Inyigisho za pasteur Marc KAGISYE mu masengesho yo gushimira Imana ariko abera mu Kirundo

  Рет қаралды 9,921

Mashariki TV

Mashariki TV

Жыл бұрын

"Burya nta kintu kibi mu buzima kigoye kandi kibabaje nk'iyo umuntu mu gukura kwiwe canke mu busaza bwiwe yuzuye agahinda no kwicuza ku bintu vyo muri kahise adashobora gukosora, kugira imvi ku mutwe ariko wuzuye kwicuza ariko udashobora gusubiza imyaka inyuma ngo ukosore ibintu utagenjeje neza". Inyigisho za pasteur Marc KAGISYE mu masengesho yo gushimira Imana ariko abera mu Kirundo

Пікірлер: 25
@user-gw6vs3zv9o
@user-gw6vs3zv9o Ай бұрын
Vyiza cane pasteur ❤❤❤❤❤❤❤❤
@focusonbrightfuture8222
@focusonbrightfuture8222 Жыл бұрын
Uyumukozi w Imana yarahezagiwe kweli
@yvanjoshuaii2749
@yvanjoshuaii2749 Жыл бұрын
Amen. Icirwa utanze n'inkoramutima. Imana iduhe Mpwemu wayo abashe kudutahuza nokugendera Ijambo ryayo. Imana iguhezagire can
@flaviakezimana4596
@flaviakezimana4596 Жыл бұрын
Amen wigishije neza cane
@seredindikuriyo4516
@seredindikuriyo4516 Жыл бұрын
Be blessed our pastor
@audykaze694
@audykaze694 Жыл бұрын
Amen
@jeannekanyonga4433
@jeannekanyonga4433 Жыл бұрын
Imana iguhezagire pasteur!!!
@pascalirihose1999
@pascalirihose1999 Жыл бұрын
Amen mwakoze kuhatubera
@soterbayubahe3008
@soterbayubahe3008 Жыл бұрын
Amen Imana idushoboze ivyiza
@crackiass7061
@crackiass7061 Жыл бұрын
Hezagirwa pasteur wanje.ndagukunda uvuga ivy'impwemu gusa
@naomendayishimiye2214
@naomendayishimiye2214 Жыл бұрын
Imana ukorera Ikwongere amavuta mukozi wayo Mark .
@elvisniyomwungere1147
@elvisniyomwungere1147 Жыл бұрын
Ikibwirwa n'icumva. Merci pasteur
@bebebebe9269
@bebebebe9269 Жыл бұрын
Amen 🙏🙏🙏
@angemariendikumasabo7269
@angemariendikumasabo7269 Жыл бұрын
Amajambo yubwiza🙌
@ndayisengaelvis5394
@ndayisengaelvis5394 9 ай бұрын
Nkunda inyigisho zawe
@burundishallsmile1day109
@burundishallsmile1day109 Жыл бұрын
🎩
@pascalirihose1999
@pascalirihose1999 Жыл бұрын
Kand muriduhe ryose mwoba mukoze
@lazzrchanal1935
@lazzrchanal1935 Жыл бұрын
Avuga neza uyu Mupasteur
@hervensengiyumva2527
@hervensengiyumva2527 Жыл бұрын
Mwodufasha mukaduha integralité yububutumwa
@nizigamaeric3824
@nizigamaeric3824 Жыл бұрын
Ubutumwa bwiza
@viateurphiripe2440
@viateurphiripe2440 Жыл бұрын
Ikintu cose ikurondera wibwira ko ari ikidasazwe ya-mara wagishikira ugasanga n'ikintu gisazw, papá Urakoze kumpishurira iki kintu!
@Kanezajoselyne412
@Kanezajoselyne412 Ай бұрын
Uzovuge ukuri nushaka uzopfe kimwe upfuye ugaphira mu mwami ntagihombo
@daltonburundi8674
@daltonburundi8674 Жыл бұрын
Amen
@christinek7454
@christinek7454 Жыл бұрын
Amen
1❤️
00:17
Nonomen ノノメン
Рет қаралды 13 МЛН
Survival skills: A great idea with duct tape #survival #lifehacks #camping
00:27
Kubera iki mu mugambwe CNDD-FDD  Imana bayihaye ikibanza ca mbere ?
1:06:54
UMUTIMA WO GUSHIMA IMANA
38:44
HUNGA ICAHA MINISTRY
Рет қаралды 25 М.
Mugire ivyizigiro bizima muri Kristo Yesu - Pastor Marc KAGISYE
50:19
Burundi Gospel TV
Рет қаралды 3,5 М.