Itongo ry'abapfuye ryo ku

  Рет қаралды 18,192

Mashariki TV

Mashariki TV

3 жыл бұрын

#Burundi : Imirima itandukanye, amabarabara n'ibindi ni bimwe mu vyononywe n'uruzi #Kajeke rwataye inzira mu ntara ya #Bubanza. Umwe mu bajejwe itongo ry'abitavye Imana ryo Ku #Mpanda araremesha abapfuvye ababo ko imva z'ababo zitononekaye, nk'uko vyaciye ku mbuga ngurukanabumenyi.

Пікірлер: 19
@dadadarlene
@dadadarlene 3 ай бұрын
😭😭😭😭😭😭 Abantu bacu basha Nukuri kwanini lakini hiyi Nini imitima yacu irasambutse uyumwanya twumva twihebuye😭😭😭tworema gt kandi amazi abarimwo nukuri
@amedeeg3910
@amedeeg3910 3 жыл бұрын
Asac TV ugabe nivyo utangaza
@clairegirukwishaka4241
@clairegirukwishaka4241 3 жыл бұрын
Isaac yerekanye ahahambwa aba Islam niho amazi yateye
@alouisengendandumwe49
@alouisengendandumwe49 3 жыл бұрын
Mana tabara uburundi bwacu
@mireilleirakoze602
@mireilleirakoze602 3 жыл бұрын
Ndagukumbuye mwigisha wanje waranyigishije mumwaka 4kuri rimika kamenge 1 kunyabagera
@munimuni3365
@munimuni3365 3 жыл бұрын
Zabuslam zaratewemwo amazi ko mutabivuga
@xdseww262
@xdseww262 3 жыл бұрын
Nihatar kumbe nawe wabibonye😭😭😭 tushime imana niyonkuru ntaco tuzohikorera
@munimuni3365
@munimuni3365 3 жыл бұрын
@@xdseww262 nibavangure birababaje
@alouisengendandumwe49
@alouisengendandumwe49 3 жыл бұрын
Nibatabaze abakoroni turahona
@lallal9098
@lallal9098 3 жыл бұрын
Ibijumbu
@gaudenceharerimana7743
@gaudenceharerimana7743 3 жыл бұрын
Narancanze numuhero ino ni corona idutoteza hiyo namazi pole nanje pole
@richardharerimana9714
@richardharerimana9714 3 жыл бұрын
Problème
@user-os9ul5iu5y
@user-os9ul5iu5y 3 жыл бұрын
Komwaravye ahohonyene hahambwe abazwi kotwiboneye ahaba islam bahamvye imvazabomotse niyompamvu ivyuburundi bigoye
@xdseww262
@xdseww262 3 жыл бұрын
Imana niyonkuru kizima bose arabapfu
@user-os9ul5iu5y
@user-os9ul5iu5y 3 жыл бұрын
@@xdseww262 gusanukobavuzeko atamva zononekaye kandi zarononekay
@radjabuminani6366
@radjabuminani6366 3 жыл бұрын
Warundi muache ubaguzi kwanini hamtengenezi upande wa waislamu kandi ara amazi meshi gose
@fafansngy7621
@fafansngy7621 3 жыл бұрын
Barabesha ngo ntamazi yagezeyo kandi urahande rwabaslam yuzuye! Wakuwe wazi
@xdseww262
@xdseww262 3 жыл бұрын
Malipo nihapagapa duniani. Usubiri retour ayomakaro yote yatahoromoka
@engleberthentirampeba3452
@engleberthentirampeba3452 3 жыл бұрын
Murakoze guhumuriza abantu
Who has won ?? 😀 #shortvideo #lizzyisaeva
00:24
Lizzy Isaeva
Рет қаралды 65 МЛН
ПРОВЕРИЛ АРБУЗЫ #shorts
00:34
Паша Осадчий
Рет қаралды 6 МЛН
39kgのガリガリが踊る絵文字ダンス/39kg boney emoji dance#dance #ダンス #にんげんっていいな
00:16
💀Skeleton Ninja🥷【にんげんっていいなチャンネル】
Рет қаралды 8 МЛН
A teacher captured the cutest moment at the nursery #shorts
00:33
Fabiosa Stories
Рет қаралды 21 МЛН
Ivyaranze ubuzima bwa Petero Buyoya
6:37
Yaga Burundi
Рет қаралды 44 М.
#MuRugo : wiketse ko akuvanga, wokora iki ?
2:18
Yaga Burundi
Рет қаралды 1 М.
Impunzi z'Abanyekongo zigaragambije zisohoka mu nkambi. Video
3:47
FLASH TV RWANDA
Рет қаралды 46 М.
The Day Ronaldinho Showed Zidane Who Is The Boss.
14:05
RDHDComps
Рет қаралды 42 МЛН
Ikiyago n’abahoze ari abakuru b’igihugu
1:59:23
Yaga Burundi
Рет қаралды 11 М.
Mapping the Trump Shooting
6:12
fern
Рет қаралды 14 МЛН
Who has won ?? 😀 #shortvideo #lizzyisaeva
00:24
Lizzy Isaeva
Рет қаралды 65 МЛН