AKAGAYE ka Dadjou🇨🇵 yakoreye aba STAR bacu i Burundi || Icabitumnye..Isaac na Dryzee

  Рет қаралды 18,997

Isaac Tv

Isaac Tv

Күн бұрын

Пікірлер: 131
@trumpking7283
@trumpking7283 Жыл бұрын
Sha amahera nimeza Isaac usigaye ukeye
@lionelopromoter3343
@lionelopromoter3343 Жыл бұрын
Kbsaaaa dadju nako Bajou🤣🫣abo naba boss abafaransa bose nabasaziii mumutweee
@AmaniLuckyalbin
@AmaniLuckyalbin Жыл бұрын
Mwabikoz nez can! Ham abarundi twiyambik umutamana mugushigikir abaririmvyi bacu ndets nab bategur ibiteramo babirab bategur igiteramo cabaririmvyi babarundi gusa nkd kizimvy kk nabonyen barashoboy knd nama medias muvuze indirimbo cane nkuk mubindi bihugu babikora,murakoze😮😮😮❤❤❤❤❤❤❤
@hildenyandwi1142
@hildenyandwi1142 Жыл бұрын
😂😂😂😂chorale komeza gusenga (aba stars bacu pole sana.)😂😂😂 Idris mungu anakuona😂😂😂😂
@-vj7os
@-vj7os Жыл бұрын
Imisi yose tuzoba tutaramenya agaciro kacu nkabarundi bizokworohera aba nyamahanga kutwiba no kudusuzugura ❤🇧🇮
@shabanizena2612
@shabanizena2612 Жыл бұрын
Ayo ma miriyoni mwamusutseko,iyo muyajana mu kigega ca reta wibaza ko ataco yofashije! Awaa
@worldofstars-ex1ok
@worldofstars-ex1ok Жыл бұрын
Abarundi duhindure mindset nimba twipfuza gutera imbere
@tygauzy
@tygauzy Жыл бұрын
Isaac tv number one narinzi k birya bintu vyabonye jewe jenyenee
@kamanzikhadija3951
@kamanzikhadija3951 Жыл бұрын
Isaac ndagukunda ingwara zabaye nyishi bamwe barapfa abandi barakira nibose
@RutayisireLeog
@RutayisireLeog Жыл бұрын
Sha yarabasuzuguye kweli ngahox azaze abikore ikigali nko tutanamutumira😂😂😂😂
@gloriosentakirutimana7499
@gloriosentakirutimana7499 Жыл бұрын
Ibintu vyari kuyindi pwemu💃💃💃💃💃
@lionelopromoter3343
@lionelopromoter3343 Жыл бұрын
Wallah ivyo bintu ntibizonasubirire BRARUDI ihagarike ivyo vya #chorale nka #Fizzo ngo adugir rimwe kuri nabo bana vrt
@vyukusengetumusifernestine7711
@vyukusengetumusifernestine7711 Жыл бұрын
Ham bro dadju ntakagay yerekany,,,,ahubw nuko badusumvy imyak mugikorw c'umuzik🤗🤗
@NsengiyumvaEvariste-q1k
@NsengiyumvaEvariste-q1k Жыл бұрын
Afise imyakingah mumuziki cnk urikuvuga uwutaz
@vyukusengetumusifernestine7711
@vyukusengetumusifernestine7711 Жыл бұрын
@@NsengiyumvaEvariste-q1k bon imyak mvug itandukany niy ur kuvugaaaa wewee,,,bas nashats kuvug k baturenzeee caneee donc badutanz kumeny umwug kuwukor b1 caneeee
@niyongendakosamuel858
@niyongendakosamuel858 Жыл бұрын
Ivyoyakoze narabishimye abo babazana nibahe agaciro abaririmvyi bacu ayo mahera bayahe abaririmvyi bacu reka basuzugwe kuko nibo bisuzuguza icambere coco bari babizi ko uyo dajdu at abaririmvyi babarundi barimwo ko atabantu boronka kuberiki batokubahiriza abafana babaririmvyi ndundi mwibaza ko tutifuza ko abaririmvyi bacu baba abagwizatunga bisubireko vrmt
