#Kukayi

  Рет қаралды 5,247

PAM Channel TV

PAM Channel TV

Күн бұрын

Пікірлер: 29
@blandineniyonzima2594
@blandineniyonzima2594 Ай бұрын
N'umuruhooo , nukuri kurera umwana utavyaye biragoyee caaaane
@kalyka4107
@kalyka4107 7 ай бұрын
Gutunga abantu bisaba umutima wurukundo no kwihangana. Bravo kubabikora.
@blandineniyonzima2594
@blandineniyonzima2594 Ай бұрын
Ubuu ntagusubiraa kubazana mu rugo, tubafashiriza Aho iwabo
@ericakaneza7601
@ericakaneza7601 7 ай бұрын
Bnjr PAM.. merci pour l'émission mais,il fallait inviter aussi abana bakuz baba mumihana nabo bakavuga ivyo bahura navyo,kuko ngaho twumvis côté imwe gusa.kandi n'abavyeyi bakira nabonyen ntibera hariho abagoy can😮merciii
@SnowSnowing-ov5px
@SnowSnowing-ov5px 8 күн бұрын
Niyompamvu bigoye gutunga abantu munzu kuko umuntu arahakomerekera,yabuwumutunze ugasanga yarahakomerekeye
@hortenseiradukunda6226
@hortenseiradukunda6226 7 ай бұрын
Izo mpanuro👌😇 Mme Pam merci beaucoup pour vos invitées. Mwatuvugiy ibintu nukuli 🥲 j Nd'Umwana yakomerekejwe nivyo bintu vyo gutunga Abantu mu nzu. Bose ntibaba ari beza, mais malheureusement les parents ne pouvaient pas s'en rendre compte 😑
@CardinaleNdikumagenge-ui3ox
@CardinaleNdikumagenge-ui3ox Ай бұрын
Nukuri birarusha can gose bisaba kwihangana cane
@rosettecimpaye4090
@rosettecimpaye4090 Ай бұрын
Izompanuro nizo kweri
@dianekanyange9073
@dianekanyange9073 7 ай бұрын
Murakoze . Ndabasavye nkuko mwatumiye abo bavyeyi muzotumire aba baye mumihana nabo bavuge ingorane bahuye nazo canke ivyiza.
@mariechantalitangishaka3189
@mariechantalitangishaka3189 6 ай бұрын
Abo ba mama baravuze ukuri kandi birigisha. Imana Ibahezagure ko baberey abavyeyi benshi
@murerwaaline9582
@murerwaaline9582 7 ай бұрын
Mwaramutse na Mwiriwe Reka dushimire caane Mme Pamela kubiganiro vyiza adutegurira. Kimwe yagize neza kuzana aba bavyeyi hano kko ubushize hari havuze umwana yabaye mumuryango. Gutyo haca haza umuco kumpande zose .Gusa nigikorwa kitoroshe kandi kirimwo kwitanga kwinshi.
@SnowSnowing-ov5px
@SnowSnowing-ov5px 8 күн бұрын
Imana irazineza ko nzofashiriza iyo bari
@anne-mariekazoviyo2568
@anne-mariekazoviyo2568 7 ай бұрын
Ntivyoroshe kurera abana batari abawe ! Mwubahwe caaane 🙏
@ArianeNikuze
@ArianeNikuze 6 ай бұрын
Je hari uwigeze kumbwira ngo weho ntiwaronse umugabo. Ngushaka arije nsanza ndumukobwa? Narabuze ico mvuga. Hama bihera bamubeshe atwara inda agaruka kundirira munyuma.mujambo rimwe umwana utavyaye nigake umuhanura akanezerwa abibona nkurwanko.
@blanchemuco3492
@blanchemuco3492 5 ай бұрын
Ikiganiro ciza goooose!!! bavuze neza gose, abantu ni bake babana bavane bumvikana, kenshi muvana mwankana canke hari ama hypocrisie!!!
@ArianeNikuze
@ArianeNikuze 6 ай бұрын
Iyi myaka kurera abakobwa ntivyoroshe. Nukuri vyofuma numuhungu
@bahatiuwimana5670
@bahatiuwimana5670 5 ай бұрын
ukuri .🎉🎉❤❤❤
@GregonieNdayizigiye
@GregonieNdayizigiye 7 ай бұрын
Gutunga abantu si icoroshe kweri!ni ibanga rikomeye kandi ribangirwa ingata!!!
@analyssamizero7846
@analyssamizero7846 6 ай бұрын
Muvuze ukuri❤
@BaderGalaxy
@BaderGalaxy 6 ай бұрын
I love you PAM ndakunda nibiganiro vyawe 🥰
@pamchanneltv1502
@pamchanneltv1502 5 ай бұрын
Murakoze cane.Natwe turabishimiye
@immaculeenizigiyimana4442
@immaculeenizigiyimana4442 6 ай бұрын
Biraryoshe pe
@NtezimanaMarianne
@NtezimanaMarianne 6 ай бұрын
Ndabaramukije muzantumire mbahe ikiganiro
@pamchanneltv1502
@pamchanneltv1502 5 ай бұрын
@NtezimanaMarianne twovugana muratwakura kuri 76284000 mutwandikire no kuri watsapp
@kezalarose-ga5ck
@kezalarose-ga5ck 7 ай бұрын
Paméla nukuri imihana twarayibayemwo,kandi natw twarahavuy turatunga abana iconovuga kimw nuko arigikorwa kigoy gisaba kwihangana numutima wurukundo,kandi ukombona abavyeyi bubu nabana bubu gutunga abana mumuryango ntikikiri icoroshe nagato.kuko abantu twaramaz guhinduka impande zose , côté abavyeyi, côté abana , côté abakira abobana
@pamchanneltv1502
@pamchanneltv1502 7 ай бұрын
Waouuuh commentaire nziza kdi yubaka🤝 uvuze neza cane.
@ornelladushime5996
@ornelladushime5996 7 ай бұрын
Ndashimye commentaire ❤umvugiye ibintu
@mugisharaissa5222
@mugisharaissa5222 7 ай бұрын
uvuze ukuri
@jeanineNIBAYEMERE
@jeanineNIBAYEMERE 5 ай бұрын
Ndashimiye abatumire kuko bamvugiye ivyanje.Uzanye umukobwa munzu mu rukundo uba uzanye urwanko .
To Brawl AND BEYOND!
00:51
Brawl Stars
Рет қаралды 16 МЛН
#Kukayi : Ni gute twotegura RETRAITE iryoshe tukibishoboye?
30:17
PAM Channel TV
Рет қаралды 4,4 М.
UBUZIMA BW'IMPFUVYI/Agahinda twagiz/ yampamagae agira yiyahure..
1:05:35
#KuKAYI : Harya ngo Telephone muri couple ni nka Grenade?
41:01
PAM Channel TV
Рет қаралды 16 М.
#Kukayi :Tuje mu mahanga canke twigumire ngaha? Ukuri ni ukuhe?
58:39
PAM Channel TV
Рет қаралды 3,8 М.