Isumu yahitanye Prezida Nkurunziza yaguriwe i Mwanza mu gihugu ca Tanzania. Mubagumyabanga bake bazi

  Рет қаралды 63,926

Radio Publique Africaine Ijwi ry'Abanyagihugu

Radio Publique Africaine Ijwi ry'Abanyagihugu

7 ай бұрын

integuro y'urwo rupfu, Bob Rugurika avugamwo umukuru w'igihugu Evariste Ndayishimiye yasubiriye Prezida Nkurunziza.

Пікірлер: 65
@MabrukiNgereza-gj7mz
@MabrukiNgereza-gj7mz 7 ай бұрын
Shalom Shalom Shalom Muvukanyi wacu Bob Rugurika
@user-no6yf8lz1d
@user-no6yf8lz1d 7 ай бұрын
Tubwire sha uwamuhaye ishano natwe tumuce kure , N'ubu turacarira.
@ferdndayi
@ferdndayi 7 ай бұрын
Intumbero yanyu isanzwe izwi: gucanishamwo abarundi. Bandanya ariko namwe inzira zizoteba ziyugare
@MabrukiNgereza-gj7mz
@MabrukiNgereza-gj7mz 7 ай бұрын
Shalom Shalom Shalom Muvukanyi wacu Bob Rugurika. Bwa bundi, ibintu nti vyoroshe !!!
@fahaditherence5397
@fahaditherence5397 7 ай бұрын
Yooh urupfu rurababaje Peter imana imwakire
@gtginaction4196
@gtginaction4196 7 ай бұрын
Muribigugu ntanubwenge mugira. Igihugu mwataye mumanga 2015 mwarahomvye kuba Uburundi n'abarundi tugihagaze bwuma! Mbe urupfu rwa NKURUNZIZA urukamisha kuberiki ko arimwebwe nyene mwashatse kumwica kuva 2005? Uranteye umukoshi wambwawe ya mujeri
@irakozepaul6058
@irakozepaul6058 7 ай бұрын
Niwe urikigugu wakirofawe uhagaze bwumwa atagitoro atasukari atamakara , atamuyaga nkuba , inzara mubanyagihugu niko guharara bwumwa Aho nvuze bike ibindi urabizi ,Aho usanga uhaze ibiturire wakijuju we
@jpmukito956
@jpmukito956 7 ай бұрын
Ewe Bob uteye agahinda. Reka kurondera guteranya abarundi. Dukeney amahoro twese. Urataha ubivugire i Bujumbura ivyo binyoma vyawe
@Muber275
@Muber275 7 ай бұрын
Ko atigeze amenya uko Ndadaye yapfuye nubu akibigirako impari. Nuko barabiwabo babikoze? Ibi n ukujijisha
@yvellaakimana-ne7dl
@yvellaakimana-ne7dl 7 ай бұрын
Hmmm ibintu bigum bifta indi ntera😢
@hakizimanamelance7613
@hakizimanamelance7613 7 ай бұрын
Iyi film irasinziriza can komuyikinye idiri yanyu ipfuye none komutabivuze mbere i diri itarapfa ya vuvuzela
@judgewise9497
@judgewise9497 7 ай бұрын
😢
@esperencekaneza2656
@esperencekaneza2656 6 ай бұрын
Nihatari kwr aho nuwuraho ruramurindiriy 😢😢😢😢 ningenntwishwe ninzara
@AaronNkunzimana-ig1yk
@AaronNkunzimana-ig1yk 7 ай бұрын
😢😢😢😢
@lionelnijimbere228
@lionelnijimbere228 7 ай бұрын
Sawa
@blaiseahishakiye6464
@blaiseahishakiye6464 7 ай бұрын
Hhhh,iyomuva murazi gupanga ama plans...'ntaco mukorera ubusa ,je suis sûr,yamara 😂😂ntaho mwoshika
@user-no6yf8lz1d
@user-no6yf8lz1d 7 ай бұрын
Sha ur'umugabo niba uvuga ukuri
@alexisnema3551
@alexisnema3551 7 ай бұрын
T😌😌
@Alihamdulil
@Alihamdulil 7 ай бұрын
Mbega mana ubuko😂 yitavye imana uramukunda? Urikijuju😂
@Sadamman-ii7tq
@Sadamman-ii7tq 7 ай бұрын
Shaa igihugu charabananiye nakinu imana yonyene tu
@edwardhavyarimana6205
@edwardhavyarimana6205 6 ай бұрын
Mwarikumwe iyo umuntu yahunze ntakamaro afite andandaza amazwimwe ntanyungu ukuramo ikebuke
@erasmemanirambona5007
@erasmemanirambona5007 7 ай бұрын
mwarasaze kweri
@LeonidasNdayikeza
@LeonidasNdayikeza 2 ай бұрын