@zawadiakimana
@zawadiakimana Жыл бұрын
Ahubwo 😂😂😂😂babagaya buhoro ngira muzoca ubwenge
@KirangaHouston
@KirangaHouston Жыл бұрын
Isaac. Nyie hamjui wa star wa uku ulaya. Usianzi kulaum #Dadju. Anza kwanza ulaum walo mleta. Mkataba walo peana ukoje!? Alafu tena BURUNDI haitoendelea uchukue zaidi ya M500 umpe Alafu wa imbaji wahapo wataendelea aje. Burundi yanje yampa imbabaza kurico. #KikiHoustonKIRANGA
@AaAa-dt8mp
@AaAa-dt8mp Жыл бұрын
Wooooa barabure ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤🇧🇮🇧🇮❤💯✅
@amolam97
@amolam97 Жыл бұрын
Nihamwe nyene aba promoter muyobowe na industrie yurwanda chris eazy urya ntakaganye nagatoya ntacasumvya aba biwacu nakimwe
@Aiuoex
@Aiuoex Жыл бұрын
Urya n'umufaransa sha ntimumufate nka harmonize, na diamond canke kidumu na fizzo wanyu. Ayo s'amahera mwamuhaye, mukeneye kuyamenya yashire muma Euros mwongere murabe ama concert akora uyo dadju muriko mucirako inkonda
@amolam97
@amolam97 Жыл бұрын
AFRIKA kamana noe umufaransa nigiki urya numu Congoman kwanza kand ayomahera simake bana kuko yaranayemeye
@bercybrunelishimineza2529
@bercybrunelishimineza2529 Жыл бұрын
🤣🤣 babwire man
@galaxytechnologycenterelec268
@galaxytechnologycenterelec268 Жыл бұрын
Ni 182000 euros none ayo nimake ? Il est vrai dadju numu star akomey tutogereranya na Diamond cank abandi bo mukarere ariko yemeye amahera ategerezwa kwubaha abamutumiye akubaha nigihugu. None asumba igihugu nabakibamwo ?
@galaxytechnologycenterelec268
@galaxytechnologycenterelec268 Жыл бұрын
C'est vrai que dadju arumu star akomey kwisi tutogereranya na Diamond cank abandi bo mukarere ariko yemeye amahera ategerezwa kwubaha abamutumiye akubaha nigihugu. None asumba igihugu nabakibamwo ?
@amolam97
@amolam97 Жыл бұрын
@@galaxytechnologycenterelec268 nihatari
@johnntakirutimana4097
@johnntakirutimana4097 Жыл бұрын
Ngo nihoter yarayase 😂😂😂😂non mwari mwamujanye mwihoter yomukinama😂
@Aiuoex
@Aiuoex Жыл бұрын
Ariko uyo muhungu ariko akorana ico kiganiro na Isaac arazi akazi kandi afise kazoza keza muruno mwuga. Aravuga utuntu dutwenza cane 😂😂😂😂😂😂😂😂😂
@ahishakiyefreddy8037
@ahishakiyefreddy8037 Жыл бұрын
Iyo mukenye bamwemera basha abarundi nimwemere murakenye kuburyo bukomeye nimuje hiyo Dadju ahubwo ndamwemera ahubwo nagira mwamuhaye imiriyaridi 10 😂😂😂😂 urya ntanumwe bangana ngaha nimutuze bizobasaba imyaka 200 kugira muhager
@mugishamwenedata6574
@mugishamwenedata6574 Жыл бұрын
Ahubwo iyo asiga abakubise! Abarundi bo muri Industrie musicale ni ibijuju ni abo kwiyegeka kubatabakunda batanabazi! Mbere bisaba umuziki muwuhebe mureke abanyamahanga bafise media ibashikikiye bikorere imiziki!
