealine5935
@mutembayirealine5935 11 ай бұрын
Imana yacu irahambaye,kandi ishimwe ko yakomoye ibikomere warufite by'umuryango nge ndabyumva cyane kuko nabiciyemo.
@ClaudineUwimana-d5v
@ClaudineUwimana-d5v Ай бұрын
Nipfuza nimero yawe
@majyamberesiras3164
@majyamberesiras3164 7 ай бұрын
madame nakunvirije wanyuze muri byishi canee ariko komera urikumwe n Imana
@celinensengiyumva2956
@celinensengiyumva2956 4 ай бұрын
iyi ntahe a chaque fois ndayumva irandiza, birababaza guhengera abavyeyi bapfuye ngo ikivyarwa , abarundi twagiye tugira umutima w'ubuntu aho biyumvira ibintu
@nancymwizero6940
@nancymwizero6940 9 ай бұрын
Wooooowww
@willygihete2910
@willygihete2910 Жыл бұрын
Mme tu as souffert vrt
@ClaudineUwimana-d5v
@ClaudineUwimana-d5v Ай бұрын
Nipfuza nimero yawe
The Best Band 😅 #toshleh #viralshort
00:11
Toshleh
Рет қаралды 22 МЛН
RELATIONS AMOUREUSES, SEXUALITE,INGARUKA ZAVYO, ...N'IBINDI VYINSHI
51:19
MENYA AMABANGA YABUBAKANYE INYIGISHO ZABAKUZE IGICE 3 BY JACKY. #abonner #subscribe
21:51
THE YOUNG GENERATIONS TV🇧🇮
Рет қаралды 1 М.
Namenye papa kwariho nkwije imyaka 18 😢, tuza kubonana nkwije imyaka 25
1:00:02
INTAHE KUVYEREKEYE ZEBIYA
35:49
Police Nationale
Рет қаралды 36 М.
GUTWARIRA INDA IWANYU,UZWI NK'UMUKOZI W'IMANA😴NGABIRE Ange Chanelle
1:02:35