Tubwire nivyashikiye Kagame mugihe ca COVID19.sawa
@VenusteIrutingabo
@VenusteIrutingabo 2 ай бұрын
Ne recule jamais afin de préparer votre avenir meilleur✌️✌️c'était déjà fini
@jeanmariehakizimana4578
@jeanmariehakizimana4578 7 ай бұрын
Urworukundo rwaw twararuhinyuye.
@suavisndihokubwayo-cc3id
@suavisndihokubwayo-cc3id 7 ай бұрын
💀💀💀💂💂💂
@dodojafa1104
@dodojafa1104 6 ай бұрын
Buyoya yazize iki ?
@LeonidasNdayikeza
@LeonidasNdayikeza 2 ай бұрын
Nihatali.tubwire ivyurupfu gwa Makufuli nigwo
@user-ui2cc4bk6m
@user-ui2cc4bk6m 6 ай бұрын
Mwarashaka mr ngurunzinza afe none ubu musigaye mumu vunga neza sha muri iryarya pe ubu twara bahenyuye sha muzagume hiyo hanze igihugu kigite amahoro😅
@fundifundi5505
@fundifundi5505 6 ай бұрын
Ico mwarikumw ivya birazwi bihuha!!
@MarieBwarikindi-iv3dc
@MarieBwarikindi-iv3dc 7 ай бұрын
Hihihi …. Ndadaye nawe yishwe na Frodebu! : ngo Nyangoma na bandi 2 ! Vyavuzwe na Rukindikiza ! Mulele nawe ngo bari abahutu! Ntaryamira nawe yishwe ni interahamwe ! Muturonderera uwishe Magufuli Mutoronderere uwishe Kabila Mutoronderere uwishe Buyoya Ku mashure wisangije kuri iyi isi Vyose tugiye kubimenya Mr RUGURIKA
@user-nq7km4xi2c
@user-nq7km4xi2c Ай бұрын
😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢
@joachimnicimpaye8137
@joachimnicimpaye8137 7 ай бұрын
Wapi ivyuvuga sivyo rabanuburyo ubivugamwo twarabahinyuye muzemutubwire abishe Ndadaye nihonzemera nayivyo nuguteranya urikowicirirya turabizi
@abizimanaisaac
@abizimanaisaac 7 ай бұрын
Izi commentaire kwarinke ga basha
@VenusteIrutingabo
@VenusteIrutingabo 2 ай бұрын
Oe ivyo bintu MWe mwabimenye gute har caméra de surveillance mwari mufise kugira ibahe amashusho😊😊😢
@dodojafa1104
@dodojafa1104 6 ай бұрын
Wewe muongo pumbavu huna uhakika wowote usije ukaharibu sifa ya jilani tanzania.
@franciskarangwa6554
@franciskarangwa6554 6 ай бұрын
Wowe urabifise???
@makeurday360
@makeurday360 6 ай бұрын
None ko ubwambere mwavuze ko yishwe na covid19, yahavuye iba isumu bigenze gute? Kuberiki indimi zibiri?
@user-xm7ce5jh2k
@user-xm7ce5jh2k 7 ай бұрын
None kuki bataciye bamwevacua hanze yigihugu😢😢😢
@user-kl9vo6xb5c
@user-kl9vo6xb5c 7 ай бұрын
Kowajurahuzagirika?kare wahorutimba.ukuri kuragoye pe.
@sibazuriJames-yd3lk
@sibazuriJames-yd3lk 7 ай бұрын
ikibi yakoreya abana bu Burundi camugarutseho
@ERASME-xu1gp
@ERASME-xu1gp 7 ай бұрын
Nibaba baramwishe amaraso yiwe bazoyabazwa knd ntamahro bazigra baronka.bazohumigwa namaraso yumwana wImana
@niyonkurujeanclaude5707
@niyonkurujeanclaude5707 7 ай бұрын
Wewe ushaka kudusubiza muri 2015
@suavisndihokubwayo-cc3id
@suavisndihokubwayo-cc3id 7 ай бұрын
niko uvyibaza ariko. sivyo
@Bizimanaaudifax-cg9jh
@Bizimanaaudifax-cg9jh 2 ай бұрын
Warasaze ndunva ugomba dusubiranemwo wa kibwawe
@user-yq4sn6cq1l
@user-yq4sn6cq1l 7 ай бұрын
Murarushe nubuhungiro muhungu uwagutumye gutohoza ninde?
@sarahakimana5123
@sarahakimana5123 7 ай бұрын
None birumvikana umukuru w igihugu icoza kimuhiga cose abamwegereye hafi canke bamugendera nibaza kwaribo botangura kubibazwa hama amatohoza agakorwa koko niba ivyo muvuga arivyo
@edwardhavyarimana6205