@doucenoellaishimwe1951
@doucenoellaishimwe1951 Жыл бұрын
Muz muragabany ibiciro @jowa , ella Na @titi. Dushobor kuz twese Na mon cousin @exellent mumukuzeko akagay bamperekezeyo bemer ko amperekez . Amahera sindayonone!❤❤
@JustineNizigiyimanajustine
@JustineNizigiyimanajustine Жыл бұрын
Non mubatumirakwiki😂😂😂😂
@EniceNdayikeza
@EniceNdayikeza Жыл бұрын
Isaac tuvugane ukuri.none ko mugira ishari ngo haza abanyamahanga uvugishije ukuri umuntu akora video ya 20mil dollars n'uwukora iya 300mil fbu wewe uriko ukora marketing worondera uyuhe? Umuntu akurikiranwa n'abantu 100k n'uwukurikiranwa na 10M wotumira nde? Wibaza ko ababatumira atabiharuro bazi? Amatalents mu Burundi zirahari mais ubukene harivyo butatwemerera tekana n'abandi baracaza
@asojay9999
@asojay9999 Жыл бұрын
Bien dit
@AkbarNduwumugisha
@AkbarNduwumugisha Жыл бұрын
Isaac ndagukunda bro ukukora birimwo akantu kukubwenge Hama Big fizzo baramukoreyikosa rimwe gusa ryonyene😢
@ClementGirukwishaka
@ClementGirukwishaka Жыл бұрын
❤❤❤😅😅😅kabisa nuko
@vyukusengetumusifernestine7711
@vyukusengetumusifernestine7711 Жыл бұрын
Hhhhh 😂😂😂mwe namw ntimufyin kwl,,,eeeeee ivy yakoz vyos vyaringombw k abikoraa,,,
@Bigenergy94
@Bigenergy94 Жыл бұрын
Nimukome kubera ntimwumva nagato mwifata nkibijuju
@irakoze3762
@irakoze3762 Жыл бұрын
None ayo maher yose bamuhaye nabo barayinjije kwer 900 million wallah
@doucenoellaishimwe1951
@doucenoellaishimwe1951 Жыл бұрын
N'abakizwa nka Sat B Na kaboss mutubwir iyo bagez🎉
@Inyigisho432
@Inyigisho432 Жыл бұрын
😂😂😂narinkumbuye inkuru za Isaac ingne zitesa😅😅😅
@boashamah3642
@boashamah3642 Жыл бұрын
Abarundi nta businesses bazi baravyiyitirira Icambere: abarundi ni 1:Abantu bisembereze 2: basesagura 3: Batiyemera 4: Bamajambo meshi atabikorwa 5: Barisuzuguza 6: Bigira ntibabibazwa 7: NTIBAKUNDANA UBWABO nibihemu ......................
@Jombawayuser-ps2vp4nh7u
@Jombawayuser-ps2vp4nh7u Жыл бұрын
Ewe izahaku sha😅😅😅😅
@KamonyiJerive
@KamonyiJerive Жыл бұрын
Nhyigikiye uwo mutipe byo byicumuziki wana
@Esperance-n7m
@Esperance-n7m Жыл бұрын
Natwengejw na Landry ingene yagumye yiruk inyum yimodok yiwe
@EmmyNassor885
@EmmyNassor885 Жыл бұрын
😂😂😂😂nkimbobo
@Bagenzi4life
@Bagenzi4life Жыл бұрын
Isaac #friendOfamstel iriho henshi muri afrika ja kuri KZbin wandike urabon ibiteramwo bakora ahatandukanye
@AlidaNdayizeye-un5uv
@AlidaNdayizeye-un5uv Жыл бұрын
Ahubwo Brarudi bahatowe nabarya ba Stars bacu si non Dadju ntaco yamaz ca hatari kur stage😅😅😅😅
@yussufungendakumana898
@yussufungendakumana898 Жыл бұрын
Kiretse nimba utaruhari niyompamvu presure yarihari warayibonye kweri?
@regisbayihaye4404
@regisbayihaye4404 Жыл бұрын
Ba Dadju ni aba professionnels. Ikintu cose kiba kiri muri contrat kitarimwo ntibikunda. Ikindi naco barya bafise ama tournées mubihugu vyinshi ngaha yakoz 2 concerts zikurikirana ivyo kurara mu gihugu ntibikenewe mureke amarangamutima
@JamilaAbdoul-n2r
@JamilaAbdoul-n2r Жыл бұрын
Ndatoye igituma bavuze ngo ntibabakeneye muma conférence de presse no muri concert
@viggoohb1263
@viggoohb1263 Жыл бұрын
ayo ma TITRE yuburofa bwabakehabwenge niyo babankiriyeko ko mwinjira ngo mumukoreshe conferance de press
@Hi5392
@Hi5392 Жыл бұрын
ariko iyo saha yose yatevye kurira kuri stage batweretseko hari umudj yariko aravanga imiziki... ngira vyabaye kugira amuhe visibilité (sinzi nimba yari asanzwe azwi)
@KungingoPrincipe
@KungingoPrincipe Жыл бұрын
Dadju udy n'umuzungu yirabura
@ManuDibango-n4c
@ManuDibango-n4c Жыл бұрын
Chris easy is on top uwo ntawo uzi
@IgituBa-d6s
@IgituBa-d6s Жыл бұрын
Ubundi baravuga ati: ukenye ntavyubahiro baguha aba Star bo mu Burundi ubukene bwenda kubica 🤣🤣🤣 bagomba kubirukana kuyi scène bagaha agaciro dadju yinjiza 💶
@nimfashaalexandre3242
@nimfashaalexandre3242 Жыл бұрын
Abayabaha nibo batuma umuziki wuburundi udatera imbere ark tuzovyikorera fizzo
@ladislasn3009
@ladislasn3009 Жыл бұрын
Harico muvuze neza nta muririmvyi numwe yanka uwundi, bose barakundana abuzokwumva bose iba ari inzara or Brarudi yaratahuye ico bapfa
@AntiVirus_Official
@AntiVirus_Official Жыл бұрын
Friends of Amstel iriho Muri South Africa
@delacycy
@delacycy Жыл бұрын
😅😅😅😅😅😅urusaku mufise 😅😅😅😅ati nefusa 😂😂😂😂😂😂😂hama ntiyar yambay nabi🥱yaraberewe knd cane mwashak yambare gut?! Ivyuma?!😂
@eddy-michelirakoze8518
@eddy-michelirakoze8518 Жыл бұрын
Pour votre information,Dadju nta show yarafise le 9/12 ahubwo yarayifise Lundi le 11/12 à Marrakech mur Ballon d‘or Africain!
@maximendabakwaje9923
@maximendabakwaje9923 Жыл бұрын
Ico maz kubona nuko abamenyeshamakuru benshi bakorera kuma TV online ata capacité bafise yokuvuga igifaransa kdi twebwe muburundi journalisme iri hasi kuko abayirimwo umenga ntibazi ivyo barimwo
@NIKI96-h6y
@NIKI96-h6y Жыл бұрын
Iciyumviro canje! Harya abasani babarundi babakubise inoti ikwiye nka Fizzo bakamuha 50M Sat B 48M abandi bakabaha nka 30M 30M 30M umwe umwe . Bakaca babaha akazi kandi bakabitegura neza ! Ndazi ko ayo ariyo yoca abategurira kwinjira mubindi bihigu kuvyongayo bakagura akarere
@malikayousra994
@malikayousra994 Жыл бұрын
Muyashire mu ma euro mureke kuyavuga mu marundi ayo nimake kuriwe afata ku kwezi
@levygasper7438
@levygasper7438 Жыл бұрын
Isaac naw ndagushiz mumbwa na matv one line hasigay akes na Landry 😊
@yvettenizigiyimana6857
@yvettenizigiyimana6857 Жыл бұрын
😂😂😂😂😂😂Isaac nar ngukumbuye
@cankuzianogk4781
@cankuzianogk4781 Жыл бұрын
None Isaac umu follower wawe yibaze nawe mu journaliste wibaze wumva ukuri kuva h?