@edwardhavyarimana6205 6 ай бұрын
Texas irakunaniye uko guteranya bizakugeza kuki ilinde guteranya
@VincentNiyo-mx2yg
@VincentNiyo-mx2yg 7 ай бұрын
Nkurunziza wacu bamuduhe
@onesphoretuyigine9188
@onesphoretuyigine9188 7 ай бұрын
Kowemerako ubizi neza mbona igihugu cokurondera ukaza ukabisobanura.vyoba vyiza urweretse neza ukobiri
@mussasebatiano4787
@mussasebatiano4787 6 ай бұрын
🤦🤷😲
@user-nr5rx5ow5i
@user-nr5rx5ow5i 7 ай бұрын
NKURUNZIZA MUMURONDERAKO IKI? KUBIVUZE Wungutse iki? Ko yapfuy Ungutse iki? Insaku zanyu toka ja hiyo Plans zanyu muzorinda mupfa muzikora birangire mupfuye kuko urupfu ntamugeni mWaruhaye
@benibricebizimana8547
@benibricebizimana8547 7 ай бұрын
ikibazo gihari niki igihe cose kihaciye ubu niho mubonye ko mwogaruk ku rupfu rwiwe? iyi politique yanyu ya "diviser pour regner " ntizokunda kuk turazi namwe suko mwamukunda.
@intekerezo2023
@intekerezo2023 6 ай бұрын
Nimwe mufise impuhwe za Peter kurusha family ye? Ko mutabivuze kare akimara gupfa? Mufite iyige gahunda? Attention!!!
@desirendikumana6170
@desirendikumana6170 7 ай бұрын
Burya ntimubonako politiques yabananiye
@jaypablo
@jaypablo 7 ай бұрын
Vyonashoboka
@MabrukiNgereza-gj7mz
@MabrukiNgereza-gj7mz 7 ай бұрын
La vérité finit par éclater au grand jour
@bentutsibensamale7520
@bentutsibensamale7520 7 ай бұрын
None denise nawe nuburozi yagiye kurukisywa nairobi Ni covid suburozi!! Ubwo haricyugamije
@suavisndihokubwayo-cc3id
@suavisndihokubwayo-cc3id 7 ай бұрын
cigiki kuberiki mucuramye mubwonko ivyuvuga ntaho bihuriye nikiganiro
@MarieBwarikindi-iv3dc
@MarieBwarikindi-iv3dc 7 ай бұрын
Hihi Bama bihekura ntuze Erega na Ndadaye yishwe na Frodebu d apres Rukindikiza
@Mondieu2024
@Mondieu2024 7 ай бұрын
Bobo mera uko wahora.Nimba yarishwe ,yishwe na opposition.Gahanga wishwe niki mbaye mbaye ca gisomwa na radio RPA nyene…uwo rukundo abarundi mukunda abapfuye Imana ibandinde kweli
@edwardhavyarimana6205
@edwardhavyarimana6205 6 ай бұрын
Ubwo nuko gucanishamo abantu ntanyungu ubikuramo ahubwo bagucunge mubamwishe ulimo nkurunziza mwarumvikana
@emmanuelnibaruta5834
@emmanuelnibaruta5834 7 ай бұрын
Nabazungu bamwishe ubwo bubeshi bwanyu twarabumenye
@suavisndihokubwayo-cc3id
@suavisndihokubwayo-cc3id 7 ай бұрын
woho uraduhaye umuco leta itavuze 💂💂
@nnk8709
@nnk8709 2 ай бұрын
Abazungu baca ku basubirira abo ba présidents
Amakuru yo ku wa 19 Mukakaro 2024
35:41
Radio Publique Africaine Ijwi ry'Abanyagihugu
Рет қаралды 10 М.
24 Часа в БОУЛИНГЕ !
27:03
A4
Рет қаралды 7 МЛН
She wanted to set me up #shorts by Tsuriki Show
0:56
Tsuriki Show
Рет қаралды 8 МЛН
''Isumu yahawe Prezida Petero Nkurunziza yakuwe i Mwanza mu gihugu ca Tanzania.''
2:07:37
Radio Publique Africaine Ijwi ry'Abanyagihugu
Рет қаралды 151 М.
Amakuru yo ku wa 18 Mukakaro 2024
41:19
Radio Publique Africaine Ijwi ry'Abanyagihugu
Рет қаралды 14 М.
COWBOY FANFICS BE LIKE 🤠
0:58
Alan Chikin Chow
Рет қаралды 26 МЛН
Ангел против Демона кто победит 😱
0:49
COWBOY FANFICS BE LIKE 🤠
0:58
Alan Chikin Chow
Рет қаралды 26 МЛН
LNS - Khinh thường bạn nghèo khổ || Despise the poor friend #shorts
0:55