@Eliane-zt6vs
@Eliane-zt6vs Жыл бұрын
Nne kumenga ntimutahura Dadju muranutahura uwariwe???Dadju ntavugira kubwo bu tv busanzwe Dadju akoreshwa ibiganiro nama radio akomakomeye
@blessed_to_be_muslim
@blessed_to_be_muslim Жыл бұрын
Mureke abagore yarubatse izina😂😂😂😂
@kingmoses-md5qk
@kingmoses-md5qk Жыл бұрын
dadju nibaza ko na giswahiri azi am not sure but francais lingala is 100%
@kadino_jc
@kadino_jc Жыл бұрын
Reka reka yavukiye Congo muzobaze😂
@nduwimananadjibu2131
@nduwimananadjibu2131 Жыл бұрын
Amahera yabarundi araryoshe kurya...hazogere igihe aba star biburundi bitwa akirizi gusa
@burundipixelproduction3326
@burundipixelproduction3326 Жыл бұрын
Raba social media za dadju ntahantu nahamw ya publier ivya buja
@IgituBa-d6s
@IgituBa-d6s Жыл бұрын
​@@capitalframesuranyara ??? Birihe
@kevinnsabimana3788
@kevinnsabimana3788 Жыл бұрын
Hama 900000 nimake cane mu ma euros nta na 200.000 euros ashika,uravye nayo asanzwe akorera yari nka faveur yagiriye Uburundi
@kadino_jc
@kadino_jc Жыл бұрын
Basha cris eazy yaravyivugiye ko yafashe imodoka manager wiwe ntiyishima giti ari simple aho stop
@Nidivin
@Nidivin Жыл бұрын
😂😂😂 ningurube
@malikayousra994
@malikayousra994 Жыл бұрын
Mureka guhamagara abarundi banyu mu gahamagara abanyamahanga reka baze barabagaya
@venistenkorerimana-um6bn
@venistenkorerimana-um6bn Жыл бұрын
Birya wap nugusuzugura aba star
@glorianikiza3940
@glorianikiza3940 Жыл бұрын
Babasuzugura gake
@ednaky5150
@ednaky5150 Жыл бұрын
Yaramaze kwitahura ari muvyunguka 😅
@doucenoellaishimwe1951
@doucenoellaishimwe1951 Жыл бұрын
Isaac n'umu musulman nka Kaboss. J iyo nidagadur ni muri chemin 9 mu Gihosha. Impand yo kwa Musenyeri.
@ycenteryc4481
@ycenteryc4481 Жыл бұрын
Ntiyavuze ko atazokorana na Brarundi yavuze ko bizovan n amahera
@ericnsengiyandemye7422
@ericnsengiyandemye7422 Жыл бұрын
Uvuze ko giteramo c'abarundi gusa nticoryoha kubera mpora mbona atabirenze woja kuraba.
@Loela_kamal
@Loela_kamal Жыл бұрын
None mwaruzi ko mungana😂. Il faut que twemere koata hantu turashika mumuziki.ego tuvyemere . Kandi le problème ni média n'a système yivyumviro vyo HASI. Umusi aba promoter bazokwicara hamwe bakorere agateka kigihugu TUZOSHIKA kure
@AdoGuillene
@AdoGuillene Жыл бұрын
mureke kuvuga ibintu mutazi
@ManuDibango-n4c
@ManuDibango-n4c Жыл бұрын
Abarundi murasetsa iyo mubabazwa ko bazanye aba star bo hanze ubu murumva muzareba ba sat B gusaaaa. Ikindi umushoramali atanga amafaranga aho aho abona azayagaruza ntimugafuhire amafaranga umushoramali yatanze kuko ni ayiwe ayatanga aho ashatse. Natwe mu Rwanda abamyamahanga Baraza bakayora. ejobundi Kendrick Lamar yarayoye Kandi ntitwitaye no kumenya ayo yayoye. It's not our business.
@kadino_jc
@kadino_jc Жыл бұрын
Nizere eazy atazizana ka Benda karafashe abarundi nabi iwabo 😅
@eliasmanirakiza9281
@eliasmanirakiza9281 Жыл бұрын
Nn nkizo noti zizir iki nabantu bakenye buzuye
@mukeshimanaclaudine8599
@mukeshimanaclaudine8599 Жыл бұрын
Murwanda azaze yiyemere azabura numwe amuzira muri show yiwe aririmbire intebe zonyine
@christabellahimbazwa3933
@christabellahimbazwa3933 Жыл бұрын
Ukuntu bivye the Ben mwari muzi ko atabimenye?😂😂😂😂
@kadino_jc
@kadino_jc Жыл бұрын
None ko yafashe aga photos barikumwe😂
@salhasalha8362
@salhasalha8362 Жыл бұрын
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
@chani_tayra_official1860
@chani_tayra_official1860 Жыл бұрын
Ati Coral 😂😂😂😂😂
@NtirampebaBosco-y2o
@NtirampebaBosco-y2o Жыл бұрын
😂😂😂😂😂😂😂😂😂
@NdayishimiyeArno-d1o
@NdayishimiyeArno-d1o Жыл бұрын
Bro abarund sha ntudukundana
@ornellamanirambona3091
@ornellamanirambona3091 Жыл бұрын
Muranryohera peee 😂😂😂
@isaactv1725
@isaactv1725 Жыл бұрын
@Ornellamanirambona natwe nuko😂
@eddy-michelirakoze8518
@eddy-michelirakoze8518 Жыл бұрын
Aba Marroc niyo yaravuye!
@amolam97
@amolam97 Жыл бұрын
Aho ivyo vyarabaye kweri 😢 wtf
@carmenmugisha5021
@carmenmugisha5021 Жыл бұрын
ayo mahera murek kuyaharur mumarundi muyashir mum euros ndasavy erega nta consomma mumarundi ndasavy 😅
@hakizimanavenant-ty4mz
@hakizimanavenant-ty4mz Жыл бұрын
😅😅😅
@ebenaebena9736
@ebenaebena9736 Жыл бұрын
Yanse hotel sukwishima mwibuke ko aba munzu yiwe yubatse ya 5millions d'euros shira mumarundi😅
@RareRobertha
@RareRobertha Жыл бұрын
None nikiganiro cnk nurusaku ?🤣
@EmmyNassor885
@EmmyNassor885 Жыл бұрын
Umbeya tu😂😂😂😂😂😅😅😅
@salhasalha8362
@salhasalha8362 Жыл бұрын
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂❤❤❤
@yuui1878
@yuui1878 Жыл бұрын
😂😂😂😂😂😂😂😂😂
@irishuratigeremedia5902
@irishuratigeremedia5902 Жыл бұрын
Uwumuhungu nimwavana izicuza
@kevinnsabimana3788
@kevinnsabimana3788 Жыл бұрын
Hari ibintu mukwiye kumenya burya les chanteurs renommés internationaux ntibapfa gutanga interview à n’importe qui ,Ama image yabo aba afise droit d’auteur sigupfa gutanga Ama interview surtout rero nkamwe izo tv zanyu zitazwi zitagira professionnalisme,Hama murakwiye kuja kwiga surtou indimi
@galaxytechnologycenterelec268
@galaxytechnologycenterelec268 Жыл бұрын
C'est une vérité absolue
@johnfleurybigwiss3104
@johnfleurybigwiss3104 Жыл бұрын
Noé kwambara nabi bitwaye ikii twe KO atamu mannequin twashaka , sikazima atarasaraye ijwi
@Axcelbrillant1.
@Axcelbrillant1. Жыл бұрын
Uriww nimenshi ariko kuriwe nimake bawivuga kuruhande rwaw
@didiercahillngendakumana6214
@didiercahillngendakumana6214 Жыл бұрын
Nne abarundi kumengo barabaroze ba Mugani badderthanthem,ba Satb Saturamabanfle,ba Lolo mzizi wajiwe,ba la vache OJ,ba Gitare,Ba labrochette siho Bari Bari ugira izo millions ntizari kuvyara ico twita EXTERNALITE POSITIVE POUR LE BURUNDI???😂😂😂
@iradukundaflora1997
@iradukundaflora1997 Жыл бұрын
😂😂😂😂😂😂😂
번쩍번쩍 거리는 입
0:32
승비니 Seungbini
Рет қаралды 182 МЛН
24 Часа в БОУЛИНГЕ !
27:03
A4
Рет қаралды 7 МЛН
Какой я клей? | CLEX #shorts
0:59
CLEX
Рет қаралды 1,9 МЛН
Donnie Yen vs. Kara Hui | Wu Xia aka Dragon (2011)
8:37
Gabriel Thum
Рет қаралды 701 М.
FAARAX MURTIILE /WARAYSI QOSOL  / FANAAN FAARAX MURTIILE/PODCAST
36:52
Abdikarim Gorse
Рет қаралды 12 М.
번쩍번쩍 거리는 입
0:32
승비니 Seungbini
Рет қаралды 182 МЛН